Ama garages akwiragiye mu mabarabara y'igisagara ca Bujumbura yoba agiye gukugwaho?

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 13 січ 2025

КОМЕНТАРІ • 7

  • @vincentmutaganda4246
    @vincentmutaganda4246 5 років тому

    Sha ibihugu biragwira iki carafuye neze, ese baravuga ikirundi canke igifrança vyanyobeye gose

  • @jimmycarteur
    @jimmycarteur 5 років тому

    Bari baratebeje. Biratera akajagari cane kuko bizibira amabarabara. Leta niyubake ama garaje hama ayakoteshe.

  • @richreussir5060
    @richreussir5060 5 років тому

    Je mba muri Canada narahigiye vyinshi narabonye vyinshi kandi nama niyumvira les partager avec mes compatriotes baba ngaho mu gihugu,,,on peut gagner beaucoup d'argent mu kubaka infrastructure zikomeye pour nos futures generations,,,mukomere duteze imbere igihugu cacu ciza.

  • @umuvugaukurilaveritejustel2621
    @umuvugaukurilaveritejustel2621 5 років тому

    Kwubaka ikibanza ca Garage ntanyungu nimwe birimwo
    1- aba garagiste nibo bafasha gushorera ama pieces kubafise ama magasin de piece de rechange mu Buyenzi , Hama Buyenzi niyo Quartier yonyene ifise revenu nini i Bujumbura kubera ikikujwe n'isoko zitatu Siyoni , ruvumera na cotebu
    2- bimutse nivyo hazosaa neza goose mbe ama magasin azosigara mu Buyenzi ntazohava yugara akaja kugurira aho bazokwimukira ?
    3- mu buyenzi haza umukiriya kuza kugura ikintu aho nyene bakakimufungira kubuntu kubera umukiriye yiyumvemwo ko yaguz piece kwiduka rimufata neza ubu ukoreye kwibarabara aba police bakagufata baguca amande ya 20.000 Frbu
    3- niwiyumvire mbe mu Buyenzi hoba hari garage zingahe kw'ibarabara
    4- mwoba muzi ko par example kuri 3av cank 4av kuva kwikaburimbo gushika kuri zero 30 wohasanga plus de 100 garage na 50 restaurant bita mama nitiliye ?!!! Wibazako bifasha imiryango ingaho ?! Wibazako abahaba babayeho gute canke bahakuramwo iyihe nyungu ?
    Mbandanij sinoheza mushatse kwubaka nimuje kwubaka Cibitoke , kamenge , mutakura , nahandi mu Buyenzi muhihoze vraiment gusa mubabwire haboneke isuku kuvyerekeye kwimura ama garage ni Erreur nini goose mugira mugire mais bibaye tuzokwubaha uburongozi twiyadapter nubuzima igihugu kizoba kiduteguriye muro kazoza
    GOD BLESS BURUNDI AND BURUNDIAN amen

  • @ngundachris7598
    @ngundachris7598 5 років тому

    Iciyumviro ciza cane

  • @richreussir5060
    @richreussir5060 5 років тому

    Egoo,mutama amagarage meza yubakiye kandi akwije amategeko niyo meza kuko ni infrastructures zikomeye kandi ziramba kandi zunguka amahera menshi mais a long-terme,,,,dukingire ibidukikije nubuzima bwacu mu kuyubaka kuko ayo mavuta yimiduga et d'autres liquides ziri mu ma caniveaux vyangiza cane isi nsimwa,amazi yamasooko,,,il ya des maladies graves lieés à ces déchets dangereux des garages non protegés....donc c'est très lentables ku gihugu cacu.

  • @afhd7079
    @afhd7079 5 років тому

    Mungu awa jaliye jamani 😄😄😄