YOOO..Urukundo gwa CYCY na BUTOYI rutanguye bushasha || Ivyabaye vyoose icabiteye kiramenyekanye..

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 1 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 472

  • @nanaumwizaburundi9328
    @nanaumwizaburundi9328 Рік тому +21

    🥰🥰🤗🤗🤗 shimwa mwami wacu wew ntumeze nkabantu kubona cycy & butoyi basubiye kwishima kandi 💯💯 🙌🙌🙌🙌

    • @ttyy7642
      @ttyy7642 Рік тому

      Cycy mumubabarir ubushomeri nibwishi buja gusa mwibandanirize urukundorwanyu lmana lbashikane ahomeifuza lmana niman kandi bizogendaneza 😍😍😍😍

    • @AminaAmina-fl5yp
      @AminaAmina-fl5yp Рік тому

      Zaw urintwari kubona ububahutse ukaba bwizukuri

  • @josianetwambazimana7668
    @josianetwambazimana7668 Рік тому +2

    👍👍👍👍👍👍👍mana ndagushimiye cyane numva umunezero mwinshi butoyi na cycy mubandanye urukundo rwanyu rukomere Kandi rugere kuntego Issac urakoze cyane imana izakomeze umurimo ukora wababaye hafi♥️♥️♥️♥️ zawadi urakoze cyane gusa imbabazi nibyiza cyane hama mubandanye urukundo rwanyu turabakunda cyane ham aba ex tubime amatwi 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @niyonkuruconcolatteconsola4792
    @niyonkuruconcolatteconsola4792 Рік тому +16

    Cycy mubabarire zawadi burya iyumuntu yakoze ikosa akemera gusaba ikigongwe muharire yitahuye 🙏🙏🙏

  • @tecquistenina4871
    @tecquistenina4871 Рік тому +13

    Yababant bose bameze nkuyumu zawadi basha sindiz kubwab cycy ndize kubwa zawadi vyukur numwan mwiza birabonek koyakund couple yanyu hubwoyar satan yatey tu love u zawadi ❤️

  • @kanyangeestella8761
    @kanyangeestella8761 Рік тому

    Wow wow Imana Ishimwe zawadi Imana Iguhezagire nsibose bemera ikibi bakoreye umuntu cycy azokugire marraine urabakunda pe

  • @deborahofficial6154
    @deborahofficial6154 Рік тому +7

    Zawadi naramukunze kuko yari tahuye ko yakoze icaha nimumubabarire nukuri 🙏🏻🙏🏻🙏🏻

    • @swiftkeyswiftkey688
      @swiftkeyswiftkey688 Рік тому

      Intwari nizawadi nibake kwisi babikora nkazawqdi so nutatanga imbabazi uzoba urikijuju uzoba urirofa

  • @claudinemanirakiza872
    @claudinemanirakiza872 Рік тому +6

    ❤️❤️❤️❤️ ico gikobwa ki zawadi ndagikunze caneeeeeeeeee

    • @alinehs3733
      @alinehs3733 Рік тому

      🤣🤣🤣🤣najew aranryohey umunt akorikosa akitahura nisawa

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 Рік тому +1

    Abar barindirany igishik cinsh ikikiganir nkanje tumenyan 👌👌👌

  • @inesnsabimana3168
    @inesnsabimana3168 Рік тому

    Zawadi Imana Imuhezagire vrment. Urukundo sikintu cogukinisha.

  • @francinenahimana7289
    @francinenahimana7289 Рік тому +3

    zawadi imana igu hezagir ndabakunda can💖💖💖💖💖💖💖💖💖💖💖💖💯

  • @salamaodette1575
    @salamaodette1575 Рік тому +4

    Manshallah ♥️♥️♥️♥️😭😭😭😭 zawadi asante mamy. Alhamudulillah 🙏🙏♥️ Nawapenda sana CYCY♥️BUTOYI+BUTOYI❤️CYCY nawapenda sana love from 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮

  • @violettemediatv143
    @violettemediatv143 Рік тому +1

    Umutwik irahez, Issac basha ngira arazi kubembereza umufasha,yoooo I love you so much Issac

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 Рік тому

    Isaac imana iguhe umugisha vyukuri kuba usubije umunezero wa butoyi n'a cycy vyukuri mungu amulipe nauyo dada kwa kwakuwa muwazi

  • @penine8928
    @penine8928 Рік тому

    Zawadi ndamushimiye cane ukoze igikogwa ciza nukuri n'Imana iravyishimiye natwebwe nyene abafana turavyishimiye na Isaac turamushimiye nishimye kongera kubona Cycy na Butoyi bongeye kwishima 🤗🤗🤗

  • @igabanezasablinciel4218
    @igabanezasablinciel4218 Рік тому

    Ndishimy kubon musubirany bash iman ishime cyan halelua halelua toyi much mubikor n7ngog mwubak

  • @belysenshimirimana2038
    @belysenshimirimana2038 Рік тому +1

    Imana ikomez kubaja imbere cane🙏🙏🙏

  • @innocentigirukwishaka8297
    @innocentigirukwishaka8297 Рік тому

    Yoooo nsanze narize Imana ishimwe komumubabariye kuk twes turakora ivyaha Imana ihezagire urukundo gwa sisi na butoyi

  • @RRr-te9bc
    @RRr-te9bc Рік тому +1

    Mancha Allah

  • @florance9496
    @florance9496 Рік тому +6

    Nikur nanje ndanezerew cane nimumubabarire ntawundakosha ndabakinda❤❤❤❤❤

  • @zainabuqueen8874
    @zainabuqueen8874 Рік тому

    Imana ishimwe nukuri ndishimye bimwebivuyekumutima imana ibajimbere murukundo rwanyu

  • @kiki_official2577
    @kiki_official2577 Рік тому

    Ibi bintu bibere isomo abandi ic'Imana yifatanirije ntihagire uwugitandukanya🙌🏾🙌🏾🙌🏾👏🏾👏🏾

  • @jalanoman6236
    @jalanoman6236 Рік тому

    Nukuri manishimwe. Cane. Icimana. Yifatanirije. Ntawushobora. Kugitandukanya. Wubahwe. Cane 👌👌👌👌

  • @fuhftyfiufffg478
    @fuhftyfiufffg478 Рік тому

    Allah Akbar ndaryohewe cane kubona butoyi na cycy basubiranye hama zawadi wakoze igikorwa gikomeye cane nibaguharire ntawugororotse atari imana ndabakunda 🇧🇮🇦🇪

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 Рік тому +3

    Zawadi ulipitiwa ila unafa vizuri kandi nibake bobikora urumwana mwiza zawado courage ivyo sivyanose

  • @zubidaal7735
    @zubidaal7735 Рік тому +3

    Ndishimye cane kubwa cy cy n'a butoyi mukomer can
    Murukundo rwanyu 💞💞

  • @bellabelle1593
    @bellabelle1593 Рік тому +1

    Biranezereje cyane
    Kuba basubiye murukundo
    Nibaze basubire gutwagwa nishavu bazohore bashishoza
    ❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤🇴🇲🇴🇲

  • @Cycy129
    @Cycy129 Рік тому +8

    Isaac hejuru Zawadi vyiza kwihanaaa cycy et Toyi❤️❤️💪💪one love

  • @tonnyblaktonny
    @tonnyblaktonny Рік тому +3

    Uw mukobw numwan mwiz yemey gushir ukur ahagaragar God woman 👍👍👍👍👏👏👏👏

  • @munezeromicheline2655
    @munezeromicheline2655 Рік тому +2

    Waooooo ndabakunda cane cycy and butoyi turabipfyuza rumonge

  • @sonianiyonkuru1901
    @sonianiyonkuru1901 Рік тому +1

    Zawadi Imana iguh umugish kuk iy ushak war kubihor

  • @salima7729
    @salima7729 Рік тому

    Zawadi Imana iguh umugisha kk ivyukoz nibintu bikomey ndamukunz zawadi can kk abay umuhanga🙏🏻🙏🏻🙏🏻

  • @naninoni61
    @naninoni61 Рік тому

    Isaac urumunt wumurugamugabo ndanagushimira kururugamba kubarurangiy biien cycy and butoyi i❤u so much

  • @ghghhgfffhhgg7582
    @ghghhgfffhhgg7582 Рік тому +3

    Nafurayi sana Issac imana iguhe umugisha tunawapenda sana butoyi na cycy

  • @akimanatantine1023
    @akimanatantine1023 Рік тому

    Imana ntikora nkabana babantu nukuri ndishimye kub Bonney gusubiran💃💃💃💃💃

  • @aishasaidi1045
    @aishasaidi1045 Рік тому +1

    Wow mansha Allah tabarak nukuri ndishimye kubona cycy na butoyi basubiranye😘😘😘😘😘😍😍😍😍😍😍🙏Thanks God

  • @hatungimanajeanette2411
    @hatungimanajeanette2411 Рік тому

    Amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amenaaaaaaaimana ihabwicubahiro cishi can 🤲🤲🤲🤲🤲👈imana yarumvise amasengesho.yabana bayo

  • @habibi5688
    @habibi5688 Рік тому +2

    I'm very happy kubona musubiranye,Ubu bibabere isomo mumenye Abo mugira incuti

  • @anefamm9802
    @anefamm9802 Рік тому

    Big UP saana lsaac nukuri ndaryohewe nukuri sinoronka Nico kuvuga gusa butoyi na cycy mwitondere abagenzi banyu kuko urabonako Bari babasambuye vyihuse

  • @fdff3980
    @fdff3980 Рік тому

    Ama rira yabutoyi nukuri arishuwe manawe yoo cycy merci sana kumuharira zawad zawad nawe merci kuba witahuy disi bibonekak atamutima mubi wifitiye dis

  • @eerreffd4569
    @eerreffd4569 Рік тому

    Nukur Iman ishimw kwer birampimbay Issac uzuhoran uwomwete wokumeny ukur

  • @bijoux20
    @bijoux20 Рік тому

    Waooh wapenzi

  • @yygg761
    @yygg761 Рік тому

    Cycy ❤❤❤Butoyi love so machi nawapenda sn kbx

  • @issamustafafoma4978
    @issamustafafoma4978 Рік тому

    Iyo simema ni top 🇿🇦🇧🇮

  • @kanezasoso5878
    @kanezasoso5878 Рік тому

    Umva Butoyi Ndagusavy Raba ukore ibishoboka Vyoseeeee Cycy mushire munzu Urukundo Ruzokomereza kuryoha muri Murugo ❤️❤️❤️Plz Butoyi na Cycy Nimubane Kuk ndabon bikaze Kwel Arik IMANA ishimwe kobikemutse Knd muharir Zawadi mu muhimbabazi 🤗🤗🤗🤗 muzombarir mbaterer basha Nukr 👏🥰 ndishimy cyaneeee 💋💋💋 Ndabakunda cyaneee

  • @khaledoman8266
    @khaledoman8266 Рік тому +7

    My love Cycy musameh zawadi🙏🇧🇮🇴🇲

  • @emerimanadivine6855
    @emerimanadivine6855 Рік тому

    Waaoo biranezey cn.ndaruhuts nukur IMANA ishimwe.vyukur zawadi mumubabarire knd ntimuce mumwank.

  • @nananadia8496
    @nananadia8496 Рік тому +2

    Imana nishimwe kbsa ko cycy na butoyi basubiranye nukur ndishimye sana ❤️❤️❤️❤️🥰🥰💞💞💞

  • @thankyoulord7396
    @thankyoulord7396 Рік тому

    Habwicubahiro mwami wanje yesu kristo wew wongeye ngusubinza hamwe cycy nabutoyi

  • @tiffahdangotea6889
    @tiffahdangotea6889 Рік тому

    Masha 'Allah tabarak nina furahi san kuona mnarudiya tena kwa mala nyingin mpendane daima ..ikiwezekan hussen muowe hata kesho cycy tuko tayar kwa mchango kwel acha mung aitwe mung kbs hivi kweny ciella yupo haibu zina mpata

  • @rahairay.c9941
    @rahairay.c9941 Рік тому +2

    imbaraga zimana zirakomeye cane 🙏🙏🙏🥰 namasengesho meshi twasenze yarakiriwe Amin yarabii 🙏🙏🙏🥰🥰🥰🥰 ndahakuye icirwa gikomeye imana ibandindire bantu banje 🙏❤️❤️❤️ munatumye nja kuraba iyondirimbo ya Mugisha 🥰🥰🥰🇧🇮🇴🇲

  • @nahimanaassia6690
    @nahimanaassia6690 Рік тому

    Imana..ibaje imbere muvyanyu

  • @yvanna9233
    @yvanna9233 Рік тому +1

    Waooooo mukomere murukundogwanyu

  • @laidayassmine319
    @laidayassmine319 Рік тому +1

    Maskini yooo Alihmdulillah ko mubihejeje🙏

  • @cedrickthebarber
    @cedrickthebarber Рік тому

    Imana ni mana

  • @ntungwanayoodette752
    @ntungwanayoodette752 Рік тому

    Mariage muyihutishe pe

  • @سارخهلا
    @سارخهلا Рік тому

    Mbega vyiza Isaac ukozeneza imaniziguhembe naw zawaidi Urakoze kwitahura

  • @sindayigaaudace
    @sindayigaaudace Рік тому

    Zawadi abafana twamubabariye
    Kuber uwo mukobwa nintwari cane disiii
    Ryoooooo shaaaaa
    Disi Butoyii na Cycy shaa bikundanire maze

  • @mpawenimanafirdaous7181
    @mpawenimanafirdaous7181 Рік тому

    Umveee cycy ngo apana kumutongoza 🥱🥺🥺🥺😥😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅🇸🇦🇧🇮🇸🇦😂😂😂

  • @mihendopeace9190
    @mihendopeace9190 Рік тому +13

    Am very happy for both of you much love from 🇺🇬🇺🇬

  • @julesbdi6056
    @julesbdi6056 Рік тому

    Ooooh one love toyi ihasa nkanje hano

  • @nishimwetressy7215
    @nishimwetressy7215 Рік тому

    Mwirambire cyan

  • @عيشهعيشه-ت8س
    @عيشهعيشه-ت8س Рік тому +1

    Impanuro noha cycy na butoyi bibabere icigwa abakera barayamaze ati ushaka kubaka yirinda amabwire yohanze nawapenda bure watu wangu I love you so much 💗

  • @salkhalsalkhal7886
    @salkhalsalkhal7886 Рік тому

    zawadi my allah akupekilalaheri nabaraka my mpenzi

  • @newassong3449
    @newassong3449 Рік тому +2

    Butoy yaramaz imins azinze imitero numuns hahiye 🔥🔥💞💯

  • @anithanininahazwe4589
    @anithanininahazwe4589 Рік тому

    Waoooooo nukuri ndaryohewe can kubona basubiranye🥰🥰🥰

  • @ntiharirizwashani1438
    @ntiharirizwashani1438 Рік тому +1

    Wow ibyo nibyo nkeney kubona Kwa butoyi na cycy hama sisi uwusabye imbabazi arababarigwa Arik ntusubir kugir ubugenz nuw kuk nubugir Kabir yotumw akwic akanabikora 😭😭IMANA irikumw nawe shn mamy😍🇧🇮kand kurir sibyawe

  • @divinemugisha987
    @divinemugisha987 Рік тому

    Waaaaoo congrts

  • @saydatali1156
    @saydatali1156 Рік тому +2

    Egoshaaa imana ibajimbere muzoronko icomwifuza cose😘😘

  • @nanalove899
    @nanalove899 Рік тому

    Butoyi ntugire ubwoba bwa Kazoza kndi cycy ntari umwana muzofashanya.....muzobaho sha comme ça ibibazo bihere

  • @estachou6896
    @estachou6896 Рік тому

    Nukuri nimwutwaran vrt kuk birarenz Imana ishimw

  • @shamfaty3624
    @shamfaty3624 Рік тому

    Manshaaallh

  • @nshimirimananoella6883
    @nshimirimananoella6883 Рік тому

    Imana ishimwe turand cycy na butoyi

  • @ellagraciellaiteriteka3602
    @ellagraciellaiteriteka3602 Рік тому +4

    Thank you so Much Isaac ✋ urintwari cane

  • @fjri9333
    @fjri9333 Рік тому +1

    Cycy ugire amaso ntugire amatwi turagukunda butoyi wubahwe cycy na butoyi ndabakunda mubandanye murukundo gwanyu Isaac wubahwe imana ikuzigame ❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿

  • @pascasienimubona532
    @pascasienimubona532 Рік тому

    Yesu wacu arabikoze ukuri murakubonye bagonvye kubateranya ariko yesu araciyizira murasubiranye Imana ihabwicubahira nanje ndanezerewe kubona musubiranye kuko nanje nararize cane 🙏🏼🙏🏼🙏🏼urakozema

  • @uwimanalidiascheilla3256
    @uwimanalidiascheilla3256 Рік тому

    Butoyi uvuze ijambo rikomeye Uri très sérieux vraiment kandi na zawadi kuba yabishiz ahabona ari très sérieuse kuko yarafise mille moyens yokubinuma ni mubabarire kuko nwene Adam

  • @randaal1695
    @randaal1695 Рік тому

    Cycy tanga ikigogweee👏👏👏👏👏👏👏👏isac.numugabooo

  • @gerardineakima1766
    @gerardineakima1766 Рік тому

    Yooh Mana birahimbaye nukuri tuzobaterera kbsa

  • @stiveniriho6698
    @stiveniriho6698 Рік тому

    Zawadi Imana iguhezagire cane pe ukoze igikorw ciza cne

  • @nadiahniy831
    @nadiahniy831 Рік тому

    Vrt mubikoze bien knd lman ubandany kubashoboza.

  • @yuge1038
    @yuge1038 Рік тому +7

    Yoooo vyiza cane zawadi wakoze cane 🥰🥰

  • @ttyy7642
    @ttyy7642 Рік тому

    Ndagushimiy dada nibake bemera icaha urakoze kubivuga

  • @hakizimanagrace6435
    @hakizimanagrace6435 Рік тому +1

    Icimana yifatanirije ntawushobora kugitandukanya Shimwa mwami wowe wabikoze

  • @Linda-hv9ll
    @Linda-hv9ll Рік тому +13

    😂😂😂 ndishimye 🔥🔥🔥🥰 toyi cumutwara umuterinda niho uwo mu ex Wawe niho yotekereza🤣 kandi na cycy ato subira kugara

    • @Bagenzi4life
      @Bagenzi4life Рік тому +1

      😂😂😂😂

    • @sylvieniyonkuru9645
      @sylvieniyonkuru9645 Рік тому

      Uvuze neza kweri ubundi igihe giheze batabana bari mubiki

    • @kanezasoso5878
      @kanezasoso5878 Рік тому +1

      @@sylvieniyonkuru9645 nibagend babane urukundo barumazemw imyaka myinshi nimutwarane Bivemunzir uurukundo ruzokomereza munzu 🥰

    • @sylvieniyonkuru9645
      @sylvieniyonkuru9645 Рік тому

      @@kanezasoso5878 jewe ibintu baba barimwo sindabizi kweri gusa bazi kwihangana imyaka nimyaniko ngo bari murukundo ivyo nibiki

    • @kanezasoso5878
      @kanezasoso5878 Рік тому

      @@sylvieniyonkuru9645 😂😂😂😂😂 Rek rek kuntwenz oya bagiye kubishir muburyo Insha'Allah

  • @saligirl8020
    @saligirl8020 Рік тому

    Alhamdullillah kwakweli cici and butoyi ndishimye cane yoooo

  • @angeirakoze2529
    @angeirakoze2529 Рік тому

    Mumuharire nukuri nukuri natwe imana iraduharira butoyi ndagukunze can Iman ikora nkimana

  • @khadijamoss293
    @khadijamoss293 Рік тому

    Imanishimwe kobasubiranye 🙏🙏🙏

  • @mryamnona6010
    @mryamnona6010 Рік тому +1

    Waoooh Imana ishimwe pe kobiheze neza cane❣️❣️🔥🔥🔥🔥

  • @jeannengoy9912
    @jeannengoy9912 Рік тому +5

    Wooow mashaallah 😢🥰🥰🙏

  • @shaidaniyonkuru3007
    @shaidaniyonkuru3007 Рік тому

    Yooooo iman ishimw kwl ya allah biranryohey san wallah kub ingoran kub zivuy munzir mugasubiran iman ishimw kwl kuk twarabasengey can so imiss you 🙏🙏🙏🙏🙏🙏💞💞💞💞💞💞💞💞💯💯💯💯

  • @najmahnajmah1078
    @najmahnajmah1078 Рік тому

    Waoooo. Imana. Ihabwe icubahiro. Ndabakunda cyane

  • @nimpagaritsenadine7486
    @nimpagaritsenadine7486 Рік тому +1

    Abaribarindiriye iyi episode tumenyan

  • @cycynageragezekwambaraneza1987

    yooo imana ishimwe nari nara babaye cane isaac imana iguhezagire ndaryohewe cane

  • @nananailla7723
    @nananailla7723 Рік тому

    Woooooo nafurahi kuona hivyo machr musameh kwa kuwa amejitambua

  • @Fabybro
    @Fabybro Рік тому

    Ooh my God numva nezerewe kuba basubira

  • @m.khafanm.khalfan2670
    @m.khafanm.khalfan2670 Рік тому +2

    Imanishimwe nukuri cycy & Butoyi bongeye guhuza Isaac nawe wubahwe🙏🙏

  • @ميدياث
    @ميدياث Рік тому

    Wow

  • @lydi791
    @lydi791 Рік тому

    Nukuri narimbabaye cnee Imanishimwe cnee

  • @shadiaina3545
    @shadiaina3545 Рік тому

    Alhamdulilah ko basubiriye kunvikana 🥰🥰

  • @niyonzimamarie3978
    @niyonzimamarie3978 Рік тому

    Zawadi Imana Iguhe Umugisha