Ibirori vyo kwinjira ingoro y'Umugambwe CnddFdd mu ntara Kayanza vyatewe iteka n'Umukuru w'Igihugu
Вставка
- Опубліковано 19 вер 2024
- Ibirori vyo kwinjira icese ingoro y'Umugambwe CnddFdd mu ntara ya Kayanza vyatewe iteka n'Umukuru w'Igihugu hamwe n'abandi banyacubahiro harimwo umukuru w'Inama Nshingamateka n 'Uw'Inama Nkenguza mateka.
Ako karorero ni keza cane.
Gusa vyobaye vyiza cane mubihimiriza no muzindi nzego z'igihugu atari inyubakwa Z'umugambwe gusa!
Àmabarabara, Ibiraro,Isuku mu bisagara, Inganda n'ibindi biteza imbere Abarundi bose.
N'abari hanze tukiyunga n'abari mu Gihugu.
UBurundi buzubakwa na bene bwo !
✊🏾🇧🇮
Yes
True
❤❤❤
❤❤🎉🎉🎉
Ndabakunda mashariki tv
Guterera yari vyiza. Ingorane ni gestion. Ayo mahera aca aherera mu mifuko ya bamwe bamwe.
Komeza mutama songa mber mutaw.
Oko
Kuri iyo nzira muri 20ans.uBurundi buzotangaza Amakungu. Kuba igihugu cubatswe n'Urunani gwa Barundi ubwabo!
Nimudushirirek aj kwugurur kaminuza y'Ingozi
Umugambwe wubaka inzu ziri expensive gusumvya iza leta😏
Reka reka ni gusahurira inda gusa aho barazi ivyo bariko barakora.
Aho tout au tour huzuye abantu bagwaye imvunja bategekwa gutanga ngo 200FBU ku kwezi.
Mbega baba bayakuye he?
Ko nikawa bahora bikorako mwazituriye.
Rwagasore ntiyeretswe yagize analyse kuko yari yarize.
Mwebwe muguma mihenda abanyagihugu ngo mweretswe🤦♀️🤦♀️
Muzohava muheza nka Migurumiko🤣🤣🤣
Najew naratanz 1000