Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Turabakunda kumpanuro mutanga mu marerese yanyu kweli kuko muvyo mwambara n'imyitwarire yiwanyu ntimuta akaranga kuko murigukina irerese turabak❤❤❤caneeee! Ikindi naco tubakundira ntimugaragaza bêtise mwirerese iyo bigeze muherekana mubwenge kuko amareres aratwigisha abakuze n'abatonyi murakora kweli Imana ibahezagire murarenze❤
Nukuri ndanezerewe can nunviseko yaheze narababaye nukuri muyibandanye irigisha mumpande zose intore ntindi ejuru 💯💯💯
Ndabashimiye iyi firme yaranyigishije cane muyibandanye❤❤
Muratunyotej!!!bandanya muduhanura nukuri muraduhimbara❤
Courage anachoi mishyireho utundi duce ndabakunda❤❤❤
Intore ntindi hejuru cane gose❤️
Abarundi nagomba ndabasabe ikintu kimwe nimuze dutezanye imbere twebwe ubwacu dukundi movie zabarundi cane kuruta uko twokunda ivyohanze please ❤
Vrement courage nukuri
Noé komutayiduha yabananiyegusohora muratunyoteje nkabafana😊
Amédée courage 💪💪💪 courage
Raba muduh turayikeney
❤❤❤❤❤ Amédée hejuruuuu 🤗🤗🤗
Mwirambir❤
Vyiza cane
Amede urashonoy caaane nukuri film intore ntindi irimwo ikirundi kimez neza kandi mwabikoz neza ntibigez bacanga indimi
Twebw dushak film ibandanye ibiganir oyaaaa
Nimuyinyarutse basha turayikeneye ndarira 😢😢😢😢😢
Kwl kwl ❤
Arikose iyo film ko mutayibandanya ngo tuyirabe bimeze bite
Nange ndi Umunyarwanda kazi ndabakunda kandi ntegereje namatsiko menci.
Jeho nagira ngo niyo yasohotse😂
❤
Mwebwe mukora film mugaca muhagarik wapi
Nanje narayiknze
Mwaduteberej cane
Jewe nabuze icomvuga nacane cane komwakiniyiwacu murabe muzoshike kundamutsa
Nimukomeze yemwe
Nimuyitebutse
Waw😅
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Abarundi niho mudaterimbere,rabukuntu mwayitwimy iyindwi
Mwadutebej