INTAHE ZO KU WA GATANU 31/01/2025 by Chris Ndikumana
Вставка
- Опубліковано 9 лют 2025
- Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri "KI" hejuru i buryo.
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +257 71 11 11 32
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
Mwami Yesu ndagushimiy kubantu Bose wakijije nanje Ndakwingize unkize umpe uruvyaro umpindurire izina nanje nzoshinga intahe mvuge ubukuru bwawe nukugiraneza kwawe Mwami wanj Amen
Amina cane
Imana yacu vyukuri turayikomeye amashi menshi kuko niyo Iruhura abananiwe n abaremerewe
Iragahora ku ngoma ibihe vyose
Bantu bimana musegere rwaye umutwe urarya cyane mufashe ndabiginze
bantu ba yesu ndabinginze mumfashe gusengera amafyigo aranzengereje nuwogira ico antereye yoba akoz kuko siheza.
Amenamen❤❤
Shimwa Mana aho ugejeje ukora Mwami Ushimwe lteka ryose Mwami nabatakuzi Bakumenye kuko Uri Mana ishoboye Byose Mwami Wanjye Amen Amen 🙏🙏🙏🙏
Amen amen🙌🙌🙌🙌🙌
Amen Amen God ❤❤❤❤❤
Urakoze Mana kuntahe twumvis
Amen 🙏🙏🙏🙌🙌🙌
Nyagasani Mana nyiza buno burwayi mfise nakoreshe imiti byaranze nzoze ngushinga intahe
Amen amen😢😢
Shimwa mana❤
Amen 🙏
🙏🙏🙏🙏🙏
Amen amen
Amen
🙏🙏🙏🙏🙏