Bukuru reka kwinjira mu rugo rwabandi. Butoyi je te soutiens kuko urugo ni babiri musangiye akabisi n’ agahiye. Reka kumviriza Bukuru. Iyubakire urugo rwawe. Félicitations 👏🏾👏🏾👏🏾
Mana yanje ndabakunda 100%🥰😍😍🤩🤩🤩🤩😍😍🥰🥰🥰🥰🥰🤩😍😇🥰🥰🤩🤩😍🥰🥰🥰😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣😁😁😁😁😁😁😘🥰🥰🥰😍😍😍😍🥰🥰🥰🥰🤩🤩🤩 we bukuru we apana gusambura urungo utubatse uraziko wataguye kurusambura kare
Dushigikirane tutavanguye mugukurikirana ibikorwa vyacu vyose 🙏
Niwubahwe mutama ukora ibikorwa inka bandanya wihezagirirwa hama bukuru areke gufuhira cesire natoyi barikundaniye Kandi ubabwire jew shanella ndabakunda ijana kwijana mumico yabubakanye bivuga uku nugufashanya mubishoboka Kandi kubwizanya ukuri, urukundo mububakanye❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍👍👍👍Toyi ctectil💓💯💪💪🙏🙏🇧🇬🇧🇬🆗🥀🥀🥀Mwubahwe
Ndipfuzanimeroyanyu cankeyumwemuriwebwe kukondabakundamwesi
Ariko nyimba bukuru ari series muhanure areke kubinjirira vrt. Ahandi ho bizamugora mungo zabandi
Don't worry 💖💖👌
Kabisa
Butoyi fanya kazi jamangu kora nkabarabu 💪🤙🤙🤞🙏💑guteka samakosa ubunugufashanya ntakagayo karimwo
Iyi part 2 nari ndayirindiriye🤣🤣🤣🤣🤣butoyi ongera sana mampenzi ndo hayo🔥🔥🔥🔥🔥💃💃💃💃
Bukuru reka kwinjira mu rugo rwabandi. Butoyi je te soutiens kuko urugo ni babiri musangiye akabisi n’ agahiye. Reka kumviriza Bukuru. Iyubakire urugo rwawe. Félicitations 👏🏾👏🏾👏🏾
Woow true love 💘❤ Aba bantu bararyohera 😘🤩🤩💞
Bukuru😁😁
Bumbafu.bukuru.uratwika😁😁
Bukuru bareke bari muri love,w zurabihorera uzurabirabisha amaso ubihezagiza ingohe,hama nubwo biruko ndabakunda cane 😘team Mutama Gérard,courage bro🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Bukuru karasara😃😃
BUTOYI komera 🔥✌️✌️🇧🇮💓💓
Bukuru arasara wew ugomba kwinjira mubitakurab toka bono bukuru numu bono
Butoyi ameze nka barabu umugabo wu mwarabu arateka umugore yiryamiye ari mu fon
😂🤣😂🤣😂🤣
Asha ego kwr nimihimbiri Wang bobo bararenze 😂😂😂
Ubugari ndabakumbuye bimwe bibi Kandi biri muvyonkunda ♥️♥️
Ewe bukur nugufashany kirazir kwank butoy ngo nuko amufashij
Toyi courageous mukomere murukundo rwanyu ndabashigikiye kwel
Mwebw mwese mwararush kwer arik umubirigi zurek kuvuz indur nturaronk umukobw agukund wohinduk ikigug ww knd ww uzohur nibibaz kubwumukobw muzoban uzocik ikigug cuzuy p gusa 💜💜💜
Bukuru aca roho mbaya weye ivyo nibisanzwa njew Boss wanje ndamutuma amasahani ngira narure hariho abantu ataco bibabwiye gutumwa aca jalousi Bukuru cyicyi mpende mpende b wako👌
Toyi courage ntuzewigere wunvira bukuru ni rofa
Bukuru Imana irakubona ivyuvuga
Ibitunguru mwabihindùye amashuuuu🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Bukuru ngonum bilgi shaaa cycy na toyi nimwikundanir turabakunda canee
Ndabakunda 😄😁😁😁
Urukundo rwukuri ndabafan bukuru narek kubivanga star tv songa mbere✌️
Murakoze cane
Bukuru reka kwinjirira butoyi shaaaaa reka bikundanire
Mugihe mukundanye ivyonibisanzwe bamureka ubujinga bukuru nawe avuga ntarakunda hama akundwe awe yobikora atazi nuburyo yabikozemwo cycy na butoyi ndabatahura cane nimwikundanire
Toyi ongera sana niyipenda iyo kabis 👌🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦💪
Jamani jamani baace bajipendanie bajipendanie tena 👌
Mapenzi moto moto courage butoyi iyaba baba birirwa barwana vyari kuba Bukuru yovuze ibindi mwigumire gucyo bibondo ndabakunda canye bz bz
Ayamahasa aratwenza ndake reka ndabipfurize gukomeza impano yabo
Bukuru umubirigi ndamukund sn wallah mana anasemesha ukwel❤❤❤
toyi na cycy turabakunda kbx
Ndumiwe pee
😀😀Nimapenzi kabis jameni muwa acheni kabis mujipendaniye kabis 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦👌
nimapenzi ndindi
Cycy nawe nyene arateba akarenza siwe utegeka umugabo ngokoriki umugabo niwe yibwira vyakora
Mukomere butoyi na cycy Imana ibajimbere
Cycy butoyi oyeeee courage nimwikundanire stare by wubahwe bukuru reka kubavangira
Ndaba fana cane bukuru reka butoyi yibereye muri my love❤❤❤ burundi 🇧🇮🇧🇮from saudia 🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Bukuru reka gufuhira butoyi🤣🤣🤣🤣🤣
Bukuru sivyiza kwinjirira Butoyi murukundo mureke yibereho na cycy wiwe wowe ntibikuraba nagatoyi menya ivyawe sha
Bukuru naje ndibukuru nubwo jewe atabayeho mugenzanje bukuru reka wivu🤣🤣🤣🤣🤣
Kazi nzuli san kaka love from sten tv worldwide
Aba bahungu baravurugana😂😂😂 Bukuru rero ni too much😅😅
Butoyi , urumuzungu wewe urumugabo wubwenge wime amatwi abobose batazi icobakora 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇨🇦
Mungu wangu Chr wangu Cycy natoyi nukuri zuramwirukana wawaace mujipendaniye
Bukuru reka jalousi wew bikundanire toyi bandanya wikundire cycy bukuru yishinge kugososora ingohe
Cycy jew ndamwikundira🤣🤣🥰🥰
Star boy n'ejo n'ejo bundi umugabo adafasha umugore wiwe ntaba amukunda kuko gufashanya nivyo vyiza.
Turonse abagabo nkabutoyi twozubaka neza kandi zoguma
Bukuru urumugayidi kwl😃😃😃😃😃muranyishe kwl nogutwenga🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Bukuru ni mafuti ibihevyose wallah umugore s'umukozi muhungu,Butoyi ndamwemera kuko arazi akamaro k'umugore
Mukamawe ndabarahiye nukuri mamawe
Basha bukuru aranyica uziko nagira ntume odio muri comment kubera gutwenga🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣toyi&cycy🥰mahaba marhaba🥰🥰kuru reka kubafuhira🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mana yanje ndabakunda 100%🥰😍😍🤩🤩🤩🤩😍😍🥰🥰🥰🥰🥰🤩😍😇🥰🥰🤩🤩😍🥰🥰🥰😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣😁😁😁😁😁😁😘🥰🥰🥰😍😍😍😍🥰🥰🥰🥰🤩🤩🤩 we bukuru we apana gusambura urungo utubatse uraziko wataguye kurusambura kare
Rekaguciramurizonrya 😂😂😂😂
Bukur rirmw narimw arat inder murukund rwa cycy nabutoy rer ivy bakor vyos rek kuvyinjirir ww nimbutobkorer umukunz waw rek guter inder mutoy waw numukunzi wiw kand butoy kubkor sikuvugak atabgir abbon akor ivyaz rer yacuterany butoy et cycy courage kand mwirambir bukur naw yacut inder ubabwa niryutariy
Urukundo rwaba Zambia 🥰🥰🥰🥰🇿🇲🇿🇲bukuru bigpuu
Butoyi ndakwemera uzukwubak ndaba kunda cane
Toyi&Cycy muzakomeze ukonyene murukundo gwanyu ugorukundo sugwabose Mubirigi reka gufuha toka kule🤺🤺 Mutama Gerard arumiwe😂😂😂🤣🤣
Ego vraiment sivyabose pe
Murugo nugufashanwa Butoyi numugabo wubwenge akorer'urugo gwiwe.
Wapi ugo surukundo ,ahubwo murabe neza butoyi yaratamitswe ,nkanje nomukura amenyo abiri yimbere kugirayumve neza
Kabisa ndishimira kubona star boy aterimbere ndabona ama vius arikwaraduda insha Allah tuzoterimbere kwi tv yacu
Murekana nabukuru ntazi urukunda ndabemey ndabikundira❤
Harafu ukwiriye kuba ahantu bakoresha abantu nkaba wewe Bukuru ufise umutima mubi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ariko bukuru niwaja muma comments ndabizi uraza kumaramara cycy &butoye nice so mach🥰🥰🥰
Bukur karakurya kazokurya ahubwo ugombakubinjiriramubuzima usanga buru akundacycy kuko ntiyokwita mubitamurab atscagamij arikonticikinteg bakomeze
Ati afisurukundo gwaba zambia 😅😂🤣 kumengo nyina kinda ivyoguteka 😅😂🤣
Bukur arabakunda arko aryosha ikiyago😄😄😁😁
Cyicy nawe arakabya nukuri kuko kubaha umugabo nabyo nisawa
Bukuru muzomuhigire abasenzi bamusengere kk arafise impwemu mbi zogusambura inkundo zabantu kand ndamuravye igihe kinin cane vrm kuru ntashoboka
Hahahahaha ngo cycy bamuhindukiza nkibitunguru😂👌❤basha ruganze ❤❤❤❤❤❤❤💋
Bukuru nubure kutazana gwawe uze kwitambika muvyumu mugore numugabo mbe ra vashi ko yatets numusazi zugira indero buku birakenew apana kwinjira mubita kuraba
Butoyi komera 👌❤️❤️
Umuhungu amezenkabutoyi tumenyane abakobwa mwirenganire abamezenkabukuru namwe mwirenganire
Bukur sivyiza ivyobintu wamuvuga ucokora toy rek kubinjirira San
Niyubahe umugabo kuko ntamugabo wokuguma utumagiza nkumwana
Butoyi baramuroze
Nonumukozi kumufasha haricaha kirimwo canke simwe mwavyitumye niwe yabibasavye😂😂
Bukuru murugo nigufashanh aho nanabi irimo bukuru ahobari murukundo murugonigufashana 🤣🤣🔥🔥
Kabisa courage
Big up ba pti ba kwetu
Aho shatoyi nuko nugufashanya❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮👍👍👍👍
Big up sn Cycy na butoyi couple nkunda
Aho bukur nuko atarabona uwuwmuvugutira nakure urwamo mubant man burya aragenda mama wiwe amucir umugani wukwubak icaric mushenzi🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 urugo nugufashanya toka
Ndabikundira basha cycy na toyi rekana nuyomubirigi
Bukuru.... reka.... kutera stress urugo gwabandi biryoheregwe ubwo nubushamba bwabagabo batakorera ingo zabo.
Bukuru ko umenga abafiriye ishari ga yemweee!! Narek umujinya gufashanya ni vyiza.bukuru rek kugaraaa
Toyi cycy courage 💕 jtm bcp 💞
Naona pikosiku mtavuliyana adabu mbele yakamera mueshimiyane
Murugo ni koroherezanya sha Bukuru muzomurabe neza arafuha cane.🇧🇮🇦🇺
Izorya atarikindi murazitobanze
Cycy lakini siyovizuri kwenye caméra🤣🤣mmmhhh
Cycy nukuri nuva ryohewe kubona mufashanya numugabo wawe Butoyi mbega ibintu bibereye ijisho
Toyi ndagukosore gato ntiwari gukurayo inyama mumavuta ushiramwo ibitunguru kugirango uburyohe bwinjiranemwo nkakwakundi mubigira nijoro 🙈😀😀
Napita zangu 2 🏃♀️🏃♀️🏃♀️🏃♀️naona ni nomaaaaa 🤔🤔🤔
Ndanezerew
Yayaya 🤭😂🤣 Mubirigi nihatari kweri 😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mureke kubinjirira mubuzima basha
Barikundaniye
Muko poa sana
Murimurukundo
Umubirigi Safi sana
Bukuru gabanyaa kbx.gusa ndabakunda team Gerard
ndabakunda cane♥️♥️♥️
Ewe bukuru Shaaa urunyishe pe
Bukuru utaumwa presha wey na usibikule