DUKENEYE UWUDUSOBANURIRA IBYO TUTUMVA// By Rev Past MUDAHERANWA Fidel
Вставка
- Опубліковано 8 лют 2025
- Turabashimira uburyo mudukurikirana ngo dusangire Ijambo ry'Imana, Imana iduhane umugisha.
Mwaduhamagara cangwa mukatwandikira kuri whatsapp munyuze kuri 0787298582.
Murakoze cyane Mushumba wacu kubw'Ijambo.
Dukeneye Udusobanurira rwose 🙏
Yesu ashimwe
Iyaba ibyo wavugishwaga na Mwuka wera tubyumva iyi isi yaba nkuko Imana ishaka
Imana iguhe umugisha Uri inshuti yanjye pe❤🎉
Murakoze cane mushumba mwiza. Nkunda cane inyigisho zanyu. Na none iyi thème yuko dukeneye udusobanurira ije mugihe narimazimisi ntekereza cane kw'iki kibazo, rwose ndabasabe muzanatwigisheho mudufashe kumenya ibikwiriye vyiza bishimwa n'Imana yacu:
Nakiriye Yesu mu Burundi, twabwirizwa cane kumyambaro. Tukumvako kwabara I pantalon urumukobwa canke umugore aricaha. Ngo ngere I burayi biranyobera. Mugihe c'imbeho nkambara imyambaro yabakenyezi imbeho ikenda kunyica, mbivaho nkambara pantalon zimbeho nkasusuruka. Mugihe c'izuba ubushuhe bukanyica nambaye imyambaro ngo nikwize neza. Nabwo nkumva ndigushya neza neza.
Ese none ga mushumba, ubu ndi gukora ivyaha ? Mumbwire nk'umushumba wanje, mumfashe gukomeza gukura mu gakiza.
Murakoze murahezagirwe.