Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Imana ishishikare kugukomeza nokugukoresha Ivyinkomezi Muvyeyi wanje
Amen hallelujah hallelujah 🙏🙏
Ndakunze uyu muvyeyi.Yesu ashigikire intambuko ziwe
Imana yacu lrashoboye Yesu aguhezagire Muvyeyi courage impera ninyinshi
Imana ihabwe icubahiro ibandanye kwiyereka n'abandi kuko hari benshi barushe baruhijwe n'aborozi
Muvyey nukur IMANA iguh umugish
Ntawutoshima ivy'imana igukoresha
Hallelujah Imana numwizigirwa
Komera muri yesu
Amen Amen kweri Ibitangaza bibaho
Imana ishimwe caane kumirimo nibitangaza iriko arakora iciye kubakozi bayo nihabwe icubahiro irabikwiye
Imana twizeye Irahambaye
Uwo mudame Imana imuhe umugisha utagabanijwe
Imana ihabwe icubahiro imyaka yose kandi ikomeze ihezagira cane uwo muvyeyi
Imana ikomeze kugukoresha ibikomeye mukozi w Imana
Yesu aguhe umugisha mwiiinshi cane.
Ndarize ntacomfise mvuga Imana irakora nanyuma yakarabaye nahonyene Imana irahakorera
Mbega umugore wubaha Imana i
IMANA iguhe umugisha muvyeyi
Imana Ishimwe Ihabwe icubahiro 🕊️🕊️🕊️🕊️🕊️🕊️
Jeanne, Nijewe ndaje sintevye, ndakuzaniye kandi nshaka inyishu, niwaba uri tayari, kandi sinje jenyena na Yesu turazananye
Yesu agira neza nanje naramubonye
Nimunyishure
IMANA nihabwe icubahiro
Amen
Amen.Imana iguhezagire caaane
Amina
Mu,omugarukane hanyuma
Ntakindi umuntu yovuga atari ugushima Uhoraho!
Murakoze cane
Yewe muvyeyi Imana izabampere ijuru canee! Ibibintu biragoye udafise ico wavuganye nayo peee! Mama Don urumuhizi nanje mfise Umwana yitwa DonIyaba warufise telephone ya WhatsApp naguhamagaye nka kwibariza canke nkagusaba impanuro
Muvyeyi imanishishikar kukurind urakoz
Yesu Ashimwe cane gose. Ndifuza kuvugana nawe muvyeyi, vyogenda gute ko telephone mutazitanga? Komeza guhezagirwa.
Duhe téléphone y'uwo mukozi wa Yesu
None ndababaze Mwembwe muri Kwisi Canke ni Mwijuru INYishu❤❤❤❤😮😅😅😢😢
Iyi ntahe iranyujuje caaaaaneee goooseee,basha mwompa numéro ya Jane ico nshaka tuyage???
Mana we urahambaye🥱🥱🥱🥱
Uwo muvyeyi arakwiye impembo y,Ijuru kuko arihangana
Mana rwiza abakozi bawe. Ivyimburwa ni vyinshi ariko abimbuzi ni bake.
Urampezagiye
Eseko atatubwiye who umugabowe yagiye
Aleluya
i realize it's pretty off topic but does anybody know of a good site to watch newly released tv shows online?
@Curtis Emmett flixportal =)
@Parker Denver Thank you, signed up and it seems like they got a lot of movies there :) I really appreciate it !!
@Curtis Emmett You are welcome xD
😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊
Imana ishishikare kugukomeza nokugukoresha Ivyinkomezi Muvyeyi wanje
Amen hallelujah hallelujah 🙏🙏
Ndakunze uyu muvyeyi.Yesu ashigikire intambuko ziwe
Imana yacu lrashoboye Yesu aguhezagire Muvyeyi courage impera ninyinshi
Imana ihabwe icubahiro ibandanye kwiyereka n'abandi kuko hari benshi barushe baruhijwe n'aborozi
Muvyey nukur IMANA iguh umugish
Ntawutoshima ivy'imana igukoresha
Hallelujah Imana numwizigirwa
Komera muri yesu
Amen Amen kweri Ibitangaza bibaho
Imana ishimwe caane kumirimo nibitangaza iriko arakora iciye kubakozi bayo nihabwe icubahiro irabikwiye
Imana twizeye Irahambaye
Uwo mudame Imana imuhe umugisha utagabanijwe
Imana ihabwe icubahiro imyaka yose kandi ikomeze ihezagira cane uwo muvyeyi
Imana ikomeze kugukoresha ibikomeye mukozi w Imana
Yesu aguhe umugisha mwiiinshi cane.
Ndarize ntacomfise mvuga Imana irakora nanyuma yakarabaye nahonyene Imana irahakorera
Mbega umugore wubaha Imana i
IMANA iguhe umugisha muvyeyi
Imana Ishimwe Ihabwe icubahiro 🕊️🕊️🕊️🕊️🕊️🕊️
Jeanne, Nijewe ndaje sintevye, ndakuzaniye kandi nshaka inyishu, niwaba uri tayari, kandi sinje jenyena na Yesu turazananye
Yesu agira neza nanje naramubonye
Nimunyishure
IMANA nihabwe icubahiro
Amen
Amen.Imana iguhezagire caaane
Amina
Mu,omugarukane hanyuma
Ntakindi umuntu yovuga atari ugushima Uhoraho!
Murakoze cane
Yewe muvyeyi Imana izabampere ijuru canee! Ibibintu biragoye udafise ico wavuganye nayo peee! Mama Don urumuhizi nanje mfise Umwana yitwa Don
Iyaba warufise telephone ya WhatsApp naguhamagaye nka kwibariza canke nkagusaba impanuro