Ni hatari kl filme irakwiye kuba icigwa gihambaye ku bantu bavyara mugahinga Hama bakabihakana n, abakobwa bavyara abana bakabata nabandi bagirira nabi abana bibarutse bigatuma bagira kazoza kabi guko bikomeretsa imitima ya benshi ,Hama filme muyibandanye guko ntiharibwagereko ihera dukeneye kubona fin ya Sabbas na Diva uko izogenda guko baramaze kumenyako batavukana Aho rro jewe ndabona fin de fin bazobana abavyemeranya nanje mumpe like
Number one abakunzi b' ingaruka séries mumpe like ntimumbanire today ndazindutse 😂😂❤❤❤
Abakunzi b' ingaruka séries muri bwabumwe munkandire kugafoto pls 🙏
Sabbas,uriko ubikora neza ariko munyarutse tubone musubiye mu rukundo na Diva wawe.
Mwakiniye ahantu heza n'amafoto ari ku rwego rwo hejuru.
Ndabakunda❤❤❤❤
Umuntu akundanye film ingaruka Ampè like kwel kuko irigisha cane gose waooo ababonako king sabass Nadiva bazokorubukwe bampe liké ntimumbanire
Number one❤❤❤❤❤❤ ndabakunda
Imana ishimwe ko king amenye ukuri nibyo twifuzaga cyane gusa ihangane cyane Kandi ukomeze kwishyira mucyimbo cya Diva yanze kubikubwira ngo ataba inandaro yawe nurukundo rwawe na taty nubwo rutari ruhari ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndabona ivy twipfuje bizohav biba😂vyuko Sabbas yoban na Diva💃💃
Diva mpore kk uri mur situation itoroshe king arabe akube hafi avyumv nkanj mumpe like💫
Vugurure urukundo rwanyu King Sabbas na Diva .mubane akaramata nakare urukundo rwanyu nirwo rwari original.ababona nezako King Sabbas na Diva bazogora mariage itesa mumpe like twimanukire ❤❤❤🎉🎉🎉
film ikomez kuryoha ikonger mpay pole diva king.arab asubir.murukundo na diva❤❤❤❤
Ni hatari kl filme irakwiye kuba icigwa gihambaye ku bantu bavyara mugahinga Hama bakabihakana n, abakobwa bavyara abana bakabata nabandi bagirira nabi abana bibarutse bigatuma bagira kazoza kabi guko bikomeretsa imitima ya benshi ,Hama filme muyibandanye guko ntiharibwagereko ihera dukeneye kubona fin ya Sabbas na Diva uko izogenda guko baramaze kumenyako batavukana Aho rro jewe ndabona fin de fin bazobana abavyemeranya nanje mumpe like
Ngiye nazindukap mumpegwanje amashugwe hhhhhh 24 Numero 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndahatwe kuzindika peee mumbabarire muzimpe izo like
15:59 uyumusi sabbas na diva murabaye nkabahindi mwicaye hamwe arik ntanumwe abonye uwundi
Ndabakunda cane courage
Uyumus nazinduts mundabir
Mbay number one mumpe like ❤❤❤
Umuntu akunda Fliim Ingaruka nkanjye nabinyereke👍❤️❤️❤️❤️
Turabanda tunakunda nibikorwa vyanyu muduha 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Basha nanjye ndazindutse mundemere muze mwese twirabire ingaruka yahageze
Murakoze kwongera kuturyohereza umusi.
❤❤❤❤❤
Basha ndasavy mundemere nanj nazinduts KL plz nimump ut❤️🙏
Waaaoh 🎉🎉
Muryoherwe
Murakoze cyane. Ndifuza kubona King na Diva basubiye mu rukundo ❤
Nanjye pe ark king uribuka inzozi warose mbona ziri kugenda zisohora kbx 👏 from Rwandan 🇷🇼
Non nanje mumpe like ndahatse kare pe😂😂😂😂 ingaruka hejuru cane🎉🎉🎉🎉
Courage ba jama banje bi film ingaruka mubandany mutwihera inyigisho
❤❤mubikora neza
Diva ihangane isiniko iteye, King sabbas ibicaho byose Imana ibaikurindira umutekano wawe Erega Diva niwe mwamikazi wawe ❤❤ none mwihangane 🙏🙏💖
King sabbas hejuru caane na team yawe nukur warukwiye igihembo cupcake Kuko urumuteguzi vrt Imana igum ikurongorer munzira zayooo🎉🎉🎉🎉❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤ ndabakunda diva naking sabasi mukomere can
🎉🎉🎉🎉🎉
Ni ukuri ndabemera kdi ndanabakunda cyaaaaane!!!❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
wawo abakunzi bingaruka muvyumva gute
Ihorere ntuheranwe nagahinda sha diva wanj abakinyi bingaruka hejuru cane nd❤ nubwo mwoyiduha burisaha ntitworambirwaaa ariko ndariz😭😭mpore mpore diva
Jew ndabona Diva na King kobagiye kubana nkumugore numugabo ababibonye nkanje tumenyane gusa ntakibera ubusa kandi ntakiba kumwana wumuntu lMANA Yomwijuru itakizi❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
37 Kuko ari nta jambo imana ivuga ngo rihere
Luka 1'37
Ni patirick mu rwanda diva nakingi ndabaukunda cyane imana yamahoro ibanenamwe❤❤❤❤❤❤❤❤
👍👍👍👍👍👍🌼👍👍👍👍👍👍👍🌼👍👍👍🌼👍👍👍👍👍👍👍👍🌼💍💍
Diva disi😢😢😢😢,ingaruka séries hejuru cane, courage ❤❤❤❤❤❤
Murakoze cyane rwose. We ❤❤❤❤❤you so much. From Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Mbaye uwa gatanu uyumusi ✌️✌️✌️ingaruka yacu hejuru cane
❤🎉😊❤
Komera muntu wacu mukunzi wacu king
Abantu bakunda ingaruka series mundemere nanjy ndabakunda cyane ❤❤❤❤❤
Number one 🎉🎉🎉🎉🎉 mumpe bantu banje
Mbayuwamber kuhashik bakunz bingaruk mundomer ututuntu❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage 💪💪 bakinyi bezaaaa bibihevyose
Umuntu ubabajwe nuko king sabbath avuye hariya atabonye diva nanyihere like ♥️♥️
Film nkunda 🎉from BURUNDI STAR TV
Yes mtu wangu nakubaliiiiiii saaaaaana,mapema kabisa
Waooo❤❤❤❤❤ mukomez kuturyohereza cn kur niho tubipfurij
❤❤❤ ndabakunda
👏👏❤️
Uyumusi wazinduts kbx good ♥️♥️
Ndabakunda❤❤❤❤
Muraturemesha kbx❤❤❤❤
Courage ndabakunda❤❤❤❤❤
❤❤❤❤🌸🌸🌸🌸
Harahiye❤❤❤
🔥🔥🔥🔥🔥
Good😮
❤❤❤❤❤nkab ndazindutse
Abakinyi beza caneee muraduteramish film nziza cane🎉🎉
Ndabakunda cane gose
Courage❤❤
Mbaye uwahafi ndishimye
Nkaba ndahageze mubambere nukuri nirebere ivyakurikiye king na diva ndabakundaaaaaaa
Film y,amateka kubarundi
Nahageze sabbas weeee!!!
Guys ababonyeko bayiduhaye kare musige like muri gwarukundo nyene ❤❤❤
❤❤❤twahigerey kwl.
❤❤❤❤❤❤❤Good film
❤
🎉🎉🎉❤❤❤
🥰🥰🥰💃🔥🔥🔥
Turabakunda cyane muzagarure intore ntindi irakumbuwe
🥰♥️💃💃
Abiteguye kubona Diva na Sabbas bari murukundo nkaje ndabinginze mundemere utu tuntu ndadukunda please❤❤❤❤
Sabbas na Diva mariage bibibibibi🎊🎊🎊🎊🎊🎊🎊🎊🎊
Bigie gusobnuka❤❤❤
❤🎉
Muraberewe❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉naho muri mubibazo🎉😂🎉🎉❤❤🎉🎉
Number one frome zambia ❤❤❤❤
🌻🌻🌻💐💐💐💞💞💞ibint bigum biz kuyind mpwemu
Oyaaa uyumusi mwasubiye cane muvyabaye mudutwara umwanya
Nimutwongere iyindi nukuri
Courage caaane
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mwaraye hano kweli
Turabakunda cane bakinyi beza
🎉🎉🎉🎉❤
Ubundi nimw nzii✅✅
Nkab nfahagezee ❤❤❤🎉🎉
🇧🇮❤️🇧🇮❤️
Karibucabezabanje🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Ingaruka kwli irarenze
🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
Mbali sana mufikepo
Sabasi wubahwe nta muvie ndundi naribwigere nkwirikoran nkuk ngo ndayikund
🇧🇮🇸🇦🔥🔥🔥🔥
Uwambere kwa king❤❤❤