Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abasazi iyo bahuye bacika aba.....happy New year watu wangu Benichou Na constance ibintu vyo kuntwenza mur 2023 mubigabany murakaaa🥰
Fafa wubahwe disi kuber'Imana ubirimwo neza ngo iribaya uzokwambara munka iyomumpene warayambaye munyuma hazoza itomungurube.courage bcp
Nukuri benichu uracukura! Sinarinziko constance azigushona vma nzomushorera azonkorere nanje! Ndamukunda cane
Constance disi wifitiye umutima mwiza ariko waruntwengej🤣🤣🤣 Fanny wubahw ,naw benichou ukora neza🥰🥰
Umugisha w,umuntu nta muntu ashobora kuwu réclamant 👌👌👌Umugisha w,umuntu ntawushobora kuwuzibira✍️Constance wubahwe kbs🙌🏼
Courage Costance bandanya gupendezesha Abakinyi bacu.
Biranezereye cane, kumbe team yanyu mwese muri aba sérieux gusa
Constance nzoza uri hafi yanje kweri sinarinzi kushona nagukunda muri film sinarinzi ko niyo mpano uyifise
Vyiza cane constance courage cane numwuga wawe.nznje nzoza unyigishe gushona.
Vyiza cane Constance kandi courage Uhoraho akomeze akunezereze ukomeze kubaho wisekera.Ibikorwa vyiza.Benichou respect
constance courage vraiment. mwe n'a benichou ndaba❤mwubahwe.muratwenza nigitigu kikarengerwaaa😂😂😂😂😂😊
Constance ndakwikundira sha courage
Kumbe Constance arashona?Courage Madame uzogera kure urakora cane
Cotsance courage 💪💪💪💯💯💯
Waoohhh courage consta,komerezaho imbere ni heza vrmnt knd n'a film ndabona ubirimwo neza
Courage costace nukuri
Courage costance
Courage sha Benichou Aho uriko urafasha
Ndabakundacan
Constance nukuri mwe n'a benichou muranyica!!!!murakund gutwenga nanje nca nshaka gutwe'ga
Consta jw nzoza kabisa
Constance.uradutwrngeje😁😁😁😁😁😁😁
Basha nukuri muramenaguye
Asonerah mump. Inim yiw nanj zomuh akaz
Munyakabiga amaja kumusigiti wa vert
@@vanessa-vavandikumwenayo2757 murakoz
Mbona ubizi ndakeneye contact yawe please
Ndabikundira basha
Constance ndagukunda sana 🥰🥰🥰🥰
Film Iyeriko kbxa igezweho kndi iraryoshe cane,umuntu atarayiraba anyaragase igeze ahantu hatesa
Duhe address ukorerako
Nisawa
Courage constance
Courage consta imbere niheza kndi ndgknda
Constance ukorerahe?
💐💐💐💐murakaze kwr
Beni chou uranyishe mwe na codtance
Kweri
Step Media🙏🙏🙏🗣️
Costance arazi gushona vrmt .nzoza unyigish gukata imba ingozi. 🤓🤓🤓🤓
😍
Muduhe numéro yiwe
Béni sinarinzi ko urumwana wa style
Munka tuzambara😄😄😄😄
😂😂😂😂😂
We benichou bazomuhe iyomungurube nayo
Vyiza cane imbere
Imodere yokwambara kumpene 🤣🤣🤣🤣🤣🤣mwubahwe😅😅😅😅
Vyiza cane
💃💃💃🧎♀️🧎♀️👌👌🤏🤲💯💥
😂😂😂Ngaho😂😂😂
😃😃😃😂😂benishu wewe urasara
😂😂😂😂💃
Mwirambire kabisa
😂😂😂😂😂😂😂❤️❤️❤️🙏🙏🙏🌹🌹🌹
🤣🤣❤️❤️
🤣🤣🤣🤣
Hhhhh muje nabi muri 2023 azoyambara no mungurube sha
Ushonera hehe?ndakwikundira
None mushaka kurondera abakiriya batwari munzu inyanza 🤔
Constance ndagukund ushonera hehe?
Saw machérie numvis ahukorer nyakabiga
Ngwazokwambara kumpene 🤣😁😅 mbe azoba ari kuziragira canke azoba ari kurya impene😆😆
Kabiri gatanu indwi🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️
costrace ushona neza ukorera hehe? nzoze kugushorera
@@meryorndi630 vt arashoboye
@@vanessa-vavandikumwenayo2757 non konabajije aho akorera koatambwiy jew ndi saudia ndimugutah nomuzaniye impuzu akayinkorer
@@meryorndi630 munyakabiga amaja k,umusigiti wa vert🗣️🗣️🗣️🗣️
Muba muhazee 😂 😂 ♥️ 🔥 🔥
Ibirepe 🤣🤣🤣🤣MPa nimero zumutayere azashonere cangacanga nzeniraganiremwo numu chuchu 🤣🤣🤣🤣azocanyandikira kiriyayindi nyen
Abasazi iyo bahuye bacika aba.....happy New year watu wangu Benichou Na constance ibintu vyo kuntwenza mur 2023 mubigabany murakaaa🥰
Fafa wubahwe disi kuber'Imana ubirimwo neza ngo iribaya uzokwambara munka iyomumpene warayambaye munyuma hazoza itomungurube.courage bcp
Nukuri benichu uracukura! Sinarinziko constance azigushona vma nzomushorera azonkorere nanje! Ndamukunda cane
Constance disi wifitiye umutima mwiza ariko waruntwengej🤣🤣🤣 Fanny wubahw ,naw benichou ukora neza🥰🥰
Umugisha w,umuntu nta muntu ashobora kuwu réclamant 👌👌👌
Umugisha w,umuntu ntawushobora kuwuzibira✍️
Constance wubahwe kbs🙌🏼
Courage Costance bandanya gupendezesha Abakinyi bacu.
Biranezereye cane, kumbe team yanyu mwese muri aba sérieux gusa
Constance nzoza uri hafi yanje kweri sinarinzi kushona nagukunda muri film sinarinzi ko niyo mpano uyifise
Vyiza cane constance courage cane numwuga wawe.nznje nzoza unyigishe gushona.
Vyiza cane Constance kandi courage Uhoraho akomeze akunezereze ukomeze kubaho wisekera.Ibikorwa vyiza.
Benichou respect