Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Hit song kbx
Respect to everyone from this team
Umukenyezi yubahw ahari hose ❤
Murashoboye kwl iyo ngira amahera nobasororeye.
Nukubasengera gusa bashike kure hashoboka
Waaaaooooo Estimé n'a team yaw mwubahwe nukur murashoboye mukazi kose mwe mur tayari pe courage
Ningiti hejuru cane ❤❤❤❤ murahatwitse kabisa0:53
❤❤❤❤💃💃💃💃💃💃🎉🎉🎉Komera komera Estimé
Nubwo nzoba ndijene nzoshishikara mbakunde❤❤❤
Courage Iningiti band🇧🇮💯🌹🌹🌹🌹le 8mars iragez
Ndyohew nukuntu mwambay nkabakenyezi nyene🎉🎉🎉🎉
Jimmy mwubahwe murashoboye❤❤
Yooo muranryoheye nukuri,reka ndayisubiremw mpak 10fois
Indirimbo nziza cane kandi ikoze neza, Félicitations
Umukenyezi yubahwe cane.kandi courage cane Imana ishigikire ibikorwa vyanyu❤
Komera benewacu twubahaa
Courge❤🇧🇮🇸🇦 nukuri iraryoshe umukenyezi hejuru❤❤
Umukenyez yubahwe nikirumara kbx akakantu mukazanye hageze aba kenyez aho bari hose imana ibahezagire cyan estim hejuuru xana
Nimependa hii video
Wowooo nasha mbakunda kubi🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤murashoboye umukenyezinyubahwe
Nino turiyo kbxxxx support from future bisombe masombe masogoro bisogoro dori song ninziza. Clip ni oji en tout cas imbere niheza courage my bro kuki muyi postinz ayamasah abantu baryamye mwamwatunyoteje ndakesera
Estimer nukr wubahwe kuva kare nguma ndayumviriza vyase kondayihimba nukr courage muraryoherej umusi abakenyezi twubahwe Aho turi hose kbx
Ndagkunda can iningiti mwubahwe murashoboye🙏🙏
Umukenyezii yubahweeeee❤❤❤❤courage basha indirimbo nziza cane
Estime waaaaaaaaaaa inguv turagusigikiye
Komera nanje ndakunda umukenyezi🌹🌹🌹🌹
Murakoze kurako karirimbo kaje mugihe ciza twimirije ukwezi kwa ntwarante kuri umusi mukuru wabahariwe.
Naho nyine rusutiye komerezaho👍🇧🇮🇰🇪👏👏
Vyiza cn groupe iningiti Estime courage ndabon ubikora neza
Muraryoheye kuriyi ndirimbo ninziza cane Imana ibafashe kugera kure cane
Iyi ndirimbo irakwiye gukoreshwa mumisi mikuru yaba mama.courage team estime❤❤❤❤❤❤ from south Africa
Estime warukumbuwe komerezaho umukenyezi nimaboko igihumbi
Kumbe Estime ufis talent nyinshi
Estimé courage ndabona murashoboye
Nice song estime kumbe no mundirimbo ubirimwo neza💪❤️❤️
Iningiti band hejuru cane ndabakunda 🌷
Courage intingiti band
Murashoboye vrmnt mwubahwe ,kure cn niho mbipfurije
Estimé much love from Fifi Nah Full ♥️♥️♥️
My rusutime big up❤
Mwubahwe caane,akaranga turakabona kumwe namwe
Murashoboye tera mujimbere
Big up my bro Estime good job
Rusitime wubahwe vraiment urashoboye
Abakenyezi turashoboyee❤❤❤❤
Courage Kure cane niho mbifurije
Mwubahw can murashoboy kbx❤❤❤❤❤❤
Mukoze muduha nibindi jew mwanryohey cn nukur
Umukenyezi nic song ndabemeye
Estimé, courage uririmba neza!
Fresh saana Estime ndakurinyuma
Kwel Murashoboye 🔥🔥🔥
Umukenyezi yubahwe rata❤❤
Yoooo kambanye gato womenga ntikohera mwubahwe
Pole sana 😅
estime mwagiye ko atandirimbo mukiduha kwer
Never give up imbere niheza
Wow abakenyezi twubahwe
Nimwubahwe kbs
Ndbanezererew vrmt mukomerezaho
Congratulations c,est. Un bon message
Courage ndaba fana impande zose
Ijekuyindi mpwemu idasanzwe INDINGITI band mwubahwe
mutere mujimbere bntu bnje🙏
Umuco ntugacike ❤
Nukwonyene maze mukomeze murikukivi
Nukuri indirimbo ninziiiiza
Akaranga kame kabaranga bagenzi,indirimbo iryoshe canne,le 08/03 ndayumve !
Courage cane🙌🙌🙌
Congratulations kundanga karanga nziza vyose birisawa ❤❤❤
Terintambwe🤗
Estime uranshoboye umukenyezi yubahwe
Iyindirimbo ndayikunze
Ndabafana
Love from 62 July films🎬🇧🇮🇧🇮
Iningiti band hejuru cane
🎉🎉🎉wow
Kweri jimmy guma kumurongo
Abakenyezi bubahwe
Karamar waoooo niyubahwe kwel umukenyezi
Waooooh nukur ndabakuz nukur iy video ni kirundi gikwiy kbx imana niy iz iy murik muraj courge iningiti band hejuruuuu cneee
Good song🇧🇮❣️
Imana ibakomeze
Estime my favorite❤❤
Courage Bana Burundi
Courage murashoboye
Yes Iningiti ❤❤❤
Good song❤❤❤❤
Ndazikundacane
I love you so much Estime❤❤❤❤
estime courage kundirimbo nziza cane kandi ikoze neza ,irigisha,yakozw neza,mwayiririmvye neza cane nukuri murabo gushigikira cane.estime wew ufise ingabire idasanzwe kbx.wubahwe❤❤❤❤❤
Iningiti band hejuru cane munsi y'Imana gato vrm nimwubahweeee caneee Ndabakundaaaaa nahanaguy izindi ndirimbo zose nsigaza umukenyezi gusa😍😍😍✌✌💓💓💓❤❤❤🙏🙏🙏🙏
Bien saana
Ntakindi novuga kirets kubakunda komerezaho bana b'igihugu
Nice song
Yeeeeeee rwahoooo urusasuuuu hejur cn Mubicuu Iningiti Band ashaaa VB cn✈️✈️✈️✈️🥳🥳🥳
Muterimbere cane
Terimbere murashoboye
Vyiza cane
Hejuru cane
Good song
Hit song kbx
Respect to everyone from this team
Umukenyezi yubahw ahari hose ❤
Murashoboye kwl iyo ngira amahera nobasororeye.
Nukubasengera gusa bashike kure hashoboka
Waaaaooooo Estimé n'a team yaw mwubahwe nukur murashoboye mukazi kose mwe mur tayari pe courage
Ningiti hejuru cane ❤❤❤❤ murahatwitse kabisa0:53
❤❤❤❤💃💃💃💃💃💃🎉🎉🎉
Komera komera Estimé