BADO BADO - TAKI TAKI ( OFFICIAL VIDEO MUSIC)
Вставка
- Опубліковано 30 лис 2024
- #TAKI_TAKI #BADO_BADO #CB_MUSIC N.E_PRODUCTION
SONG: TAKI TAKI
WRITER: BADO BADO
AUDIO PRODUCER: CIZZO BWOY
STUDIO PRODUCTION : CB MUSIC
MIX & MASTERING : JIGGER BEATZ
DIRECTOR : LANDRY SB
STYLISH : TOKOSS
VIDEO VIXEN: NUNU NUSRA
This song is for you Fam keep supporting me
Push it to the world
Love y’all❤❤
Bado bado nukur i'm your super fan with your hit song i'm so crazy .much love from Kajaga buja
Wew iyo ngeso ya nikiza Schadrack ngo niyo gu cheatinga urayihoz urab ukuntu utez imber igihugu
Bro for sure izovuma courage kbs Ubu niyo ngiye Kuza ndavuza gusa mpaka Bose bayimenye
Nukuri wew urabizi caane nukuri mbura support nogushigikiye caane
Good san
Noe kuguma unyemeza Boss wangu were jambo sana nawe waryhew nkanje ntamw izo like🤷🤣🤝🫂
Umwanyumviye kuwu musore akwiye gushigikigwa angonge like hano nkwerek ico tumukorera🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Cane
Wubahweeee caaaane
Uyumujama kumbe ararenze❤
vyaseko nryam ntumvirije iyi song maze kuyirab incuro cumi 10 bro ndagukund awadrs bakwats ntigucintege imbere niheza❤🎉🎉
Hit song iyi....
This's Muyinga's talant keep supporting our love lovely talant's
The melody & the video are perfect.. I like it 👌🇧🇮🇧🇮
Courage musore wacu love from Rwanda❤❤
Urazi kwandika vraiment
❤ ndakeseri iyi song yujuje vyose bikenew mumuzik ndundi
kbx unaweza ndugu umoja ninguvu turihamwe tsese ntakitazo tunanira imber niheza❤🎉
Bado bado from Rumonge Big up Sanaa broh good job papa nkw'ipfurije kugera kure caaan gose urashoboye bado bado❤❤❤❤❤❤❤❤
Apana ni From Muyinga
Ubirimwo neza cane❤❤❤❤
Hit song KBX ebga igiy Kub indirimb Yanj ya burigitondo so take 🌹🌹 my blooo
Kazi kali sana bro❤
Iyi nitafatisha nzoca nja kuburana 😂😂
❤❤❤❤❤❤
Tora ama shurwe shaaaa🌹🌹🌹🌹🍀🍀🍀🍀
Poillissime hejuru always;;;;!!!
Great that ibigo vyacu vyakaminuza,,,,,kuhadukumbuza!!!
🎉🎉🎉🎉🎉🎉uruwambere intambwe kuyindi Kure cane niho nkwipfurije
Uyumwana vrema azokwica abantu vrema bado bado Respect caaaaaaaaaaaaaaaaaaane
Bado juu zaidi ya juu❤❤❤
Asha ndemeye urashoboye
Aha ntakudusondeka birimwo💪💪
Uzonabica courtage🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥ndakwipfurige kugera kurecane
Good song, uraturyohereje irigira kandi.
Uzomuronka.
Keep u.
Pet yang ujenab hubwo uzonabic nibavemunzira nrwah bakubiseee nkeuu ngo cinema iyiyo ni file1⃣1⃣1⃣👊👊👊👊
Ndakunda iyindirimbo PE ❤❤❤❤❤❤❤❤ petit urazi umuziki Bereke abasani biburundi kubaruta PE bakwigireko gukora song iryoshe
Cool musaza Good song Ndababazwa nukuntu udashigikirwa kand uririmba fresh ntucike intege imbere niheza
Quel incroyable talent...!!! Let's take Burundian music to another level
Kwel #BADO BADO respect for it song nayikunze mbere crrg vrt reka tuhaturire💥💥💥💥💥💯
Courage kbx indirimb n fresh kbx
My brother urarenzeee kbx
good job kbx
go ahead my bro
One day talent yaw izokwivugira kbx❤
Courage mon amie imbere nihezaa.❤️❤️✌️✌️💪💪
Ibi nivyo tuba dushaka komeza muduhe nizindi ziryohe nkuku cnk murenzaha 🎉
Burundian fly🇧🇮🇧🇮
Hejuru cyane Bado bado 🥰🎉🎉🎉
Unyama nimwingi begrpoo sana salut nyingi Kama zote dado dado, salut sana mwamba
Courage bro !! Yukuri Inyuma
❤waoohh wakoz indirimbo iryosh caan imber niheza can komezukonyen bwana
Nice song bado bado courage🎉🎉
One day isi yose izogutahura never give up bro 👌🇧🇮✅
Izi lyrics ntahandi wozisanga bro never give up
Uyumwana uzotwica pe.Courag brother and God bless your jobs
Iyiyoyo ije kunyica kabisa mfise takitaki❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪🏽💪🏽💪🏽💪🏽Goodsong my Brother
1:40 1:44
Love from nshaka umwana aryosha hhhhhhh big up
Ndemeyeeeee 🔥 🔥 🔥 🔥 bado bado 👈👈👈🙏🙏
Go ahead bro, imbere cane hashoboka niho nkwipfuriza kabxa, wakubise💥🎹🎼🎶
Good song bro.
Icipfuzo ciza kabisa
❤❤❤❤ I like it 👌 🎉
Imbere niheza
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤icotwaritwarabuze turakirose uyumuhungu arashoboye vremaint namwe muvugukuri ahokuri Kuko nyagishe kirekire amaze mumuziki ariko murumva uburyo atwika navideo ze zirasumba Iza sat b vremaint tumukurikire atafite impano nziza caneeee
❤hejuru cane Mr badobado .imbere niheza komereza aho❤
Wape salamu wolosem hutatoboa mutaani Ngoma zinahiti pak zina boa nakukubali my brother from another mother boy from biraba kijijini kwetu
Kabisa nuwoba yanka urukwavu yovugako ruzikwiruka.so congratulation bro.indirimbo nziza cneee.Nibagufate mumugongo vrmt nayahandi impano urinayo,sivyo wiga
Pt wumve ko nkunda ijwi ryawe nkeseri 🔥🎉 courage mwana wa 🦁🇧🇮 💪❤️
Asha kabisa iyi nindirimbo pe, nukur ur mugikorwa komeza bro, turinyum yaw kabsa ntangorane, kuyiraba ntiwoheza bisaba ugum usubiramw pe
Good work ❤❤🤜🤛💪💪💪
arahumagany noneh wa mu peti.good song kbsa
Waoooo🎉🎉🎉Bad bado
Ikintu cumuriro , 💯🔥🔥🔥🔥🔥🔥 I need love
Indirimbo nziza can big up sana
Uyu mukobwa waririmvye womukurahe
Bado bado🔥🔥 hii Ime nda 💪💪💪
Waoooooo mbegindirimbo nziza cane
Nice song bro reka tugir tag baguh umwana🎉❤❤ from credo
Keep work my bluh urashoboy tomorrow is good nanj mbandany ndayi feeling
Sumbua kabisa wataelewa namimi naja
Waaaaaaooooo respect my brother Badobado nice song I love you
Bado Bado wewe komeza urimunzira nzima kbx
It's yr boy bado bado burundian hitmaker go ahead brother
This CIZZO'S BOY WILL KILL US. CONGRATULATIONS MY Big brother badobado
Munyakazi 🔥
🔥🔥🔥this song's so hot vya danger 🎶💯nfise taki takiii to the World
So so nice guyz i'm too late to watch at this hit song .mumpe like zanyu abantu mukunze this hit song
Nc song brother❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Keep up the good work mi Man🔥
Courage my bro sanaaaa
Great work ma men🎉♥️
Akaririmbo ni sawa
Igikogwa ni ciza pe🎉
Hejuru sana
Seriese sana we bado bado
You did well my bado bado
Wakwanza mimi❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Nakubali mzee❤
Big up hit song🔥🔥🔥🔥🔥🔥
undirimbiye neza bro❤
Du! Kijana industry uriko uyitwaramwo Neza like zose nibaguhe❤
Courage mon frère we are with u
What a telent💥💥💥💥💥
U gonna make the different. Hit maker
Ñicd😊
Asha Sindakwijeje nkeuuuu😂😂😂😂😂 Gusa bandanya Ushakisha nanj Niwaronk 2 uzocunkomeramw umw😁😁😁
Man wubahweee komeza kbxx ufite impano uzagera kureee
Pokea maua yako baba 🎉🎉
Nuko abarundi dukunda zimwe zivuga igidi iyi song yari kuba hit
Keep it up bro .nice song
Kazi nzuli bro
Kweriii brother🌹❤️❤️❤️
So beautiful song mr BADO BADO so Amazing 💐💐
Kazi nzuli ♨
MYG 🤗