AMAKURU MU KIRUNDI YO KUWA 1/1/2025 AGATHON RWASA YAFUSWE KU NTONDE ZURUNANI BURUNDI BWA BOSE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 січ 2025

КОМЕНТАРІ • 15

  • @felickabura6328
    @felickabura6328 17 днів тому +1

    None korwasa bamurenganya akaguma ahoze wumva yofashwiki?

  • @MoiseIgirimbabazi
    @MoiseIgirimbabazi 17 днів тому +1

    Rwasa nahindisha ibinu abitwara bukebuke ariko nibazako cdd itazi ivyo irigikora

  • @NkeshimanaNoe-h7x
    @NkeshimanaNoe-h7x 18 днів тому +1

    Twihangan

  • @ZAMURIMPANOTV
    @ZAMURIMPANOTV 17 днів тому

    Ingorane za maneno yanayopigwa

  • @NkeshimanaNoe-h7x
    @NkeshimanaNoe-h7x 18 днів тому +1

    Kand tubwir ico hukora tubatz amatwi kuko twarambiw bj rural hoho tugz habi

  • @ZAMURIMPANOTV
    @ZAMURIMPANOTV 17 днів тому

    Rwasa arenganurwe

  • @ndikumanaalex225
    @ndikumanaalex225 17 днів тому +1

    Mubisanzwe twebwe nk'abarundi turazi neza abanyepolitike b'Uburundi na cane cane iyi Cndd fdd. Rwasa ntayindi option n'imwe asigaranye atari ukurondera abamufasha mvamakungu, namba koko agifise agatima ko kuzamura Uburundi n'abarundi ico conyene nico cizigiro asigaranye bitaruko nta nzira y'amatora izigera ituma Rwasa arongora igihugu!
    Manifestation zozo forget about!!!

    • @richardninganza2265
      @richardninganza2265 17 днів тому

      Murahumba abari kuvuga mwese turabazi

    • @richardninganza2265
      @richardninganza2265 17 днів тому

      Rwasa abandanya akorana gute n’abakoze ihirika ku nguvu z’ubutegetsi nkamwe,ahubwo muramushuka turazi ko atari urukundo mumufitiye

  • @ZAMURIMPANOTV
    @ZAMURIMPANOTV 17 днів тому

    Bafate ingingo zihumuriza

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 16 днів тому

    Neva yishabatusti arabamara noneyasubiye mubahutu ashwatambaye mugihugu none aserukira bande

  • @EsdrasNiyongabo-wo1ge
    @EsdrasNiyongabo-wo1ge 6 днів тому

    Abarundi batarashika kurugero rwo Kumenya ko bose basangiye uburundi kwatakavamahanga ari muribo Gutyo ngo bicare bigaye kukubana nk'abakeba kwabo kandi ari bwamwe ,imbono kazoza tuvuga izoherera muvyiyumviro no munyandiko gusa ntaho izosohorera kuko imbono kazoza iyishinzwe igomba kujana n'impinduka yivyiyumvuro ntihabe hakiri uwuhirwa n'uwakwa ijambo hisunzwe kukuba adahwanije ivyiyumvo nababandi baba bahagaze mu myanya nyobozi bene iyo ngendo isubiza uburundi inyuma ntishobora kubufasha gutera Imbere muri ya mbono kazoza basize imbere. Abarundi twikebuke twivugurure tunagure ivyiyumviro vyacu bijane n'igihe tugezemwo

  • @ZAMURIMPANOTV
    @ZAMURIMPANOTV 17 днів тому

    Bagomba kwisubiko

  • @ZAMURIMPANOTV
    @ZAMURIMPANOTV 17 днів тому

    Nimba batamutiny bashaka iki

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 16 днів тому

    Abandibo baranapfa wentawuzomukira