MWARIMU NOWA ADUSUBIJEMWO INTEGE//REKA GUTINYA ABAKINZI NIBISIGO KANDI MUFISE UBUBASHA MURI MWEBWE
Вставка
- Опубліковано 17 вер 2022
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Amen, murakomeye caaaane kuduhemburira imitima,muzogume muturonderera ubutumwa bwiza bwavuzwe na Mwarimu Nowa mubushirako.
Amen Imana ihezagire umukozi w'Imana
Imana ibongerereze umugisha murakoze caneee kwijambo ryubugingo muduha
Mukomere turabkunda kubitibisigobigombebihitemwo
Amen Amen Amen 🙏🏿
Amen
Amen 🙏 amen 🙏 amen 🙏 amen 🙏 amen 🙏 amen 🙏 umuriro
Tuzogenda abadayimoni umuriro ubashe kwaka
Tuzosenda abadayimoni umuriro ubashe kwaka
Amen lcubahiro kusubire ku Mana🙏🙏🙏🙏🙏
Yesabahumugisha mutama👏👏
Imana nishimwe!
Imana ihabwe icubahiro
Mwarakoze kutuzanira Ubu butumwa buriko buradufasha cane
TOYI salono amen amen yesu nabaheza gire haleluya ndariye ndanezerewe kandi. Mpezagiwe nijambo ryimana amen amenaaaaa
Amen, muraduhezagira tukirirwa neza.
C'est quoi comme langue car y a bcp de langue sur terre 😊soyez bénis
🎉❤
Benedada mwafashije mwankandiye kuriyofoto mukankorera subscribe.Murakozee
AMEEEN AMEEENA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Amahoro mukozi w'Imana uhoraho nyeningabo ashishikare akwonger'inkomezi muri YESU Christo kndi Ijambo ry'Imana ngo Imana nyenubushobozi izofyonyorera satani vuba musi y'ibirenge vyacu
Imana yacu yomwijuru ifisubushobozi bwose nizeye imbabazi zayo n'ububasha bw'Imana
mugabo narinkeney numéro z'uyumukozi w'Imana ntawozimpa ga benedata?
Urinde ? Urihe?@@ntunzwenimanahonorine3063
Ego mur'iryo zina harimwo Ububasha bukomeye hir'umugisha Amina.
Amen