Sorry to be offtopic but does any of you know of a way to get back into an instagram account?? I was stupid lost my password. I would appreciate any help you can give me.
Muchas gracias por este diálogo muy interesante e instructivo. Les animamos encontrarse siempre como artistas y sacar en común lo que más interesa a la gente como esto. Big up #B_Face and #Alvin. Para saber que tienen seguidores desde México. #PAZZOS_BI
@@gerardmusabanganji7866 Buenas noches. Si hablo español porque vivo en un país de hispanohablantes. Pero sí, soy Burundés, así que sigo cada vez estas TV online para ver lo que pasa en mi querida patria 🇧🇮
Alvin yagire ashavure m respect ninyinshi kweli! Kumbe umuntu yabimbwiye ntiyampenze! Alvin wa vrai atandukanye na Alvin ariko aractinga! Gusa courage mwese! BFace no comment! Tuzokwivuganira one day! So pray for me! Imisi mike nzoza! Much love to you all guys! Ndabakunda sana 🇮🇳🇧🇮🇮🇳🇧🇮
alvin ongeya point , b face bandanya ubankosorera turabe k hazovamwo n babiri shahu injiji zarafashe ijambo incabwenge ziracinyizwa tugomba guhagurukira rimwe iki kintu tukakivuga kugira turabe ko twotera imbere nk abandi. peace
Uwu muhungu wo mu kayanza arazi ubwenge wumvirij ivyiyumviro vyiw ni itunga muri musi industry of our dear Burundi. Ni babiri gusa babera abndi icitegererezo BFace and SAt B
Umwami wimigani B Face on the flow! Umunyakayanza wiwacu! Umuririmvyi wambere azi ikirundi!❤️❤️❤️👍🙌🙌🙌 😂😂😂sha Debat Yama iryoshe kabisa ntamusi numwe muratuzanira iyibishe! Ndakunda iyo Hosy utwenze ukifata kumutima biranyica kabisa❤️❤️❤️❤️ mana B Face afise inyishu zirenze! Hosy ngo izonyishu waziheruka kera za B Face?😂😂😂👊🙌🙌🙌
Muvyukuri nivyiza gutandukanya ikiganiro c'ikiru n'igifaransa;ikurundi kibe Kirundi igifarasa mugitegurire umwanya Waco. Twebwe abari hanze tunezezwa no kuba Abarundi dukundisha abana bacu u Burundi no kuvuga Ikirundi ariko(beshi) dutangazwa n'uko mu biganiro ama Radiyo n' ama TV bigoye gutandukanya ko ari ikiganiro c'ikirundi ck c'igifaransa.
Incabwenge nemera muba musicien ni wow B face 🤝 Hosy tera imbere muguza abantu nkabo vrma i respect u 👌ufise target ikomeye can dns ta vie🙏
Alvin arafit respet vrt knd ndamwemera cne b face nawe afis inyish nziz zubwenge respect mwes n big up ⤴ y siren 🚨 vibes I'm your fan
Uwabonye ko Alvin Smith yahinduy place amp likee 😂😂😂
Waooh ! Ninde yakunze indamutso ya B-Face 😀
Jewe😂🇧🇮
Jeweeee ndamufana
Nanje ndamufana
Sorry to be offtopic but does any of you know of a way to get back into an instagram account??
I was stupid lost my password. I would appreciate any help you can give me.
@Brixton Moses instablaster =)
We love you from Rwanda🇷🇼
Komera mwes ndabafana uko nukuri basokuru barayamaze bâti igito gitwabwa iwabo
Hello ferdinand turaryohewe kukugira
Wubahwe
Wow wow wow. I am out of words. You guys killed it. Bface you're a beast. Guys we need this collabo with clear sounds. Tera imbere bro's
For really i respect you gys 🙏 may the Lord bless you from 🇧🇮🇨🇦
Saluti sana 😢 big up🇧🇮👊🏿 wote noma sana💯🇧🇮 nawa kubali! GOD bless Burundi🇧🇮 and all Africa 🇧🇮 🇨🇩 🇹🇿 👊🏿
waauûu alvin urashoboye😗😗
We need their freestyle to be released 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ndakunda B-face cane na la vache na wewe sv tv courage
B Face the guy with the positivity keep the same energy Fam
Love you B Face uvuga ukuri tjrs ndakunda ngene uri serious
B face big up sana, turikumw
Wow....B face 🙌👌
Turaikeneye iyo colabo🔥🔥🔥🔥💕💕💕💕
Namba one always umengo ntakaz mfise😂😂😂😂😂🤣
Waoo one love ubu ndabon music wiburundi ugiy guter imber b face & alvin la vache bisab muduh collabo yob isara big up san
B Face is so lovely a wise Star...I will be humbled to meet with him one day
I wish to see siren vibe as a BiG Tv
Pray for that.it shall be something good
you can say let's hard work talk. next level to all team Siren vibes
Hi
Everything in God is possible
Best interview everrrrrr🥰🥰🥰🥰🥰
Muchas gracias por este diálogo muy interesante e instructivo. Les animamos encontrarse siempre como artistas y sacar en común lo que más interesa a la gente como esto. Big up #B_Face and #Alvin. Para saber que tienen seguidores desde México. #PAZZOS_BI
Disculpe,Tu hablas Espanõl?? Estas tu burundiano!!? 🇧🇮🇧🇮 Buenas noches
@@gerardmusabanganji7866 Buenas noches. Si hablo español porque vivo en un país de hispanohablantes. Pero sí, soy Burundés, así que sigo cada vez estas TV online para ver lo que pasa en mi querida patria 🇧🇮
@@PazzosBi
Mucho gusto, gracias
@@gerardmusabanganji7866 ¡De nada!
QQq
🤣🤣🤣muranezeye🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Ozi nanje nimva hanze nkataha mugihugu ndifuza ko nokwicana na B-fs harakajamb nzamwibariz sivyo ? Ndamukundir igishingantah ciwe 🙋♂️lavache mariag niryari?
Alvin yagire ashavure m respect ninyinshi kweli! Kumbe umuntu yabimbwiye ntiyampenze! Alvin wa vrai atandukanye na Alvin ariko aractinga! Gusa courage mwese! BFace no comment! Tuzokwivuganira one day! So pray for me! Imisi mike nzoza! Much love to you all guys! Ndabakunda sana 🇮🇳🇧🇮🇮🇳🇧🇮
𝑼𝒏𝒐𝒎𝒖𝒔𝒊 𝒏𝒊 🇸🇦🇧🇮𝒏𝒅𝒂𝒃𝒂𝒌𝒖𝒏𝒅𝒂 𝒔𝒂𝒏𝒂
💪💪💪🔥🔥🔥🔥🔥🇰🇼🇰🇼Ndabakurikirana🏋️♂️🏋️♂️🏋️♂️🏋️♂️
Apo sawa kabisa
Salut s n v b tv ndakunda bfc ibikorwa vyiwe inyishuziwe indamutso yiwe nayikunze cane bfc ndagukunda cane terimberevmuhungu mwiza ufise impano wisangije ahombonye interv yawe nihombandi kuko ndahigira vyinshi nukuri hama lavache nawe nsigaye nkunda ukuntu wicisha bugufi Imana iguhezagire kandi ukomeze uterimbere mutezimbere igihugu cacu🇧🇮🇵🇸
Big up sana b face na lavache ndabakunda sana
Erega nyene La Vache wafunitse Boniface
bravo bfac nakukubali ❤🙏🇧🇮🇨🇦🤩
Ico kiyago 🔥 Nico b face and Alvin smith big up brothers from lusaka zambia 🇿🇲
Hahiye kabisa gusa muramryohe sana ....
So nice of you guys 💯💯💯💯💯💯
Ikiganiro cari kiryoshe sana, big up Siren V, from🇧🇮🇨🇦
B face wagize neza kumukosora alvin kugir yige kurindira bamuhe ijambo hama ikindi yige kuvuga nkumuntu yiyubashe
Yooooo ndasavy mufate ndamanyutse nugutwenga arik ikiganiro kiryosh😄😄✌️💓
Aba ba Niggah ndabemera ndaq👊👊👊👊👊👊B face & Alvin smith👊👊👊👊👊👊
Waoh Dukeney igikorwa cabobantu
Vraiment aba ba brothers banjye Imana ibahezagire barashoboy kbsa! Knd mwes avec na Rosi ndabakund trop.... Et courage
Aba stars bacu barakije kbs💥💥
Ndasabiye visa Alvin yokuja muri france kuvuga IGIFARANSA.Mwomenyera ambassadeur araba siren vibes?🤔
Amazing interview
mwabibayemwo neza cane.komereza aho
Nukuri vyaryoshe kbs 🇴🇲🇴🇲🇴🇲
B fc uratumye niga ikintu gikomeye cane love u so much 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Ic kiganiro kiraryosh b face on the flow,rap bwamw,n la Vache ,Hosy yar yaratevye
Love from ELYMIX TV
alvin ongeya point , b face bandanya ubankosorera turabe k hazovamwo n babiri shahu injiji zarafashe ijambo incabwenge ziracinyizwa tugomba guhagurukira rimwe iki kintu tukakivuga kugira turabe ko twotera imbere nk abandi. peace
Uwu muhungu wo mu kayanza arazi ubwenge wumvirij ivyiyumviro vyiw ni itunga muri musi industry of our dear Burundi. Ni babiri gusa babera abndi icitegererezo BFace and SAt B
Uko nukuri sat b na b face kl nabubwege
Uyu musi hahiye 😂😂😂😂😂😂✌🏻✌🏻✌🏻✌🏻🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Hosy turasavye icociyumviro cukugaruka b face akatwigisha iyomigani muze mugikombe💪🇿🇲🇧🇮
Ndakunda umuntu yitwa b. Face vraiment
B- face ndakwemera wowe 🙏🙏😍
Kayanza represento holasey awe awe ayobaness 🇧🇮
Ikiganiro carikiryoshe vrmt
Yooo ndahwereye nagatwego mbe hosy ww kutatuhaye agapera ndabakunda mwese
Murakoz cane 👏👏👏
Mana murakoze guhuza BFace na Alvin! N'amahasa! Hosy investissa kuri collabo yabo na video! Muzovugana % 🥰🥰🥰🥰!
Osi courage vraiment, urazi ivyo ukora.
Umwami wimigani B Face on the flow! Umunyakayanza wiwacu! Umuririmvyi wambere azi ikirundi!❤️❤️❤️👍🙌🙌🙌 😂😂😂sha Debat Yama iryoshe kabisa ntamusi numwe muratuzanira iyibishe! Ndakunda iyo Hosy utwenze ukifata kumutima biranyica kabisa❤️❤️❤️❤️ mana B Face afise inyishu zirenze! Hosy ngo izonyishu waziheruka kera za B Face?😂😂😂👊🙌🙌🙌
iki kiganiro ni ciza kabisa. courage 🤝🤝🤝
Hahiye koko muri siren viber😍❤️
Ila hii kitu ni OG😁😁😁
Mwige urufasoni muri interview, guhanahana ijambo, telephone kuruhande mukareka Kuja hanze ya topic 👍👍254,
Boniface the OG..
nukuri iki kiganiro cantwegeje saaana nukuri Siren big up💪💪🤣🤣🤣🤣
Ababarara bacu muburund bash ndabakunda ❤️❤️❤️❤️❤️🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🔥🔥🔥🔥🔥
😂😂😂😂😂🤣🤣 nakure izo ecouteur maze😂😂 Biiiii muhe urushi ntiyumva🤣🤣🤣🤣🤣🤣 jewe ndabafana vrm respect
Nakubali siren Tv murashobora
Good vibe
Kayanza ✊🏽
B Face ndakwemera saba kabisa💪💪💪🇧🇮
Two legend bahuye sha 🤝🔥🔥🔥🙌🙌🙌
Hosy wakoze kubahuza 😂😂😂😂
Ingidi ??? J mbona iryo jambo wari kurivuga gake .
Hosy wabikoze neza gsa b face nukuri agabany termes zituvunir imbavu mpez ikiganiro ndushe kubera gutwenga
Cari kimez nez but hosy b face ntiwambajj ng abibon nik!! Wamubajj k abibna gte!! So yishue ibitajanye😃 but ik kiganira cari kimez neza and big up 🔥🔥
A person = His attitude
Alvin ntuzi gukoresha imvugo kubintu bija kurabwa canke kwumvirizwa n'abantu batandukanye.
Mbav zang we 🤣🤣😅😂😆muranyish pee from🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🔥🔥♥️😘
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ikindi kiganiro urondere sat b vs fabilove please 🙏🙏
B-face ndamukunda sana kk ndamwigirako vyishi irambire 👏👏
Hahiye💥💥💥💥
Hello hello bantu bacu. Muratwishe ngumwami yararya umwana 😂😂😂❤🇦🇺
Bavugako ibikogwa vyivugira Boniface big up uzi akazi kakuzanye mumusic
Muvyukuri nivyiza gutandukanya ikiganiro c'ikiru n'igifaransa;ikurundi kibe Kirundi igifarasa mugitegurire umwanya Waco.
Twebwe abari hanze tunezezwa no kuba Abarundi dukundisha abana bacu u Burundi no kuvuga Ikirundi ariko(beshi) dutangazwa n'uko mu biganiro ama Radiyo n' ama TV bigoye gutandukanya ko ari ikiganiro c'ikirundi ck c'igifaransa.
Biraryoshe hosy ivyo nivyobikwiye muri buja music
Komerezaho
Hosy big up wanzaniye abakillers mugutwenza 🇿🇲🇧🇮
fire in the town
Noe iyi TV Alvin Smith yarayifatiye kuko misi yose yama arumutumire.
Kabisa murabantu babagabooo
Warahezagiwe Siren Vibes
B face and alvin smith
Yes
Saf san
ndàbakumda mwese 3 ndumufana wanyu 😙😙😙😙knd muraberew can
😅🤣🤣🇧🇮🇿🇦🇿🇦🇿🇦yani sindigera ndakiruha kukiraba
Love you so much 😍🥰
I❤u hosy
Woooow
B Face ndagufana sana... bro, I think you're so smart
Ariko Akogahungu kagira amajambo meshi ariko atakirimwo so Best rapper boy wakayanza nonga ha kenya turanyurwa nibikorwa vyawe
ndabakunda cyane cyane B face from Rwanda