Prezida Evariste Ndayishimiye yagize ico ashikirije kw'igurwa rya Youssuf Nyange muri Turky

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 29 вер 2021
  • #indundiSports|#indundiNews|Igihe yari mu nama ya 76 ya ONU yari yabereye muri Reta zunze ubumwe bwa America , Prezida Evariste Ndayishimiye yaronse akaryo ko guhura n’abarundi bari mu gisagara ca New York mukubaha Impanuro zitandukanye .
    Muvyo yashikirije yashoboye kuvuga igurwa ry’uwahoze ari Umukinyi wa Aigle Noir Ndayishimiye Youssuf Nyange akina mu gihugu Turky .
  • Розваги

КОМЕНТАРІ • 9

  • @DerrickDonDivin
    @DerrickDonDivin 2 роки тому +1

    Brand new song!!
    ❤️🔥💓🔥❤️
    Amosozi y'urukundo COVER-_Derrick Don Divin
    ua-cam.com/video/wfBV8Nc1PHM/v-deo.html

  • @user-po8ye1jf9n
    @user-po8ye1jf9n 5 місяців тому +1

    Dukund'iwacu

  • @peggemegennaineza7952
    @peggemegennaineza7952 2 роки тому +3

    Hari bintu Bimbabaza uravy ukungene uburundi dufise abakinyi babizi neza ariko bikantangaz ukungen twama dutsindwa bakadutsinda ubutinyagaza birambabaza

    • @lazzrchanal1935
      @lazzrchanal1935 2 роки тому +1

      Oya kira kintu gifise igihe hari igihe tuzo nyagaza nkuko ubona ubu dusigaye dushora abakinyi beza bubumenyi mumahanga

  • @manasseninteretse8510
    @manasseninteretse8510 2 роки тому +1

    Amakuru yinkino turayashaka imisi yose.

  • @abellenard4982
    @abellenard4982 9 місяців тому +1

    Ico twipfuza nuko yoza gufasha igihugu chacu mumahiganwa ya can

  • @aloyskijana2095
    @aloyskijana2095 2 роки тому +2

    Ukurush ibijumbu agutwar imbwa

  • @cishahayosadiki7229
    @cishahayosadiki7229 2 роки тому +1

    Komera mutama wacu bandanya ubabwira kabisa