B-FACE Yagize Ikibazo Kidasanzwe Umviriza Uno Mubabaro Urangwa Muri Bano Bakunzi Biwe/Juste Gaël....

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 16 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 26

  • @Nestor800
    @Nestor800 2 місяці тому +6

    Gael yagize nabi nigihe b face umukuru wigihugu amuha ijambo ntabwo barimwatse kurya

  • @Chaddy257
    @Chaddy257 2 місяці тому +1

    Gael nagire ico yubaha kuko ntabwo yar kuzana akajagari kuba Legend bacu kuko B face ntiyari bwaheze knd umwanya wiwe ntiwaribwahere ikindi Lolilo ntiyabaye akikurikiranwa neza kandundura na Sat b ntiyabaye akiririmba knd afise indirimbo nshasha vyasabako Ayo perfominga😢😢😢😢

  • @IduhangazePrince-pp3pn
    @IduhangazePrince-pp3pn 2 місяці тому

    Umufana Wes akurikira Umu artiste Wiw Knd Naho Umu Star Wiw Yoja Mumakosa ntavyemeraaa!! Avuga ko bamubeshey!!
    WEWE kuriko uvuga Ngo turi iburayi!!ntamwanya baryaaa
    Erga Hariya Siwacu!!! Iwacu niho twidagaturaa

  • @Nestor800
    @Nestor800 2 місяці тому +2

    Aho naje kwr gael nzorindapfa ntasubiye kumwiyumvamwo

  • @queenieSamantha544
    @queenieSamantha544 22 дні тому

    ✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮

  • @BuruceIrakoze
    @BuruceIrakoze 2 місяці тому

    Shaa abantu bavyishe .ni ABA organisateurs, vichou, na Kirikou bakoresheje nka 2 h Ari babiri gusaa

  • @Sam-mr2go
    @Sam-mr2go 2 місяці тому

    Urimvugakuri kwer b face nta 20min yaririmvye

  • @JanetWimanaa
    @JanetWimanaa 2 місяці тому +1

    Gaél nazarubaha kuko bfc afisabafana beshi kadibamukunda

  • @salvatormajambere5984
    @salvatormajambere5984 2 місяці тому

    Abarundi twig gukundan nogufashany

  • @HerveMuhimpundu
    @HerveMuhimpundu 2 місяці тому

    Star boy icatumy vyos biba habiz abantu baharura amasaha non aba artists 30 nimb baririmba 20min uwamber akaba yagiye kuri stage mum 14h uharuye wumva vyarikuvamwo ab artist 30 bar bakeney 600min naho nyen harabayirenza rero B face nta kosa afis ahubw nibasabane imbabaz gukora amakosa birabaho knd ntawudakosha ✌🏼

  • @BizimanaDivin
    @BizimanaDivin 2 місяці тому

    Ub hagezweho Gael abarund turagoy

  • @Bellingham6225
    @Bellingham6225 2 місяці тому

    The sheep🔥🔥🔥

  • @BambisClassicofficial
    @BambisClassicofficial 2 місяці тому

    Kbx

  • @PacifiqueNiyombabazi
    @PacifiqueNiyombabazi 2 місяці тому

    Sha gusa ivya lolilo birateye ikigongwe,ese gutangura neza ugahereza nabi

  • @ZeehShuku
    @ZeehShuku 2 місяці тому

    B face hejuru

  • @Each-Boy_wahezagiwe
    @Each-Boy_wahezagiwe 2 місяці тому

    Gaël nasab ikigorwe kbx

  • @NijimbereGREGOIRE-u4u
    @NijimbereGREGOIRE-u4u 2 місяці тому

    Ndabaramukije nn uwusanzwe akoresha TV umukubito ayomakosa bamwagiriza yayakozeyisunziki akaba arimumakosa yosaba imbabazi😂

  • @HabonimanaSylvestre
    @HabonimanaSylvestre 2 місяці тому

    Nairobi turikumwe

  • @loic_niyonkuru9021
    @loic_niyonkuru9021 2 місяці тому

    Ikibazo Ca Ba star kiracagorany kl hamw naba fan biw @Starboy burya harya ikosa ntabwo ar Gael kuko ntabwo event yar ya Bface naba fan biw gsa vyagenz uko vyabwirizwa kugenda ntakintu gitangaj nkokubona umu star atazi kwubahiriza iyaba bishoboka baguha 30min woririmba nka 20min kuko gikuru nuko uba winjij kandi wubahirij ibisabwa

  • @NiyorugiraGeorge
    @NiyorugiraGeorge 2 місяці тому

    Gayle yagize amakosa najendamwase kbx

  • @anicetniyonkuru5373
    @anicetniyonkuru5373 2 місяці тому

    Ikibazo ntabwo ari B face ikibazo cavuye kubateguye igiteramo batakoresheje umwanya neza.
    aba MC batwaye umwanya munini cane hariho amajambo bavuga meshi atarakenewe.ikindi naco abaririmvyi baririmvy ubwa1 ntibubahirije umwanya.notanga nk'akarorero kur vichou,j naraharuye neza yaririmvy 40min kandi ntawigez amukura kur stage.

  • @ZeehShuku
    @ZeehShuku 2 місяці тому

    Ntakundi vyarikugenda

  • @agnessBwalya-gz4bu
    @agnessBwalya-gz4bu 2 місяці тому

    Uyo ariko aradebagura iyombwa bivuzeko b face afise izina gusumba sat b atigeze aririmba imbwa iwe tomba uso

  • @benjaminhavyarimana9479
    @benjaminhavyarimana9479 2 місяці тому

    ABA star bacu ntibiyubaha kuk bakubwiye ko wahejj nta kugumuka

    • @Sam-mr2go
      @Sam-mr2go 2 місяці тому

      Vaho burya abandi barubahirije 'umwanya