RABIN & DENIS: MUKIBIRA ABASIRIKARE N’ ABARUNDI BICANYWE N’ ABAZUNGU B’ ABARUSIYA!

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 15 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 35

  • @innocentbizimana9047
    @innocentbizimana9047 21 годину тому +1

    Ndi mubaha viabilije kuri plan yari stade olympique

  • @ignacetwagirayezu7961
    @ignacetwagirayezu7961 3 дні тому

    Kubera iki NEVA atariwe ajimbere kweri kugirango ashobora kuba yahura ni Riya nkuba ya danje

  • @Kwitondabuntujason5666
    @Kwitondabuntujason5666 4 дні тому

    We❤ Bwiza tv

  • @nyirahirwajeannemarie6630
    @nyirahirwajeannemarie6630 4 дні тому +1

    Oya nezerwa niyaba atamusoda w'uburundi wapfiriye mu k8bira ureke kubagiriza ububeshi nawewe utashitse yo ngo umenye ukuri ku bikorwa bibi bikorerwa mu kibira. Kiretse iyo uba wavuga ko ata musoda wanyu uri mu kibira upanga gutera u Rwanda n ' Ubuyobozi byanyu aariyo ndirimbo bamana mu kanwa.

    • @regisbayihaye4404
      @regisbayihaye4404 4 дні тому

      abasoda b'Uburundi bari mu Kibira ntakibazo kuko nibo bacunga imipaka na souveraineté y'igihugu.
      Urwanda barutera barushakako iki ?? Ico Uburundi bwagiriza Rwanda ni kuba ariyo icumbikiye abashatse gutembagaza ubutegetsi 2015 kandi nubu bagum bic abenegihugu (RED TABARA)

    • @yuhi-ngo-3.14
      @yuhi-ngo-3.14 3 дні тому

      ​@@regisbayihaye4404none bahungiye mu Rwanda gusa ko arirwo rwonyine muvuga😂😂😂 ninde wababwiye ko impunzi zitangwa gutyo!!! ubwonko bwawe ni nkubwindagara

  • @maombihakiza5858
    @maombihakiza5858 4 дні тому

    Nemera ubunararibonye bwanyu none mwajyiriye inama ababanyafurika kwirinda kwikururira america iwabo ko arumwanzi wabirabura abazungu ntibaribashirwa bataribica benshi muri africa umugambi wabo baracyawufite pe nukwitonda murakoze

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 4 дні тому +1

    oya rabin bahaguz 2 milliards francs bu apana dollars wangu. 2 billions of usd nimenshi

  • @regisbayihaye4404
    @regisbayihaye4404 4 дні тому +1

    2.5 milliards de $???urabesha kweli yari 2 milliards de Fbu.
    Hama projet yari iyo kwubaka ambassade nyene kandi niyo ihubatse kndi batanguy kuyubaka na maquette iriko.
    US Embassy iri muri Q Kigobe
    Kwa Sioni ni Ngagara Q 10 ntihanegeranye
    Za urahenda abo banyarwanda nyene

    • @manirakizaolede
      @manirakizaolede 4 дні тому

      Abigira bibona nama na mukurikiranye ngiranikokazi bamuhaye kokubesha ?

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 4 дні тому

      abarikurondera ubugari wangu tube tumutahura kuba impunzi sicoroshe uyo rero nindayibobere ababwira ibibashimisha kugira ace indaro nutwokurya

    • @kizepicele119
      @kizepicele119 4 дні тому

      Rabin imisi yose ararementanya gose, Sioni na Kigombe biri kure na kure gose, ahubwo ubu siwe yandika muri SOS media Burundi ko ivyo yanditse arivyo aza agahuruturira ngaha?

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 3 дні тому

      @@kizepicele119 aba nibamwe batwera imigumuko.rero kuva bahunze bararindiriye komuburundi haba akajagari barabura babona turatekanye amahoro umutekano iterambere ibifungurwa vyose turabifise bibaza uburundi bufatiwe ibihano buzoca burindimuka ariko wapi rero birababaza nicogituma ubona udu tv online twurwanda twiriwa tuvuga nabi uburundi bakubwira za operation zitabaho nagahinda bafise kuko twabasanze congo tugakubita m23

    • @hectorbisenga5615
      @hectorbisenga5615 3 дні тому

      None kwabsiyoni na kigobe sihamwe kweli. Ko nta 5 km irimo hagati. Ntaho yabeshe labin

  • @HabyarimanaFrançois-y1p
    @HabyarimanaFrançois-y1p 4 дні тому

    Kiriyagitero cyambere cyabaye kubwa Nkurunziza yari yarahize ko u Burundi buzihorera ku Rwanda kowasanga uwabateye kiriyagihe baragumye Mukibira baranzegutaha ikibazo kitararangira barabamaratu 😂😂😂😂😂😂

  • @regisbayihaye4404
    @regisbayihaye4404 4 дні тому +1

    Ndabasavye muzovuge amazina babo ba officiers muvuga bapfuye

  • @kanamugirerenzaho8349
    @kanamugirerenzaho8349 4 дні тому

    ❤❤❤❤

  • @JamarieKwizera-oz1tf
    @JamarieKwizera-oz1tf 4 дні тому +4

    ABABAMENYESHA
    MAKURU UBANZA
    BATAKURIKIJE
    GUFATA IMITI
    BABANDIKIYE
    INDERA
    IYOBAGEZE
    IMBERE YA CAMERA
    BIRIBONEKEZA
    NEZA KOBAFITE
    AKABAZO KOMUMUTWE

    • @GiseleUwera-m6g
      @GiseleUwera-m6g 4 дні тому +1

      Wabapimye usanga ntibakomeye? Ahubwo uravye nabi niwewe wasaze, instinga zakoranyeko

  • @blaisepascal1350
    @blaisepascal1350 4 дні тому

    Mukomere murincuti zanje ndabakurikirana

  • @regisbayihaye4404
    @regisbayihaye4404 4 дні тому +1

    Abo bantu bo mu kibira Aho mwakabiciye ntibahera ??harabuze n'umusi mwovuga izina ry'umuntu umwe yahapfiriye.
    Abasirikare b'Uburundi ko baba bazwi amazina nama matricule.
    Nimushake izindi contents ivyo Uburundi muvyihoze

    • @yuhi-ngo-3.14
      @yuhi-ngo-3.14 3 дні тому

      naba congomani nuko bavugaga! muzashira ivuga!

  • @cyamatareealexis1373
    @cyamatareealexis1373 4 дні тому +1

    Nononoo wibeshy mutama 2,5 milliard c en fr bu not in $ wangu 😂😂😂_ kibirira hoho inkuba izob amarirayo

  • @Zezy_G
    @Zezy_G 4 дні тому

    Ariko abo bazungu babarusiya muba muvuga mubakura hehe😂
    Cg mwumva ko aba mercenaries bose ari abarusiya😂 namwe ntimugakabye!

  • @regisbayihaye4404
    @regisbayihaye4404 4 дні тому

    Kuva muvuga ubwo bubeshi bwo mu Kibira hoha hamaze gupfa abasoda nk 5000. None ko abasoda babarundi bazwi namakambi babamwo none Ivyo muvuga ntasoni mugira ??
    Izo ngwano mutsinda kuri social media ziratangaje

    • @JuniorMulisa-jv1cy
      @JuniorMulisa-jv1cy 4 дні тому

      Ubuse abapfiriye muri congo wigeze ubamenya

    • @regisbayihaye4404
      @regisbayihaye4404 4 дні тому

      ​@@JuniorMulisa-jv1cyIntambara yose abantu bapfa ntibabura kandi Uburundi bufise abasoda muri Congo bizwi. Ivyo vyo mu Kibira ni ibinyoma

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 4 дні тому

      ​@@regisbayihaye4404mwenewecu bazokubwira kwuburundi atabasoda bufise bose babishe bakoresheje drone kwumusoda wumurundi umuruye urwara acapfa buca babwira komuburundi president waho yishwe na sniper zurwanda Buca babwira abanyarwa koboja gutorana amatongo muburundi nakibira uravyina na propaganda zabatutsi hamwe nabanyarwanda

    • @SamuNtaki-e5u
      @SamuNtaki-e5u День тому

      Ubugabo nkubu bwahahamutse busigaye bugwiriye mu rwanda.harikintu kinntangaza kwaka kagabo rabin, karafise ishyari ninzigo nivangura Moko, haribyo kifuza nimba bizoshyoka naje ntavyonzi .

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 День тому

      @SamuNtaki-e5u ntibizoshoboka

  • @cyamatareealexis1373
    @cyamatareealexis1373 4 дні тому

    Nononoo wibeshy mutama 2,5 milliard c en fr bu not in $ wangu 😂😂😂_ kibirira hoho inkuba izob amarirayo

  • @cyamatareealexis1373
    @cyamatareealexis1373 4 дні тому

    Nononoo wibeshy mutama 2,5 milliard c en fr bu not in $ wangu 😂😂😂_ kibirira hoho inkuba izob amarirayo