NDIHO Wera uri mw'ijuru Wame Uhezagira Chris Ndikumana kuko yaje hageze kuri twebwe .twari tugeze kure kubera ivyaha no kutamenya hantuma Imana Imucamwo turakanguka tumenya Imana .YESU KRISTU Ashimwe cane.
Plaisir merci pour cette émission nivyiza gusa ndagusabe uhindure titre : PASTEUR AVUZE IBINTU 2 BITEYE UBWOBA KURI CHRIS Womenga n'ibintu bibi kuko biteye ubwoba Inkwirikizi n'uko abantu badakunda kwumviriza abavuga nabi abakozi b'Imana ntibasubira kwugurura iyo vidéo Ivyo bintu 2 ntibiteye ubwoba ahubwo ni vyiza kandi birahambaye Bikunze wovuga uti PASTEUR WA CHRIS NDIKUMANA AVUZE IBINTU 2 VYIZA,BIKOMEYE KURI CHRIS Merci de la bonne compréhension
Haleluaaa Paster mwiza ukomeze ukorera mukuri no Mumwuka nintama wahawe na Kristo Yesu uziyobore neza Yesu azobahemba disii ndujujwe kubwanyu na Chris Ndikumana. Chris Ndikumana arimwo Mpwemu w'Imana abavuga amajambo nabarabira mumubiri abaribo Mpwemu w'Imana nitwe tubizi shaa😔
May our Lord Jesus continue to be praised more and more kubw'igikorwa ciwe c'ugukiza kibandanya gutya.Pastor Aimé ndamuzi cane na Doctor ,Madame wiwe Minevam kigobe muri 2009 ndi umu étudiant .uri Umwungere mwiza cane ku mubiri, mû mutima,kandi ufise n'ijwi ryiza cane ryo kuyobora.mwarahezagiwe cane muri vyose,mwanaronse umudamu mwiiizaaa,kumbe Chris ni umu Minevam????Pastor uhezagiwe hooooseeeee,hooooseee.
Mbega Paster mwiza❤❤❤ndabakunze cyane ukuntu mushyigikirana atamashyari nkabandi bomuribibihe.Uhoraho abatwikire umutakawe.
Plaizir nukuri Yesu Christo aguhe umugisha ugize amahirwe uzotuzanire muka Chris nawe❤turagomba kumva ubuhamya bwiwe❤
Chris yakuriye mubiganza byiza pe!
Ntureba past urimo umwuka w'Imana?
Ureke babandi babaye ibirura.
Waaaooooo pasteur wanje yanyatuje ,icondi uwumusi mugakiza ndabikesha abo bakozi b'Imana babiri ndabakunda cane ❤❤❤❤.
Sinzobibagira kugicaniro comu KABONDO .
Yesu weeeee, ndabonye umuntu yuzuye ubuntu bw'Imana mugihe ca none. Nukuri ndize vyinshi cane kandi ndanezerewe cane kubona paster wa Christ Ndikumana. Ubu ndasobanukiwe impamvu Christ aciye bugufi kuko nuwumurongora nawe aribwo buzima bwe. Ndiho arushirize guhabwa icubahiro. Ndanezerewe cane nimirimo Kristo ariko arakora mubihe vyanyuma. Thank you so much pastor Aime, Ndiho arushirize kuguhisha muriwe kugirango izina ry'Imana rirushirize kwamamara. Ndabakunda cane kandi I'm very happy to be a child of God.
Abarundi dushime Imana, kuko ivyo yavuze KO ikanguri rizova m'uburundi nico gihe Turimwo , Imana yacu ntibesha , ivyo yavuze tubirimwo, habwa icubahiro mwami yesu
Ihagarara kuco yavuze ikagishitsa nkubu nkabantu babibwiwe bari barihebuye ngo baravangawe 😂😂😂ivy,Imana biratangaje
Ndafashijwe niyo ntahe yuwo mwungere wa église Minevam @@odettendabaniwe823
Imana iguhe umugisha Pasteur kutaryamira impano ya Chris ukamwakira ukamushigikira❤❤
Uyu mu Pasteur benshi ntibamuzi kubera atagaragara kenshi ariko kubwanje asumba na Chris yuzuye ubushobozi ,aciye bugufi,yuzuye ijambo kuburyo ari kwigisha wumva uriko urahinduka ,turagukunda Pasteur aime prosper na Chris ndikumana muri umugisha w’amahanga
Uyu muba pasteur ntaw narinz arik Imana imuhe umugish kuber atatewe nimwempu mbi yishari ❤❤❤❤
Umwungere wacu wishurana ubwenge bw'Imana. Imana yaratugiriye ubuntu kubaturonsa muragahezagirwa
Igifasha Chris kigatuma abona umugisha w'Imana nuko acira bugufi umushumba we.
Ntabwo yishira hejuru ngo nuko akoreshwa n'Imana ibitangaza bitume yigumura kubamuyobora.
Kandi nuwo mushumba araciye bugufi...
@@kalyka4107cane rwose bose barasizamavuta
@@kalyka4107nta shari amugirira ngo yabaye icamamare kumusumvya
Such a very wise pastor, be blessed sir 🎊❤️
Imana ikoresha aboroheje, nukuri Chris n,umugisha kugihugu c,uburundi. Ibaze agahugu katazwi ! Igihugu kiramenyekanye kuber,Imana nizera ko Imana ifise umugambi muremure k,uburundi.❤❤
Pasteur wa Christ ufise ubwenge buva mwijiru j’ai été impressionnée par vos réponses hezagigwa cane
ooh pasteur Aimée na Chris turabanezererew kandi dukomeza kubigirako vyinshi.muri umugisha kuri benshi.
Hallelujah 🙏 nanezerewe guca bugufi nicyo cyambere kumukozi w ' Imana na YESU yacagabugufi aho yageze hose icyubahiro n'icy 'Imana muhabwe umugisha Bashumba
Chris urumukozi w'IMANA wamagawe pe. Uburundi turi numugisha kuba tugufise Mana warakoze cane gose .uzogire iherezo ryiza CHRIS ❤
Chris Ndikumana aca bugufi cane niyo mpamvu Imana imukoresha ibikomeye
Pasteur ❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ndagukunze nkumu Pastor nibyiza gushigikira impano zabandi❤❤❤❤👏👏👏
Uyu mugabo yuzuy Imana. Uguca bugufi, kwanyu (past Aimé na Chris)c'est tout un séminaire.
Iki kiganiro cuzuy mwuka wera. Ntiwifuza guhagarika kuvumva.❤
Plaisir kuko Imana yavuze ibikomeye kugihugu c uburundi nico gituma Chris atazopfa gupfa
Uhoraho ahabwe icubahiro ubu n'ibihe vyoos Pasteur mukomez mugwize gusenga bigaragara ko urimwo lmana Uhoraho aduhane umugisha.
NDIHO Wera uri mw'ijuru Wame Uhezagira Chris Ndikumana kuko yaje hageze kuri twebwe .twari tugeze kure kubera ivyaha no kutamenya hantuma Imana Imucamwo turakanguka tumenya Imana .YESU KRISTU Ashimwe cane.
Pasteur Aimé et Chris ndikumana muhezagirwe caaane,ndi Umu Catholic 100% Aho ngeze ndabikesha mwebwe ndakunda inyigisho zanyu minevam kigobe ndahasengera keshi
Yooo nishimye rwose muzagume mushyize hamwe,muzatahane ubwami b'Imana nabandi bashwana kubw'inyungu z' amafranga babigireho
Yooooo pst aimé uhezagirwe cane 🎉🎉🎉mbeg ivyiza we Imana ibandanye kubarind mur vyose we na Chris ibarind abans ❤
Plaisir merci pour cette émission nivyiza gusa ndagusabe uhindure titre : PASTEUR AVUZE IBINTU 2 BITEYE UBWOBA KURI CHRIS
Womenga n'ibintu bibi kuko biteye ubwoba
Inkwirikizi n'uko abantu badakunda kwumviriza abavuga nabi abakozi b'Imana ntibasubira kwugurura iyo vidéo
Ivyo bintu 2 ntibiteye ubwoba ahubwo ni vyiza kandi birahambaye
Bikunze wovuga uti
PASTEUR WA CHRIS NDIKUMANA AVUZE IBINTU 2 VYIZA,BIKOMEYE KURI CHRIS
Merci de la bonne compréhension
Aba agirango abone views, interet ni cash abona
Amen amen amen, merci beaucoup. Umukozi w'Imana abitse ubwenge bwo mw'Ijuru. Imana Ishimwe cane. Tuzohora dushima cane Yesu Kristo yitoraniriza abantu nkaba.
Plasil mumfashe gusenga imana idukize indwara zituma tutabyara nge numugabo wanjye ,🧎🧎
Chr Fata muri kanguka nuzacike intege ukomeze wizere lmana izaruguha
Senga buri musi muri kanguka wizeye Yesu Kristu Azokora Ibikomeye mu buzima bwawe bwa misi yose .Kuko Chris Yavuze Ati :Igihuzu (umwenda)cari gikingiriye ahera hahera carahavuye Aho Yesu Kristu Yapfa kumusaraba kw'isaha y'icenda aho yavuga Ati:vyose birarangoye :niho ca gihuzu caca gicikamwo kabiri .Bivuzeko buri wese yemerewe kwishikira aho Hera hahera cane biciye mumasengesho .Amen
Nanjye ndasaba mumfashe gusengera mutoyo wanje amaze imyaka 11 ntamwana araronka. Inda zimaze kuvamo ari zine kandi abaganga ntibabona ikbazo cavyo
Uwiteka akumvire aguhe icyo umutima wawe wifuza aguhoze amarira nukuri
Uzasengere muri kanguka
Data akomeze guhimbarwa mugihugu cacu c’Uburundi 🇧🇮🇧🇮Gukenyuka sinkuru yawe 🔥🔥🔥🔥 Uguca b’Ugufi kurwire kur mwebw ndabakunda cane Minevam niho nakiriye Yesu wanj maze ndamumira 😍😍😍
Mbeg'Umupasteri mwizawee abo nibo tuba dukeneye barimwo Mpwemu w'Imana bavugish'ukuri kabixa👍🙏🙏 Chris Ndikumana arimwo Mpwemu w'Imana vyukuri atari babandi bavuga ivyo bashaka nibasenge babaze Imana izobahishurira bareke amajambo.
Imana iguhezagire wishuye neza,uko karorero ka Yohana yishuye abaje kumubwira KO uwo yabatije ariko akora ibitangaza🙏
Haleluaaa Paster mwiza ukomeze ukorera mukuri no Mumwuka nintama wahawe na Kristo Yesu uziyobore neza Yesu azobahemba disii ndujujwe kubwanyu na Chris Ndikumana. Chris Ndikumana arimwo Mpwemu w'Imana abavuga amajambo nabarabira mumubiri abaribo Mpwemu w'Imana nitwe tubizi shaa😔
Amen Amen Amena Amena Amena Imana impegucabugufi murivyose urakoze mushumba Imana iguhe umugisha mwishi
Plaisir Imana uhezgigwe cane Chris ndikumana Imana ikomeze kumukoresha ibikomye mumpande zose
Mon Pasteur, kuba naraciye muri MK ni umugisha unkomeje kuri uru rugendo 🙏🏾
Hallelluah!Chris yakuriye mubiganza vyiza caaane
AMENA AMENA: GUCA BUGUFI NI BYIZA. : Kuberako Ubwibone bunanziriza Kugwa.
Ndamukunda uyo afise ubwenge buva ku Mana❤pasteur Aimé uciye bugufi cane
Mbega byiza, Imana iri kumwe namwe, kandi ikomeze ibarinde. Past Aime n’umuvugabutumwa Christ❤️❤️❤️❤️
Wow wow Hezagirwa Mukozi w’Imana. Urugero rwiza rwo guca bugufi.
Mon pasteur Aimé .Turagukunda cne Imana ibandanye ibarinda
May our Lord Jesus continue to be praised more and more kubw'igikorwa ciwe c'ugukiza kibandanya gutya.Pastor Aimé ndamuzi cane na Doctor ,Madame wiwe Minevam kigobe muri 2009 ndi umu étudiant .uri Umwungere mwiza cane ku mubiri, mû mutima,kandi ufise n'ijwi ryiza cane ryo kuyobora.mwarahezagiwe cane muri vyose,mwanaronse umudamu mwiiizaaa,kumbe Chris ni umu Minevam????Pastor uhezagiwe hooooseeeee,hooooseee.
Yesu ahezagire uyumu pasteur kuko atatewe n'impwemu y'ishari.
N'ukuri Yesu yagize neza kubatoranya.murahiriwe muzoja mw'ijuru
Imana Ikomeze kwagura ingabire yashize muri Chris. Kandi Ikomeze umwungere Aimé, inyifato yuguca bugufi kwabo ibere akarorero kera abandi b'ungere kw'isi yose. Mwarahezagiwe cane
Pasteur Aime IMANA imuhezagire cane kuko naw aciye bugufi birenze,!IMANA ihabwe icubahiro cane
Muranezereje caaaaaaane Paster Aimé Imana Izogushikane kwicarana na Yesu.
Muciye bugufi, niyo mpamvu Imana yigaragaza mu byanyu. N’abandi bakozi b’Imana babyigireho
Ndavyemeye gose,Imana ibakomereze mubuntu bwayo kweli!!!
Imana ihabwe icubahiro kubwingabire yaduhay Mugihugu cacu ibazigamire Mubuntu bwayo
Imana ikomeze ibakoreshe uvy’ubutwari pasteur wa Chris Ndikumana et Chris aussi. Inyenyeri ya Chris ikomeze yake umuco ukwire Isi yose in jesus name.
Pasteur Aimé Imana imuhe umugisha abisobanuye neza nabandi ba pasteurs bumvireho❤
Yoooo yesuweee,mbega pasteur aciye bugufi,Ndiho ashishikare abakoresha
Imana iguhe umugisha kubaha Impano y'Imana iri mu mukozi Chris Ndikumana.
Uru muntu w'Imana kuba nta shyari ugira.
Imana igukomereze Amaboki
Imana idukomereza abo abakozi b'Imana bacu
Wawooooo ark disi ababa gabo bafite Imana ibaze gutunga mushumba nkuyu afasha umuntu ayoboye ngo akore umurimo w,Imana abandi baba barwana unuko aribyo bamenyekana nukuri iyaba abantu twese dufite urukundo ,nukuri twashimwa n,Imana
Nanje uyu we arandenze ukuntu nahora nibaza ukuntu atekereje aciye bugufi kumbe numushumba wiwe Niko ameze mana nshimiye Imana kubwigihugu kumbe hariho 7000 ndwi bitarapfukamira bayali
Mon Pasteur uri very humble. Harahiriwe abari munsi y'uburongozi bwanyu.
Bwa Yesu
Vyari vyaravuzwe yuko igihugu canje c'Uburundi arico gitwaye idrapo ry'ikanguro muri bino bihugu vyacu vy'ibiyaga binini , none amaso yacu ariko aravyibonera. UHoraho ni we wenyene abikora, icubahiro cose kimugarukeko. AMINA
Uyu mwuka ni Imana rwose kuko mu bwami bw'Imana ntibahangana rwose ahubwo barahuza cyane kuko bakorerwa umwami umwe.
Muhabwe umugisha gushyigikira Impano zabana mubyara Amen 🙏
Imana yabaduhaye ibatuzigamire caaane muri icitegererezo ciza mugukusangira igikorwa mwajejejwe atari icanyu. Mukomeze kwumvira iyabahamagaye
CHRIS wakuriye mububiganza byiza pe!!! ndasabira umugisha aba ba pastor
Murakoze cyane mushumba nabandi bunvireho mwese
Nawe muyobozi wazaburi
Imana igukomereze Impano
Y’ubwenge yaguhaye mwese ndabakunze imana ibagure
Murigishije cyane
Maze Kumva iki kiganiro ndabashumiye pastor Aime na Plaisir Imana I ahe umugisha. Icyaduha uyu mwuka ukaganza abashumba benshi.
Well said! Tureke kureba abantu cg umuntu turebe Imana. Habwa umugisha
Plaisir,Imana ikongere umugisha caaane
Chris ni abeho ibihe ni ibihe mu izina rya Yesu Christo kugirango atarure intama ageze Kure ubutumwa bwiza bwa Yesu Christo!
Paste ndabakuuunze imana ibampere umugisha mwe na cris murabimana hari ibihumbi 7 bitapfukamiye bayari
Umugisha kuri Twe! Mwarakoze kwitaba umuhamagaro Pasteur!
Tubona Uhoraho apana umuntu ❤❤❤ Uhoraho icubahiro kibe ic'Uhoraho ❤❤ umwimbu ❤❤
Mukoze Umwungere dukunda Aime ,kuba narakirijwe muri Munevam nivyishimo pe
Imana ikomeze imwongerere amavuta kd ikomeze umurinde nukuri kuko haricyari benshi bakeneye ukuboko kwa Ndiho binyuze kuri Chris Ndikumana.
Paster wanj sha. Be Blessed humble man of God😊
Amen Imana ibakomez kandi ibasige amavuta yayo mubashe gukomera kwibanga Ryimana
Pasteur wanje wanyigishije kristo bivuye ku nyifato yawe
Uhezagirwe
Ariko vyukuri kwibera muri yesu biraryoshe disii numva norira 😭❤❤❤❤
Imana yariyateguy umurimo wayo Chris yarose umushumba mwiza atagira ishari mwese Imana izobampere umugishaaaa narakiz amatwi kubwokwumviriza kanguk
Chris Ndikumana❤❤❤ Uhoraho n'umurinzi wiwe azorama❤❤❤ azobaho ❤❤😊
Urakoze mushumba mwiza! Abo tubona bo bakoresha uburyo bamwicaza ngo atazabaruta; Imana ibahe umugisha
Yoooo,Plaisir,ndagukunda nawe wahawe ibanga ryokuvuga ubutumwa hamwe na Chris
Mon pasteur Aimé,Imana irushirize kukwagura gose
Pastor Aimé na Ev. Chris ndabazi kera kuva 2002 muri lunch hour muri MINEVAM. Bari aba jeunes bakunda Imana cyane
Imana ishimwe cane kandi ibahezagire caneee mubandanye mushire hamwe
Chris ni umukozi w'lmana kandi akoreshwa n'lmanaa nukuri ndabihamyaaa,,Chris God bless u
Chris aciyebuguf YESU amuhekuramb❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Yooooo barahezagiweeee caneee afis numwungere aciye bugufi
Imana ibadukomereze yaradukunze yo yabaturemeye.Iragahezagirwa.namwe Ibahezagire.
Ntangariye Imana 🙌🙌🙌🙌🙌icyubahiro n' ikuzu biyiharwe🙏
Uhabwe umugisha mwinshi mokozi w,lmana ❤❤❤❤❤❤
Imana iyo ihamagaye umuntu ntireba: igihagararo ufise,ubwiza,amashure yiwawe canke aho uvuka yo rero ireba mu mitima ikakakwigisha muli byinshi iyo ibonye ufite kumvira no guca bugufi wemera gutunwa no gutumika ikwegulira ibyayo kuko uzayokorera ibyo ishaka Isaiah 48 vs 17. Duhagutukire gusenga cyane umurimo w,Imana utere imbere
Imana Ihezagire pasteur wacu araciy bugufi cane
Imana hezagira umwungere wa ndikuma,ndimwi imana ik0meze ch numurrango we
Que Dieu vous bénisse bcp Pasteur !
Chris nukuri aciy bugufi cn iman imuzigame❤❤❤❤
Shalom Shalom Cher frère et Soeur en Christ, ndashimye cane Iyo ntahe Paster Aimé ashingiye Umukozi w’Imana Chris NDIKUMANA . Binyeretse ko « Imihamagaro iri muri Ephesien4:11 ( INTUMWA - Prophete - Évangéliste - Pasteur- Enseignant ) buzuzanya . Ikibazo mu ma Eglise ni uko « Abantu benshi batazi canke batari mu Mihamgaro yabo « . Ivyo vyerekanyeko Pasteur Aimee na Chris Ndikumana bose bazi Kandi bari mumihagaro yabo . Jewe rero numva Imana inyemezako Umukozi w’Imana Christ ari INTUMWA y’Imana ( Apotre) . Rero, nashaka kubamenyeshako, INTUMWA ntabwo bakorera indani muri Eglise, bakorera muri CORPS de Christ. Ndashimye Rero Iyo ntahe yabo bakozi b’Imana ba biri. Les Aptres ntabwo batinya Urupfu . Bigenda barapfuye kuko ni YESU aba muri bo . Rero Imana ihezagire ZABURI NSHASHA. Apotre Ndikumana Elie
Muhezagirwe cane n'ljuru❤
Plaisir iyi interview inkoze kumutima!!!!
Justine Burundi nukuri turanezerwa cane iyo ubikurikirana bidutera umunezero Imana irusheho kwagura imbago za Kris nabo bafatanije abokomeze cane
Imana ibahe umugisha niukuri ibakomeze mu murimo muzaze no mu Rwanda.
Ndasabiy umugisha uwatumy nshobora gukurikirana ibiganiro vya Kanguka.
🙌🙌🙌God bless our pastor 👏