Reba igitabo wodusomera muri ibi: 1.Father rich father poor 2.Millionaire fastlane 3.think and grow rich 4. Road to success 5.art of war 6.never split the difference 7.physiology of sex 8.the power of mind Thank you for having read this
Vrema I grew up in Bujumbura, I love that country! Ariko birarenze vrema. How ushobora kuba mugihugu 2 years ata essence uronka kndi arivyo bikubeshejeho. Peter yishe igihugu. Let’s this one ko harico azomara. At least we aravuga basi
Reba film zisobanuye uciye hano agasobanuyefilms.com
Oe ko zidafunguka film 🎥
Ck
uradusigurira season bridal mask
Uzakomereze kuri iriya story ya Rambo arwana na rock balaboa.... ibintu bya USA na Russia biri good peee
Flim
Abarundi bari ngaha musige like tumenyane❤❤❤❤
Niba ukunda Rocky kimomo ma like ❤
Rock udukoreye amateka twe abarundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✅
Niba ukunze ko nyiricyubahiro yambaye ishapure mpa Like🙏
Rocky turakwemera i burundi kandi much thanks kudukorera ikiganiro so ubandanye uduha abarundi ibitwerekeye bitwereka ko udufise kumutima🇧🇮❤️
Abemezany nanj ko NEVA agiy gutungany igihugu cacu cuburundi mump 👍
Rocky I love you from 🇸🇦 to 🇧🇮 kumpa amakuru yigihigu canje 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mu musengere Imana imuhe kurama,kuko never aritanga kubwacu.kandi much respect Rock
Imana iturindire igihugu cacu 🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Muhumure bizagenda neza.
Ntawundi mutwe nugusenga tugaha igihugu Cacu Imana kuk niyo ishoboye vyos kuk uburund burafise amasezeran Iman yasezeranye kand bizoshik rer nugusenga Iman yacu irumva Kandi irakor
Rocky love you so much from 🇸🇦 to 🇧🇮🇧🇮
Courage Rocky wacu turakwemera, Ariko uzadukorere ikiganiro, ugeregeza kugereranya urukundo+umubano wingo zacyera ndetse nizubu ahanini uzite kubyo bashingiragaho byajya gushaka abo bazabana, ndetse nuburyo babibanagamo, uturebere uyumunsi uko bimeze. Urakoze cyaneee
Nico kiganiro mwokiturons komomo wacu🔥🔥
Ikawa y'Iburundi ninziza cyane
Batera ibibazo gusa abanyagihug tugakena umufungo from🇧🇮
Nukuri Imanw iguhe ukuramba President wacu ubashire ahagaragara 🙏🙏🙏🙏
Azabashoboziki none😂😂😂
Neva turagufana ❤ rock wacecetse wabonye uwukurusha gusobanura
😂😂
President wacu urababaye kandi murifuza ko Uburundi butera imbere ariko murikwicirwa nizo ndyarya👌zitange zitarabitanga please kuko ntibariko babafasha gukorera igihugu ahubwo bariko bakora ibishoboka vyose kugira babananize bongere babacafuze ko ntaco muri kumarira Igihugu
Rock ndakwemera Cyane ngah Burundi
Mutama wacu Neva turagukunda❤️🇧🇮🇨🇦 cane kuko ukomeza kuturwanira imana ikomeze ikurinde
Reba igitabo wodusomera muri ibi:
1.Father rich father poor
2.Millionaire fastlane
3.think and grow rich
4. Road to success
5.art of war
6.never split the difference
7.physiology of sex
8.the power of mind
Thank you for having read this
Kimomo i give respect ufise impano kwl idasanzw ikinezer reo nuko unaduherez ijamb ry'Imana ukanadutamw utunt twigish iy mpano yesu kristo yaguhay ayikuzigamir kand uyikoresh mukumukorera 😊😊😊❤ thx Rocky Ndiho yakuduhay hageze waje hageze komeza guter intambw kure niho nkwipfurij😍😍
❤❤❤
Imana ihezagire igihugu cacu na nyenicubahiro president wacu never
Nukuri imana izamubahe imyaka 1000😂
@@user-lw7oz2rb5w hhh babanze arangize Niki kwezi Kwa 5 ibindibizaza nyuma hhh🤣🤣😏
Numuhanga cyane
Neva nidanj ndamwemera cane kwer😂😂🙏🙏🇧🇮🇧🇮❤❤
😏😏
Ahubwo Neva Ni dage😏😏🤣
Wangu aravuga ariko abwira ibipfamatwi kuko bikomeje kwisamburirako
@@DorianeManirakiza Ntawe abwira kuko niwe gisuma gikuru n'umuryango wiwe.Ahubwo ivyo avuga nababa baramwimye igiturire ubu nibayamuha ntuzomenya aho vyakamanganiye.
@danielnduwayo4723 Rock yaravuze ko kurubuga gwiwe atamatiku akeneyeho, amagambo nkaya ntakwiye kurubuga rwumuntu wipfuza ubunyankamugayo, umuyobozi ushobora kumukunda canke kumwanka ni uburenganzira bwawe ariko abanyabwenge babuza kubiserura, kuko aha wosanga mubwamwanka uri uwanyuma, icyingenzi ni ukwibyihorera, gusa ngusubije kubusabe bwa Rocky yiphuza kurubuga gwe ruzira amatiku
buriya Neva Ari sure cyane kubanyagihugu
Rock wacu muburundi turakwemera cane turagikunda cane hama ntuze wigere uvuga kubijanye naportique yuburundi kuko hiryayejo bazugurura imipaka ntuze usange urimubantu batemerewe kuza iburundi bavanye nuko wobawaravuze amajambo atanezereje indongozi zuburundi gusa rock wacu nukuri wabikoze neza kuko ntansiguro washizemwo watwumvishije ivyavuzwe n'a prezida wuburundi ntagihugu kigoye gutwara nkuburundi
Natahaza azahomba iki?
Rocky ategerezwa kavuğa ukuri ukwo abibona nk’umumenyeshamakuru ,
Rocky Ntuze utinye gutanga commentaires kuri politique y’Uburundi
politique y’Uburundi yaturambiye
❤imomo 😂mbebasha yaj avah?nyen umugani wiwe nihak havuk umuntu nka rock 🤷hubwo nashaka uzonya mamarize uzurababwirako frigo ndazikoze atawusubiramwo ndanaziguridha🙏🙏🙏🙏ubwire abanyagwanda barihiyo ko mbakunda umbwirir ntabarundi bos bashik ndabah frigo kugiciro gotoya nukuri uzo ntwikikir rimw gusa 🇧🇮🇧🇮😊❤️❤️nanj nry kumufungo mpaw nicamamare nemera uzukuntu agasobanuye kandaza ntasinziriy iyombuye gukora frigo ndagashikirako😁😁😁😁🇧🇮🇧🇮plz mfasha uzontwikire kugasobanuye nitwa jean ingozi Gus nikorera bujumbura kamenge kuri Rn1 kuri12 rya obeyeri rija kukirimba Aho twita kwa ntare rushatsa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮😁ndabigusavye
@@rodriguerwaka987 itonde vyogufasha
@@kavorama983 rocky sumunyapolitike utamwosha
Keep going rock hama zanyigisho dusome ibitabo jewe ndazikeneye
Rock ndagukunda kabis 🎉🎉🎉❤❤❤uduha ibintuvyigirakamaro
Murakoze Rock muburundi turakwemera cane
Ebana respect to our président and you kimomo
Burundi my beautiful country 🇧🇮🇺🇸
Ndakuramukije
Igihe kizagenda kibabwira twakabaye duhuza kuko abarundi ni abavandimwe
Cyane turi abavandimwe 👍
Abarundi ni abavandimwe b 'abanyarwanda kdi turabakunda cyane...
Rocky respect kuba utaciye mwijambo rya son excellence wacu ubundi abanyarwanda n'abarundi ururimi ninkarumwe,pour celà merci,urwauka rwuburundi nacane cane les jeunes chômeurs mube maso tumuguminyuma à zéro mettre ivyo bigabo vyoba igihugu bigatuma uburundi dukena tuvyirukeko mpaka😂
Vrema I grew up in Bujumbura, I love that country! Ariko birarenze vrema. How ushobora kuba mugihugu 2 years ata essence uronka kndi arivyo bikubeshejeho. Peter yishe igihugu. Let’s this one ko harico azomara. At least we aravuga basi
President w'igihugu cacu ciza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ndamwemera cn kukw yarivugiy ubwiwe kwo aho bazonona ibintu abona bazophuma bavyonona atakihari Imana ikomez kumutuzigamira.
Rocky Kimomo uhavukwiza like 1million pe❤
Rock nonex wazatubwiye kururiya mugabo wabaye umwami waba vikings ragin rovbrog dufashe nkabafana bawe kbx uri ❤❤❤❤
Cg umwami ekibat
@@Tubivugeho43 egh klii abobami bose uzadutemw msaza
Mr President Never kugirango igihugu gitere imbere bisaba ibitambo byinshi Ntago wica ibyo bisambo kubifunga ntibihagije
Kabisa ubivuze neza cane.
Vyaramaze kumurusha ubushobozi kubera nawe ntiyera.KIretse iyaba ataho bigeze bahurira nawe yiba.None Neva nakarorero keza kibisuma.
Ubu usizeko nca mbibona direct biranryoheyeee cane today respect Mr Rocky umusobanuzi mwiza wa filme
Umukuru wigihugu cacu Baramugora cane ahubwo yarakwiye gusubizaho igihano cokwica kuko ubwobuzehe bumwebumwe buguma bwonona igihugu mugihe twebwe urwaruka twicwa nakigoyi imigambiyacu igapfira murutendeko hakwiye gufatwa ingingo ruhashaa.kananirabagabo. ntiyimye.
ese bisaba iki umuntu abaye yifuza kuba yaba joininga kab umusobanuz couz you inspire me
Rock hejuru cane ❤❤❤from Burundi 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 udukoreyumuti
Rocky zuduha turakwemera Hama umukuru wigihugu cancu natuzamure kabisa❤
🇧🇮🇧🇮Heart of Africa 🌍 💯
President araha kimomo wakoze cyane
👍uradukorera ibint birenze merc
Kimomo wacu wubahwe gusa agasobanuy kagira kantemvy😁😁😁kumbura uzonkorere agatwiko nanj uzurabwira abarundi nabanyagwanda ko frigo ndazikora ntibasubitemwo ubabwireko ndanazidandaza erega ndakwemera😁😁😁🇧🇮nanj nshak agafungo kavuy iwawe😄💕💕💕💕nitwa jean kimomo mva ingozi ariko nkorera frigo mukamenge kuri 12 rya obeyeri kuri Rn1 ahotwita kwantare
Abarundi tumenyane Kuma like plz
Urakoz Kimomo wac. gus muzeh wac avugukur peee abasum mugihug cac nibensyi
😢😢toka kure ubwose Niki yatuzaniye
@@user-qn1bp8ch2cgabanya ishari uzopha urijane vy'iza ukuri kwavuzwe kwemezwe apana kwandika nkuwaborewe.
Turagusengera Imana igutabare,itabare abarundi
Kuva nabaho nibwo numvise evariste afata umwanzuro uzagirira akamaro abaturage ayobora
Atanga isomo
❤❤nkunda rock. Wanje❤ ukuntu..ankorera umuti.from 🇧🇮
ijambo ry’umukuru w’u Burunndi nkiritangira nari ntarasobanukirwa neza gusa umusaza économy based on coffee arayizi yuburundi ko bamubeshya birangiye abagiriye inama ndamukunze
Rocky komera never arakora ariko iburundi bufise akagwi kabufukamye munda banarwanya never iburundi gutegra imbere biragoye kuko iburundi beshi bikwegerako papa Rocky ndashima ibiganiro vyimana utugezaho buriyo musi ukomereze Aho kuko kwamamaza ijambo ryimana uzobihemberwa nuwiteka kandi bitugeza ahantuheza caneeeee❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💯
Respect to u all fanz of rock kimomo❤
Much respect to you Mr Rock
Ikibazo cya Pr.Neva atangira speech ari President,yagera hagati akaba Pasteur hama agasoza ari Comedian.
😠
😂😂😂😂
Narinziko arinjye njyenyine ubibona 😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂
Ntubesh nukur uvuz ukur
Twebwe ikawa nakuze mbona barayiranduye nahahora icayi duheruka kuhatera ibijumbu kuko usanga nabakozi ukoresha udashobora kubahembamwo uguma muruhombo
Yoooh 😢
Wow thank you so much Burundi🇧🇮🇧🇮
Rocky you're the best 🤜🤛
Bose nicokimwe nkubu ntituba twirirwa mubihugu byabandi ngo turiguhiga umufungo , from 🇧🇮🇿🇲
Rocky asante boss undamukirize savimbi ndabemera cane 🇧🇮
Thanks rocky wageze iwacu❤❤❤❤
Rocky, Thank you so mach , cane cane kwivuga butumwa usigaye utugezaho, komerezaho.
🎉🎉🎉 capiten Uba wabikoze peee 🙏 IMANA ikomeze iguhe kwaguka for real
Thank you @Rock at least washizeho photo Cover ya bien!!!!
Kimomo kibaruma kibahana vyombo vyose usadutemo amateka ya prince Luis rwagasore Yarondereye indépendance I Burundi 🤸
Ndagufana🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ubundi evariste yatwara neza pe turanwemera ahubwo abamukikuje nibo Bari kumwononera
Rocky courage njye umaze kunyubaka bya hatari tukurinyuma bibaye na byiza twazakor nka group ya WhatsApp tukamenyana birambuye tukanjya duhugurana ndumva byafasha cyane
Thank you for your great job. Much respect 🙏🙏🙏🙏
❤Ukoze umuti rero Ubu!
Uwumva irijambo rimukoze kumutima siga like uwuvyumva
Rock ndumurundi niwubahwe ntakiganiro nakimwe ntareba kandi ndihafi yakirundo turegeranye ndumubanyi wawepe!!
Ni kimomo mubintu vyose 👍Ndakwemer birenzee
Santé ❤❤ kwer wadukorey umuti
Cyokoze aha ho YAVUZE Ukuri kubijyanye n'uburyarya bw'abarundi😢
Cyakoze uyumugabo avuga ukuri❤
Nukuri avuga ukuri kd Imana ikomeze kumuha ubwenge
Niwe mubenshi aburusha abandi.Kuko ivyo vyose avuga ntavyo yokora.Nawe n'igisuma.
@@danielnduwayo4723nukuri abarundi turagiye Ariko nyenicubahiro avuga
yea buddy rocky thanks a lot
Turiho from Burundi
Live from Burundi.
Kimomo wadutunguye pe kuko benshi baba biteze kutubwira ivyomubihugu bitinyitse kwisi turakwemeye pe
Abanyoni shaa barakimaze
Imana imufashe
❤ namahoro turabakunda cane muburundi❤
Rocky uzadukorere ikegeranyo kuri wamuzungu uzenguruka African n'igare witwa kino Yves. Thax turakwemera.
Kbs rocky urarenze, wazakore ubundi america na Israel byahereyehe kugirago Amerika ifashe Israel ese america yungukirahe mugufasha Israel.
Never arabamarandaki bashire muri gereza bose 😂😂 Rocky inomusi uranyemeje kl❤❤❤
Thanks, rocky for this
Ntakubonye mubwami bwijuru nzoshwana💪💪
❤❤❤❤❤ thanks you
Rock muzodukorere ikiganiro c'uwo mukuru w'igihugu ca Burundi ,
Komera hejuru Rocki
Biteye ubwoba igihugu cacu, S.E Evarste Ndayishimiye nahaguruke atuze abo basuma
❤❤❤❤❤❤❤❤ ndakwemera lock wacu
Turakwemera caane gukora kuri president wacuu❤❤❤
Longe vie à ma patrie 🇧🇮
Love from 🇧🇮🇧🇮
First, to comment. If you like ROCKY like me, leave like here 👍
Murakoze cane ❤❤❤❤
Aho bigeze
Nuko mubisata byitwaro
Bokura abize hakajamo abatize
Nubundi
Umukenewambere kwisi nuwize
Umutunziwambere
Ntiyize .
Rr nuko bohindurumukino
Bakagerageza abandibakinyi🎉🎉🎉🎉