Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Uyomukozi.waw.ndamuzimurikeny.kwamariyam.mwarab
Gus uwomukoz ntarab series agomba gutweng 😀😀😀😀
Masubi.umukozi.waw.wompa.inimeroziw..namukuz
Eka urimasumbi nyene aho wosanga waramushimye umukozi 😀😀😀
Ruguru murahabonera abakozi twarigorewe vyose nitwebwe urakoze masumbi umumukuyeko🙏🙏🤝🤝
Twebwe tuvarugura😄😄
Haaahaaaa ewe masumbi sha.wagiye waronka umukozi.
burundais et burundaises we love youuuuuuu.....
Muranyishe ngo ntapasiteri yaje ngaha
Dapfuye😃😃🤣🤣🤣
Nukwigisha umukozi
Umukozi kweli nuwo kwigishwa ivyo yokora. Mwakinye neza pe.
Birikobirabira
Hahaaa mbega umukobwa wumurengerenge ateka pasteke ngo numwungu aranyica peee
Masumbi ati agasema mw ijipo 🤣🤣🤣 ndamukumbuye karita
Masumbi nanje narize kaminuza, kandi nayize ngaha i Bujumbura mugabo pastèque ntamyaka ibiri iheze ndiye canke menye pastèque kabisa.
Ariko masumbi ntimuryoheje ibintu murarengeje pe
Hahah mbe umwungu ariko masumbi naw waragowe uwo mukenyezi wawe
Ha ha haaaaa!safi sana kabisa!Nairobi kenya turabakurikirana
Hahahaahha👹👹kweri ntakosa uwo mukozi afise. Ikosa nuwo mugore wawe masumbi hahajaha
Pasiteri weee zana amagi ntakund ..ngobiraguhitan🤣🤣🤣🤣
Masumbiii,,, honhera sana
Umukozi arusha fraichr nyirabuja😁Masumbi ntuduhende nikintu wizaniye zidonia agabe
Courage my team
Ati:mbona bagwomagura arirubisi haaaa !! Muraduteramisha kwakweri thanks again
Urumuja kweri masumbi wewe ntiwoyihinja spagro wewe uranyeguye kweri pilipili 😂😂😂😂🤝turabakunda kunkuru mudutera pe yudita urahumiwe ndakurahiye pasteur ntawaje muratweguye mwatwononeye pasteke😂😂😂
Yuditha pôle sana 🤣🤣🤣n'a mélange yamateka nibiharage urumva urayishoboye nibakureke🤣🤣🤣
Hahahahaha hahahahaha ati kamwe bita ketchup murabakwanza
Murafise ingabire, si ivyo mwìgãna abandi.
Leçon nziza
At uyomwana ni série
😁😁😁😁😁🤣🤣🤣🤣🤣😄😅
Bagomagura arirubisi
Ngo nta pasteur yaje ngaha🤣🤣🤣🤣yooo ndariza
Non kumwasaze uyo sumungo
haaaaaa
Ariko umukozi ari na fraîcheur kurusha inabuja!
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 awiiii noneho nitari
WihinduranYa abagore koresha umwe nibyo byiza ,ntujya uboba papa sava wo mu rwanda ko akoresha umwe .kandi bikaryoha
thanks tugiye kubitunganya
,😂😂😂😂😂😂😂ati kirashinya
Masumbi Waronse Akademu Neza Idiri Yaciyemwo Kabisa Waronse Mama Wa Baby Mushasha Hahaaa
Umukozi sinamukuye kwishur ryo guteka 🤣🤣🤣
Nihatari
Karatswenza mubandanye twogakunze
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣muranyishe nukuri
Uzoyibandanye
😅😅😅masumb ndi saudia w uranyic can
😂😂😂😂😂😂😂
kabisa
@@ggffhvcc8326 ahumbwo urimwijuru ahonihafi ryo
Big up san
Umungu🤣🤣🤣🤣🤣
Masumbi ifatire akongako kuko ntabwo ko kurya umutima
Atumwungu😆😆😆😆😆😆
Karigusha kbs
😂😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Big up
🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣😝🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Haaaaaaa haaaaaaaa azi gutek ibihag nibijumba
Masumbi we ntakigenda ntukoresha what's app
Ata gasema mw ijipo uranyishe p,pastec bayiteka te ??
Hahahahha
Ngaho umukozi nind??mabuja ninde???ewe dunia
Hari Scène zimar umwanya munini bidakenewe.raba uhindure.nka scène yo gukata pastèque