Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Sha mu buzima niko biri kabxaa wubahwe 🎉🎉🎉
Abaze nkabantu bafasha ibigugu biraho ngo bifis impano impano nuzi abantu nimba mudakanura vrt ibaze impano nkiy ugacusang niyo yirwanako sha abarundi nihatari musaza ndakwipfurij Kure musaza❤️
Badobado uratubwira amajambo yubaka kandi agatera inguvu abantu!👏 mon frere ndababazwa nukuntu utitaweho nkuko vyategerezwa😭😭😭! Ark ntiwihebur har umusumw nkuko ww nyn ubivuga! Aya majambo uvuga arankor kumutima cn!
Indirimbo yivugira ubuzima bwanje disi. Bro big up All the best. Abakozweko na Ndi muzima like zanyu please
Uyu muhungu mumusengere gusa Na supports nyinshi muzobona ko imbere ar heza cane🤹🤹 abavyemer mump likes
Bado bado , RAMBO 2 et CIZZO bwoy mwubahwe mubikora neza . Ababazi liké ngaha
Kwel ndimuzima❤ ntampamvu yogucika intege muhungu😢Kandi ntugacike intege muhungu ❤❤❤
Nc song bro imbere ni heza ❤
Ndi muzima hejuru caneeee 🎉🎉
Ndimuzima 🙏ubwenge ndabufise namana icizere🙏🙏🙏🔥
Amarira kubwakabonge kar murino ndirimbo uwemera kari hit nanyihere🎉🎉🎉🎉
Nyimba hari indirimbo maze kwumviriza caaaan ..... Keshi kuva nakabaho niyi nukuri ndakuye inkofero yubahwe
Nice song my brother doba doba courage ukirimuzima bizogenda neza
Namba nawe ukunze iyi song.Mpa like tumenyane🤍
Vyiza
Vp ndasab nab yaw
2:26
Uyumwana wiwacu ubona abandi bamurushiki tutabeshanye Jew ndemeza ko havuye we love music uyumuhung agira kabiri muburundi mubana bazi kwandika
Sinzimpmv batamubona😢😢
Ndi muzima nanje ntagucika intege so nice song bro🇧🇮🎹
Plus ndimuzima plus icizere,good song, Tuva mubwiza twinjiramubundi from #takitaki#to #ndimuzima#,God bless u apart yuko anaririmba neza burya anagira numutima mwza akicisha bugufi👏🔥🔥
BADO BADO HEJURU CAANEEE✊✊😢😢NTUCIKINTEGE IMBERE NIHEZA GUSUMB'UYUMUSI🙏🙏KND COURAGE NDA❤❤❤🎉🎉🎉
Kumenga ubuzima bwanje.wabukozeko😢😢😢😢😢
Iyi song ninziza giramagoro abayikunze nkanje mpizo like
Nzuli Sana bulaza❤😂😮😢😅😊😊
Juuu sana m'y bwoy ❤
Kabisa ivyumuntu yibaza uko azoba siko bigenda ubuzima nimana ibutanga
Bado bado courage vrt twese nuko twari tuzi k duhejej amashure tuzoba abantu bakomey ni hatari urazi gukorera umu illettré nawe warize birababaje
😭
Broooo iman imbere murivyose❤❤❤
Ikibazo ufse nicakindi nyene,ntiwigera uduta hasi💪🔥🔥🔥
Kweri sinkababandi bahubuka kweri ngo sitaki n nkaho yahanuye iiki kurwaruka rwubu I say NDIMUZIMA
My favorite song❤ best song in 2024🔥
iyi boro wllhi... gyz like this comment nyimba iyi banger igukomye💫🤞
Nkwihere amashure yawe mwanaa🎉🎉🎉🎉
Mugenz mesge utanga mundrimbo zaw irumvkna kbsa ivyo wavuze nivyo kbsa
Reka reka bro,turapanga kabisa Imana nayo igapanga ivyayo kandi n'ivyo bija mu ngiro.Washaka gushika kuri success mu mwaka umwe nayo igapanga itatu
Waaaaaoooo my brother bado bado wubahwe kabisa iyindirimbo iri kugwego gwo hejuru❤❤
Courage bro uvuga ibiriho kbx niko bimez mwisi nukwigumya knd urimuzima bizoteba arik bizoza
Vyose bishoboka iyurimuzima ntucikintege mwana wigihugu👍👍👍👍
Kl msaza Good songs kure cne nihonkwipfurije msaza🎉❤
Bado numwana xo kugatumba ndamufana cn knd yubahwe imana imukomeze
Ubundi uri umwe mubanditsi bake baririmba amajambo y'ubuzima busanzwe yubaka imitima, abakunze ubutumwa buri muri iyi song tumenyane
Song ya bien irimwo message ya bien hands UP my bro
Mbaye uwambere 🔥 hejuru cane musaza 🔥 🔥
Kubrik song zaw zidakwiz 1M!birababaj cn arik never give up uri muzim vyos bizoshobok inararenz 1M de vues
Ndakwemera bwana mdogo
JW nabuze icolmvug,kk vyose babimvugiye.gusa ngum ntangara ukuntu uyulmwan adafashwa.gusa ndibutseko urilmuzima.courage
Unumusi hari muri kazoza kejo haheze ukwo.. twari tuvyibaza siko twabisanze.. ariko tukiri bazima ..umwanya nico cizere dusigaranye#ndimuzina sinzocika intege 3:31
Wubahwe vrmt Kuko uzamuye amaranga mutima murijeweWakoze indirimbo nziza cane ishobora gutahukana isanganiro award
Nice song My Big Brother Bandana Uterimbere Broo continue to Wait as soon as possible
Turinyumayawe mutama
Congratulation brother that is the 1St one.
Mbega sounds irinzima❤❤❤❤🎉🎉🎉
My song of the year, thank you bro. good subject. Go ahead
Yoooo🎉ya ndirimbo iraryoshe naniiii.....Big up sana bro
Ndi muzima song ❤️ 💯
Good song courage ndakwemera
Kudos! Keep shining bro
Bavyumve babandi kondimuzima 😮my ninjaaa kwikaramu uradufuta bless up brother
Mon amie imbere nihezaa vyose birashoka courage urashoye kl ubikora neza.
peti courage kabisa urashoboye nfise nindoto zokuba jentreman
Bado Bado ubikora neza vrt.iyi message irakomeye.tukiri bazima ntagucika intege
Guys unomupetit aciye ubwenge saana !!! CB Music inzu y'umuziki mwiza hejuru cane mubicu 🙌
Kl kabx iyimpanoo nukuyishikikiraa Badoo Badoo arashoboyee vyukuriii
Never give up one day
Wewe niwewanje
Ni déception gusa murubu buzima nice song bado wacu
Nice song bro
1:46
Nice song courage Bado Bado uri muzima vyose bizogenda neza
We badobado ndakubaha cane ukuntu wandika song❤❤❤ courage
Good song my Brother 🥳🥳🤗🤗ukiri muzima never give up
Courage Bado Bado mutoto wa Giteranyi commune nziza
Iyindirimbo niyinkora mutima🎉 Merci bcp Badoo Badoo my class mate
Nimekubali mtu wangu Mungu akutie nguvu usivunjike moyo mwanangu unajua 🇹🇿🥰🥰🥰🖐️✝️
Keep working👊🔥❤️
Nice melodie Nice voiceNice ideaLove from (dully-k)
J'accepte votre chanson mon Frère Bado!! Je te souhaite une bonne évolution musicale!!
Badobado continue udacika intege washitse
Uyu mwana arampimbay vraiment❤❤❤❤❤ ukora ivyuzi kwl
Badobado pambana Mungu yupo kwa ajili yako bruooo
Ugihemaa ntampamv yo kwihebura🙅Nice song brother💪💪
Uzonabica🎉🎉
Courage man ndaguteye intege ufise kazoza.never Giver Up
Ndakwipfurije kugera kure.iratesa
Nice song my brother Iman ikomeza kuguhezagiraa
Big up mwamba umetisha kinyama hongera sana mwenyezi akuwekee wepesi unakipaji insha Allah utafika
Daaah!!!!!Aix haya maisha hatali sana! Hayo ndio tunapitia Kila Siku! Lakini tusikate taama
Keep going much love from muyinga ✊
Muyinga hejuru cane mon frère 🎉🎉🎉🎉🎉abakunze uyumusore wacu shirako like 🥰🥰🥰🫂
Bado bado❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ubundi izi nizo Song 🎶 tuba dukeneye 🙅👊🇧🇮
Musore urandika kabisa you're so talented 💯
Lik uuuu bro ndakwemera sana✅✅
courage bro 🎉🎉
Wangu iyosong yawe inkozekoo broo wubahwee and couragee
Nice song 🙏💯🎶🎧 namana icizere kuko ndimuzima
Abayiravye en 2024 novembre nkanje muntere like❤
Wooow
Shaaaa ndagunda gusa wari wazimye
Fireee🇧🇮💥🍎 félicitation bado bado🇧🇮💥🍎
Nc song broda 🚀🔥
Weee uramfiseee kbs! mubicu hejuruu caneee my brother nihonkwipfuriza
Ndamwemera xn Imana n'impezagira uwuyizi
Pambana bizokunda my boy Imana imbere
I never give up ❤ nice song bro
Respect bro urarenzevrt nimwemubamukrnewe mumuzikivrt
Iyindirimbo vrt iriko ivuga kubuzima bwiwanje kl courage bro..💥💥🔥🔥🔥🔥
Twese nuko bro turi ku ntebe y'ishure ntitwibaz k ubuzim turiko ducamwo twobuciyemwo
Vuba ndaza woze ŕwanje ndabona biragutok sana
Sha mu buzima niko biri kabxaa wubahwe 🎉🎉🎉
Abaze nkabantu bafasha ibigugu biraho ngo bifis impano impano nuzi abantu nimba mudakanura vrt ibaze impano nkiy ugacusang niyo yirwanako sha abarundi nihatari musaza ndakwipfurij Kure musaza❤️
Badobado uratubwira amajambo yubaka kandi agatera inguvu abantu!👏 mon frere ndababazwa nukuntu utitaweho nkuko vyategerezwa😭😭😭! Ark ntiwihebur har umusumw nkuko ww nyn ubivuga! Aya majambo uvuga arankor kumutima cn!
Indirimbo yivugira ubuzima bwanje disi. Bro big up
All the best. Abakozweko na Ndi muzima like zanyu please
Uyu muhungu mumusengere gusa Na supports nyinshi muzobona ko imbere ar heza cane🤹🤹 abavyemer mump likes
Bado bado , RAMBO 2 et CIZZO bwoy mwubahwe mubikora neza . Ababazi liké ngaha
Kwel ndimuzima❤ ntampamvu yogucika intege muhungu😢Kandi ntugacike intege muhungu ❤❤❤
Nc song bro imbere ni heza ❤
Ndi muzima hejuru caneeee 🎉🎉
Ndimuzima 🙏ubwenge ndabufise namana icizere🙏🙏🙏🔥
Amarira kubwakabonge kar murino ndirimbo uwemera kari hit nanyihere🎉🎉🎉🎉
Nyimba hari indirimbo maze kwumviriza caaaan ..... Keshi kuva nakabaho niyi nukuri ndakuye inkofero yubahwe
Nice song my brother doba doba courage ukirimuzima bizogenda neza
Namba nawe ukunze iyi song.
Mpa like tumenyane🤍
Vyiza
Vp ndasab nab yaw
2:26
Uyumwana wiwacu ubona abandi bamurushiki tutabeshanye Jew ndemeza ko havuye we love music uyumuhung agira kabiri muburundi mubana bazi kwandika
Sinzimpmv batamubona😢😢
Ndi muzima nanje ntagucika intege so nice song bro🇧🇮🎹
Plus ndimuzima plus icizere,good song, Tuva mubwiza twinjiramubundi from #takitaki#to #ndimuzima#,God bless u apart yuko anaririmba neza burya anagira numutima mwza akicisha bugufi👏🔥🔥
BADO BADO HEJURU CAANEEE✊✊😢😢NTUCIKINTEGE IMBERE NIHEZA GUSUMB'UYUMUSI🙏🙏KND COURAGE NDA❤❤❤🎉🎉🎉
Kumenga ubuzima bwanje.wabukozeko😢😢😢😢😢
Iyi song ninziza giramagoro abayikunze nkanje mpizo like
Nzuli Sana bulaza❤😂😮😢😅😊😊
Juuu sana m'y bwoy ❤
Kabisa ivyumuntu yibaza uko azoba siko bigenda ubuzima nimana ibutanga
Bado bado courage vrt twese nuko twari tuzi k duhejej amashure tuzoba abantu bakomey ni hatari urazi gukorera umu illettré nawe warize birababaje
😭
Broooo iman imbere murivyose❤❤❤
Ikibazo ufse nicakindi nyene,ntiwigera uduta hasi💪🔥🔥🔥
Kweri sinkababandi bahubuka kweri ngo sitaki n nkaho yahanuye iiki kurwaruka rwubu I say NDIMUZIMA
My favorite song❤ best song in 2024🔥
iyi boro wllhi... gyz like this comment nyimba iyi banger igukomye💫🤞
Nkwihere amashure yawe mwanaa🎉🎉🎉🎉
Mugenz mesge utanga mundrimbo zaw irumvkna kbsa ivyo wavuze nivyo kbsa
Reka reka bro,turapanga kabisa Imana nayo igapanga ivyayo kandi n'ivyo bija mu ngiro.
Washaka gushika kuri success mu mwaka umwe nayo igapanga itatu
Waaaaaoooo my brother bado bado wubahwe kabisa iyindirimbo iri kugwego gwo hejuru❤❤
Courage bro uvuga ibiriho kbx niko bimez mwisi nukwigumya knd urimuzima bizoteba arik bizoza
Vyose bishoboka iyurimuzima ntucikintege mwana wigihugu👍👍👍👍
Kl msaza Good songs kure cne nihonkwipfurije msaza🎉❤
Bado numwana xo kugatumba ndamufana cn knd yubahwe imana imukomeze
Ubundi uri umwe mubanditsi bake baririmba amajambo y'ubuzima busanzwe yubaka imitima, abakunze ubutumwa buri muri iyi song tumenyane
Song ya bien irimwo message ya bien hands UP my bro
Mbaye uwambere 🔥 hejuru cane musaza 🔥 🔥
Kubrik song zaw zidakwiz 1M!birababaj cn arik never give up uri muzim vyos bizoshobok inararenz 1M de vues
Ndakwemera bwana mdogo
JW nabuze icolmvug,kk vyose babimvugiye.gusa ngum ntangara ukuntu uyulmwan adafashwa.gusa ndibutseko urilmuzima.courage
Unumusi hari muri kazoza kejo haheze ukwo.. twari tuvyibaza siko twabisanze.. ariko tukiri bazima ..umwanya nico cizere dusigaranye
#ndimuzina sinzocika intege 3:31
Wubahwe vrmt Kuko uzamuye amaranga mutima murijewe
Wakoze indirimbo nziza cane ishobora gutahukana isanganiro award
Nice song My Big Brother Bandana Uterimbere Broo continue to Wait as soon as possible
Turinyumayawe mutama
Congratulation brother that is the 1St one.
Mbega sounds irinzima❤❤❤❤🎉🎉🎉
My song of the year, thank you bro. good subject. Go ahead
Yoooo🎉ya ndirimbo iraryoshe naniiii.....
Big up sana bro
Ndi muzima song ❤️ 💯
Good song courage ndakwemera
Kudos! Keep shining bro
Bavyumve babandi kondimuzima 😮my ninjaaa kwikaramu uradufuta bless up brother
Mon amie imbere nihezaa vyose birashoka courage urashoye kl ubikora neza.
peti courage kabisa urashoboye nfise nindoto zokuba jentreman
Bado Bado ubikora neza vrt.iyi message irakomeye.tukiri bazima ntagucika intege
Guys unomupetit aciye ubwenge saana !!! CB Music inzu y'umuziki mwiza hejuru cane mubicu 🙌
Kl kabx iyimpanoo nukuyishikikiraa Badoo Badoo arashoboyee vyukuriii
Never give up one day
Wewe niwewanje
Ni déception gusa murubu buzima nice song bado wacu
Nice song bro
1:46
Nice song courage Bado Bado uri muzima vyose bizogenda neza
We badobado ndakubaha cane ukuntu wandika song❤❤❤ courage
Good song my Brother 🥳🥳🤗🤗ukiri muzima never give up
Courage Bado Bado mutoto wa Giteranyi commune nziza
Iyindirimbo niyinkora mutima🎉 Merci bcp Badoo Badoo my class mate
Nimekubali mtu wangu Mungu akutie nguvu usivunjike moyo mwanangu unajua 🇹🇿🥰🥰🥰🖐️✝️
Keep working👊🔥❤️
Nice melodie
Nice voice
Nice idea
Love from (dully-k)