Hama ngo imisi yose Sat b na fizzo gusa raba uwo mwana uwo muti akoze....mb nu UMURUNDI?Nta song ya fizzo cank Sat b ndunva ikaz nkiyo vrt....eka arafise na positive zirarenz kabsa .....
Nice song iyindirimbo sinarinyizi naribeye home kuko turi muri lock down dj kuri radio station magic fm hanokigali arikushyiramo numva ndayikunze nineza kbs 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 nihejuru cyane
I just recognise this guy now 😍yoooo nahora hehe kweri 😭😭his songsss ndakurahiye they are on the other level 👌👌he is putting Burundi on the map y’all😭😭😭🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Iyi ndirimbo ndayumviriza every Monday ngiye kukazi mumodoka #ibreezy Ukwiye kuba hafi ya wiz designer kuko uyo muhungu. Ndamubonamwo vyinshi vyiza kuko afise signature yiwe na record yiwe mumuziki muri new generation itofa itakaye uko nyene so mwebwe mura ba boss mukazo bishoramwo umutwe ukomeye Keep up and hard work for wiz designer king of ❤️
THE INTERNATIONAL Yemba FASHION DESIGNER KUTOKA ULAYA AUSTRALIA 🇦🇺🇦🇺🇦🇺 NYIMBO YAKO NIYAKWANZA KABISA BURUNDI - NZIMA URAKAZE . AUSTRALIA 🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺 NZIMA TURAKWERA CONGRATULATIONS
Mfise ibintu numva novuga vyishi kur iyi ndirimbo.ariko bike murivyo nuko uwu wiz designer iyaba ar mukindi gihugu yaba ahejj kuba umu star kubera iki gikogwa.Dj Fanny iyo yitumy ikintu keshi kiraba kandi kikaba neza.iyo ndirimbo twibuk ko ar DFTV257 yayisponsorije video.Logic Jamal iyaba ari mukindi gihugu aba yamaze kuja kur list yaba director babeshejweho numwuga wabo kko iyi video iri international uvyanka uvyemera.ikibazo niki:ni kibuze ngo umuziki wacu ube akazi kubawukora?
Oooooh Kana Ni Feelilings Sana Yani Kumbe Abarundi Turashoboye Wiz We Turikumwe Tuguma Tubakurikirana Naho Turi Kure Yigihugu Cacu Mugabo Music Ndundi Tuguma Turi Nyuma Yanyu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇬🇧🇬🇧🇬🇧🇬🇧🇬🇧
Iyi Song mperuka kuyi Playinga kuri Party ya my Mother inlaw birthday 🎂 🥰🥰 they was dacing like never before they love African music 🥰 Congratulations Bro 🇧🇮🇧🇮
Big up sana bro urashoboy tu. I swear 🤗🤗🤗🤗🤗🤗 This song will lead forever it's a bomb.. s.times, je fais recours à cette chanson qui dirige le monde quant à moi. Afin de l'écouter encore. Je l'aime et je l'aime de plus.
Wiz sio khalifa wa California ariko Hubwo ni Designer wiwacu Buja Burundi 🇧🇮🔥🔥🔥🔥 Bro ndakwemera kabisa uje nabi cane gooose kuri speed yo hejuru cane gooose ! Komeza ejo niheza man❤️❤️❤️❤️🌹💴🇧🇮🇺🇸Love from Michigan USA 🇺🇸
Iyi song Jewe ntiyigera indambira ndayumviriza akarenga 24 ku musi 😍🇧🇮 aba manager barabe batudugirize iyindi generation mu muziki ndundi , uwu mu type arashoboye. Love from Sophonie Blaine #isinivyayo
This song has a vibe 😩❤️ Burundi is doing great 🙏 let’s Make this ☄️💥 #Jamal the Video is shoot 💥
Kul mn.urabina k inpiratio kuri wwe.uyumwana kko ara arakoze
Caroright 😉
We wait for u kuko urumwe muribo
Kipia mzeeee 'awwe tunakusubilia
Big up bro ilove your song👏👏👏👏
Courag bro
D.
L
Waouw😍😍I love it❤🔥🔥
Mo,w ndagukunda ndumunyarwanda nimushyigikirane kbx
Plz ag collabo n designer☺
Monia ndagu fan cane korana nuyu mujama mwokora iki bomb gikomeye ❤️🇧🇮
🔥🔥🔥🔥🔥ninde yari ashuhiye video yiyi ndirimbo nkanje basha😭😭
Jw
Ntiwasumvya...kikiiki
Jeweee💃💃💃
Jew vidéo sinayiyumvira kko na audio nayigumizamo, vidéo ni top man
Nibaza ko atanuwundi murundi afise hit nkiyi.
Nimba wemera ko iyi ndirimbo ari lamba lolo Gira likes zawe sasaa
Lamba lolo👏👏 baba lawo 👥👥
hahhaah MR lolomba lov u sana bro`
Wewe gasore 🇧🇮
Ahosha Mutama Wiz Pro.ebana nakubali. Agateka aho kamye
Lolombaaaa
Turashoboy vrmt kandi ibintu ni bien sana iburundi .big up bro kbs. Nimump like uwayikunz nknje NYAMPING
Dope dope
Nc job bro
Logic umeuwa mze
Love from hit_Top_Tv Breezy mkari wao
Thanks HITTOPTV
Hama ngo imisi yose Sat b na fizzo gusa raba uwo mwana uwo muti akoze....mb nu UMURUNDI?Nta song ya fizzo cank Sat b ndunva ikaz nkiyo vrt....eka arafise na positive zirarenz kabsa .....
@@kingstonclaudinga2045 ❤❤❤❤❤
@@kingstonclaudinga2045 arashoboye vrt je ntirirenga ntayumvirije respect saaana😎😎
0
Namibia well represented by me. Song added to the Playlist
Love from DFTV257 🙏🏿🙏🏿🙏🏿
Hasante saana kurukundo rwanyu muri nka family yanje kuko mwanfashije vyinshi nukuri
Beautiful flow..am loving dis song , watching from Nigeria 🇳🇬
Nice song iyindirimbo sinarinyizi naribeye home kuko turi muri lock down dj kuri radio station magic fm hanokigali arikushyiramo numva ndayikunze nineza kbs 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 nihejuru cyane
wiz uze wimanire iyi style niko muburundi urumwe kandi yarikenewe caaaaane gose
Sulute bro Nairobi tunapiga ngoma hiii Kama salamu kwa watu
Ngoma Kali Sana kweli
Aba bana baje fooo...abayita ibihangange bagabe sana kuk iy generatio ikomej uku ntakabuz abasaza baraj mur retrait...Nice song Wiz et courage
I just recognise this guy now 😍yoooo nahora hehe kweri 😭😭his songsss ndakurahiye they are on the other level 👌👌he is putting Burundi on the map y’all😭😭😭🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Iraryoheye amatwi n'ijisho,komeza muhungu wacu😘😘
Impano yaw iranakurengey bro imbere niheza ntuzocike intege courage wiz designer🙏🙏🙏
nice bwoy akazi keza sana kabisa 👌🏾✊🏾🇧🇮
love from #runtowndjs
verry good song m iyizakuba 100% mu kirundi yari kuba itesa gudumba
Ubumwe ibikogwa amajambere twese hamwe tuduze ibera yububurundi Big up sana my GN wiz🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮
I'm a pacific island that's living in arkansas idk what it means but it's fiyyah🔥🤙
The international song it really fires just ONE WAAAAY.... I BREEZY ONN THE BEAT
Iyi ndirimbo ndayumviriza every Monday ngiye kukazi mumodoka
#ibreezy Ukwiye kuba hafi ya wiz designer kuko uyo muhungu. Ndamubonamwo vyinshi vyiza kuko afise signature yiwe na record yiwe mumuziki muri new generation itofa itakaye uko nyene so mwebwe mura ba boss mukazo bishoramwo umutwe ukomeye Keep up and hard work for wiz designer king of ❤️
Nyami nyami nyampingaa🔥🔥🔥🔥🔥 hit kbsa..👌👌👌👌
Vibes only 😩❤️🔥🔥
Seigneur yii ndirimbooo😍😍❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮courage Wiz Designer indirimbo iryosh caneee🥳🥳🥳
Mr Nyampingaaaa good song brother courragee 💞💞💞💞👏👏👏👏👏
I love his voice and the lyrics it . This song always put a smile on my face 😊.I always like to hear in the night.
THE INTERNATIONAL Yemba FASHION DESIGNER KUTOKA ULAYA AUSTRALIA 🇦🇺🇦🇺🇦🇺 NYIMBO YAKO NIYAKWANZA KABISA BURUNDI - NZIMA URAKAZE . AUSTRALIA 🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺 NZIMA TURAKWERA CONGRATULATIONS
One way 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲🔥🔥🔥🔥🙏📣📣one love 💕💕💕
Menye uyumusi kurumurundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮 so courage proud of you
Vry Nice song yamateka papa nakubali saaanaaa ☝️☝️☝️☝️🇧🇮🇧🇮
Mfise ibintu numva novuga vyishi kur iyi ndirimbo.ariko bike murivyo nuko uwu wiz designer iyaba ar mukindi gihugu yaba ahejj kuba umu star kubera iki gikogwa.Dj Fanny iyo yitumy ikintu keshi kiraba kandi kikaba neza.iyo ndirimbo twibuk ko ar DFTV257 yayisponsorije video.Logic Jamal iyaba ari mukindi gihugu aba yamaze kuja kur list yaba director babeshejweho numwuga wabo kko iyi video iri international uvyanka uvyemera.ikibazo niki:ni kibuze ngo umuziki wacu ube akazi kubawukora?
nivyiza
washa mwoto bro song kari sana uri niriisha kbx thx sana kuraj chani boy
Nariniteze ko iyi video izoza irenze pe!wiz disegnire !!courage kuva muru team wiz designer for life
Iyo song iratovye birenz.big up wiz bandanya iyo music style
Umunsi wambere numva iyindirimbo narayikunze cane nubu ntamunsi uhera ntayumvirij😍😍u Burundi hari impano zinyegeje p!🇧🇮❤️❤️❤️
So fine m'y boy!!!!keep fighting ejo ni hezaa cane !!!Love from Ali Driss
Nakubal grand frère ✌️✌️✌️
I can't believe this song is Burundian singer .lovely song, motion song ,hitting song.Burundi#👌👌👌👌👌 #
Ngaruts after ya behind the scène😘😘nyampinga maquillage yiw😚😚
Wooow song inyuzuza wallah bro respect😍😍😍
Lys Esther Nyampingaaaa😀😀😀wActinz bien mannequin wng😍
Nakubar sn mister nyampinga
Turi nyuma yawe brookk🔥🔥🔥🔥love from ImperialTv #wiz to the world 🌍
Oooooh Kana Ni Feelilings Sana Yani Kumbe Abarundi Turashoboye Wiz We Turikumwe Tuguma Tubakurikirana Naho Turi Kure Yigihugu Cacu Mugabo Music Ndundi Tuguma Turi Nyuma Yanyu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇬🇧🇬🇧🇬🇧🇬🇧🇬🇧
ndumva nkwishimiye kwiyingoma melodie na sound very excelent courage bro our Burundian boy
Umve ijwiiiii umusaza arwa muri beat san🔥🔥🔥🇧🇮💐
This song is a hit! Is on repeat everyday! Big up Wiz, we should support our own🙌🙌🙌🥰🥰
Nice Song Bro Nyampinga Yaagaaaaa Saadi OMAN MUSCAT
👋🤝👍🤗🌏‼️ De France, mais d'une Portuguese de naissance. Très belle chanson, une voyageuse de musique du monde entier.
My young star #wizdesign big up
San and go ahedad before is good
Our music is improving. Nice song and the clip is awesome . Keep up
Iyi Song mperuka kuyi Playinga kuri Party ya my Mother inlaw birthday 🎂 🥰🥰 they was dacing like never before they love African music 🥰 Congratulations Bro 🇧🇮🇧🇮
Love from 🇷🇼to🇧🇮 ni ukurii you are doing good job
Uranyogeje vraiment
# Nyampinga 🇺🇸🇧🇮🙌
Nakubali sana brother 🎉🎉🎉
Neeeuuzaaa😍🎉💃🏻
I don't understand but I do love language with the song .very touch my heart
Washa fire 💪💪💪love from M nif jimbo 🙏🙏
Wallah hii song ni Hit, yaani sina mengi yakusema zaidi yakukwambwia Courage
This song iri 🔥🔥🔥 ino 🇨🇦 barayikunda trooo big up
International song ,,, nakubal bro ,, Big up ,, izi n'izo talent dukeney mur buja fleva
Big up sana bro urashoboy tu. I swear 🤗🤗🤗🤗🤗🤗
This song will lead forever it's a bomb.. s.times, je fais recours à cette chanson qui dirige le monde quant à moi. Afin de l'écouter encore. Je l'aime et je l'aime de plus.
❤
U never disappoint me bro ...big up ..this is international... Love from #bexbe_0fficial
I Song yo ubwayo iriko yihigira inzira wiz guma kwiyi nzira and big up
Loved from south Africa I like it
Twahoratwifuza bantunkaba bro cool urazikwandika vrm 👍
Video nkizi, nimpuzamakungu. Zirakwiriye ubufasha.
Daaaah kweli kali san br
Iyindirimbo numuti kbsa big up dj fanny kumutera intege uyu mu bro arabikwiye merci caane dj fanny wacu 😘
Uyumwana wacu arazikuririmba mana bg p pro gusa iyondirimbo irasisimura 💕🇧🇮💣🔥🔥🔥
Nimba umaze kwumviriza iyi ndirimbo incuro zirenga 10 gira like! #nyampinga
Courrage mon grand frere cette chanson est bien fait.oooh your romantic sound 🎧🎶🔥💪💪💪🇧🇮
Wiz sio khalifa wa California ariko Hubwo ni Designer wiwacu Buja Burundi 🇧🇮🔥🔥🔥🔥 Bro ndakwemera kabisa uje nabi cane gooose kuri speed yo hejuru cane gooose ! Komeza ejo niheza man❤️❤️❤️❤️🌹💴🇧🇮🇺🇸Love from Michigan USA 🇺🇸
hii ni kali mpaka naskia jasho
keep it up brother🔥🔥🔥
Les filles nyampinga coe moi ntimutangw kurab iy song😳 umunt wijw riteusa yaraturirimvy🥰🥰🥰 ooooh wooouh umng nogum ndayirzb nar nshuhiy vidéo yay 👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮nyampinga je vous salue✋✋🙋
Clip ya bien, song ya bien kbxaaa courag ma bro wiz
#Nyampinga👌
Love fom #NgzKugasaka❤🇧🇮
Cyze wiz designer ni number one in east Africa wallah
Nice video with beautiful ladies.Keep on
Nta semaine irahera menye kurumurundi 🇧🇮 so proud of you brio
Burundi turashoboye
Hahahaha waruzi kwarumunyamahanga
Nyampinga .love from Flip-G Tv
Very nice song bro. Courage sana
iyi song ndayumvis ivuz on radio nca mpagarik gukor ivyo nariko ndakora vyose nkbanz kuyumviriz
Fresh kbsa 🤙🏻
I’m in love with this On Gawd
Tha nigga has nailed it bruh
@@goldenboydestino5229 bro big up
Mon frere urarenze vraiment
YES! Burundi turiho! I really love this song
Jamal umefnya kazi nzuri sna.
Wiz ametisha.
#KikiHouston
Wiz didn’t come to play in this industry 💕💕❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮this guy is something else 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💕💕man I love your music 💕💕💕💕❤️❤️😭😭😭💕💕💕🇧🇮🤞🤞🤞
My Burundi by you voice so🔥🔥🔥✌️
Kwaio natowa saluti👌👌👌👌
Iyi song Jewe ntiyigera indambira ndayumviriza akarenga 24 ku musi 😍🇧🇮 aba manager barabe batudugirize iyindi generation mu muziki ndundi , uwu mu type arashoboye. Love from Sophonie Blaine #isinivyayo
Nice song, continue, from Madagascar
I am speechless 🥰👌 SUBSCRIBED
Ngoma qalii nakubali sana brut💯
Ni VIIIIBE kbs!! Big up Wiz Designer 👊🏿 Courage
Courage bro urashoboye kbx❤️❤️❤️💥💥💥💥💥💥💥