kuberiki ngaho kuri work utavuze ngo I am work at Airport Kandi ahandi watanguza I am hama niho tubwire itandukariro Riri hagati yo kwandika ya( I'm)na( I am)
Ni sawa Jeanette.. Mu bisanzwe bavuga "I work at the airport" rero gushiramwo "am" sivyo. Verb "to be" itandukanye na "to work" Hama (I'm) nico kimwe ba (I am) gusa I'm uba ugipfunyije kandi ikoreshwa cane cane mu kuvuga. Ahandi ivyo bibiri mu nsiguro nico kimwe. Nizere ko bitahuritse.
Murakoze cane ku vyigwa mudushikiriza.
Birafasha cane kumenya uko bikoreshwa mu buzima bwa misi yose mu kuvuga icongereza neza.
Thank you teacher leçon is wonderful
Thank u teacher
Kuberiki itanga igisubizo utatubyiye ikibazo
Impamvu nuko tutari bwige uko babaza ibibazo, ariko mu vyigwa bikurikira navyo twaravyize.
Ahandi ho nimba mwipfuza no kumenya neza neza ivyerekeye uko babaza ivyo bibazo turashobora kuzogira ikindi cigwa ciharije kubw'ivyo mwasavye.
Murakoze kubandanya mukurikirana ivyigwa Ancille.
Thanks my teacher
Murakoze cane ❤❤❤
❤❤❤
Nice to be with you.
Nagomba kandi kukubwira ko hari imigani yo mu congereza is isiguwe mu kirundi: ua-cam.com/video/0SjnHD5rCQQ/v-deo.html
Courage kbsa,
merc bcp
Tkx
LRP Ngagara Alias Kumwembe👏🏽👏🏽👏🏽
Mashlll
God bless you
Komeza turakurindiriye
Good
🎉🎉🎉
Wigisha neza cane komerakabisa urashoboye
I was going to recommend this Channel to my friends but cant find other videos
See my life now 🙄
Hi Patie,
Still working on it, soon all will be set to go.
Thanks for recommending this channel to others.
Hi Patie, hope you saw the 3rd video.
Nimpagaritse Anitha
Muradushira mur groupe
Muriko muradufasha cn
Turagukurikiracane
good
We are learning.
Great to know 👍🏾
Keep moving forward !
❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Twige tumenye icongereza bidufash kuvugana nabandi bakiga vyorosh cane
Twige🔥🔥
Ariko ivyokubaz imyidondor ntavy mwatutwigishije
Isaac ico cigwa kirahari, ca kuri ino link:
ua-cam.com/video/1onbAnIHBJg/v-deo.html
Uzonze utwigish arufabe mucongeteza
Mwobikurikirana icigwa ca Alphabet hano:
ua-cam.com/video/sEkp6p8rVW4/v-deo.html
🤭👍
Have a good day😢😢😂😅
Ikicakabir wigishij abasazw babiz NTIWAVUZ IKONAW BAB BAKUBAJIJ UWOMWIDONDOR
Hano intumbero yari kubanza kumenya uko widondora muri rusangi utarinzwe kubazwa. Ariko kandi ndatahura ico uvuga, nico gitumaa hari icigwa kivuga uko babaza ibibazo mu gukorera What, Who, When, How, Where.
Kirabe hano:
ua-cam.com/video/fLtBwEAvttk/v-deo.html
Keep on my Bro
kuberiki ngaho kuri work utavuze ngo I am work at Airport
Kandi ahandi watanguza I am
hama niho tubwire itandukariro Riri hagati yo kwandika ya( I'm)na( I am)
Ni sawa Jeanette..
Mu bisanzwe bavuga "I work at the airport" rero gushiramwo "am" sivyo.
Verb "to be" itandukanye na "to work"
Hama (I'm) nico kimwe ba (I am) gusa I'm uba ugipfunyije kandi ikoreshwa cane cane mu kuvuga. Ahandi ivyo bibiri mu nsiguro nico kimwe.
Nizere ko bitahuritse.
najye mushile kurubuga jyembakurukira burigihe murakoze
Tuzobamenyesha mu gihe twashizeho kandi group ya whatsap.
Mwoshitako numero zanyu za Whatsapp. Nyimba atangorane mwazishiko
mpa nim yaw
Mumpe link ya group
Tuzobamenyesha kandi dusubiriye gushiramwo aband.
None iyo bavuze first name
Na last name bisigura iki?
First name niyo twiya prénom canke amatazinarano mu kirundi
Hamaa last ni nom de famille, izina(ry'umuryango)
@@Twige merci
Nsomera mucongereza 1234789
Aho usoma:
one million two hundred thirty four thousand seven hundred eighty nine.
Icigwa ku biharuro:
ua-cam.com/video/gV4trtafgfs/v-deo.html
Woduha number yawe ya WhatsApp
Mwoturondera kuri 69040819
Mugire ivyigwa vyiza!
Thank u teacher
Good
Umana ibahezagire nasha kuvugana namwe ikiyagocanyu ninkenegwa
Turiko dutegura group ya WhatsApp vuba.
Have a good day😢😢😂😅
Thank you teacher
Good
Thank you teacher
Thank you teacher
You're welcome
thank you teacher