Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mimi ni Mbrazil na ninawapenda ndugu zangu wa Kiafrika, baraka nyingi kutoka kwa Mungu katika maisha yao!!🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
imana ibahezagire cane.imana ibashoboze kuronka inyandiko zishobora kumara imyaka myinshi ariko zikagumana akanovera keza.kuko muri urumuri rw,amahanga
Muririmba neza pe Imana ibahe umugisha wo kubarinda ibyiki gihe
Mushishikare mukorera Imana mu kuririmba. Birakora ku mitima yacu. Muhezagirwe!
Amen. May God the Father of our Lord Jesus Christ bless you much abundantly!
Amen Muhezagirwe Cane
Ndabakunda. Caaane nabonye Abo twakoranye kera Nehemiya muhezagirwe nabandi badamu
Yesu abahezagire kbs
Amen Imana yacu n'umwizigirwa
Mwarahezagiwe mukomere mugikorwa cimana🙏🙏🙏
Mubarikiwe vijana wetu.
Muhezagirwe cane,Imana ibakomeze cane,iyi ndirimbo nayifuje igihe kirekire none ndayumvise,Murampezagira.
Be blessed for this blessing song
Amenaaaaaaaaaa. Nukuri uhoraho araseruka mumagorwa. Ndabihamya. Muhezagirwe bakundwa.
Awesome. God bless you all. Im also blessed listening from Papua New Guinea.
Thank you for sharing with everyone this wonderful opportunity of Prayer and Praise God 🙏❤Blessings!
Yesu abakomeze turasavye mushireko izindi zisigayz
Isipokuwa Mungu aseme hapana, hatupaswi kukata tamaa
Amen Shimwa urumwizigigwa atabura guseruka mugogwa
Imana ibongere umugisha
Amina!! Imana ninziza 🙌🏿
Imana ibakomereze amaboko
U re blessing me so much, may God continue fortify u in Holiness
Thank you very much for this composition may God bless and fortifies you to go ahead. Indirimbo zanyu ziranyubaka
Amen tout glwa pou Bondye beniw nou 💞💞🙏🙏🙏🥰🥰💝😍
Aaaaaamen, harimwo indemeshanyo
Mbeg amajwi mez courage
IMANA ISHISHIKARE KUBAHA IMIGISHA MYINSHI
akaririmbo karuhura
O chorale urwaruka ntahangwa, onde está localizado?
Bitwibutsa réveil yo mu myaka ya 1987 vyose vyatangujwe nurwarukaMukomeze umurimo wa Ndiho impera ni nini
Mukomere
Muhezagirwe caane
My God bless you more than you know.in secret i like you.
What country are they from? This is so beautiful
Zaburi 121:2 ''Gutabarwa kwanje kuva ku Uhoraho, yaremye Ijuru n'isi''.
Intah
Amen Amen
Mimi ni Mbrazil na ninawapenda ndugu zangu wa Kiafrika, baraka nyingi kutoka kwa Mungu katika maisha yao!!🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
imana ibahezagire cane.
imana ibashoboze kuronka inyandiko zishobora kumara imyaka myinshi ariko zikagumana akanovera keza.kuko muri urumuri rw,amahanga
Muririmba neza pe Imana ibahe umugisha wo kubarinda ibyiki gihe
Mushishikare mukorera Imana mu kuririmba. Birakora ku mitima yacu. Muhezagirwe!
Amen. May God the Father of our Lord Jesus Christ bless you much abundantly!
Amen Muhezagirwe Cane
Ndabakunda. Caaane nabonye Abo twakoranye kera Nehemiya muhezagirwe nabandi badamu
Yesu abahezagire kbs
Amen Imana yacu n'umwizigirwa
Mwarahezagiwe mukomere mugikorwa cimana🙏🙏🙏
Mubarikiwe vijana wetu.
Muhezagirwe cane,Imana ibakomeze cane,iyi ndirimbo nayifuje igihe kirekire none ndayumvise,Murampezagira.
Be blessed for this blessing song
Amenaaaaaaaaaa. Nukuri uhoraho araseruka mumagorwa. Ndabihamya. Muhezagirwe bakundwa.
Awesome. God bless you all. Im also blessed listening from Papua New Guinea.
Thank you for sharing with everyone this wonderful opportunity of Prayer and Praise God 🙏❤
Blessings!
Yesu abakomeze turasavye mushireko izindi zisigayz
Isipokuwa Mungu aseme hapana, hatupaswi kukata tamaa
Amen Shimwa urumwizigigwa atabura guseruka mugogwa
Imana ibongere umugisha
Amina!! Imana ninziza 🙌🏿
Imana ibakomereze amaboko
U re blessing me so much, may God continue fortify u in Holiness
Thank you very much for this composition may God bless and fortifies you to go ahead. Indirimbo zanyu ziranyubaka
Amen tout glwa pou Bondye beniw nou 💞💞🙏🙏🙏🥰🥰💝😍
Aaaaaamen, harimwo indemeshanyo
Mbeg amajwi mez courage
IMANA ISHISHIKARE KUBAHA IMIGISHA MYINSHI
akaririmbo karuhura
O chorale urwaruka ntahangwa, onde está localizado?
Bitwibutsa réveil yo mu myaka ya 1987 vyose vyatangujwe nurwaruka
Mukomeze umurimo wa Ndiho impera ni nini