Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Shigikira kino kibondo🙏🏻🙏🏻🙌🏽🙌🏽
Duhe nime ya Lumicash ya mama we
Mukore groupe kugira dufashe uwo mwana aronk amaboko vyoba vyiza cane
❤
Huyu mtoto kbs anaweza yuko poa nilimupenda sana ❤❤❤
Landry Turagufise🇧🇮 Imana ihezagire ibikorwa vyamaboko yaw🙏🙏👏👏
Uyu mudamu si umusabirizi pe not even pretending yes Gabrielle akeneye ubufasha Hamwe nimana izafasha umuryango mamawe ari very good nice smile and beautiful woman ❤ ❤ mama keep being you
Gabriella is so cut 💋💋💚💚🤗🤗 Najua atasaidiwa vizuri sana one love 🇧🇮
Mash allah kanajielewa katoto ❤❤❤
Uyu mwana narabonye video yiwe umwana mwiza imana ikuzigame❤❤
Nanje ndakunda uyo mwana kwl kur tik tok 🥰🥰🥰
Nice Louane And Ciella u are Blessed ❤️❤️
Nampenda Sana huo mtoto kwer mungu amurinde
IMANA imuzigame❤❤❤
Love her
❤❤❤❤penda sana bebe
Urakoze ikint ciza kbx 👏
Ni mu congomani ira akaweza kuimba kirundi❤❤❤❤
Congo hawana sura nzuri kama hii, sura ya wa burundi hiyo labda ni mkongo kuona kwa sababu ya baba .
IMANA ikomeze kubabaha hafi
Pol san Bebe tutakusadhia chérie usijali 🎉nitawacheck Maman ❤
Imana ikaturindire
Uyumwana ndamukunda cane ❤❤❤❤❤❤
Akakana disi weee❤❤❤
Yooomungu Wangnihatl lakini akogatotonagapenda sana❤❤❤ mutktokyako
Uyo mwana ndamukunda❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ Imana imukunze
Landry imana iguhe umugish
Mbega akabebe keza
ka farceuse ATI moto ina isha ❤❤😊
Shine 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uyu mwana ararenze🎉🎉🎉
Landry mpanime ya Mama wiwe mutumire akanyu uyo mwana ndasabye p narabuze nime yabo kbx
Hahhahahhaah Landrypromoter kiswahili ya Congo inakupiga chini kabisa 😅😅😅😅😅😅😅
❤❤
Bb kaka na Gabriella nawapenda
Mwubahw Andry gusa mugirico mukoz Na Fernando kwiyo challenge yamukoreya amubone
Mukomere cane!!! Landry murakoze kuko uyu mwana n umunyempano!!!
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤narakunz uyu mwan 😢😢😢😢
How can I meet her so I share with her little things I have ❤❤,I'm in Dubai originally from Uganda.
Imana ikorohereze muvye mbega ibigeragezo abana babibiri bafise ubumuga komera muvyeyi
❤️❤️❤️❤️coe elle est belle😢🥹❤️❤️❤️❤️❤️❤️
❤❤❤❤🎉🎉🎉
Bonne emission vuba dukwize 100k subscribers
❤❤❤❤ naramukunze san
❤❤❤❤❤❤
Iman ibikora ukwihomba muri vyose turayiha icubahiro🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Waooo ❤❤❤❤beb
❤❤❤ ndamukunda ❤❤
Ndaryohewe Caaane 😭😭😭
Landry vyukuri abahora bakuvuga nabi imana ibabarire njewe mukwishima ndakorora namosozi vyukuri uranryoheye caane imana ibe mubikorwa vyawe kandi uzabihemberwa ukoze ikintu gikomeye caane wubahwe caane papa vyukuri akazi kawe kaze kakuze kure wifuza
Juste Gaël arakwiye kuhagera kubera akurikigwa na benshi
Yooooooo iman ikuzigame kibondo
Gabriella ngo bose bafise 2mois😂😂 ndabakund mwese
❤❤❤yoooo
Vyukur umutananigwa yubahwe mwagize groupe kok uyomwana tukajinama abarund tukamugurira amaboko🧎🏻♀️🧎🏻♀️🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Ego vrmt uvuze iciyumviro ciza bagire groupe turabe ico twokora aronke amaboko vrmt
Love you bébé❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤🥺
Fondation Patrick umuhe link
Nimw muzovugati mwagiriy umugisha muburundi
Asha reo nakubali kuri umutananirwa kuntu wavumbuye ahari jew mbere Narinziko urumunyarwanda😂yioooh reo uzobahuze na miss ange barasa nakokana
Uyu mama sijui kamanihay ajuikuongey
Oooooh maskini😢😢😢😢
What her ticktock?
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndasaba mushireho nimero yuwomwana nimba ari yamama wiwe ndayishaka cane mwoba mukoze cane
Yayitanze subiramwo emission
Twe twoguhenda kurikirana video zirimwo
Promota urihejuru cane imana iguhezagire❤❤🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮
❤❤❤❤❤🙏🙏🙏👏👏
💋💋💋♥️♥️♥️♥️
♥️♥️💝💝💝💋💋💋💯
Mungu amuzidishiye kipaji na Mimi nakuwaka namuona Tktok
Ego kabisa ❤❤❤❤
Ntakantu kanryoheye nkaho landry yagomba amwambike amarori agaca amubwira ngo cunga😂😂😂
Ayimbe ya big fizoo
Oohh mon Dieu😢 Imana ihe umuvyeyi inguvu kndi impano zabo zibabeshehoo🙇🙇
Macikini😢Mutananirwa merci
Umu chou yahigerey bz chr gushigikirana nivyo vyiza
Am sorry but please English
How much her school fees I can help in that
Nikazuli shaaaa
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🎉🎉🎉❤❤
Landri kiswahilli naw wp kbx hhh
Uyumwana ndamubonye candira 💔💔😭😭😭
Use English am from Uganda 🇺🇬
Imana imukize mw'izina rya yesu.Again uploader bashyizeho iyi video bagire ibice ba-cuttinga (like 5:30) kugira ngo uyu mwana nakura bitazamubangamira
❤❤❤🇧🇮
Try to explain in kinyarwand what happened to her
Niko yavutse yavutse adafite amaboko nukuguru
Ati mtoto hakuna tatizo,labda anajieneza,mwe mnaparamiyaga micro unazani kuuliza maswali ni mchezo,?
😮😢😢❤❤❤🎉
.yaaaauu
Nanje naramukunze kubi uwo mwana
Wawuuuuu😭😭😭😭😭😭
Eka urumutananirwa kweli
Yooo iman ikuj imber
ndakunze ikiganiro cawe
Landry ubalikiwe🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Pore sana😢
urumutananigwa kbsa
Yobasha uyumwana ateye ikingorwe nukuri ateye ikingorwe
Muduhe Lumi cash ya Maman Gabriela
Ahoyohaba mubindi bihugu fernd yarikumufasha uwomwana
Jusice 4 us who doesn't understand the language, yet we want 2 know what happened 2 Gabriel.
She born without hands and one leg she’s from Congo 🇨🇩 but now she lives in Burundi 🇧🇮
@@evelynemugeni2369 thankyou ♥️
Umwanamwizadisi
Mwanduhaye number yabo mwoba mukozeeee
Uyu mwana naramukunze pe Imana ikoreshe abantu abonerwe amaboko♥️♥️🙏🙏
Uwo mwana narinzi kavuka mubindi bihuga
Shigikira kino kibondo🙏🏻🙏🏻🙌🏽🙌🏽
Duhe nime ya Lumicash ya mama we
Mukore groupe kugira dufashe uwo mwana aronk amaboko vyoba vyiza cane
❤
Huyu mtoto kbs anaweza yuko poa nilimupenda sana ❤❤❤
Landry Turagufise🇧🇮
Imana ihezagire ibikorwa vyamaboko yaw
🙏🙏👏👏
Uyu mudamu si umusabirizi pe not even pretending yes Gabrielle akeneye ubufasha Hamwe nimana izafasha umuryango mamawe ari very good nice smile and beautiful woman ❤ ❤ mama keep being you
Gabriella is so cut 💋💋💚💚🤗🤗 Najua atasaidiwa vizuri sana one love 🇧🇮
Mash allah kanajielewa katoto ❤❤❤
Uyu mwana narabonye video yiwe umwana mwiza imana ikuzigame❤❤
Nanje ndakunda uyo mwana kwl kur tik tok 🥰🥰🥰
Nice Louane And Ciella u are Blessed ❤️❤️
Nampenda Sana huo mtoto kwer mungu amurinde
IMANA imuzigame❤❤❤
Love her
❤❤❤❤penda sana bebe
Urakoze ikint ciza kbx 👏
Ni mu congomani ira akaweza kuimba kirundi❤❤❤❤
Congo hawana sura nzuri kama hii, sura ya wa burundi hiyo labda ni mkongo kuona kwa sababu ya baba .
IMANA ikomeze kubabaha hafi
Pol san Bebe tutakusadhia chérie usijali 🎉nitawacheck Maman ❤
Imana ikaturindire
Uyumwana ndamukunda cane ❤❤❤❤❤❤
Akakana disi weee❤❤❤
Yooomungu Wangnihatl lakini akogatotonagapenda sana❤❤❤ mutktokyako
Uyo mwana ndamukunda❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ Imana imukunze
Landry imana iguhe umugish
Mbega akabebe keza
ka farceuse ATI moto ina isha ❤❤😊
Shine 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uyu mwana ararenze🎉🎉🎉
Landry mpanime ya Mama wiwe mutumire akanyu uyo mwana ndasabye p narabuze nime yabo kbx
Hahhahahhaah Landrypromoter kiswahili ya Congo inakupiga chini kabisa 😅😅😅😅😅😅😅
❤❤
Bb kaka na Gabriella nawapenda
Mwubahw Andry gusa mugirico mukoz Na Fernando kwiyo challenge yamukoreya amubone
Mukomere cane!!! Landry murakoze kuko uyu mwana n umunyempano!!!
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤narakunz uyu mwan 😢😢😢😢
How can I meet her so I share with her little things I have ❤❤,I'm in Dubai originally from Uganda.
Imana ikorohereze muvye mbega ibigeragezo abana babibiri bafise ubumuga komera muvyeyi
❤️❤️❤️❤️coe elle est belle😢🥹❤️❤️❤️❤️❤️❤️
❤❤❤❤🎉🎉🎉
Bonne emission vuba dukwize 100k subscribers
❤❤❤❤ naramukunze san
❤❤❤❤❤❤
Iman ibikora ukwihomba muri vyose turayiha icubahiro🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Waooo ❤❤❤❤beb
❤❤❤ ndamukunda ❤❤
Ndaryohewe Caaane 😭😭😭
Landry vyukuri abahora bakuvuga nabi imana ibabarire njewe mukwishima ndakorora namosozi vyukuri uranryoheye caane imana ibe mubikorwa vyawe kandi uzabihemberwa ukoze ikintu gikomeye caane wubahwe caane papa vyukuri akazi kawe kaze kakuze kure wifuza
Juste Gaël arakwiye kuhagera kubera akurikigwa na benshi
Yooooooo iman ikuzigame kibondo
Gabriella ngo bose bafise 2mois😂😂 ndabakund mwese
❤❤❤yoooo
Vyukur umutananigwa yubahwe mwagize groupe kok uyomwana tukajinama abarund tukamugurira amaboko🧎🏻♀️🧎🏻♀️🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Ego vrmt uvuze iciyumviro ciza bagire groupe turabe ico twokora aronke amaboko vrmt
Love you bébé❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤🥺
Fondation Patrick umuhe link
Nimw muzovugati mwagiriy umugisha muburundi
Asha reo nakubali kuri umutananirwa kuntu wavumbuye ahari jew mbere Narinziko urumunyarwanda😂yioooh reo uzobahuze na miss ange barasa nakokana
Uyu mama sijui kamanihay ajuikuongey
Oooooh maskini😢😢😢😢
What her ticktock?
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndasaba mushireho nimero yuwomwana nimba ari yamama wiwe ndayishaka cane mwoba mukoze cane
Yayitanze subiramwo emission
Twe twoguhenda kurikirana video zirimwo
Promota urihejuru cane imana iguhezagire❤❤🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮
❤❤❤❤❤🙏🙏🙏👏👏
💋💋💋♥️♥️♥️♥️
♥️♥️💝💝💝💋💋💋💯
Mungu amuzidishiye kipaji na Mimi nakuwaka namuona Tktok
Ego kabisa ❤❤❤❤
Ntakantu kanryoheye nkaho landry yagomba amwambike amarori agaca amubwira ngo cunga😂😂😂
Ayimbe ya big fizoo
Oohh mon Dieu😢 Imana ihe umuvyeyi inguvu kndi impano zabo zibabeshehoo🙇🙇
Macikini😢Mutananirwa merci
Umu chou yahigerey bz chr gushigikirana nivyo vyiza
Am sorry but please English
How much her school fees I can help in that
Nikazuli shaaaa
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🎉🎉🎉❤❤
Landri kiswahilli naw wp kbx hhh
Uyumwana ndamubonye candira 💔💔😭😭😭
Use English am from Uganda 🇺🇬
Imana imukize mw'izina rya yesu.
Again uploader bashyizeho iyi video bagire ibice ba-cuttinga (like 5:30) kugira ngo uyu mwana nakura bitazamubangamira