DJ FERNANDO Yishuye KADIE KAY Ukuri Kwose Kundirimbo BELLISIMA Bigiye Ahabona🔥🔥🔥

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 6 вер 2024
  • #Bellisima#DjFernando#welovemuzika

КОМЕНТАРІ • 12

  • @RoseNishimwe
    @RoseNishimwe 2 місяці тому +1

    Nkund indirimb zany❤❤❤❤❤❤

  • @FleuryKaneza-zs8mm
    @FleuryKaneza-zs8mm 25 днів тому

    Nimwubahwe

  • @madameba2169
    @madameba2169 2 місяці тому +2

    Vyama vyabaye abatibuka nibo benshi ariko twibuke ko kwibuka iciza arivyambere kurusha kuba umu star nukumenywa muri make kumenyekana tuje twibuka ko kumenyekana kuvyiza bikomeye kurusha kumenyekana ku kibi twoba twakoze kurivyo kibondo uracari muto urugendo nirurerure amahirwe ntawuzi iyava mais kumenja nkuko navyo ntibikubereya ku myaka yawe no kuri kazoza kawe kadie kay niwitekanire je nokwita Irishura kandi uzobibona

  • @YvonneUwineza-xz5bn
    @YvonneUwineza-xz5bn 2 місяці тому +1

    Gusa fernando na dj melani murik murapfa ubusa.Garukana urukundo mwahorana

  • @NizigamaEraste
    @NizigamaEraste 2 місяці тому +1

    Ntandero ufise wew vrt wubahuts umuvyeyi

  • @IradukundaMamltifa
    @IradukundaMamltifa 2 місяці тому +1

    Fernando nigutandero kwl
    😂

  • @MoiseYAMUREMYE-gd1sd
    @MoiseYAMUREMYE-gd1sd 2 місяці тому

    Uyumwana yaramenje ntacubaha kubaa harumuntu yamukoreye iciza akamwubahuka

  • @user-vv7ld6ry9k
    @user-vv7ld6ry9k 2 місяці тому

    Petit , waritakarije igikundiro vraiment kuko warubahutse umuvyeyi twubaha turibenci kdi nta hit weho womuha kuko nawe uraciriritse sana😅😅😂

  • @FleuryKaneza-zs8mm
    @FleuryKaneza-zs8mm 25 днів тому

    Nimwubahwe