REAL MADRID N'ABAHAGARIKIZI BO MURI LA LIGA BARI MU NTAMBARA 🙄|| IMIGUMUKO NIYO BAKOZE KUBERA MADRID

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 11 лют 2025
  • Kugira ubandanye wironkera ibiganiro biryoshe na cane cane bivuga ivyo ngaha iwacu , fyonda SUBSCRIBE( S'abonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

КОМЕНТАРІ • 10

  • @JumaNkunzimana
    @JumaNkunzimana 6 днів тому +1

    Mayiy uvugavy kabish y madrid ikacind ntiyar kwitwar

  • @mucyombonyijeandedieu2578
    @mucyombonyijeandedieu2578 6 днів тому

    Ni urwandiko rwokumenyesha

  • @VaniHabona
    @VaniHabona 6 днів тому

    Ikosa ryarabaye reka kwirigwa muraharira

  • @LameckHAKIZIMANA
    @LameckHAKIZIMANA 5 днів тому

    Burya reale ishaka kugirango itere ubwoba abahagarikizi kugira bazoze babahengekereza?

  • @jeanpaulnizigiyimana5997
    @jeanpaulnizigiyimana5997 6 днів тому

    Ubuse Landry wemeye yuko umuhagarikizi yakoze ikosa mugihe wagumye wemeza ko ata kosa ryabaye ngo umukinyi yari yakinye umupira

  • @MutaGomwa-k2t
    @MutaGomwa-k2t 5 днів тому

    Ikosa utarivuze federation ntishobora kubiraba vyimbitse

  • @SylvainBIJUSYBIGIRIMANA
    @SylvainBIJUSYBIGIRIMANA 6 днів тому

    Mwebwe mwese umuyobozi wikiganiro arabarusha.barwanira ubutungane mbe mwebwe umuntu iyabaye incungu arabona ivyo yarwaniye?none bitavuzwe federasiyo yobimenya gute

  • @SylvainBIJUSYBIGIRIMANA
    @SylvainBIJUSYBIGIRIMANA 6 днів тому

    Ayandi. Mathimu niyantirumveko.mbe wewe
    Bagukorey ikosa ntuvuge uwuvuze ntumufate nkikijuju.mwebwe mureke ubufana ayandi mathimu ni yantirumveko

  • @BitangimanaBoniface
    @BitangimanaBoniface 5 днів тому

    Oya ikosa nukurihana kand ikint utakivize ntikij ahabon nne nkub iy batabivug federat ntiyac ikawuk ko atacabay

  • @BitangimanaBoniface
    @BitangimanaBoniface 5 днів тому

    Mwebww wap nne abo bamenyerez bohanuran gut bitagiy ahabona ntibar guc bakawuk ko atakos ryabay