NABANJE KUGIRA UBWOBA😭Kuri FIRST LADY W'UBURUNDI Naratunguwe|UMWANA WE,MISS Burundi,THE BEN😇AMI PRO

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 3 гру 2024

КОМЕНТАРІ • 50

  • @CHiTAMAGIC7
    @CHiTAMAGIC7  Рік тому +6

    NUMÉRO YA AMI PRO: +257 69 23 14 55

  • @BellaGradisItangivyiza
    @BellaGradisItangivyiza Рік тому +6

    " ma 1ère déception"nciy ngukumbur mur ambiance love.😢😢😢 Ami courage nkund ukuvuga,impanur n'ibind......
    Ico nkuzik nuk utishim uvugish bose navy bizotum ushik kur
    Impanur utang zubak bensh

  • @GilbertBiza
    @GilbertBiza Рік тому +1

    Terimber emi_pro Imana ikujimber

  • @nyleneuwimana6184
    @nyleneuwimana6184 Рік тому +2

    Thank you Chita kutwakirira Ami pro the mc❤️❤️❤️❤️💖🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @DianaNingabiye
    @DianaNingabiye Рік тому

    Chita Magic wakunz uburund bwac nukur arik wazatibabariye ukazan sabin iburund kundusur chita ndagukund ukung uganiriz abant ubuhoh vyarushijeh ukunt wishimiy uburind pe ❤❤❤❤❤❤❤

  • @themcamipro2915
    @themcamipro2915 Рік тому +6

    Thank @chitamagic wakoze canee kunyakira

    • @CHiTAMAGIC7
      @CHiTAMAGIC7  Рік тому

      URAKOZE CYANE MUVANDIMWE 🇧🇮❤️🇷🇼 ONE LOVE.... AMI PRO THE MC 👏👏

    • @OlivierNfuranzima
      @OlivierNfuranzima Рік тому

      Ariko usome irya comment yohejur kuko fizzo kuba ataririvy waradukosey vyukur kand tugukunda cane mwena dj Israel ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @papiennekataye8049
    @papiennekataye8049 Рік тому

    Ami Pro ❤ komereza aho turagushigikiye

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1ii Рік тому

    Chita yamenye ikirundi bravo ♥️♥️♥️♥️♥️♥️

  • @FatemaSafi-p2v
    @FatemaSafi-p2v Рік тому

    Yooo bantanze chita magic ❤❤❤knd ndakuramukije ❤❤❤❤❤❤❤

  • @ElieEmerusabe
    @ElieEmerusabe Рік тому +1

    Amipro wubahw canee musaz turagukanda canee 🙏🙏🙏

  • @MasaboJordy
    @MasaboJordy Рік тому +1

    ami pro you are the big Mc in bujumbura

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Рік тому +3

    Ami Pro the MC niwe yatumye Big Fizzo ataturirimbira muri show ya the Ben ahenzwe na Muyoboke na Nopja aja guhamagara kuri stage aba underground bubukobwa ngo naba Dj batwara umwanya wabaririmvyi hakagera 20h atamuririmvyi numwe arahamagara kuri stage kandi azi yuko biza kurangira 22h ,Ami pro tukubwije ukuri niwabandanya birya bintu vyo guhendwa nabanyamahanga ukazimya abiwanyu naho boba baguhay amahera kurya nuguhemukira umuziki ndundi turagukunda urumurundi mwene wacu muga ako kantu wicare wiyumvire ugakosore ubu tuzoguma tugu suiva turabeko ubisubira tuzoca tumenya ico dukora.

  • @nakinteje7172
    @nakinteje7172 Рік тому

    Urwo rujama ndatu kuna ❤❤❤❤❤

  • @niyonkurulogin2174
    @niyonkurulogin2174 Рік тому

    Ami pro komera cn urintwari

  • @ahishakiyearlene585
    @ahishakiyearlene585 Рік тому

    Amipro the Mc kwa Chita❤mr6 bcp Chita Magic iburundi turagukunda karibu kandi🇧🇮🇧🇮❤

  • @albertinekanyange7875
    @albertinekanyange7875 Рік тому

    Uwiteka agushyigikire Amipro

  • @FideliteHabonimana
    @FideliteHabonimana Рік тому

    Ami pro yashitse kwa chita🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @kavaofficial203
    @kavaofficial203 Рік тому +1

    Ndakunda cane Amipro nkunda cane buja fm irimwo Amipro na Israel ntwari rwagasore😂 nukuri Vanilla wo mu Bwiza arabakunda cane de 14h à 17h nama ndi kwiradiyo niko ndabumviriza batanga ikiganiro ciza cakamaro Batama ndacari muto ariko ndabubaha cane ndabasabira mukomeze mukora kuriyo Radiyo nyene ndisabiye nimuze muhagarike vyoca bibiha cane kuko nimwebwe mutuma niga vyinshi kuri mwebwe

  • @amolam97
    @amolam97 Рік тому

    Nukwubaka game yacu🇧🇮abasigaye batoke kure

  • @darleneniyonkuru8797
    @darleneniyonkuru8797 Рік тому

    Chita turagushiye kumutumire,Kandi uyo Musore wacu yubahwe kubikorwa Akora,Kandi nashimye nukuntu afise discipline

  • @mukirerichard5265
    @mukirerichard5265 Рік тому

    We support you more Amir pro

  • @AlfredBagorikunda-cv7qc
    @AlfredBagorikunda-cv7qc Рік тому +1

    Chitha uwo musaza yubahwe cn

  • @kram6499
    @kram6499 Рік тому

    Byiza cyane disiii🙏

  • @NiyonkuruAboubakar-bb2cp
    @NiyonkuruAboubakar-bb2cp Рік тому

    Ami pro aciye bugufi pe

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 Рік тому

    ego cane gose mubikora neza cane✌👌❤

  • @casoartv257
    @casoartv257 Рік тому

    Kabisa

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Рік тому

    Wooooa number one I'm here mbandi yeux chit magic imbere cyane love from burundi ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤🇷🇼🇷🇼❤💯✅💪💪💪💪💪💪🔥🔥🔥🔥🔥✊✊✊👊👌👌👌

    • @CHiTAMAGIC7
      @CHiTAMAGIC7  Рік тому

      MURAKOZE CYANE 🇧🇮❤️🇷🇼

  • @ngirabezaaimeherve8092
    @ngirabezaaimeherve8092 Рік тому

    SHOUTOUT to you amis, A.K.A ami pro🎉🎉

  • @speskeza749
    @speskeza749 Рік тому

    Chita warakoze caaane kuza i Bdi, uzotuzanire Sabin na Irene ndakunda ibiganiro vyanyu , kandi turabakwirikira caaane

  • @amirahlauriaizere
    @amirahlauriaizere Рік тому

    Chita Magic on top we appriciate your work urarenze lov❤from🇨🇵🇧🇮

  • @positivemind2255
    @positivemind2255 Рік тому

    Chita🤣🤣 Uzoze muri Sweden umvugishe nanje🤣 Kandi mukore ibishoboka Next Summer muturungikire Umuhanzi wo Mu Rwanda aze kuduha show muri OneAfricaLove Festival

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 Рік тому

    Mbakunda mwese

  • @Musindi736
    @Musindi736 Рік тому

    Sha ngira uhevye kuzinwa vuba we narakwiboneye mucibitoke uriko unwa Loyal cank nabonye israel sindavyibuka neza

  • @ali-ckizofiolivierarakaza9284

    Uyomujama arakora xaaan yubahwe kabisa.

  • @niyitanganelly8942
    @niyitanganelly8942 Рік тому

    Chita wakoz kutuzanir am pro ndamukund ukunt yimerey ndabakind bena dj islay kur buj fm

  • @casoartv257
    @casoartv257 Рік тому

    Chita CASOAR tv Izoza au Rwanda juste pour toi

  • @مريمرواندا
    @مريمرواندا Рік тому

    ❤❤❤❤

  • @Larose1988
    @Larose1988 Рік тому +1

    🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw Рік тому

    Chita wasubiye rwanda udatwaye umurundikazi nukuntu abakobwa birirwa bavuga wewe. ? Canke urafise umugore?sorry

    • @DianaNingabiye
      @DianaNingabiye Рік тому

      Chita arubats afit umugor pe ngir ntikunz gukurikiran ibiganir aloran n'a ba Mping n'a Ngwino ndeb kesh narakunz kumumubaz

    • @nziza2364
      @nziza2364 Рік тому

      Afite umugore numwana