Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Bakunzi bacu turabashimiye kubera urukundo mu bandanya mutwereka ndabasabe dukomeze dukurikirane film yacu "IJORO RYO KUWA 6 PART 2" dimanche à 14hMurakoze tubandanye tugira subscribe, like, coment na share kugira tuzokwame tu yikurikiranya kumwanya.Imana ibahezagire ❤🎉🎉
Tuzoyikurikirana can hejuru niho ndabifuruj
😊
Mumfashe kano kantu “ ubwiza bw’umukobwa nibwo bumushikan I bwami arik ingeso ziwe…..🤷♀️ mperaherez muzob mukoz 🙏🙏 ❤❤
Abantumukunze iyifilme nkanje ntimunyime ayo ma like please❤❤❤❤
Niziza cane❤❤❤ikibazo nuko muzikina ntimuzimare inkuruyumubabaro nimungire muyiheze ndabasavye😢😢
Inkuru yumubabaro na amour c,est Quoi turashak suite plat
Iratwika pee❤❤❤❤
Ico Nico pe baratunyoteza bagac bazan izind
@@ClaudineKamikazi-sh4jw eg sh zirih
Nimuze tuyirabe aba nabakinyi binararibony❤❤❤❤❤ mbakunda runini😊😊😊Mr Khan JennittaOrnellaKevinAntonyMwese ndaba❤❤❤❤❤❤
iyi Film ndabona ishobora kuba i Film nziza ije kurangiza umwaka wa 2024 uwushaka aze dupinge.....inyuma ya 3 jours muzoba mubwira
Good Geum my family ngamasezerano ari kubiri😂😂😂😂 Kevin wanje utaniua jamaniiii hii movie izoher amarira yananyishe😢💪💪💪ntimunteberez abifuza ep2 kumusi w'ejo mundemere ntimumbanire utwo tu like 🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤ thank youuuuuuuuuuu my family
Kimwe nari nkumbuye jina vya cane❤❤❤
umwandits mwiz dufus dusii kanyosh hejur cne murik mubizamw nez💞💞💞💞💞💐🌻🌻🌻💐💐💐💐💐🌺🌺🥀🥀🥀
Waoo 🎉🎉🎉 film ndundi yibihe vyose🎉🎉🎉
Waooo!!! Film nziza cn! Mwubahwe
Wao vyizacane ❤❤❤❤❤
Toni vyizacan akwirukinyuma nkand kandazi nez kutavyara umugore waw aragukund ntanuk yaguciyinyum
Iri très sucré 🎉❤🥳🥳 vrmt 👌 ça c'est un exemple typique ❤
Ndakunz uburyo mwacanze Abakiny b mejja tv na warubiz❤❤❤❤❤ 🔥💯✌️ hazosh❤❤❤
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉aaaaaaahhhhhnaeidabakubuye cane❤❤🎉❤🎉🎉
Aba papa nkaba hejuru cane❤❤❤❤
Waooo nukur peee turabakunda
Ijoro ryo kudagatandatu😂😂😂😂jewe nari nasanutse 😅😅courage 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 ariko rero muzoyimare
Bazoyimar kwl
Number one 😂
Uwumugabo nar ndamukumbuy welcome❤❤❤🎉
Yeyiîiiii ijoro ribaye ijoro kbs ntimutunyoteze gus 😂😂
Kuwangu uza ntimuzoducereze 14h nzoruhuka yose iheze birahererahe🎉❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Aaoo twari tibakumbuye sana turinyuma yac
Iyi flm niyo kbs♥️♥️♥️♥️
Courage abiwacu ❤❤❤❤❤❤❤
My favourite channel ❤🎉
Mugerageze mwongeziminota🎉🎉🎉🎉🎉
Icombakundira nico mugum mudutamw vtm ndbakunda cannee♥️♥️♥️🙏
❤❤❤ bro courage sane🎉🎉
Manawe toni kundumugore wawe uko bakinye idiri yokugira uryamane nuw mugore nokwamuganga wosanga barakinye idiri yokuvug kutavyara rero ntucikintege kumukunzi wawe❤❤❤❤❤❤ courrage
Ndabafana 💓💓💓
Ndakunda Mr khan cane muduh final yinkuru yumubabaro turabasavye
Nukuva mubwiza tuj mubu ndi wumvise ijambo ryamber ko ubwiza bw'umukobw aribw bumushikana ibwami ariko igeso ziwe arizo zimukurayo azehano respect ubundi ndabakunda cane
Waoooooo favorit flm
Good movie ❤❤❤ Mr Khan ❤ kevin❤ Antony❤ jenita❤ ornella❤ na angl ❤nimw bnj❤❤❤❤❤
Abifuza k boza barayiduha 2jrs par semaines😢😢muvuge ndabadavy yooo irakaze pe❤❤❤❤❤ndabakund❤
😅oooo😅ooo 0:48 pour pourtant o 0:56 on oo oooo 1:02 look look 1:04 Poitiers😅😅oo😅😊😅 1:38 😅😅Poitiers o 1:44 😅😅😅😅on
Yayayawe film irandyoheye rekanakire agatebe
Mwubahwe kbx mubikora neza❤❤❤
Mwubahwe sana. Ubundi Iyi season niyo, umwaka wallah. Suite vuba ndayikunze
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤🎉🎉🎉hhhhhhhweeeee mana yaje❤🎉🎉❤🎉
Wow ❤❤
Courage ❤🎉🎉
Courage
Courage Elysa Ken
Yoo iraryoshe muze muratunyarukiriza❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Courage bantu nkunda ❤️❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndabona hazosha Patrick na Elsie bo Muri rujiyorushats ❤❤❤ sha nzoyiraba kubera mwebw ndabakunda pe na ornela nda❤
film nziza
Lekker movie really appreciate
First 🎉🎉🎉
Acalia canaque ❤❤❤
Yoooh'bash kwitesa nukr muduh suite
Courage nyinshi vrmnt abayikunze nkanje mump utu likes 😂😂❤❤❤❤❤❤❤
Good movie ❤🎉
Courage kabisa 🌹🌹
Wow finally we get it❤
Courage benewacu!munyatutse part2❤❤❤
Waaaw nari mbakumbuye pe❤❤
Burundi stare tv mr khan Kévin Ange ornella jannette nabandi ntibutse mazi vyukuri ndabaku murashimisha mukanyuzuza 🫂🫂🫂🫂 ❤❤❤❤❤❤❤ 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 🥀🌹💐⚘🌷🌺👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌
Twari tuyirindiriye
Fire 🎉🎉
🎉🎉
Barayito oyeeeee courage musaza
Ashaaa mubamwateguyeee vrt amashugwe yanyuu🎉😂😂☘️🌷🥀🌹🌹🌹🌷🌺🌻🌼
Murakaza nari mbakumbuye😊😊😊❤❤❤
Mwebw ikibaz canyu ntimuheza film
Dent tv loves you too 🎉🎉🎉🎉
❤❤fro miracle tv
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série IJORO RYO KUWA 6 muze hano tumenyane.
Waaaooo 🔥🔥
Iteguye neza gose ❤️🥰
Mukina neza caneee ndaba❤❤❤
Courage iyi film
Yari Maman munkuru y umubabaro,,none mugire mukundane ni film nyen
Nda❤❤
L'amour c'est quoi igezehe vraiment
Bien joué
courage mon frere murashoboye🎉❤
Cool💪😍🔥💯
Courage kbs
Ndabakunzeeeee muzoyibandany ndabasavy
Mbega igisasu weee❤❤❤
Ndabona mugiye kwongera kunyigarurira❤❤❤🎉🎉
Courage❤❤❤
Iyiyo izonanyica peeeeeeee
Turabakundacane
Waaaaoooohh,BMT na MEJJA Tv❤❤❤
🎉❤❤
Murashoboy mais nimugir program mumar izo mwatanguy
Courage ❤❤❤
Courag❤❤
❤❤tyrabasavye puzoybandanye iraryoshe pe
Ndabakunda murakina nez
ndabona bitoroshe kabisa
Hemwe abarundi mwarimwaricaritse impano kwlJojo azaragerageza mukurira tukabona amasozi akoroka gutyo natwe turire😂😂😂😂Ndabakunda cane
Iyi yoyo izotwica wallah😂😂😂🎉🎉
Narinatevye😂😂😂🎉🎉🎉
Nice movie ❤❤❤❤❤🎉
Hhh akantu mbonue ndazi na Nyama yakabonye , Anywere 🎉🎉
Wew Rosine kumugabo wabandi 😂😂😂bazokwica ngo ntavyara 😂😂
Bakunzi bacu turabashimiye kubera urukundo mu bandanya mutwereka ndabasabe dukomeze dukurikirane film yacu "IJORO RYO KUWA 6 PART 2" dimanche à 14h
Murakoze tubandanye tugira subscribe, like, coment na share kugira tuzokwame tu yikurikiranya kumwanya.
Imana ibahezagire ❤🎉🎉
Tuzoyikurikirana can hejuru niho ndabifuruj
😊
Mumfashe kano kantu “ ubwiza bw’umukobwa nibwo bumushikan I bwami arik ingeso ziwe…..🤷♀️ mperaherez muzob mukoz 🙏🙏 ❤❤
Abantumukunze iyifilme nkanje ntimunyime ayo ma like please❤❤❤❤
Niziza cane❤❤❤ikibazo nuko muzikina ntimuzimare inkuruyumubabaro nimungire muyiheze ndabasavye😢😢
Inkuru yumubabaro na amour c,est Quoi turashak suite plat
Iratwika pee❤❤❤❤
Ico Nico pe baratunyoteza bagac bazan izind
@@ClaudineKamikazi-sh4jw eg sh zirih
Nimuze tuyirabe aba nabakinyi binararibony❤❤❤❤❤ mbakunda runini😊😊😊
Mr Khan
Jennitta
Ornella
Kevin
Antony
Mwese ndaba❤❤❤❤❤❤
iyi Film ndabona ishobora kuba i Film nziza ije kurangiza umwaka wa 2024 uwushaka aze dupinge.....inyuma ya 3 jours muzoba mubwira
Good Geum my family ngamasezerano ari kubiri😂😂😂😂 Kevin wanje utaniua jamaniiii hii movie izoher amarira yananyishe😢💪💪💪ntimunteberez abifuza ep2 kumusi w'ejo mundemere ntimumbanire utwo tu like 🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤ thank youuuuuuuuuuu my family
Kimwe nari nkumbuye jina vya cane❤❤❤
umwandits mwiz dufus dusii kanyosh hejur cne murik mubizamw nez💞💞💞💞💞💐🌻🌻🌻💐💐💐💐💐🌺🌺🥀🥀🥀
Waoo 🎉🎉🎉 film ndundi yibihe vyose🎉🎉🎉
Waooo!!! Film nziza cn! Mwubahwe
Wao vyizacane ❤❤❤❤❤
Toni vyizacan akwirukinyuma nkand kandazi nez kutavyara umugore waw aragukund ntanuk yaguciyinyum
Iri très sucré 🎉❤🥳🥳 vrmt 👌 ça c'est un exemple typique ❤
Ndakunz uburyo mwacanze Abakiny b mejja tv na warubiz❤❤❤❤❤ 🔥💯✌️ hazosh❤❤❤
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉aaaaaaahhhhhnaeidabakubuye cane❤❤🎉❤🎉🎉
Aba papa nkaba hejuru cane❤❤❤❤
Waooo nukur peee turabakunda
Ijoro ryo kudagatandatu😂😂😂😂jewe nari nasanutse 😅😅courage 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 ariko rero muzoyimare
Bazoyimar kwl
Number one 😂
Uwumugabo nar ndamukumbuy welcome❤❤❤🎉
Yeyiîiiii ijoro ribaye ijoro kbs ntimutunyoteze gus 😂😂
Kuwangu uza ntimuzoducereze 14h nzoruhuka yose iheze birahererahe🎉❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Aaoo twari tibakumbuye sana turinyuma yac
Iyi flm niyo kbs♥️♥️♥️♥️
Courage abiwacu ❤❤❤❤❤❤❤
My favourite channel ❤🎉
Mugerageze mwongeziminota🎉🎉🎉🎉🎉
Icombakundira nico mugum mudutamw vtm ndbakunda cannee♥️♥️♥️🙏
❤❤❤ bro courage sane🎉🎉
Manawe toni kundumugore wawe uko bakinye idiri yokugira uryamane nuw mugore nokwamuganga wosanga barakinye idiri yokuvug kutavyara rero ntucikintege kumukunzi wawe❤❤❤❤❤❤ courrage
Ndabafana 💓💓💓
Ndakunda Mr khan cane muduh final yinkuru yumubabaro turabasavye
Nukuva mubwiza tuj mubu ndi wumvise ijambo ryamber ko ubwiza bw'umukobw aribw bumushikana ibwami ariko igeso ziwe arizo zimukurayo azehano respect ubundi ndabakunda cane
Waoooooo favorit flm
Good movie ❤❤❤ Mr Khan ❤ kevin❤ Antony❤ jenita❤ ornella❤ na angl ❤nimw bnj❤❤❤❤❤
Abifuza k boza barayiduha 2jrs par semaines😢😢muvuge ndabadavy yooo irakaze pe❤❤❤❤❤ndabakund❤
😅oooo😅ooo 0:48 pour pourtant o 0:56 on oo oooo 1:02 look look 1:04 Poitiers😅😅oo😅😊😅 1:38 😅😅Poitiers o 1:44 😅😅😅😅on
Yayayawe film irandyoheye rekanakire agatebe
Mwubahwe kbx mubikora neza❤❤❤
Mwubahwe sana. Ubundi Iyi season niyo, umwaka wallah. Suite vuba ndayikunze
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤🎉🎉🎉hhhhhhhweeeee mana yaje❤🎉🎉❤🎉
Wow ❤❤
Courage ❤🎉🎉
Courage
Courage Elysa Ken
Yoo iraryoshe muze muratunyarukiriza❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Courage bantu nkunda ❤️❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndabona hazosha Patrick na Elsie bo Muri rujiyorushats ❤❤❤ sha nzoyiraba kubera mwebw ndabakunda pe na ornela nda❤
film nziza
Lekker movie really appreciate
First 🎉🎉🎉
Acalia canaque ❤❤❤
Yoooh'bash kwitesa nukr muduh suite
Courage nyinshi vrmnt abayikunze nkanje mump utu likes 😂😂❤❤❤❤❤❤❤
Good movie ❤🎉
Courage kabisa 🌹🌹
Wow finally we get it❤
Courage benewacu!munyatutse part2❤❤❤
Waaaw nari mbakumbuye pe❤❤
Burundi stare tv mr khan Kévin Ange ornella jannette nabandi ntibutse mazi vyukuri ndabaku murashimisha mukanyuzuza 🫂🫂🫂🫂 ❤❤❤❤❤❤❤ 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 🥀🌹💐⚘🌷🌺👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌
Twari tuyirindiriye
Fire 🎉🎉
🎉🎉
Barayito oyeeeee courage musaza
Ashaaa mubamwateguyeee vrt amashugwe yanyuu🎉😂😂☘️🌷🥀🌹🌹🌹🌷🌺🌻🌼
Murakaza nari mbakumbuye😊😊😊❤❤❤
Mwebw ikibaz canyu ntimuheza film
Dent tv loves you too 🎉🎉🎉🎉
❤❤fro miracle tv
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série IJORO RYO KUWA 6 muze hano tumenyane.
Waaaooo 🔥🔥
Iteguye neza gose ❤️🥰
Mukina neza caneee ndaba❤❤❤
Courage iyi film
Yari Maman munkuru y umubabaro,,none mugire mukundane ni film nyen
Nda❤❤
L'amour c'est quoi igezehe vraiment
Bien joué
courage mon frere murashoboye🎉❤
Cool💪😍🔥💯
Courage kbs
Ndabakunzeeeee muzoyibandany ndabasavy
Mbega igisasu weee❤❤❤
Ndabona mugiye kwongera kunyigarurira❤❤❤🎉🎉
Courage❤❤❤
Iyiyo izonanyica peeeeeeee
Turabakundacane
Waaaaoooohh,BMT na MEJJA Tv❤❤❤
🎉❤❤
Murashoboy mais nimugir program mumar izo mwatanguy
Courage ❤❤❤
Courag❤❤
❤❤tyrabasavye puzoybandanye iraryoshe pe
Ndabakunda murakina nez
ndabona bitoroshe kabisa
Hemwe abarundi mwarimwaricaritse impano kwl
Jojo azaragerageza mukurira tukabona amasozi akoroka gutyo natwe turire😂😂😂😂
Ndabakunda cane