Guys Captain nuyo musto murikumwe,j'ignore son premom. Valeur yimodoka ni ibeyi yayo suko isa, Hama IT bisigura Immatriculation Temporaire, Kandi kugira umu star yitwe mwene imodoka muzoze musaba Carte Rose kuko udukino twabo ba star b'Iburundi ni sooo. Kandi classement nta sentiment iba irimwo canke gufana, ni droiture
Perfect
Igisagara niciza
Classement yanyu iri mal classe kuko imodoka uraba marque yayo ugasubirs ukaraba prix yayo ivyo rero ntavyo mwakwirikije,mwabicuritse ivyo mwavuze vyose
Hariho akantu mwari gukosora, plaque z'imodoka z'abantu si vyiza
Imburungini niyambere 🔥🔥🔥🔥
Captain hejuru Cn
Kabisa b face nuwamber
Iyo logo mwariganye iya yago wo mu Rwanda 😢😅😅
Mignonne nukuganira na capitaine ibintu vyugufata kugahiye(inzoga)ari mukiganiro ntakinyamwuga kirimwo murivyo, namajambo avuga amwe amwe acata intumbero
A2959A uwayibonye ashire Like 😂😂😂😂😂😂
Ntubeshe kwr imodoka ya b face irarenze kwr ❤️ ❤️ 🙏🙏
Imodoka ya simbizi irimwimbaragasa kwl
Gusa muribijuju kl kuko ntiwovuga mubantu bambere bafis imodok nzinza ugasiga inyuma sat b afis Fuga ❤iyaba muciye ubwenge mwarikuvuga ubwoko zabwo apana kurupuka gusa
Sat b niwe muririnvyi wambere muburundi afis imodok yubwenge knd itahuritse bayita Fuga
B face afis Hyundai
Guys Captain nuyo musto murikumwe,j'ignore son premom. Valeur yimodoka ni ibeyi yayo suko isa, Hama IT bisigura Immatriculation Temporaire, Kandi kugira umu star yitwe mwene imodoka muzoze musaba Carte Rose kuko udukino twabo ba star b'Iburundi ni sooo.
Kandi classement nta sentiment iba irimwo canke gufana, ni droiture
Melanie ❤❤
Muribijuju muvuga imiduga mutavuze ama marque imyaka zasohokeyeko namafranga zigurwa mumenye kuvugako arinziza canke mbi
Jew nemer sat b b fac
🎉🎉🎉🎉🎉
Capitaine nimba ari pedé kuko nta muhungu akwije avuga uburofa nk'ubwo
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤