DIASPORA🇧🇮: miriyoni 300 zamaze gutangwa muyakenewe kubw'isoko nkuru ya Bujumbura| twese duterere🇧🇮

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 16 вер 2024

КОМЕНТАРІ • 45

  • @FulgenceMikaOfficial
    @FulgenceMikaOfficial 21 день тому +7

    ❤❤❤🇧🇮
    Ubumwe, Ibikorwa, Amajambere niryo hangiro!💪💪💪

  • @camaroig6941
    @camaroig6941 5 днів тому +1

    UBurundi bushasha
    ,Iyo abanyabwenge bahoze
    Ibijuju vyigwiza incuro igihumbi,
    Ndabakunda cane,🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @AbrahamBahati-f5q
    @AbrahamBahati-f5q 12 днів тому +1

  • @RichardIRUMVA-jq9wf
    @RichardIRUMVA-jq9wf 21 день тому +5

    Ibikokogwa ubumwe amajambere hejuru

  • @DieudonnéHavyarimana-u1e
    @DieudonnéHavyarimana-u1e 10 днів тому +1

    Kbs turabashigikiye aba diaspora tugomba kwubaka igihugu cacu turikumwe 100 %

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd 21 день тому +4

    Nimuhaguruk kweli kuko reta niwew nijewe nitwese

  • @user-qi1yl6cd3d
    @user-qi1yl6cd3d 18 днів тому +2

    Imana ishishikare kuturinda abansi

  • @GedeonNDAYIRAGIJE-vo1nd
    @GedeonNDAYIRAGIJE-vo1nd 10 днів тому +2

    Uvuga neza kabisa

  • @Kana-uu8jv
    @Kana-uu8jv 9 днів тому

    Mukomere benewacu bumutima mwiza.iyo mihimbiri tuzoyishira hasi ntantambwe izoduterana mubikorwa bifuza vyogusambura igihugu.mwebwe mushire Imana imbere Gusa.

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 20 днів тому +2

    🎉🎉🎉🎉🎉

  • @mlynamylna3828
    @mlynamylna3828 10 днів тому +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😮😮😮

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 20 днів тому +2

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @NiyindereyeProsper
    @NiyindereyeProsper 21 день тому +3

    Amatora aregereje kl

  • @mlynamylna3828
    @mlynamylna3828 10 днів тому +1

    Yoooooooooooooo...❤❤❤❤❤❤❤❤😮🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @habonimanajonathan9205
    @habonimanajonathan9205 11 днів тому +1

    Ndimuri Kenya twebwe twakangutse sinzi abagisinziriye

  • @Mireille-austin
    @Mireille-austin 8 днів тому

    Uyumuntu arikuvanga ibintu ,Ayo 300 million sayokubaka isoko

  • @rachelisamazing8918
    @rachelisamazing8918 20 днів тому +2

    Garuka muri Arizona

  • @Evra800
    @Evra800 5 днів тому +1

    Iyo soko isa nkurusengero muratuma mureka kuyubaka hagume kurya nyene

  • @NININAHAZWEBlaise-bj4xd
    @NININAHAZWEBlaise-bj4xd 9 днів тому

    Nuguhaguruka twese umwe wese icashoboye Hama batangareee🇧🇮🇧🇮

  • @user-lt2qh5dj1b
    @user-lt2qh5dj1b 6 днів тому +1

    Ubuho ntaseseka canke ntavyuzi abarundi isinzi baburwa irengero kunyuruza gufungira abantu ubusa

  • @user-hm3lq2sf6y
    @user-hm3lq2sf6y 19 днів тому +1

    Muributse isoko nkuru ya bujumbura ni vyiza caane,mwibuke abarundi batobato ko turemvye ku kibazo c'igitoro!

  • @niyongere86
    @niyongere86 20 днів тому +2

    None, abo muri Australia bazotugendera ryari? Kugirango tugire icodushikirije. Mbega, indeed aserukiye abarundi bo muri Australia.

  • @olivierirakoze1089
    @olivierirakoze1089 20 днів тому +2

    Imiliyoni 300 zotangwa n umuntu umwe.

  • @user-kj2xh6bt5y
    @user-kj2xh6bt5y 20 днів тому +2

    Ni mubahe abashinwa kuyubaka nakaravyoo

  • @fredericnshimirimana8014
    @fredericnshimirimana8014 20 днів тому +1

    Nimubandanize aho.Abarundi ubu dukeneye kwubaka igihugu cisoneye.Ubu jewe nipfuzako inyubakwa zose za reta n'abikorera utwabo zisunga igishusho mbonera ca 2040 -2060.Kwubaka ubudulbidumbi oya.Dutume tugenda bukebuke ariko twubake ibintu biboneka.Ndabakunda

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 9 днів тому

    Nimutubwire ko murikumwe mwesi musize hamwe turiko turabona Fabrice yiruka kuvyisoko nuyu mubandi arikwiru nugutoza amahera nibatubwire ko barigukorera hamwe csnke ko umwe wesi arikwironderera ukwiwe.

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 9 днів тому

    Uyu mugambi ukaba uri mwiki gisuma Samweri jewe ndasokoye. Samweri nigisuma Kandimuri Diaspora yabarihanze twaramukuyemo yaradusahuye aja kwiyubakira ibujumbura. Hanyuma yivye reta ya amerika nubu kuzosubira kumubona aja muri amerika sinzi.
    Hanyuma nawe Fabrice witonde ukaba urikumwe nico gisuma cavuye muri amerika tuzokuva inyuma.

  • @EtienneNduwayo-h1e
    @EtienneNduwayo-h1e 20 днів тому +1

    Turikumw namwe

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 9 днів тому

    Iki gisuma mbere dushaka kukirega baze bagifate ahubwo muzotangara mubonye bamwambitse ipingu asubizwa muri ameerica gucirigwa urwa pirato,

  • @NordeliphazNshimirimana
    @NordeliphazNshimirimana 19 днів тому +1

    Ibikorwa amambre

  • @musafiriclaude6766
    @musafiriclaude6766 20 днів тому +1

    Ni mugure indege ya berezida kwanza azoza agenderamwo 🛩️🛫🛩️✈️

    • @SallmaXg
      @SallmaXg 16 днів тому

      Umve yamihimbiri ariko aravuga😂😂😂basha ntibura kwel 😂😂rka amatangazo 😂😂😂

    • @GedeonNDAYIRAGIJE-vo1nd
      @GedeonNDAYIRAGIJE-vo1nd 10 днів тому

      Iyo nawe yimugurire uzoba ugize neza.

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 9 днів тому

    Mwabamenyesha makuru murimbere yuyu musuma mumubaze uti muri amerika wahunze iki?? Hanyuma mumubaze diaspora yabarundi bari muri America uti barakwemera!! Nawe abishure hanyuma mumubaze uti amafaranga diaya amerika batanze wayasizehe? Ko wahunze ubutungane woba warayishuye?

  • @James-e7h3h
    @James-e7h3h 21 день тому +2

    Imvugo zuburofa gusa

    • @SamsonNduwimana-no4yk
      @SamsonNduwimana-no4yk 20 днів тому

      Iyo mihimbirirasara

    • @SallmaXg
      @SallmaXg 16 днів тому

      Imihimbiri yamaho kwel 😂😂😂niww uri ikirofa😂😂

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 20 днів тому +2

    🎉🎉🎉🎉🎉

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 20 днів тому +2

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 20 днів тому +2

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 20 днів тому +2

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 20 днів тому +2

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 20 днів тому +2

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 20 днів тому +2

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉