Alain,Hosy mukora ivyo mukunda kandi muzi ntankeka muzoshika kure Alan sio sili nakupenda sana gisi unafanya kazi yako indundi,S.V ndabafana sana keep it up bro and Sisi 🇧🇮to🇿🇦
Kuvuga ko TV online zikwirikiranwo gusumvy radios ni ukwihenda cane. Kumiriyoni irenga cumi n'imwe z'abarundi wibaza ko ari bangahe Hosy bafise androïde ? Canke kubafise Android wibaza ko ari bangahe baja kuri UA-cam imisi yose ?
Uri umu journaliste wumunyamwuga kandi urabizi caane vrma big up
Hosy ndagukunda nukuri ugira ibiganiro byiza kdi uvugisha ukuri ❤️🥰 uyu munyamakuru arabizi vrment pe 👌
Kumbe hosy uruwiwacu IGITEGA much love from 🇰🇪🇰🇪🇰🇪ibiganiro vyaw ni oji
U are so really! No fake. Proud of you
Ooooh Hosy kumbe niyompamvu Chita akunda kuguposting ufise amaraso yomurwanda nda💕💕💕💕
Hosy ndagufana
Yoooooo ndabigutuy na maman Danny arakwikundur Imana ize ukugirir neza
Isaha vrmt yose😀😀🤔🤔nutwiso turarushe so ndabakunda cane cane cane hosy ndamukunda na TV yiwe😘
Hosy courage nukuri uricisha bugufi mubiganiro byawe kweli
Amakuru yahe mubaha? Nikuraba gusa gukuramwo amastress, Madame.
Murakoze cane indundi tv.
felicitation Alain, vs etes brillant.
Courage muratuma tutibagira uburundi bwatwibaruts....kuma T V ntitwabibona arko ubu turabakurikira cane
Alan na Hosy 🔥🔥nukuri ndabakunda😃😎
Umuma mwiza yitonda cane kandi akiri muto komera cane Hosy❤🇦🇺
Journalist big up ukora ivyo uzi
Ndumiw ko Hosy afise umwana noe kwatahora amuvuga amugirira naka Dedicace basi yooo courage kwli
Allan the real ibibazo bitosoye wubahwe bro
LOVE FROM #NDAHA_TV
😊😊
Abari hanze mubamarinkumbu
Mubiganiro burya😉
hosy ukora akazi neza kabisa kadi courage
Komeza guter'Imbere mukobwa w'igihugu...courage
Alain vrt ukora umwuga neza knd courage 👊👊
Hosy you are a lovely Lady, keep it up
Kichwe cha Habari the real zaw 🔥
Oooh wawooo,,aba littéraire tumenyane
Imana ubajimbere cane courage
Courage mumere nka ba sabin muterimbere
Big up mushik wacu Hosy
Ndipfuza kuvugana nuyu mumenyesha makuru, afite impano yumwuga akora.
Ndahari kandi Umwanya wose🤗
Kandi Merci beaucoup 🙏🙏🙏
Sha #Hosy je ndagushikiy abantu bumviriza i radio baragabanutse cane
Alain😍keep going on old classmate with my fav journalist hosy
Thank u so Much🤗🙏🙏🙏❤
Alain,Hosy mukora ivyo mukunda kandi muzi ntankeka muzoshika kure Alan sio sili nakupenda sana gisi unafanya kazi yako indundi,S.V ndabafana sana keep it up bro and Sisi 🇧🇮to🇿🇦
Hosy ndagukunda
Hosy uraryoher vrmt
Qui est ici en 2024 ukuntu hosy yangan amahera nimeza vrmt 😂
Luvly Hosy
ndabakuda bene data🥰🇨🇦🙏
Muy bien animado. 👍
Mubikora neza💖💖💖💖
Hosy terimbere Kandi Ndabishimiye kukuntu witanga
Big up bro turagufana
Alan the real courage bro
Merci beaucoup 🙏🙏🙏
big up sana Alain urazi akazi ukora pe🥰
Courage mwese,mukazi kamyu
Turabakunda cyane 💖💖💖💖
Uwomukobwa nakunze uko avuga azanyandikire instagram ni paccy. Official yooookk avuga neza diai nkunda ukuntu abarundikazi bavuga
Hosy uziyizire mu Rwanda. Dire nimaho
Turakumwe namwe
Ndipfuza kuvugana na hosy
ndagufana disi uhoraho akuje imbere
Ooooh Good
Big up xna
jew Hosy ndamukunda akora ibiganir biryoshe
Twarabigize
Abana ba 3 duzibiganza , wooowww my friend hosy hhhh
Ici kiganiro kiratagase
Nic interview but.. quality ya video ni low...
KOMERA HOSY
Ewe sh Hosy
nza naronka um journaliste abaza neza
Nakubali Alain twebwe abarundi iyo turonse nadukenya duca twibagira iyo twavuye tukibagira ni inshingano zacu tukatangura kwigira abastars tukibagira nabahadushikanye😔😔😔#nihatarikweli😅 courage Alain woe urazi ivyurimwo🙌 abandi ama succès arabacanga bagaca babicanga🤣🤣🤣🤣
Hosy uratubeshe ufise 28ans non pas 24 ans kuko wavuze ko uri umu 1996.
Hosy nicuki kabis ur g chr wng
👌👌👌👌👌
😘😘😘😘😘
❤❤❤❤❤
👌👌👌👌👌
Hosy ndakundibiganiro vyaw vrt. Kand ndakunda na TV yaw. Wirambir
❤️ from🇷🇼
🇧🇮🤝🤝
Uranyishe #hosy kuja mukamenge Aho kuja kumutakura?mug mkb uradufash nabi pe!
#Simeon nibaza kutatahuy impavu yafashe kamenge hahaha yirabe yose witonze...
Sha iyi camera yanyu iratandukanye niya siren vibes tv!😂
💙💙💙💙💙💙🙏🙏🙏🙏🙏
Big up Sana
Hosy duhakw kungan nanj ni 06/6/1996
😘😘😘😘😘
👌👌👌👌👌
Erega hosy uyumwana arasa na papa wiwe.
Basha uri wiwacu nanj narize kuri poloto kwel.mutoto wa cibitoke
Yoo kumbe uko kama Mimi murundi na mix y’a kinyarwanda pole kupoteza maman yako ce pas facile vraiment mtoto wa mu cité tujuwane apa
J’adore tes boucles d’oreilles ma chérie
Unve
Mwembwe2 ibiganirovyznyu ndabiheza kuko mubaza ibikenewe ntabusutwa mushiramwo
Amakuru avurwako harumu type azwi kwizina rya Siraheli akunda Hosy bimez gt ayo makuru turayakeney
Narinzi yuko Hosy akiri isugi😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂nticokunda asa gutyo yoba atakuriye mumuji hari imbile gusa
Uwo muririmvyi vyo kunda kwandondera?
Nubu baraca zimutera
Hosy narinz kwakirisugi kumbe yakabayarumuvyey hengera mamayak
😂😂😂😂mumuji bamubonye kera
I mean uwo muririmvyi mwavuze yitwa bisanga. Man vyoshoboka ko turonderana
Kiramvu arakaze
@ngo abayumvirije mumvahe nomunjahe.
Urya arakaze
Nivy kwl murasimba kuk muburund harimpan nyish muterekan mw mukund kwerekan bary bazw kwl
Urahindura gufunga imishatsi birakubihiye
Ivyo bigros bébé, biraryoshe,ça dépend mbona bimubereye
Kuvuga ko TV online zikwirikiranwo gusumvy radios ni ukwihenda cane. Kumiriyoni irenga cumi n'imwe z'abarundi wibaza ko ari bangahe Hosy bafise androïde ? Canke kubafise Android wibaza ko ari bangahe baja kuri UA-cam imisi yose ?
Nukwihenda nyene Android nibazako na 2M zidashika zabarundi gusa on évolue vuba na 8M zizoshika hama batere imbere kurusha
Ni Aka divorcé rero
Eeeeeeeeh kur poloto nih niz 9eme mungagara mur Q2 nahambere😆😆😆😆
Ati mathematique yarakwanse ndemeye rero lettre moderne kwariyo ibinebwe🤣🤣
Hahaaaa sha ntubeshe nanj nuko
@@anabelleakikunda4277 nawewe mathematique yarakunaniye?? 😜🙄
Ati Maths 0 hhh
@ Indundi tv ikibazo:
none tumenye uwamutey inda bica bidufash ik? 🤷🏽♂️
Bamurab ibiganiro mushira online!
Media ifis + de 80k subscribers mugakora emission yo kutubwir uwatey inda hosy?🤭shame on you