#Burundi

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 27 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 32

  • @gaellamuhoza1575
    @gaellamuhoza1575 4 роки тому +1

    Yooooo nkunze uburundi disi abayobozi banyu bicisha bugufi ,blessed country

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 4 роки тому

    Amen.
    Amen.
    Amen.
    Umutambukanyi wumukuru wigihugu arakomeje kuvuga ijwi abarundi bamaze kumenyera ryokwishira mu Mana.
    Amen.🙏🙏🙏

  • @dativenizigiyimana8243
    @dativenizigiyimana8243 2 роки тому +1

    👏

  • @chishidesert9900
    @chishidesert9900 4 роки тому

    Brundians you are blessed mama God bless you for such commitment

  • @nsabimanaerneste245
    @nsabimanaerneste245 4 роки тому +1

    Ndakunze ingene ikigigorane cabaye narinzi ngo ntabikorane bizosubira muhezagigwe cane gose amina

  • @glorianikiza6033
    @glorianikiza6033 4 роки тому

    Kubagira nkabarongozi bigihugu cacu numugisha

  • @nsengiyumvadidace9082
    @nsengiyumvadidace9082 4 роки тому

    Uwu muvyeyi wacu nawe aremera Uhoraho nk'uwundi. Imana mushobora vyose imwumvire muri vyose

    • @basaboseberahino7351
      @basaboseberahino7351 4 роки тому

      Reka reka abo barazi gukorera ku maranga mutima yabene gihugu
      Barazi ko 95% de la population Burundaise ari abemera IMANA kandi batize kandi baba mucyaro; ubwo rero ni ngombwa ngo bame bariko barabakoropa mumitwe nizo kina mico ngo ni amasengesho😏😏😏
      Babuze kuja kukivi ngo tuve mu bukene ivyo vyokwama bikoroza amosozi y'ingona mbega ntidufise aba pastors aba padiri n'aba sheh bashinzwe kuyobora imitima yacu????
      Urabona ivyo bitoro birigwa baraturira bongera bakoranya isinzi ry'abantu aho kurimira agatasi birigwe bariruuuuuuka inyuma yabo gusa ngo bari za gusengaaaaaa.
      Gusenge ni mumutima w'umuntu ivya Sogo vyararangiye ubu soit ari mwijuru canke mumuriro ivyo ntibituraba kk twese dufise RV yacu ja kubikorwa kigira muzosige isi ari nziza vana ugwamo ngaho☹☹☹☹☹

    • @kuraindandendenamokotwubak7748
      @kuraindandendenamokotwubak7748 4 роки тому

      Ati bikiramariya utwumvire haahaa

    • @nzimanu
      @nzimanu 4 роки тому

      @@kuraindandendenamokotwubak7748 None ikibazo ni ikihe!?? Niba udaha Bikira Mariya agaciro, ubaha abamwiyambaza ngo abasabire ku Mwana We Yesu Kristo.

  • @فيروزفيروز-ع2م
    @فيروزفيروز-ع2م 4 роки тому

    Amena
    Madame
    Rayisindayishimiyemungumbere

  • @yvonnemanisha9267
    @yvonnemanisha9267 4 роки тому

    Amen 🙏

  • @siporan9787
    @siporan9787 4 роки тому

    Amen

  • @siporan9787
    @siporan9787 4 роки тому

    Nuhezagirwe

  • @cgfddtcgxxyfjdy2667
    @cgfddtcgxxyfjdy2667 4 роки тому

    Kowaruzi kirazira sokuru wawe yapfeye urihe??

  • @cgfddtcgxxyfjdy2667
    @cgfddtcgxxyfjdy2667 4 роки тому

    Uranza wishige naho kumaboko hagire inzobe wogiramumaso kumaboko naho hasa namakara

  • @kwizerimanafrancine5072
    @kwizerimanafrancine5072 4 роки тому

    Hhhhhh mana yaje.hhhh.sha.sha.shasha.shanakundi.imana.ibehafi.nkuruziza.namuntu.azoba.umunyu wisi.nka.nkuruziza.na.deninza.bucumi.ariko.imana.igumane.deninza.bucumi.nkuruziza.nayabandi.bo.murabesha.ivyovyose.nipfavusa..

    • @Sirila18
      @Sirila18 4 роки тому +1

      Urabanza umenye kwandika Francine hanyuma ubone kwurira igiti kiturirwa. Buri jambo ryose wanditse urikurikiza akaburungu hahahaha.....
      Amazina bayatanguza indome nkuru.
      Kwizerimana Francine .
      Denise Nkurunziza
      Umukuru w igihugu abahamagarira cane cane abakiri bato kurondera imigambi rusangi kugira mwiteze imbere . Ni mwitabire ako kamo hanyuma abanywa inzoga ubihoze urondere iterambere ureke kuba Bashingwanubusa kuko amamiriyaridi y abantu banywa inzoga kw isi ntaho witeze kubashira. Yezu aducungura ntawe yasize inyuma.Nabo uvuga batazinywa bakijijwe bakuze kandi bavukiye mu miryango mito mito ku buryo nibaza yuko bigeze kuzinywa kuko iwabo bazigana.
      Ni wige kwandika ubinonosore umenye aho ushira akaburungu n inyuma y ako kaburungu umenye ko haca hatangura urudome rukuru .

  • @kwizerimanafrancine5072
    @kwizerimanafrancine5072 4 роки тому

    Nikumburiye.nkuruziza.ndeninza.nayabandibo.muje.kunwa.izoga.sha

    • @Sirila18
      @Sirila18 4 роки тому +2

      Uribesha wewe nyene kuko ntaho uzoshira abanywa inzoga kuko amasengesho yose aja ku Mana imwe rudende. Niwaba ufise ibindi bimana usenga biragusha.
      Mbega hoho war uzi yuko abakizwa bo mu bihugu birimwo urukonje bita Hiver bose banywa inzoga zinakaze kurusha iziri mu Burundi kugira ntibicwe n imbeho ???
      Akanwa kawe karasohokamwo amajambo meza bizoba bimaze.
      Mbega abantu atakibanezera ????

    • @sendegeyamarcien5069
      @sendegeyamarcien5069 4 роки тому

      Aho rero waruzi ngo abaporoso nibo bazoja mw'ijuru?hhh ngo ntimurenze urugero mukurya no mukunywa,abaporoso bararya bakarenza urugero

    • @theodoremboninyibuka6870
      @theodoremboninyibuka6870 4 роки тому +1

      Sha uravuze nabi kweri kandi ivyo nyimba woba ubivuze wiyumvira ngo uwunwa ari Kure y'Imana uri kakishije ntaho utaniye n'abafzrizayo kandi ucuja gufukama wihane. Nyimba uri umu poroti mwinomisi benshi mwafashwe n'icaha c'ubwibone mukibagira kw'Imana yabihanije gucira imanza abandi. Ivyo yabitwihanije kubera izi ko turaba, tukavuga, tukiyumvira nk'abana Brabant. Twoye rero kwita mubicumuro ataco bimaze. Ntaburongozi butava ku Mana. Kuki none yamutoranije?? Genda uce bugufi wihane

    • @Sirila18
      @Sirila18 4 роки тому

      Jewe ndazi umuntu yiyita umusenyeri mu bakizwa yirirwa abesha aba jeunes bahejeje amashure ngo bamuha amadolari ngo azobajana kubandaniriza kwiga .muri America. Akanababesha ngo yuriye indege ajanye dossiers zabo.
      Aranabesha n umugore ngo agiye i Bulaya n ahandi ngo ntibamuherekeze n aho agiye kumara iminsi mu hoteri mu gisagara gushurrashuza abandi bagore.
      Umunsi wo kwitwa ngo avuye hanze aza kare agashika nabo bacitegura ngo baje kumutegera akabatuka akabagira iyondoyondo.
      SINDYA AKA ABA YARIYE AKANDI NTIDUHENDANE.

    • @hggdfhed8883
      @hggdfhed8883 4 роки тому

      Francine ururimi rurima hanini kandi sivyiza guhandwa kururimi. Rabana nibikuraba ibindi uvyihorere nawe ntawuzi kurimweranda.

  • @shadrackmpama2947
    @shadrackmpama2947 4 роки тому

    Amen