Mubisanzwe iyo si indahiro. indahiro yategerezwa kwemeza ko atazonyuruza amafaranga yi gihugu ko ata ruswa, igiturire, canke ibindi bituma ikigega ci gihugu gitirimuka azokora. Ko ategerezwa kurinda ubutunzi bwinjira n'ubusohoka. Iyo ndahiro yiwe ni comedie, Ewe Burundi waragowe. Sha ndababaye
Mubisanzwe iyo si indahiro.
indahiro yategerezwa kwemeza ko atazonyuruza amafaranga yi gihugu ko ata ruswa, igiturire, canke ibindi bituma ikigega ci gihugu gitirimuka azokora. Ko ategerezwa kurinda ubutunzi bwinjira n'ubusohoka.
Iyo ndahiro yiwe ni comedie, Ewe Burundi waragowe. Sha ndababaye
Azogerageze gusumba uko abandi babikoze, na cane cane mukwitwararika ivyerekeye imbonakazoza twipfuza 🎉🎉🎉
Muzi kuvuga gukora ntimushoboy Mur'abahanzi
Turamukeje Ku mabanga arose Imzna imuje imbere
Iyi generation nihatari ntavyishi umuntu yovuga kuko ngontawuteringata iritararenga iciza nuko imana Ariyo imenya ibikenewe ahandiho igihugu bakirangije
Usituangushe mzee uryumeko
Vyurigihugu Sha
Good!
Uzobarahiza,ucoke,ko bazoguma Biba.
No comment
Raba ayomatama yabo bagabo ntanisoni bagira muga abanyagihugu baremvye nibagushireho sha witagatire siwe uje gushobora ivyananiranye
Iwanyu nimba muremvye uzurivugira Kora reta ntizoza kubazanira umuceri wamake atawo murima kurijambo mukanwa ngo narize sinorima😢
ndakwipfurije amahirwe ariko ntuzokore nkabandi
muzopfa nabi ibisuma gusa
Abo batama baha ntamigambi yitra mbre bayoshoboy
Genda nawe ngira niwe ushikiriwe kwitagatira muga warukwiye gukorera imana basi yo yahagusize abobarundi nabo ntakundi
autrefois il faudra parler en regardant le publique
😂😂😂😂😂😂