INTAHE YA WA MUGABO AZIBIRA IBINOGO TWAMUSANZE IWE/aba kure shahu😭Baramaze kungonga/UMUGORE WIWE🥹

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 141

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  7 місяців тому +30

    Numero za Sadiki ni izi kuboba bifuza kumufasha canke kumutera intege
    62788275 (NTAKIRUTIMANA SADIKI)

    • @belyseirankunda7277
      @belyseirankunda7277 7 місяців тому

      Amazina yose nayahe?

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  7 місяців тому

      @@belyseirankunda7277NTAKIRUTIMANA SADIKI

    • @graceniyonagize260
      @graceniyonagize260 7 місяців тому +1

      Sadiki uri umushingantahe

    • @ericmanirakiza8349
      @ericmanirakiza8349 7 місяців тому

      Urakoze cane

    • @jeremieniyonkuru631
      @jeremieniyonkuru631 7 місяців тому +1

      Uwo mugabo nahora ndamubona nkamuha make ntazi uko abayeho. Ubu nzohora ngira ico ndenzako kweri. Aranyigishuje kandi nawe ugize neza kumuganiriza

  • @olivenkunzimana6377
    @olivenkunzimana6377 7 місяців тому +12

    Uwo mugabo vraiment est vrai citoyen, akwiye umudari wogukunda igihugu

  • @Jedidiahndwy
    @Jedidiahndwy 7 місяців тому +20

    vyose birigisha vrt kand biratesa ahubw courage can, uwo tuvyumv kumwe ampe like kabxaa🔥🔥

  • @lydiairakoze7868
    @lydiairakoze7868 7 місяців тому +20

    Nukuri uy'umuntu cagih ça le 1 juillet président atanga agashimw azokamuh. Gukora akazi ka leta agashiramwo n'umutah wiw🥰 Nukuri leta nimufash

  • @nsengimanaisabelle4186
    @nsengimanaisabelle4186 7 місяців тому +6

    Nibande babonako Sebarundi yomuduhera agashimwe kumusi mukuru wabakozi

  • @HorimbereAdolf
    @HorimbereAdolf 7 місяців тому +12

    Imana izimuhindurire ubuzima sadiki aronke akazi ahembwa nkabandi bose ashobore gutunga umuryango wiwe ntakuntu yotanga aka numero umuntu yomushirirako agafu kabana

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 7 місяців тому +6

    Basha nukuri muze tumufashe Umeze wese ukwo ashobojwe na Uhoraho
    Murakoze 🙏🏿
    Hosy wagize neza kuja kumuramutsa
    Uhezagirwe 🙏🏿👏👏

  • @Capy-xo1
    @Capy-xo1 7 місяців тому +1

    “IMANA IZOHEZAGIRA IBIKORWA VYAMABOKO YANYU”. Iri n’ijambo ry’Imana . Abo twemeranya iri jambo mukande kano gafoto muvyerekane. Imana ibahezagire ababikoze mwese 🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🥰

  • @GenevièveNijimbere-l3y
    @GenevièveNijimbere-l3y 7 місяців тому +5

    Yooooh Imana ibahezagire cane ibaduze kuyindi ntambwe kandi izobikora

  • @ndayegamiyeblaise5242
    @ndayegamiyeblaise5242 7 місяців тому +2

    La meilleure des émissions déjà réalisées. Une histoire très émouvante et inspirante . Je vous encourage à produire plusieurs émissions de ce genre. Merciii bcp !!

  • @claudinebayubahe-jx8yq
    @claudinebayubahe-jx8yq 7 місяців тому +3

    Uwo muvyeyi arakwiy gufatwa mumugongo aritanga cne Iman imuhindurir ubuzima

  • @patrickndayishimiye8027
    @patrickndayishimiye8027 7 місяців тому

    Hosy thank u kutwereka uyu muntu Jew namwumva sinari bwamubone mumbwirire ati:"courage"kimw leta yarikwiye kugira icikoreye uyu muntu kuko arafise umutima wogukunda igihugu

  • @cappucinella9120
    @cappucinella9120 7 місяців тому +2

    Wooow hariho abantu bameze uko I burundi??? Ibiganiro nkibi ni vyiza cane bituma umuntu yizera ko ejo ubuzima bwiza buhari kuko biva mu ngeso nziza zitera intege abandi, twama twumva benshi cane bidoga, Imana ihezagire iminwe yiwe n'ibigega vyiwe, sadiki nukuri uri uwambere 🎉🎉🎉

  • @NamahoroFanny-iu7zb
    @NamahoroFanny-iu7zb 7 місяців тому

    Ntoco Imana ikora idafisemwo inyungu Kandi ica Indira ahozitari ndamukomeje Kandi nahatarinzira naho ni mukwayo courage ndazi uzoba rurangianwa Imana izokwakiriza inyenyeri my dear ♥️

  • @DianeIrankunda-fo2ds
    @DianeIrankunda-fo2ds 7 місяців тому

    Hosy Mrciii bcp. Knd pol warush.sadik Imana imuhezagire

  • @bgg347
    @bgg347 7 місяців тому

    Sadiki niwe tuzosanga yatoreye inyishu ya ca kibazo c'amazi yarenze i Bujumbura

  • @arielleflock278
    @arielleflock278 7 місяців тому +1

    Yoooooo merci pr l'émission....hama sinzigituma nari nishizemwo kwadakomeye.....feeling ashamed!

  • @assuerushatungimana6582
    @assuerushatungimana6582 7 місяців тому

    Mana yanje jew nahor nibaz ko ahebw arakunda abantu nigihugu Iman imuhezagir nukur ubundamubony nanj nomuh nag fanta

  • @EricNiyonkuru-o2i
    @EricNiyonkuru-o2i 6 місяців тому

    Oui twrunguts vyishi wangu courage my sister

  • @GracielleNIZIGAMA
    @GracielleNIZIGAMA 7 місяців тому

    hosy wakoze gutemberera uwo mugabo turamenye ukuri kubuzima bwiwe hariho abahora batubesha ngo abayeho neza ngo ninzu abamwo niyiwe ariko nakomeze gukora IMANA IHEZAGIRA IMIRIMO YAMABOKO YACU

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 7 місяців тому +3

    Vraiment uwo nuwe akwiy gufashwa kuko arashaka gukora

  • @christinandagijimana9489
    @christinandagijimana9489 7 місяців тому

    Uyo mushingantahe n'intwari kandi azogororegwa pe.Ntabwo yiyumvira nuko yohasiga ubuzima❤❤❤❤❤.

  • @CyriaqueBizimungu
    @CyriaqueBizimungu 7 місяців тому

    Yaba Sadiki,Yaba Josy, Imana ibahezagire. Sadiki wewe ejo ni heza kuko akora ivyo Imana isaba, ngo "Nzohezagira ibikorwa vy'amaboko yanyu".
    Komera mugenzi.

  • @claudinebayubahe-jx8yq
    @claudinebayubahe-jx8yq 7 місяців тому +2

    Hosy courage mwiza uduhibiganiro bitesa vyigisha nkiyo mpanuro muherejeko urwaruka rwinshi ruyumvise ruhigire

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 7 місяців тому

    Ico bita gukunda igihugu nibi kwitanga...Sadiki Imana iguhezagira ibihe vyose imbere ni heza bizoteba bikuzanira ubuzima bwiza na leta irabe abantu nkaba sadiki bafashwe bagire inguvu...Hosy merci beaucoup ❤❤❤❤

  • @ManimagoMG4738
    @ManimagoMG4738 7 місяців тому

    Iki kiganiro niciza cane, courage hosy na Sadiki nintwari

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 7 місяців тому

    Merci Siren Vibes kukiganiro ciza
    Gushobora kuba nikiganiro coja kuri numero yambere mubiganiro vyose , Umurundi w’Umutima yitanga ataco arindiriye,
    Turakunze cane gose
    Hosy l’un des meilleur émission que ta chaîne à pu produire.
    Je connais ce Mr à Bujumbura et je suis toujours incroyablement surpris par sa joie sous le soleil et sa bienveillance.
    Et si on regarde au delà on voit que malgré qu’il passe des journées à soulever des sacs de 100 k de pierres au soleil et pieds nu, il a visage sans rides et un sourire d’enfant ! ❤❤❤

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 7 місяців тому

    Uyo mugabo iyo haba leta ibabara umunyagihugu,uto yategerezwa guca ahabwa umutahe ungana nimiliyoni 500. Kubwo kumushimira gusa. Uwo muntu afise umwere nkuyo agakira akazi kokozwe na leta avyibwiye wenyene. Apana vyabindi ngo nyaworarika yabuze impembo ningero. Hari ico bita flexibilite mukazi,canke ico bita volontaria. Umuntu uramuhemba itaba hari leta nyakuri

  • @RareRobertha
    @RareRobertha 7 місяців тому +1

    Imana iguhezagire Hosy Imana izokwibuk ibikorwa vyawe

  • @epimacnzoyi607
    @epimacnzoyi607 7 місяців тому +1

    Hosy Mwakoze cane iki kiganiro kirafasha hanze hoho bitunze abarundi benshi for example camp guard urashobora gucunga imodoka kwiduka runaka umuclients aje ukamwereka aho aparika atashe ukamusezera neza haraho aguha cnke akakwima year sadiki imbere niheza

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 7 місяців тому

    Mubisanzw uyumuntu barakwiy kumufata mumugongo kuko iciyumvir yagize nibak bociyumvira, abantu bomunzego zo hejuru barakwiy kumushikako bakamushimira🙏🙏❤️

  • @Mamasele-u6b
    @Mamasele-u6b 7 місяців тому

    IMANA Ikomeze abantu bivyiyumviro vyiza nkivyo
    Sadiki umuco wimana ugume ukumurikira cane.

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 7 місяців тому

    Yoooh,Imana ibahezagite Hosy ukora ibikogwa vyiza Kristo ashishikare akuzigama nivyawe vyose Hama Sadiki nawe nintwari kbs nawe nyene ahezagigwe kbs

  • @NephtalieNduwimana
    @NephtalieNduwimana 7 місяців тому

    Osi urakoze cane kutuzanira uyomuntu wacu nukuri uyo mu père kweri reta nimushigikire vyimbitse kuko numwe kwijana yiyunviriye igikorwa ciza nkico umwami agukomeze

  • @AntoinetteNdayishimiye-p7f
    @AntoinetteNdayishimiye-p7f 7 місяців тому

    Courage sadiki imbere niheza ubutame bwawe subwubusa ndakwifurije kugera kure cane

  • @niyomwungerepatrick5551
    @niyomwungerepatrick5551 7 місяців тому

    Courage courage , uwushaka umubira abira akuya, uwutarigaramiye ntarigaragura ncuti, ucika umuce ugacika ijoro...Shaaa uyo mutipe nintwari kweri Nyakubahwa SEBARUNDI abo guha agashimwe nabonyene.

  • @assuerushatungimana6582
    @assuerushatungimana6582 7 місяців тому

    Nukur gihez ndiz bamugonga adahebw ntashobor nukwivuz agacik ijoro akora harih nabahebw atamwete bafis

  • @bnjamindayisaba1326
    @bnjamindayisaba1326 7 місяців тому +2

    Courage madam Hosy ni vyiza mukomez

  • @anniellamuhimpundu6484
    @anniellamuhimpundu6484 7 місяців тому +1

    Birankozeho nukuri❤ Ni Intwari peee. Akwiye aga fanta nukuri.

  • @santiananiciteretse6297
    @santiananiciteretse6297 7 місяців тому +1

    Aho bahita mu gikoto hatanguy noguter imber bahubak inzu nziza
    Ham reo mwubahw k kiganir ciza Pee! Um cameraman Yubahw na ww hosy
    Ham. sadiki n umunt w umugwaneza asenga akund no gutweng cane Imns yose k mugorob ab asa neza yambay nez. 👌Imana asenga imuhezagire ❤🙏

  • @Odetteniyomuremyi
    @Odetteniyomuremyi 5 місяців тому

    Imana iguhezagire

  • @EpiSinBu
    @EpiSinBu 7 місяців тому

    Uyu muntu twitiranwa NTAKIRUTIMANA ntucike intege

  • @NduwimanaEzzoedouard
    @NduwimanaEzzoedouard 7 місяців тому +1

    Sha imana imufashe aze ahabwe umugisha ndamwibuka

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 7 місяців тому

    Basha yahisemwo gusabisha amaboko Imana yamuhaye .kandi mukufashe abafise ibiceri nabikeyi

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 7 місяців тому +1

    Courage Mukobwa wacu turakwiy kugushigikira cane

  • @ElogeNiyokindi
    @ElogeNiyokindi 7 місяців тому

    Pigihugubgikwiye kumufash jew nba mukanyosha nama namubony akora amabarabar nukuri abantu mufise iman zahezagiy mumu fashe 😊

  • @audifaxleduc7132
    @audifaxleduc7132 7 місяців тому

    🎉🎉🎉❤❤❤ jewe nimwankenera nzoza kubafasha kuyagisha abakurikirana for free 😂😅 gusa NDAKUNDA UMWETE MUFISE

  • @rachelkamariza2531
    @rachelkamariza2531 7 місяців тому +1

    Imana ibandanye imuha inkomezi

  • @Possible204
    @Possible204 7 місяців тому +1

    Le vrai citoyen nuyo. Igihugu ni gihaguruke kigire ico kigize kubwa Sadiki, ari n'umwete

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 7 місяців тому

    Budget ija muri Ministère de la solidarité irakwiye kwirwa ingene ikoreshwa nama orientation yayo Leta irabe abantu nkaba ibahe ico bakora ibikorwa bisaba inguvu namaboko na main d'oeuvre ni vyinshi nkabizigirwa nkaba bafise ninguvu be mubaha ivyo bakora munabahembe ibikorwa ni vyinshi ntimwomuburira icakora nibinogo nivyinshi mwomwacompagna.

  • @sarahfeni1866
    @sarahfeni1866 7 місяців тому

    Vraiment uyumu papa narakunze ibikorwa yakoze pe yari akwiye gufashwa vy akarorero

  • @Angependo9141
    @Angependo9141 7 місяців тому

    Ndumiwe kuba
    Dufise intwari nkiyi yitwararika ibarabara kandi arakazi gakorwa na reta

  • @niyonzimajacqueline7273
    @niyonzimajacqueline7273 7 місяців тому +1

    Abantu nkaba nibake mugihugu nukuri . Ibibintu birimwo inyigisho kandi akenyeye gufashwa pe

  • @comendikuriyo8564
    @comendikuriyo8564 7 місяців тому

    Waradetse Sha usanga uragenda namasaha atandatu namaguru Ariyo birumvikana Sha nimba Ari iryambere ugenze namaguru.twe niyonrya yacu.

  • @dieumercibizimana-zw7tx
    @dieumercibizimana-zw7tx 7 місяців тому +1

    Umwana agitangura kuvuga abaza mwenivyo bibazo

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 7 місяців тому +1

    Imana imworoherez ubuzim nukur araruh can

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 7 місяців тому

    Urakoze kudushikiriza ubwitange bw'uwo murundi w'umutima. Leta yategerezwa kumufasha kuyunguruza ahubwo ikamuha n'isima avangamwo. Bashefu ba quartiers nabo nyene bakwiye gukurikiranywa.

  • @habimanaaloys9647
    @habimanaaloys9647 7 місяців тому +2

    Sha muburundi mufite ikibazo uziko nkuwomugabo akoze ibyo murwanda ntakubeshye turafasha pe aba yarahinduriwe ubuzima kera mwikubite agashyi

    • @bibikiki8437
      @bibikiki8437 7 місяців тому

      Uvuze neza Muvandimwe
      Abarundi gufashanya biratugora kwumva. Jewe naramwemereye ko nzohora ndamurihira inzu akodesheje.

    • @gakeboranda3223
      @gakeboranda3223 7 місяців тому

      😢😢😢❤

    • @jeannenirere743
      @jeannenirere743 7 місяців тому

      Muburundi igituma badafasha cane akenshi Abo bamenyeshamakuru nibo bavyica baca babishiramwo inzara cane ugasanga barateye stress uwuriko arafasha

    • @bibikiki8437
      @bibikiki8437 7 місяців тому

      @@jeannenirere743 Jewe Hosy yatanze numéro zurya Mutumirwa
      Nca ndamwihagarira ndamurungikira agaseke kanje directement nta ngorane vyateye yarakaronse neza. Rero si Abanyamakuru bose.

  • @josephineharerimana9844
    @josephineharerimana9844 7 місяців тому

    Imana ikwibuke kuko waritanze

  • @rwemavedaste-dh8vj
    @rwemavedaste-dh8vj 7 місяців тому

    Courage kuri uwomugabo igihugu gikeneye abantu ba volontaire kugiteri imbere,tubakunda cyane❤.

  • @kellyakimana6643
    @kellyakimana6643 7 місяців тому

    That’s true hero👏👏💪🏿

  • @belyseishimwe-yd5vk
    @belyseishimwe-yd5vk 7 місяців тому

    Uwomugabo vrt arakwiye gufashwa nukuraba umukuru amuha ikintu kimufasha kuko afise umutima w'ugukunda igihugu

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 7 місяців тому

    Nguyu umuntu igihugu gikeney. Ntakuntu bomuha akazi muri reta gayemwe. Uyubibonekako umuhaye akazi yogakorana umwete

  • @CharlesRehani
    @CharlesRehani 7 місяців тому

    Hosy mrembo jameni❤❤

  • @OsiasMbonihankuye-mp2pf
    @OsiasMbonihankuye-mp2pf 7 місяців тому +1

    Osi courage ikiganiro niciza koza kirigisha

  • @EpiSinBu
    @EpiSinBu 7 місяців тому

    Uyu muntu twitiranwa NTAKIRUTIMANA ntucike intege, ndakwipfurije kuronka akazi muri ABR

  • @urfav_sarah3607
    @urfav_sarah3607 7 місяців тому

    Leta ikwiye kumufasha ahubwo n akazi keza aragakwiye.

  • @TheRecords24
    @TheRecords24 7 місяців тому

    Abantu nkaba nibo government yakagomvye gufasha.

  • @صافي-ق9ض
    @صافي-ق9ض 7 місяців тому

    Mumugurire. Aho ashoborakuba hamworohera gukora akazikiwe

  • @dollarswiz257
    @dollarswiz257 7 місяців тому +1

    Yesu ashimwe kubw'uwu mwene data yatanguje ibintu bishasha mu gihugu code
    Jewe simfise ico nomuha ariko ndamushimiye nkamusabira gufashwa kugezaho nawe azoronka imodoka
    Nosaba l'ETA yuko yoshira mu mateka y'ababaye abahizi rurangiranwa mu gihugu cacu.
    Mugerageze haboneke compte ya sadiki umwewese ashirako ico afise naho ryoba ijana rimwe,ryozamura sadiki.
    Uri umurundi w'ibanga pe

  • @vyisijean7065
    @vyisijean7065 7 місяців тому

    Good job my friend terimbere

  • @ClaudineNiyongere-pi2nw
    @ClaudineNiyongere-pi2nw 7 місяців тому

    Hosy nukuri wubahwe❤

  • @fabricehakizimana5254
    @fabricehakizimana5254 7 місяців тому

    Courage sadiki

  • @florienneflobi
    @florienneflobi 7 місяців тому +1

    Sadiki vrmt aritanga akwiye gushimirwa

  • @ElianeMuregwa
    @ElianeMuregwa 7 місяців тому

    Yesuweee 😭😭

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 7 місяців тому +1

    Courage kuruwomugabo

  • @TuyisabeChelissa
    @TuyisabeChelissa 7 місяців тому +1

    Erga naj narinz k adakomey basha yoo disi es mana ndumiw

  • @TheSwaib
    @TheSwaib 7 місяців тому +2

    Big Man

  • @comendikuriyo8564
    @comendikuriyo8564 7 місяців тому

    Iyo muntu akora ibidashimwa Kubera yaratwaye akazi reta kumbure Kubera ntaba agikorera kumutwe aba yarahawe nimiburiburi inkorofani yo gukoresha kugira abandanye yunganira reta.kumbure reta nimba itabibona ntanishirahamwe turashima ivyo bikorwa?

  • @ArlèneNikiza
    @ArlèneNikiza 7 місяців тому

    Courage sh Hosy wnj

  • @JeannetteBigeme-eg3rf
    @JeannetteBigeme-eg3rf 7 місяців тому

    Ayo wari gukota uce uyamusigira

  • @bokitobokitotasha8661
    @bokitobokitotasha8661 7 місяців тому

    Kuberiki reta itomuha akazi akabandanya akora ivyo nyene ko abishoboye akaba abikunda kandi bikenewe ? Kumufasha si solution iri durable..ico akeneye ni job imwinjiriza buri kwezi.

  • @OrnellaIrankunda-eg5qs
    @OrnellaIrankunda-eg5qs 7 місяців тому

    Nitwari pe kndi cane akunda igihugu pee.

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 7 місяців тому

    Dushimire abatumye tumumenya. Ngaba rero abantu bakunda igihugu atari kununwa ari mubikorwa

  • @NusraBarwani
    @NusraBarwani 7 місяців тому

    courage bro imbere niheza

  • @bobobonfils9420
    @bobobonfils9420 7 місяців тому

    Hosy impa Num yawe . Ibiganiro vyawe biranyuzuza

  • @mmkk-bh4vb
    @mmkk-bh4vb 7 місяців тому

    ❤❤❤❤.courage

  • @graceiradukunda4620
    @graceiradukunda4620 7 місяців тому

    Hosy ugize neza kumutuzanira

  • @stevekubwimana2119
    @stevekubwimana2119 7 місяців тому

    Hosy ryaga tize nae wumve😂😂😂aho niho je nasengera

  • @bobobonfils9420
    @bobobonfils9420 7 місяців тому +1

    Sadiki ndamufana mpora ndamucorera rimwerimwe iyo naronse mumpe numéro yiwe ndayitange ahantu hamwe ❤

    • @irakoze3762
      @irakoze3762 7 місяців тому

      Yirabe ngah hatangura bayishizeko

  • @JeanClaudeMuhima-xh2kk
    @JeanClaudeMuhima-xh2kk 7 місяців тому

    Hossy uwo mugabo nintwari muzindi gusa nuko abarundi muri selfish nahubundi iryo barabara borimwitiriye bakamuronderera umuduga wo gusomba amabuye mumiduga yareta ishaje nimashini yo gutsindagira kuko arakundigihugu akanabigaragaza mukomeze mumujorere ubuvugizi.

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 7 місяців тому +1

    Pôle sana 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @wamburawamba5181
    @wamburawamba5181 7 місяців тому

    Icokintu yakoze nino muli USA
    Balabikora. Nakomere imbere niheza

  • @smartfarmingandlivingburun6615
    @smartfarmingandlivingburun6615 7 місяців тому +1

    Hosy, nahora nkwemera, ubu ho uranyemeje nezaneza!!!! Uwo muntu numva nihanye kubwiwe kuko ni kenshi namuciyeko ntihagirei ico ndamusigira, ariko akora ibarabara ncamwo. Igitangaje!! Ntasaba, umuha ushatse. Imana idufashishe umutima wo giha agaciro abantu nkabo!!

  • @arcangeriziki4819
    @arcangeriziki4819 7 місяців тому

    Bamushikigir vrt bamuhindurir ubuzim kuk yaritanz

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 7 місяців тому

    Arakeneye ikinga ryokubiduganako

  • @felicitemihungo3600
    @felicitemihungo3600 7 місяців тому

    Yemwe reta vyeyi igire ico ifasha uyu muryango

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 7 місяців тому

    Wagize neza disi

  • @adamoman4966
    @adamoman4966 7 місяців тому

    Nashigikigwe peee arinumwete kabisa

  • @AntoinetteNizigiyimana
    @AntoinetteNizigiyimana 7 місяців тому

    abamenyesha makuru ubu mukora neza