Umwana yarakuze kabisa. Umenga nyina ngomba kuba narimuzi. Niwe yahora yitwa mama Viva mu kiganiro umubanyi niwe muryango. Umengo twahora tumuhamagara Mama Lisette. Ndakunze kino kiganiro cane gose. ariko nsaba nabakunzi ba Buja hit tv gukanda subscribo on my channel na cane cane abashaka kwiga ibijanye na Technology mutarinze kuriha. kubindi pole sana cane gose. mukomeze kwihangana.
@@juvenaldushime9257 She got ill. Yaciye Arwara. Famile turacababaye. Ntibamuvuye vuba! She didn't get the medical attention in time ! 😞 Ntabwo harihageze but its what God had planned. Nivyimana ! Murakoze kubaza. Turikumwe!
😊nibyo narimbabaye cyane. biracababaza! Arikwo time heals! uriga! To lose your mother is not a joke. Vyaribibaje. Biracababaza. Losing your parent ntabwo kubifinisha. Mugire amaho! Turikumwe!
Pole sana mwishiki no kubura umuvyeyi wintwari uburundi buzomwibuka kumpanuro ziwe yatanze ziciye mumuziki Imana imuhe uburuhukiro bwiza.
Thank you so much 😊 God is with us ! 😊
Imana Umwankire mubwami bwayo
Amen
Ooooh so Nice. Irya ndirimbo yari umwo ubuhinga n'amajambo akomey.
Iyo ndirimbo yabaga catholique sinarinzi KO ariw yayanditse kweri niyamateka kebisa.Hama uyo mukobwa vrmt she is amazing
Your are amazing 👏 Thank you. Murakoze 🙏
wooow.....gusa ibibazo vy'uburofa vyari vyinshi hariwo nivyio kutabaza umuntu yabuze umuvyeyi!!!nuko nyene aari umuntu yugurutse mu mutwe yabaye hanze
She is so cute but I think it's a language barrier terimbere my girl 💪
Thank you so much 😊
Umwana yarakuze kabisa. Umenga nyina ngomba kuba narimuzi. Niwe yahora yitwa mama Viva mu kiganiro umubanyi niwe muryango. Umengo twahora tumuhamagara Mama Lisette. Ndakunze kino kiganiro cane gose. ariko nsaba nabakunzi ba Buja hit tv gukanda subscribo on my channel na cane cane abashaka kwiga ibijanye na Technology mutarinze kuriha. kubindi pole sana cane gose. mukomeze kwihangana.
Exactly!😇
Can't hold my tears 😭
Vraiment ndagukunze trop urafise impano nogusabako wokwitaho uwomwuga kuruhande rwanje ndakuri inyuma ndakwipfurije amahirwe nokuroranirwa
Uravuze neza bucumi
Yoooo Imana imwakire disi
nukuri Imana imwakire yarabizi
Yoo murakoze cane gumana terent yamama wawe nkuko wabivuze ukiriho ugakwirikiza ivyoyakora ntahoyagiye
sawa😊
Yeeeeee kumbe uyo mu mama yaragihari???
Am happy
😊😇
@@lyisetteodraiy,unyibukije buyeheri,Riziki,Jené. Even your Papa Deo.Nyamugari,Kabezi
Beni mbay uwamber😂😂
Ahoooo shaaaa IMANA iguhezagire
Hongera sana mwimbo huyo
Unatukumbusha mbali sana mpaka tunatowa machozi
🤗🤗 God bless 🙌
Yooo ndababaye
Tubwire uyu mu mere yishwe niki?
@@juvenaldushime9257 She got ill. Yaciye Arwara. Famile turacababaye. Ntibamuvuye vuba! She didn't get the medical attention in time ! 😞 Ntabwo harihageze but its what God had planned. Nivyimana ! Murakoze kubaza. Turikumwe!
Iki kiganiro cari ciza mais bro uguma ubaza ibibazo bida fise sens kndi uguma usubiramo lea memes questions
💝
Yobash yaragize ihungabana mumutwe rab avug ibitajany disi pôle
Yeah it was shocking for sure. Narinkiri muri shock. Kubura maman wawe ..nihatari sha. Nihatari!
@@lyisetteodraiy naho urintwari kko sibeshi boshobora kuvuga murivyo bihe bitoroshe
sister bertrand katwibuts kadukor ahntu
But ntaramenyera kuvuga aracafise akantu kisoni nubwoba kuko umwanya muni avuga areba hasi
Hari ibibazo vyuburofa wamubajije.ngo ingen bahuy na mutama.gabanya uburofa kugira mutere imbere
Yooo masikin ubweng ntiburaj kugih ivyo abajijw sivy yishur disi more disi😣
😊nibyo narimbabaye cyane. biracababaza! Arikwo time heals! uriga! To lose your mother is not a joke. Vyaribibaje. Biracababaza. Losing your parent ntabwo kubifinisha. Mugire amaho! Turikumwe!
Yanyoye, isongooo🤣🤣🤣🤣🤣nukuri araborewee kabisaaaa
Ntuflyinishe umuntu yabuze umuntu cane cane umuvyeyi. Wobimenya wabuze nawe. Kwugaramumutwe ni ignorance!
Mukunzi!!
Uwo mukobwa araborew kwel ivyobintu avuga hahaaa