Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mbay uwamber nukur dukundanye mumpe twatundi abankund nanj ndabakunda🥰
Ndabakunda mukina neza. Ndakeneye kumenya iryo buye ryamenye isahani uwariteye!!!! Bug up sana. Na Myriam abikora neza cane. Hongera sana mwana muto.
Abakunzi ba vyamaho munyihere utu like mbaye uwambere✌
Nbayuwamber mumpe udushu gwe kubakunzi bavyamaho❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Mbaye mubambere likes hano Love from mozambique 💕💕💕❤❤❤
Kabisa abiyumviye gutegura vyamaho mwubahwe
Ola ola olaaasa vyamaho numusi nacerewe nizereko like zanje mwazisigaje gongako nzibone ❤❤❤
Waooooh namba har film nkunda ni vyamaho
Wow!ndakunda aka kana Myriam karaz kwactinga pe🥰karafis kazoz kabisa👌film ni nziz can kimw gusa gukor ikibi birangir kikugarutseko koma mukase wa nono😅
Waaaaoooooo mudukoreye umuti kbsa ,muze muranyarutsa rero kutunyoteza sivyiza
Nimutunyarukirize❤❤❤❤harahiye
Ndabakunda cyane muzi gukina pe ndasha kuba umufana wanyu
Much Respect mes frères et soeurs Imana yivange mu vyanyu niwo Mugisha mbipfurijye
Myriam Meilleur actrice kabisa kavyifashemwo neza.courage❤❤❤❤
Courage team vyamaho ,we love you❤❤❤ariko knd ibibintu vyoguteba kl bitakaza icizere mubantu nkubu j narinanacitse intege
Akokana karazi gukina kwl Felicitation mwana Vyamaho iraryoshee❤❤❤❤
Ego vrt mwarateguy bien sana❤❤❤❤
Ihorihoze. Agati gateretswe n'Imana ntigahenurwa n'umuyaga. Mukudukiza Imana iturungikira les anges abadukiza tutari twiteze. Bravo
Ego mwarateguye neza kbs NoNo courage bahebiyake nawe courage ❤❤❤❤❤❤❤❤
Mbaye mubambere nimumpe utwo TU like hano
Vyamaho
Komeza muduhereze film iraryoshe cann❤❤❤❤❤❤❤❤cann ❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Uyu mwana ndamukunda kubi. Akina neza cane. Courage mwese kugikorwa ciza muduhaye
Mwari mwaratunyiteje.iyi kurikira muzoyitebutse. Kandi courage mubikora neza
Waaaa dans 30min mbaye ndabageze🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Victory empire turabakunda ❤❤❤ from Rwanda
Nukuri bahe ndagukunda cyanee
Ejo nagumye ndindiriye ndabura nitiro narahevye ariko niho mukiyirekura😢😢😢😢
Wawuuuuuu very nice gusa muge muyihutisha kuko iratinda cne
Mwubawecane.ndabakunda.gudumukina.nenzacanemwubawe.bakinyi.bapfilm.❤❤❤❤❤
Abaz nyum yanjy mundemer ud❤❤❤
Courag x Ray Bam ubirimwo nez❤
Nanje mbay'uwambere😘😘😘
Mwarimwadutebeje courage mwakinyee nezaa
Waooooo bahe courage vmt🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Kondacerewe ntakundi mbega mbaye uwakangahe ❤❤❤❤❤
❤❤❤❤ ndakunze ukuntu milliyam akinye
Mbaye uwambere
Courage ndaba❤❤❤❤❤❤❤from burundi and saudi now 😊😊😊😊
Ndabakunda cane
I'm the first to see this part.mpa love nyishi
Icyakoza peee vyamaho mbakunda cyane ni Sarah from rwanda
😳 urakoze kuba waraduhaye ireresi nziza cane bahe. Ndakwemera cane
Uburyo nkunda uwo mwana ntabw muzi haciy ubwenge kubi.courage kibondo
Nc film courage
Uyumuns mbay mubamber🤸🤸🤸
Courage🎉🎉🎉🎉
🎉🎉❤❤ courage gusa muje muranyarutsa❤❤❤❤
Ibintu bikomeza gukomera pe, courage ❤❤
Mukase wa nono ibisaka vyimbwa birahiye😂😂😂ingero yicaha nurupfu
Ewaaan murakina neza cane w're proud of your works
🎉 ndabakunda cane
Murakoze kudupfutsa akanyota.mukomez guter intambwe
Wooow vyamaho hejuru Bahe courage ❤❤❤
Nukuri courage cyane imana ikomeze ibagurire impano muzagera kure cyane
Waooooo mbakunda kanini can vyamaho yahageze nanje nacerewe courage ❤❤❤❤
Mubikorneza Bash courage kbx
Ndabakunda cne abakinyi ba vyamaho mukomeze muhezagirwe Imana yivange muvyawe
❤❤❤❤ Bahe kweri murabakinyi
From Nairobi mbakurikirana 100%
Courage bantu bacu
Muduh agakurikr ❤❤
Mwaryosha ibintu nuko muza muradutevya cane mwigore muze muraduha nka kabiri mundwi mwoba mukoze cane
waaoooo akokana vrt karabiryosha ndaga❤❤❤❤❤
Vyamaho ❤❤❤❤❤❤❤❤
I'm so happy because this film😊❤
Vyamaho🔥❤️🔥❤️🔥❤️🔥❤️🔥
Egoo,mwubahwe cane,suite y'izi scène turayirindiye.mbega yemwe izimpapuro handitseko iki? dimanche muzob mwaduhaye suite
Narindayishinje kbx🎉❤
Courage xanaa dabon murug kwa baderasi kanyanyar komukaze nn 🎉🎉❤❤
Abemera miria muze tumenyane❤❤
Vyamaho hejuru cane 🇧🇮❤️
Vyamaho yubahwe gooose
Courage vyamaho ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️ndabakundaga cane
Vyamahoo series🎉❤❤❤courage bahe na nono
Cyokora nono azi gukina ndamukunda cyaneeee♥️♥️♥️
Murakoz kutunezereza mukuduh film
Harahiyekoko. Mubirimwonezap❤❤❤❤🎉🎉🎉💯💯💯😇👊🇧🇮🇸🇦💃💃💃💃
Ndabakunda cane❤❤
ndabemeye murashoye kl bayubahe guma ukunda nono wawe
Mukn bien iman ibaj imber! ❤❤❤❤❤❤ turabakund caneeeee!
Wow nar naykumbuy kwel courage vrt ❤
Mwaduhaye gato goose nukrii 😢😢😢😢😢😢
Courage mukina ibintuu vyigisha cane❣️❣️
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ubikurahe none urimana wewe
Ndabakunda nukuri
Vyiza cane, ineza yamye itsinda ikibi!
Abakunz bavyamah munyihere utu linke
Waooooo vry nc courage vrt turabakunda❤❤❤❤
Courage nono ndagukunda
Coura ma bro wacu turagukunda Can nkajew urabizi
Noneho hazagusha vr❤❤
Courage vrmt 😂❤🎉🎉🎉
Courage turabakund cn
Neza cane bakinyi beza, murashoboye peeeee.
Muradutindira ❤❤❤ muzabanguke
Vyiza cane ❤
Courrage ndabakunda mwese❤
Ndabakunda cane❤❤❤❤❤❤
Yooo mana nukur numva Ari vizaaaaacaaan bandanye bana coulage
Ndabakundacyane❤❤❤❤❤
Wawuuu ndabakunda mperere ye murwanda❤❤❤❤
Muze murayiduha mutayitevya❤ndayikunda