INDIRIMBO ZIRYOSHE CANE Z'ITORWA BY CERCLE SAINT PAUL GITEGA BUJUMBURA VOC VOLUME 1
Вставка
- Опубліковано 12 гру 2022
- * Ntugende udakoze like,subscribe na notification kugira ufashe ko youtube imenyekanisha izi ndirimbo kandi nawe uze umenyeshwa zishasha zigiyeho
Tubandanye gusabira ab'Imana yatoye
Guma munkurikirana ndazibasangiza
Ndanezerewe cane ndahimbawe
Amen
❤❤❤❤❤
Indirimbo zakera ziguma ziryoshe.Murakoze kuzidusangiza
Umunezero udasanzwe cane
Ziraryoshe zana nizindi
Amahoro neza muvukanyi Méanie. Tubanje kugukengurukira ko ukurikirana urubuga rwacu. Burya hariko n'izindi. Zijanye n'itorwa. Fyonda aha:ua-cam.com/video/nm6ooxpuEA0/v-deo.html,
ua-cam.com/video/A_krPaLx1Ac/v-deo.html,
ua-cam.com/video/N-yuhRZ5Q6g/v-deo.html,
Nomukanya turashirako izindi. Ntiwitinye kuzisangiza abandi mufyonda partager kuri link uyirundikira abagenzi kugira uy'umuhora uronke benshi binovora ibyiza vy'imana. Muzoba mukoze kandi uhezagirwe!
😅😅😅
bandanya mukama udutora
Amahoro neza Pati. Umukama nimudahemuka yararivuze ntazisubirako. N'akutuzigamire. Hezagirwe!
Mbega umunezero udasanzwe kwizi ndirimbo za kera ndabashimiye cane mugubwe neza cane nizo ndirimbo zi Sosa zaka novera
Amahoro neza muvukanyi Aline Dusabe. Urakoze cane no gushima. Ntugende utazisangije abagenzi kugira bamenye ur'urubuga. Hezagirwe et bon weekend
Merci bcp
Merci bcp
Amen