Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Umviriza indirimbo nshasha y’umugwi Redemption Voice “Ntibesha” : ua-cam.com/video/v5YlxuXuofs/v-deo.htmlNtiwibagire gusiga ufyonze subscribe kuri chaîne UA-cam ya Redemption Voice
Ndakunda Hosy Irakoze Imana imukomerezegwe mugikorwa yatanguye.Ndakunda Redemption voice indirimbo zabo ziraruhura vt.
Ikiganiro kiryoshe, Bigabo wambaye shoes nziza 🔥🔥🔥
Hosy nukur ndayiravy yoooose mwar muryoshe vrm ndaryoherwa na Redamption voice ikind ndashimira Hosy caaane gus ab ba Type baransubiza mugakiza vrm.Merci bcp hanyuma bakomez kuduha ibikiza imitima yacu kugira dukomez kubakunda Natw turabakunda sh Hosy.nubw cari kirekire vrm gihez kiryoshe cane.🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️❤️
Imana ihezagire Redemption voice, barampezagira kandi Imana izobakoresha ibikomeye
Imana ihezagir team yos y RV ndabakunda vrt indirimbo zabo zirimw onction urumv k bayitegura spirituellement et physiquement,nobasab k mwiy summer bodusukamw akand kantu
🇧🇮🇧🇮Hejuru cane, Aba niga ba YESU mwubahwe cane 🙏🙏🙏
Mwari murenze,best concert everrr
Jusqu'à maintenant sinibaza ko hari concert nari maze kujamwo isumba performance ya RV🙌
Irya concert yari iy'agakura 🔥 🔥 🔥 gospel hejuru caaaane 🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Hosy courage ,ABA redemption voice oyeee,vraiment murashoboye ,mubandanye mwitegura mudukubite izindi chaud
Hosy vrm👌👌👌Iman igukomez caaaane ikind Merci bcp kur Redamption voice vrm ndabakunda cane Hosy Merci bcp Courage❤❤❤❤❤❤
Merci bcp, mwarakoz neza, tugashimira n'a CIO Hosy akore ibikora inka!!😍😍
I'm so happy to see thise guys again on this tv. realy barandyohera ndabakunda xan🤛👊
Bonsoir! MERCI kutuzanira aba artiste banj ba Gospel Redemption Voice.. Imana ibagirire neza
Du début à la fin, ntagu skippinga vrt si c'est les RV☺️😌 inkuru zar ziryoshe vreuma...Rasko na Hosy hiiii
Redemption voice♥️ 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Bigabo ndamukunda knd courage canee
Imana ibahezagire cane Redemption voice,
Jah bless
Hervé Uhoraho akwagure cane kuko uradufasha cane 💕💕
Merci beaucoup Redemption Voice,Merci Hosy muhezagirwe bkp bkp
Good
@hosy irakoze iki kiganiro muzogire part 2 nukuri giheze ntabishaka vrt
Imana ni nziza, ntiyigera ikoza isoni uwayizeye🙏
Jewe ndabafana knd ukunda umuntu ntakurambira RV murakaramba
Ko mudushimiye natwe turabashimiy mwarakoze
Ariko ico nobahanura nuko izo ntambo zo kunyonga ibisusu mwozireka, nutadukanye indirimbo zi MANA ni zisi
Imana yaravyimvazemwo...ukuntu.
Ndatahije David
Twiriwe
Mwubahwee
Ababajama ndabemera sn kabis nindirimbo zab uzumvirij urumv kukuyemw iknt vrmt nzinkababand band
❤💕
Nibuste ko ni pantalon nar nambaye uyo munsi ko ntazongera kuyambara ntanico vyabwiye kuko vyari biryoshe birenze nukuri 👌👌👌
Yari itesaaa bimwe bidasanzwe🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥baduhe iyindi ahbw
Hosy ndasavye RTNB ikwegere mugire partenariat t'es créative.
Rédemption vois imana ibahezagire caaane bakora ibikorinka baraturyohera sana Nawe hosy rek tugushimire iy émission yariryoshe Sawa ntabwo yandambiye
Vrma ndaryohewe
Bien sanaaa
oohh ku mpera ikiganiro kirisubiramw uzoz urabikosora😅catumy kiba kirekir
👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️♥️♥️
😄😄😄😄ndabakunze vya dange
🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Komudu
Hosy ibiganiro vyawe birambuza ico nkora. Uraziko nuguruye ikiganiro cawe ntakimaze numva vyanse. Courage vraiment
🥰🥰❤️murakoze cane
@@sirenvibestv Ngusabe uzoje urambwira chaque fois ushirako ikiganiro ndakiraba mu bambere.
@@eustachesitaki3698 activa notifications uzoza urazironka a chaque fois dupostinze.
Bigabo nivyo ako ga salle sakahatari wew rondera ikibanza gusa🤣🤣🤣dukore umuti
Muramara
Please ndashaka number zumunyamakuru Irakoze njye ndi USA
Vrma iki kiganiro giheze ntabishaka kko cari kiryoshe bidasanzwe
Umviriza indirimbo nshasha y’umugwi Redemption Voice “Ntibesha” : ua-cam.com/video/v5YlxuXuofs/v-deo.html
Ntiwibagire gusiga ufyonze subscribe kuri chaîne UA-cam ya Redemption Voice