Ikibazo aho kiri nkuwo afise ivyiyumviro nkivyo ntibamwegereza ubutegetsi ngo hagire ivyo ahinduye.Baramukumira akavuga ariko ivyavuze bikagenda uko kuko imbaraga nke zokubishira mungiro. Dr Rusa Mubisanzwe atandukanye n Abarundi n abanyarwanda.
Ahubwo wakwibazango we arabishaka kuko mwumva kenshi kuri RTV Kandi murwanda everyone is open to be a leader as long as ugamije guteza Urwanda nabanya Rwanda imbere@@felixmanirambona6576
Nubwo bimeze uko you guys should be proud of your country.. Umuzungu niwe arikugira ivyo vyose ariko only few presidents nibo babibona.. ntimwipfuze umunezero wigihe gito.. rye bike muryame kare..
Dr russa nakwubaha ariko urangambaniye kbx.. ese umupaka wu rwanda na Uganda urafunguye??! Kutabivugaho!! Igihe kagome avuga ngo ibitumbaraye, ngo ibipurizo kataco wavuze!!? Kagame ni malayika.. puuuuuhh aba🇧🇮 turi strong uko biri kose Turashigikiye Pr wacu 🇧🇮 Evariste Ndayishimiye.
Ibigambo bya NEVA bibazwe NEVA n'abavugizi ba NEVA. Dr RUSWA barikugushakira ibimenyetso.... Dr RUSWA si umuvugizi wa NEVA ni libre PENSEUR c'est tout.
Bwana Dr. Rusa nawe iyi ntambara ya congo ikwambitse ubusa itumye tukumenya ko ibyo uvuga biboshye abanya Africa nawe bikuboshye kuki uvuga ibindi bihugu biyobowe nabi ariko wagera ku Rwanda ukaruca ukarumira rero nawe tubonye ko wafobaganye nawe ucyeneye kwigishwa kutagira Amaranga mutima
Hagati y'Uburundi n'Urwanda ikibazo kimwe co nyene kibaho ni ikabazo ca GENOCIDE. Paul Kagame arafise ikibazo . ko hamwe Leta y'Uburundi yokwmeza Genocide yakorewe abahutu mu 1972, ko yakozwe n'impunzi z'aba Tutsi b'aba Nya Rwanda babifashijwemwo n'Abahima b0 mu Burundi... ko bishoboka ko Genocide yo mu Rwanda yo mu 1994 igaruka igahomekwa mu gahanga ka Paul Kagame na FPR yiwe.
Kagame si malayika ariko umu president ukora nkibyo akora waherahe umunenga?Ibikorwa bye ku gihugu ayoboye birigaragaza waba uri mu gihugu cg uri hanze u Rwanda rumaze 30 Gusa rukaba ruri kuri niveau turubonaho biragoye kugaya Kagame
Twebwe abarundi turakunda président wacu kuko numugabo abushitse,umugabo wijambo, umugabo azi iyo ajana igihugu,adakoreshwa nabazungu. Nawe ni un grand panafricain. Uko imisi igenda Niko muzogenda murategera Yuko ari un grand homme d'Etat.
Abo Muhoozi avuga bameze gurtyo ni Abahima si aba Tutsi. AbaHima nka President Yoweli Museveni. Umu nya Nkole . Abahima nk'aba Prezida 3 b'Uburundi / Micheli Micombero ( Umuhima w'umucyaba). Nka Prezida JB Bagaza ( umuHima w'umushingwe). Le President Museveni est, par son pere, un Hima de l'Ankole, plus precisement issu d'un petit clan Hima de la region dite du Mporo, qui etait un ancien petit royaume partage entre Nkore et Rwanda. Sa mere serait en outre d'origine rwandaise . En outre Museveni a effectivement obtenu des aides du president burundais Bagaza durant la guerre civile.... (Jean-Pierre Chretien, Copie d'une note redigee a l'intention de la Mission d'information sur le Rwanda de l'Assemblee nationale francaise, 17 aout 1998, L'empire Hima/Tutsi)
None Dr. Rusa ko yashimaga ubutegetsi bw'u Burundi igihe bwakoraga neza urashaka ko abashima barimo kubiba iby'inzangano ku muturanyi? Niba hari ibyo batahuhe ni ubutegetsi bw'u Rwanda ibyo abaturage biturebaho iki ? Wari wumva twebwe hari ubwo I Rwanda bangisha abaturage abarundi cg abacongolais? Ibyo bya hima tutsi ni imvugo zanyu mwebwe mwuzuye amacakubiri .
Mubwire (sinavuga kumwibutsa), uko Caucescu wa Rumania yavuye ku butegetsi; Abaturage ni bo bamwikuriyeho. Tunisia, Ben Ali yirukanywe n'abaturage, kimwe na Hosni Mubarak wa Misri ni ko byagenze.
President w'u Rwanda nta bugoryi ajya avuga nkubwo Sendagara Neva ahora avuga. Dr Rusa rero mufashe hasi kuko arimo arakosora amafuti kandi mu Rwanda ntawe uzira ibyo yavuze na Ingabire Victoire ari mu Rwanda ahora avuga ibyo ashatse nyamara nta funi bigeze bamukubita. Amafuni mu Rwanda aheruka igihe interahamwe zari zarayogoje abanyarwanda dore ko no ku ngofero zambaraga habaga hashushanyijeho agafuni n'umuhoro
"Occident" mu kinyarwanda ni "Uburengerazuba", mu icuraburindi. Docteur akomereze aho umurasire we urakyenewe mu mwijima ubundikyiye ikyirere ky'Afurika y'ibiyaga bigari!
Ese mwagiye muvuga kubibazo byu Rwanda. Nabanyarwanda, mbere yo kujya mubibazo byahandi. Mu Rwanda, inzara nubwicanyi, kuburira irengero mubivuge bikemuke si non muriguteshwaguza
Si tu étais un président ça changerait quelque chose. Merci Dr. Analyse yawe ni ukuri
This Man is so Genius. God bless you Sir 💟
Dr niwe muntu wambere niyumviye avugukuri abanyafrica dukeneye kumva, this man he's full panafricanste ❤❤❤❤❤
Ikibazo aho kiri nkuwo afise ivyiyumviro nkivyo ntibamwegereza ubutegetsi ngo hagire ivyo ahinduye.Baramukumira akavuga ariko ivyavuze bikagenda uko kuko imbaraga nke zokubishira mungiro.
Dr Rusa Mubisanzwe atandukanye n Abarundi n abanyarwanda.
@@felixmanirambona6576nuko ye wibaza ko ahawe umwanya mubuyobozi yakora ibi avuga?hariya hakora ibindi bitari ibi.
Ahubwo wakwibazango we arabishaka kuko mwumva kenshi kuri RTV Kandi murwanda everyone is open to be a leader as long as ugamije guteza Urwanda nabanya Rwanda imbere@@felixmanirambona6576
Ndumurundi.ari fièr de l'étre nkunda cane dr rusa kuko.urimpano idasanzwe kubanyafurika ,hama ivyo abarongozi buburundi bavuga bobafise iyo babaikura ,abenegihugu twokwishima gt tutagira igitoro ,tutagira isukari ,tutagira amatara tugihemukirwa nkukwo babikoreye dynamo naba jeunes bose muri.rusangi 😢😢😢hariho ubuhemu burenze burya ,,, dufise abarongozi batazi ico bahabereye
Wewe niba ur'Umurundi uri mubuja bwa Kagame,gute woja kurata ibibazo mubantu bariko baracokora igihugu cawe? Murwanda ntihuzuye ibibazo,kuki bahoze?
@@adhulikalim3020 none urumva prezida wurwanda yirirwa aririmba uburundi nkukwo neva abikora? Urwanda nirwo rutuma tubura ibitoro ,nirwo rutuma ibidandazwa bizimba nkukwo ubibona !! Urabona nkukintu abakinyi ba basketball bahemukiwe warumwanya wokwerekana impano yabo hama baronkisoko mumakungu? Igihe abarongozi bize kumenya kugira ibibazo vyabo ivyabo bakiga nukwo babitorera inyishu atabo bitwaje natwe ntavyotuvuga tuzoronka !!!urwanda ibibazo boruzuye ariko bamenye kubigira ivyabo
@@adhulikalim3020 Iyo mvugo ngo umuja wa Kagame yarataye igihe ...
Perezida Ndayishimiye niyemere ko kurongora Igihugu atavyashoboye ahereze abandi muri Cndd-Fdd canke m'uwundi mugambwe, Urwanda sirwo rutumye Uburundi bubura igitoro, sinarwo kandi rutumye Uburundi buba Igihugu cambere gikenye kwisi dufatiye kumibereho y'abenegihugu n'ibindi n'ibindi ...
Ndayishimiye yishinga Tshisekedi aho guteza imbere vy'ukuri Uburundi ...
Pole sana mwene wa! Nimba hari igihugu kintera ikigongwe n'u Burundi. Nka Ndayishimiye wewe n'umu payu!! Afise ibijambo vyiki boyi basha!!!
@@alainkanobayire2078 Hari igihe mpora nibaza ingene Ndayishimiye yabaye Umukuru w'Igihugu bikansiga kuko hari amajambo avuga en public, ukibaza niba ari Umukuru w'Igihugu koko ... Arahuruduka cane akavuga ibimujemwo vyose, akibagirako ari Perezida wa Repubulika kandi ko Perezida wa Repubulika atavuga ibimujemwo vyose ahubwo yiyumvira ivyagiye kuvugira mu bantu ...
Neva nta dipolomasi nimwe agira aho niho nca nkumbura umuntu nka Perezida Ndadaye, ndamufatiye ko akarorero, Perezida Ndadaye iyo agiye gushikiriza ijambo nk'Umukuru w'Igihugu, yavugana ubwitonzi bwinshi kandi akiyumvira ivyo agira avuge, kandi muma interviews yose yagira, bamubajije ibibazo, yavyishurana ubushishozi ukabona koko ko ari Umukuru w'Igihugu abibereye kandi afise ivyiyumviro vyubaka ... Perezida Ndadaye mukuvuga ijambo ntiyahuruduka ...
Imana ikuturindire Rusa urimpano y'umuhanga Imana yahaye Africa ❤❤❤❤❤
Ndagushimiye DR Rusa uratwubaka mumutwe cyane
The good analyst Dr Rusa 👌🏾
Nakwinshimira.cyane.kuko.werekaga.igene.ibihungu.nbyakoronenjwe.nambazungu.byaribyiza.cyane
Abavandimwe bacu #Abarundi mube maso kuko uyu mutegetsi mufite ubu #igihugu cyanyu aracyigira nka #DR Congo!
Mwirinde imvugo ze zurwango! Arimo kubaroga😢😢
Umutegetsi wanyu nawe yica akiba ariko ahonnya ubwoko bwabakongomani yica misiyose. Ndayishimiye hari abo urumva yateye ibibazo atarimwebwe mwama mungorane zakarere.
Ntibizokwama uko bizoteba bihinduka igihe ivyo muriko murakorera abandi namwe babinishuye niho muzotahura abo muri
@@abanyeshure ??????? Wewe tanubwo uzikwandika Icyara wige we kafiri.
@@abanyeshure hahaha abantu bambere ateye ibibazo ni mwe abarundi! Birababaje😡
@havyarimanaemery ubuse mufite peteroli, isukari nibindi byinshi? Nimwe mufite problems, mube maso
Mwebwe mufise pétroles,isukari nivyovyishi mubona mwarabivukanye?mbega mwibazako musumvya kubahoneza abarundi mwahemukiye?icakatishije izo pétrole nisukari turakizi.iyo politique ntiyodutanya kuko ivyo nivyigihe gito bikaboneka namwe mwabibuze.ikimbabaza nuko urwanda rukiri mubukoroni bugaca bushaka kwinjizamwo ubukoroni ibihugu bibanyi kandi twarabwiyambuye.namba muzi inguvu twatakaje kugira twiyambure ubukoroni nizo tuzokoresha kugira tuvavanure nuwowese ashaka kubutugarukanamwo.(umwanya imbwa ita muguhunahuna iwuriha kwiruka)guma muzimiriye mubukoroni muzipfuza igihugu nakimwe kibahinkunga mukibure kuko muriko muranya mwisahani mwogereweko🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Vous êtes vraiment intelligent Mr...
Dr turazi ingene wiyumvira, turazi nimbono yawe, naho woshaka ukigerezaho. Tu es grand et vrai panafricain.
Imana n'idufashe twebwe abanyagihugu politike ntihagire ico idutwara tubandanye duseng'Imana imwe tunakunda twese😢😢
Tweho twarumiwe,,nafungure imipaka ntakamaro tubibonamwo,,azane igitoro,isukari imiti nibifungugwa hama twishime,,Dr Rusa uvuga ukuri la Jeunesse ni twebwe tuzobihindura nigihe cumwanya gusa
Iyo uza gisobanukirwa uburyo yobora bigoye ko hari naho nyanga bitewe nabakurwanya, Kuba ntagitoro murimo kubona akaba ntacyo kubikoraho kndi ari President ushatse wabyita politique mubigaragara yo kumurwanya no kumwangisha abaturage wongereho nisukari mutarimo kubona ushobora kubimugerekaho nyamara kandi sewe ahubwo ahanganye nimbaraga abarundi babatesi mutabona intambara zirwanwa muburyo bwinshi iyo nayo nintambara cg igitero cyatewe mubarundi ngo ejo mwongere mwinage mumihanda mutangire kurwana na reta, Guys barindi mwitonde cyeretse niba mushaka kongera gusubiranamo bakabagarura mubyamoko kndi abarundi benshi ibyamoko baramaze kubyigizayo, ntabwo Isukari yabuze cg igitoro ni politique yo kunaniza President wanyu kuko Abafite inyungu bashaka kugeraho arababangamiye ahubwo mwari mukwiye kumenya kwizirika umukanda nkabarundi mukharya ducye cg Nabi ariko muburundi ntihongera kuboneka imfu zishingiye uko umuntu yavutse hutu tutsi, abakoroni barashaka kongera kubateranya nicyo gihari munyungu zo gukontorora akarere neza koko igihari Uburundi bwarababangamiye muri plan yo gukatamo Congo kabiri none rero Ngo bafungure imipaka mujye kwihahira? Abarundi bamwe muracyasinziriye kbisa jye sindi Umurundi twabonye byinshi nubu turacyabona ibindi.
Namba urumuntarwanda uzunsange Inbox tuzetuyaga kuko usumba abarundi benshi bahumishwa umunezero wigihe gito.urumuntu wumugabo kuko politique yuburundi uyisomera hanze ugasumba abavuka Burundi bamwebamwe bishwe nigikoroni bashaka kwisamburirako kubera bashaka guhaza inda zabo bakadandaza ubusugire bwabo.vyukuri ndanezerejwe nukubibona icompa abarundi Bose batatanye bakamera nkabasigaye mugihugu twese tukamenya politique yabadutanya umwansi twomuhagarika mumwanya muto cane
@@RenovatKubwimana-p8c ariko rero suko abarundi benshi batabona politique yuburundi batayibona neza nkunze kuganira nabo cane yewe mbana nabo dusangira kenshi ibyo kurya nibyo kunywa, dore icyo nabonye kubarundi barusha abanyarwanda ntabwo bacyifitemo yaturufu yubwoko Hutu tutsi buri wese yemera ubwoko bwiwe uko yabukuriyemo ariko bidafite ikindi cyibiri inyuma Bo batazi neza Abategetsi babarundi umubi numwiza bati uriya nigicyenya nigisambo arimo gusarura ashyira mumifuka yiwe kabone nubwo baba bahuje ubwoko naho iwacu turacyiyumvamo umuntu tumurwanira intambara ngo uyu niwe wacu avuyeho ubwoko bwacu Bwashira, Abarundi icyo basabwa ni ugukomeza gukorera hamwe nkabarundi naho biriya bashaka gukurikira igisa iterambere ryabanyarwanda babanze bamenye uko ryaje kuko Twe nkabanyarwanda tubibamo biriya nukugurisha igihugu nabenegihugu kuko ziriya nzu ndende ntayumwenegihugu irimo nizabanyamahanga batoranyirizwa aho kubaka heza umuturage abanje kuhimurwa kenshi ahawe udufaranga ducyeya yakanga kuhava atwanze bakahamuvana kumbaraga zimbunda yajya mwitangazamakuru kubisibanura bakamuta mugasho iryo niryo terambere ikindi ibindi nibisahurano dukura muri Congo sinzi mbese namwe abarundi barashaka gutera Muri ubwo buryo? Abarundi ntacyo Bari babaye cane ugereranyije nurwanda kuko Byonyine bafite icyiyaga gitanga umusaruro kndi abarundi benshi barabyishimira pe, Ikindi abarundi barusha abanyarwanda iyo basohotse igihugu benshi usanga bafite ishyaka ryo gusubira mugihugu cyabo bagatahana ayo bakoreye gukora udushinga two gufasha imiryango yabo Mbaziho ko buri wese usanga afite imishinga yo kubaka murwanda se Urubakahe ko nabari bazifite zirimo gusenywa batanishyuwe? Iyo uvuze ibintu byo gufata Nabi abenegihugu uba ubaye umwanzi wigihugu ibyo nibyo byiwacu, Baca umugani mukinyarwanda ngo ingedo yundi iravuna bivuze ko Abarundi bifuza iterambere nkaririya Ryu Rwanda babanze bamenye aho turivana nabo bihitana uko bangana hariya ririya Terambere ryubakiye kwimeneka ryamaraso yabanyarwanda no kuyafakongomani babarirwa muri million 14 hanyuma Abarundi bakunda ibishashagirana no kwiryogera bakumvako Twahinze ibiraya nibiharage tukagurisha tukubaka ziriya nyubako? Hhhhhh, Urwanda nigihugu cyange Ndi umuhutu utarishe Abatutsi ahubwo nagerageje kurokora 1 Kuko niwe nabashije kuko biriya bihe byari bikomeye aho abatutsi bamwe batifuza koroshya ibintu usanga bavuga ngo Abahutu ntibahishe abatutsi ngo buriya bifuzaga ko bashira bigiza nkana kuko Interahamwe bazizi neza gukusangana umututsi Byari ntambabazi Kuba uri umuhutu wakoze ibyo Wari mubi kurusha uwo bahiga ubwo rero Bakurangizanyaga nawe rwose pe. Nsoreje hano Abarundi bacunge neza Kariya kantu ko kwiyunga Hutu tutsi bakaba babishyize kuruhande kndi bose bakemera ko bicanye ko bigomba kurangira Ntabwo abayoboye politique yakarere munyungu zabo babyishimira kuko Mwaba mushatse kubaho nka Tanzania yigenga Biranoroshye cyane ejo ejobundi kubateranya nabatanzania mugihe Abakoroni baba bayibonyemo umutungo Kamere nkuwo babona muri Congo numvise ko Burya Kigoma ituwe nabavuga ikirundi Kndi ko bemewe nabatanzania ubwo rero Abarundi Bari Hariya rimwe bazisanga babaye nkabanyamurengwe ngo kumpamvu zo kwinjirira Tanzania sinzi ko Abarundi bifuza kwijizwa muntambara ziteye gtyo? Ubu Abazungu bahagurikiye Africa kuyigarurira bagasubujura ibyo batakoze igihe African yihagararagaho ibirukana bagasubira iwabo ariko Bakagaruka gahoro gahoro binyuze murintu byibiryabarezi by imiryango bagiye bubaka muri Africa nubufatanye nabanyaburayi ngo Barimo kudufasha kndi Barimo kutwigaho uburyo bazafaruka gusarura bakoresheje Abanyafrika bene wacu ari Bo nkaba ba Museveni, Poul Kagame wacu Aba bagabo si ugusahurira abazungu gusa bishe nabanyafrika cyane, Uganda Museveni yishe abafande benshi aramanuka Ageze murwanda afatanyije na Kagame bica Habyarima ari kumwe na President wuburundi babakurikizaho abatutsi fashashe igihugu Abahutu benshi baricwa ngo ni interahamwe barimo kwica nubu bacyica 1 kuwundi uvuze ibyo badashaka barakomeza Congo barica Ibyo byose si ibindi Ni Abanyafrika bagizwe ibitambo Kucyiguzi cyamabuye ya Congo bashakaga none Banze no guhaga Abanyamurenge Nibo bagezweho Barimo kugirwa cg bashaka kugirwa ibitambo Mugashaka gukatamo Congo kabri ngo Kunyungu amabuye. Abanyafrika dufite ikibazo ubwenge bwacu uwavugako buri inyuma yubwinyamaswa ntabwo yaba atukanye kbisa kuko Turimo kwirangiza ubwacu hanyuma umuzungu we winywera neza yirira neza ibivuye mumuraso yabanyafrika ngibyo ibyo bita ubukoroni, Kanyuma rero ca umpa number yawe urazi neza uko Abanyarwanda dukora sinapfa gushira inamba yanje ngaha kuko Turi babi cane barya bicanyi sinamenya nigihe bangereyeho kuko aho tugenda hose tuba turi kumwe nabo Abavuze Nabi bikabarya ahantu uba ugiye kbisa mbere iyo bagutoye neza.
Nubwo bimeze uko you guys should be proud of your country..
Umuzungu niwe arikugira ivyo vyose ariko only few presidents nibo babibona.. ntimwipfuze umunezero wigihe gito.. rye bike muryame kare..
@@chantalmukaruyange964Niba yarananiwe naveho
Dr uvuze ukuri.ariko aya majambo kagame na museveni bakwiye nabo kuyumva bahagarike invasion ya congo baje mubiganiro vyamahoro
Wapi,urihenze pe!!!!Wahora ugira analyse yumnvikana.Urabwira abaturage b'rwanda birukane Kagame kuko niwe igikoresho y'aba occidents gusumba abandi ba Présidents mukarete.
Ndasabira Dr Rusa ahezagirwe cyane.
Dr russa nakwubaha ariko urangambaniye kbx.. ese umupaka wu rwanda na Uganda urafunguye??! Kutabivugaho!! Igihe kagome avuga ngo ibitumbaraye, ngo ibipurizo kataco wavuze!!? Kagame ni malayika.. puuuuuhh aba🇧🇮 turi strong uko biri kose Turashigikiye Pr wacu 🇧🇮 Evariste Ndayishimiye.
Uwo mugabo avuga ibigambo biteye isesemi ariko bakabica kuruhande ntibamuvuge bakavuga abandi ariko kurundi ruhande ndabyunva ntiwatema ishami wicariye tujye tubunva!!
Ndi umurundi kandi jewe sinotera umunyarwanda canke umuntu wariwe wese wumunyafrika kuko nshaka amahoro na reta zunze ubumw bwafurika .
Muzibuke amagambo Gen Muhoozi yavuze akemezako bashaka gushinga Empire Hima Tutsi mukarere hanyuma bagakandamiza andimoko yose ahatuye . Ahubwo Muhoozi akunda Bantu kubayarabibiye ibanga
Mbabajwe n'aya maganbo uvuze, agaragaza ko utumvise impamvu yavuze atyo! Nkubaze: abantu bose batuye Kongo y'uyu munsi bitwa abakongomani ni abo muri tribu y'abakongo? Igisubizo ni oya! Nonese ko Kongo ikunze no guhindura amazina (Kongo belge, Kongo, Zaire, RDC) nkubu ihinduye izina ikitwa nka Bukavu, tribu gakondo y'i Bukavu yakwica abandi bahatuye batari abo muri iyo tribu? Uwo wavuze rero yakanguraga izo tribus zitotezwa muri aka karere kwishyira hamwe zikajya zitabarana zanga guhona!
Muhoozi buliya ni umusinzi,iyo yahaze ahita abyandika
Gusa abahutu nibatava mumandazi bazarangira ubwabo mu Rwanda bahuye narwo
@@adoumpmoussah939Iyo Politike yo kwitwaza ubuhutu mu mafuti yanyu yarashaje byamaze kugaragara ko amoko yose ku isi abamo imbwa n'abagabo. abahutu b'imbwa nibo bakoze genocide yakorewe abatutsi mu Rwanda bica abanyafrika bagenzi babo ariko abahutu b'abagabo bitandukanije n'ayo mahano bamwe muribo baranabizira interahamwe zirabica abacitse ku icumu ubu barimo barubaka u Rwanda n'ubumwe bw'abanyarwanda
Wibeshyera Gen Muhoozi ntiyigeze avuga ayo matiku yanyu ya Hima Empire, we yavuze ko ashyigikiye M23 mu guharanira uburenganzira bwayo bwo gutura mu gihugu cyabo cya Congo birukanwemo n'ubutegetsi bubi bwa Congo bufatanije n'interahamwe zishe abantu mu Rwanda kandi nta muntu muzima uwo ariwe wese utashyigikira M23
@@johnpauluwimana578tweets zerirahari
God bless you bwana,,,,ntuhengama
Dr babyirese babohore urwanda ariko washimye ngurwanda ruyobowe neza FRN yakoraga iki munyungwe urabeshya urara usuragura aho kigari ubuse abarigufpa aho inyuma yi birunga cyangwa guhamba burimusi abasoda urabibona cyangwa ntubibona
Ibigambo bya NEVA bibazwe NEVA n'abavugizi ba NEVA. Dr RUSWA barikugushakira ibimenyetso.... Dr RUSWA si umuvugizi wa NEVA ni libre PENSEUR c'est tout.
Ni Rusa si Ruswa
Vous êtes une référence pour toute l'Afrique
Oya nimukomeze mwugarire ivyo mipika tuzoreba ingene bizobamarira.
Mugabo uburundi burafise indagara, courage courage
Ninde se udafite indagara?
Indagara nicyo cya gaciro mufite? Banza Umenye ibyo umuyobozi wae Ari kubabibamo akakanya ntabyo wabona ark hirya yejo uzabona ingaruka
Ninde wugariye? Mperuka Uruburundi aribwo bwugaye imipaka?
❤❤. Dr urakoze cyane . Abarundi ntabwo ari abaturanyi gusa. TURI ABAVANDIMWE KUKO U BURUNDI 🇧🇮 BUTUWE N'ABUZUKURU BABANYARWANDA(AYO NI AMATEKA). ARIKO KANDI AFRICA 🌍 DUKWIYE KUBAKA UBUMWE BUTAJEGAJEGA.
PRESIDENT NDAYISHIMIYE NA PRESIDENT PK BAZABIGANIRE BAKUREMO AMASUBYO ARIMO. ARIKO GUFUNGA IMBIBI Z'U BURUNDI 🇧🇮 NO KUVUGA AMAGAMBO MABI KUBATURANYI KANDI BABAVANDIMWE BIRACIRIRITSE PE KANDI CYANE. ABARUNDI N'ABANYARWANDA TUGOMBA KUBANA NEZA UKO BYAJYENDA KOSE. BITABAYE IBYO ABATURAJYE TUBIHOMBERAMO KANDI ICYO GIHOMBO GIKWIRA IBIHUGU BYOMBI MUBURYO BUMWE CG UBUNDI. #ENJOYAFRICATV FROM RWANDA 🇷🇼
Dr umaze ngo niyo byoba arabanyarwanda binjiye ikongo ngo ntiyobarasa nabavandimwe biwe,urasetsa basi.
Bwana Dr. Rusa nawe iyi ntambara ya congo ikwambitse ubusa itumye tukumenya ko ibyo uvuga biboshye abanya Africa nawe bikuboshye kuki uvuga ibindi bihugu biyobowe nabi ariko wagera ku Rwanda ukaruca ukarumira rero nawe tubonye ko wafobaganye nawe ucyeneye kwigishwa kutagira Amaranga mutima
Docta russa nukuri abarundi turagukunda kandi abarundi n'a banyarwanda ntakibazo dufitaniye
Hagati y'Uburundi n'Urwanda ikibazo kimwe co nyene kibaho ni ikabazo ca GENOCIDE. Paul Kagame arafise ikibazo . ko hamwe Leta y'Uburundi yokwmeza Genocide yakorewe abahutu mu 1972, ko yakozwe n'impunzi z'aba Tutsi b'aba Nya Rwanda babifashijwemwo n'Abahima b0 mu Burundi... ko bishoboka ko Genocide yo mu Rwanda yo mu 1994 igaruka igahomekwa mu gahanga ka Paul Kagame na FPR yiwe.
@@fredericnzeyimana526kanguka buracyeye Mbonerakure 😳😳😳🤔🤔🤔🤔
Frédéric babwire politique twarayimenye.icise abarundi igihugu ntikitwiza kahise kabi nabakazanye ndazi abatwiruza mukanya batatuvukamwo tuba twarabacecekesheje
Ikibabaje abarundi benshi baja hanze bataramenya ubusugire bwabo bagapfira iyobageze
@@fredericnzeyimana526uri irofa
Kabisa uravugisha ukuri ntabwo uhengama ndabivuze kuberako nkunda gukurikira ibiganiro vyawe.....kuko kubusanzwe ndi Umurundi nkunda Uburundi n'Urwanda ariko imyitwarire y'abategetsi bacu harigihe intera kwiyumvira Igituma ihindagurika nkakibura.
Burya urafise ubwenge bukwiy?
Wewe urashobora gutuka,gucokora,abategetsi bawe?Abanyarwanda wibaza ko batabona ibibazo vya Kagame,ko batamucokora?
Kagame akoroga Neva mu mutwe nawe akavuga ibitabapfu, CNDD ikeneye maturité muri politique kuko Kagame na Museveni iyi mikino barayizi cyane kubarusha
Ahubwo uwo Dr rusa izo lunettes yahora akoresha mugusoma ivyo uko yahora abisoma kwar ukwihenda cane
None ngaho wumva Ariko Adebaguriki Urwanda twararuhinyuye none nkivya congo kutavuga ko kagome ariwarikwabiteza
Dr,urasesangura ivyo wumva hanyuma ivyudatahura ibireke,burya politic yakakarere turiko turabona uko yubatse neza,vyihorere ,umwansi nuwutariwe twaramubonye rekaguhendabantu
Dr. Rusa uramuhemukiye, ntazasubira Buj?!
None Dr kuvugako abarundi urwanda rwifatiye rukabajana mur red tabara bakaza kwica benewabo bagize iminsi bicwa none abo sabacakara b'ubutegetsi bw'urwanda.ariko ndagutahura niwicinyire inkoro
Kuki mutigera munegura Kagame?Dr Rusa kuki utigera unegura Kagame?
None ugirango Kagame amunegureho iki?? Kagame akorera igihugu kd neza, uwamunegura wese yaba ari umwanzi w'igihugu kuko uwo yaba atazanegura sinzi uwo muntu uwo ariwe!!!
Kagame si malayika ariko umu president ukora nkibyo akora waherahe umunenga?Ibikorwa bye ku gihugu ayoboye birigaragaza waba uri mu gihugu cg uri hanze u Rwanda rumaze 30 Gusa rukaba ruri kuri niveau turubonaho biragoye kugaya Kagame
Yoca amwereka kagame ntabujambo womuzanako😂
Ngaho woe munegure ntakibazo bitwaye erega president wacu simiseke igoroye ark ibyakora byiza biruta kure ibibi akora nkubu ntakosa ndamwumvana muri speech ziwe
@@muhireolivier7856Kagame ni umuziranenge?
Neva ndamwemera ntiyiyorobeka avugisha ukuri vyose yabitanguye inyuma yigitero cabereye mugatumba gikozwe na red tabara abapatron bayo tukaba tuziko baba igwanda kigahitana inira karengane zabacovils nivyovyamurakaje naje nararakaye nubu numva nobahorera rero mukure ubujuju ngaho twarababaye .
Nywa amazi birikiza nshuti yange we😅😅
None ko congo yamuhamagaye ngwayitabare kdi abamutera baturuka congo ubwo se ija gufundikira ivyabandi ivyiwe bita imitemeri
😂😂😂uraraba ube kwisi ufisubwenge nkubwumuntu atarabaho.none nkawe.najewe nciye ikongo ndumu civil ntaminota itanu vyontwara kuba nishe abanyarwanda10 baba kumupaka wa Congo nugwanda kandi ndumurundi.gusa Imana indinde akokabi kabishe kuko abarundi dushirimana imbere turazi igihano twohabwa dukozamaraso.none umusirikare gukorivyo vyomutwara iminota ingahe azicagamije?ndasaba abanyarwanda mucubwenge.suko ivyomudukorera tutabibona canke natwe vyotunanira kubibakorera turushirije nuko tuzi kw'Imana ishiraho itanguriro ikagena niherezo ry'ikintu.turabonanezako akanyaro kugwanda atamyaka cumi gasigaje.imyaka mwatovyakarere niyo musigaje ubigereranije wosanga atantambara twobaterako.nimurindire rero ivyomwakoze mudahinduye muzobihanirwa atawutoyakanyafu.nimwe muzihanna mukanihanura😂😂
@@irakoz3etechofficial Ubu KO Uganda iri mur kongo kurwanya ADF mumisi ishize ntabwo ADF ntiyatey ishuri iturutse kongo nyene igashimuta abanyeshuri nabandi ikabica iyo argument uzany ntifash petit.uwomurwana nawe abafise amayeri sumwana ushika utora ngaho
@@ngabotobiastom4813 nutwenge nuko mubapfuye atawomumuryango Waw arimwo. naw woyanywa bikikiza
Twebwe abarundi turakunda président wacu kuko numugabo abushitse,umugabo wijambo, umugabo azi iyo ajana igihugu,adakoreshwa nabazungu. Nawe ni un grand panafricain. Uko imisi igenda Niko muzogenda murategera Yuko ari un grand homme d'Etat.
Dr rwose iyo ugeze mu karere urabivanga ubu ko utababajwe na ba Dr bagenzi bawe biswe ibifobagane??mureke Evariste yihere message abaturage be
Ubu arabivanze Koko ahubwo ntuzi ukuri! Ubu Koko uyobewe ubukene buriyo muri ino minsi ubwo iriya ni speech wabwira abaturage bashonje
Ninde yaguhenze kwabarundi bakenye?😂😂ntibakirima?namba bakenye izonduru niziki ngwimipaka yapfunzwe?dusesanguye neza turamaze kubona umukene uwariwe
Burya ngo inzoka yiyuburura uruhu ntiyiyuburura ubumara
Uno mugabo iyo avuga ubuntafrika wumva ali umuhanga wasomye,aliko yagera kuli Empire hima tutsi ugasanga ubumara nibwa bundi..
Muhoozi ati:Abatutsi ni ubwoko bwinzigo,butahira impuhwe,butababalira...
Abo Muhoozi avuga bameze gurtyo ni Abahima si aba Tutsi. AbaHima nka President Yoweli Museveni. Umu nya Nkole . Abahima nk'aba Prezida 3 b'Uburundi / Micheli Micombero ( Umuhima w'umucyaba). Nka Prezida JB Bagaza ( umuHima w'umushingwe). Le President Museveni est, par son pere, un Hima de l'Ankole, plus precisement issu d'un petit clan Hima de la region dite du Mporo, qui etait un ancien petit royaume partage entre Nkore et Rwanda. Sa mere serait en outre d'origine rwandaise . En outre Museveni a effectivement obtenu des aides du president burundais Bagaza durant la guerre civile.... (Jean-Pierre Chretien, Copie d'une note redigee a l'intention de la Mission d'information sur le Rwanda de l'Assemblee nationale francaise, 17 aout 1998, L'empire Hima/Tutsi)
Empire himatutsi ntibaho kereka mumitwe yibicucu byabahutu biburundi na congo
None Dr. Rusa ko yashimaga ubutegetsi bw'u Burundi igihe bwakoraga neza urashaka ko abashima barimo kubiba iby'inzangano ku muturanyi? Niba hari ibyo batahuhe ni ubutegetsi bw'u Rwanda ibyo abaturage biturebaho iki ? Wari wumva twebwe hari ubwo I Rwanda bangisha abaturage abarundi cg abacongolais? Ibyo bya hima tutsi ni imvugo zanyu mwebwe mwuzuye amacakubiri .
Naw manirakiza umunyamakuru nimba wavuye mageragere baguhaye robi yogutuka 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮urabe ugende akariro gake na fire kuko uburundi nigihugu kirya gikarabye
Rega mwebwe mwakuyeho système yabafaransa muzana système yabanyamerika so bose banka système yubumwe kwisi !
Dr.nicogituma mvuze :umutwe wuwundi -arigihugu kindi.
Arikumurundi bavuga :utaranirwa agaramye agyira Ati ijuru ririhafi. bararushye nicyokizana intambara zidahera muri Africa.
Mubwire (sinavuga kumwibutsa), uko Caucescu wa Rumania yavuye ku butegetsi; Abaturage ni bo bamwikuriyeho. Tunisia, Ben Ali yirukanywe n'abaturage, kimwe na Hosni Mubarak wa Misri ni ko byagenze.
Gufunga frontière suppose ku icha bakene ni nzara . Ndayishimiye aretse iyo mivugiro . C'est l'égoïsme, la gourmandise.
Akorero.ukoze.ikosa.rikomeye...kuvunga..nokugaya..cyanke.gunsuzungura..umukuru.wigihu.cyburundi
Wowe Dr. Kutara critica abo mu rwanda ko aribo bavuga amagambo aremereye cyane nubugome bwinshi??? Ariko kubera utinya agafuni ntacyo wavuga???
Mwarinzwe intambara muyishora mubihugu binini mwanga kurwanira muri salon ntubizi???? Wavugiki kutinya urupfu ariko ahandi urivugira ibyo wishakiye??? Be careful!!!!
Mushoborwa nubita ibifobagane kuko ntimuvuga?? muvunvura muvuga ahandi ???come on
President w'u Rwanda nta bugoryi ajya avuga nkubwo Sendagara Neva ahora avuga. Dr Rusa rero mufashe hasi kuko arimo arakosora amafuti kandi mu Rwanda ntawe uzira ibyo yavuze na Ingabire Victoire ari mu Rwanda ahora avuga ibyo ashatse nyamara nta funi bigeze bamukubita. Amafuni mu Rwanda aheruka igihe interahamwe zari zarayogoje abanyarwanda dore ko no ku ngofero zambaraga habaga hashushanyijeho agafuni n'umuhoro
Umurundi ahageze arankurwanda muturage WE!nturenganye Never wacu kuko atwarababona.shaka muvuge mwuzuze inyuguti zokwisi ntamurundi agisenyera kumugozumwe n'Umunyagwanda kuri politique yakagame.ivyobabera vyiza nukomwogabanya kuvuga kuburundi kuko turindiriye kagame wanyu agende muryozwe amabiyose mwadukoreye Hama umubano tubone kuwunaguta.ntawuhakurira kubwaraye guys
@@johnpauluwimana578 njyewe!njyewe wibeshye nakwica utarahagera ??? muri ibifobagane? nicuza kuba umunyarwanda ??nibindi!!! Cane u imagine!!! Fora arinde???
Kuba Dr Rusa ntacyo yavuga kubyurwanda nuko nawe abyemera kd abishima
Birateye isoni vrt kubintu president wacu Avuga yamiza urwanda mukanwa agacanishamwo nabatari abanyaporitike kd tuziko ari Abavandimwe 🇧🇮🇷🇼
Mubisanzwe abarundi naba cndd baratandukanye cyane kubera aba cndd bafise ivyiyumviro vyabo nivyo bashaka gukora bujanye nivyo bifuza bibashimisha ariko arivyo bushimisha abarundi.rero aba cndd baze barabavuga ukwabo kabisa turabiyamye twitandukanije nabo imigambi yabo siyo yacu.
Kuki mutavuga ikibazo President wanyu Kagame afise?
Kuki mutavuga ikibazo c'Urwanda mukavuga kubindi bihugu murenganye ikibazo c'Urwanda rwanyu?
Sha jew ubwobugabo umengo bwaranamvye umengo ntiburya burantangaza urazamakosa umu president wurwanda akora harumurundi ararataryamye avugivyavuga yafashabantubose bahanganye arica abandi arabangaza none abaryamana basangiye ibitsina mugihugu Cabo binganik kobatabivuga sha
Doctor, woba warumvise empire Hima ? Ko mutabwira ubutrgetsi bw'urwanda gutanga inzokozi zibibi babitse? Mwe mubona President Kagame ivyavuga irivyumuntu akomeye ? Izompanuro utanga, warukwiye kuzitanga kubutegetsi bwurwanda.
"Occident" mu kinyarwanda ni "Uburengerazuba", mu icuraburindi. Docteur akomereze aho umurasire we urakyenewe mu mwijima ubundikyiye ikyirere ky'Afurika y'ibiyaga bigari!
Mama Yaco wiruka nabantu ni kwiruka namafranga
Ntampunzi zabanyarwanda zihariii.. urumubeshi pe..!!
None Ubwo wafashuyomwanya ugeda kurimira ibigori kagame akirira ukarekana na never wacu sha mwebwe ubutinganyi bwuzuye murwanda runganik inyigisho mubaha niyahe ivyimipaka navyo nimwibaze kwatafunze ya tanzaniya canke ya congo none ko mubweja ikibazo nicahe nimuryivyanyu natwe tuzoryivyacuuu
Oyaa ariko ico tuzi nuko urwanda rutatubaniye neza ngaha mukarere.ariko cane cane abatware burwanda.
None sha utabeshe abaturage igitoro dufise imihora myinshi kizocamwo bigakemuka turafise ibarabara turafise tanganyik cocamwo turafise integuro ya train igitoro kizocamwo birya nibibazo vyakanya gato kuvyereke
Abantu basaba umuntu umwe ntibakundana."umusezi yanka uwundi" Niko duca umugani mukirundi.
Ntanicuzi bakutumye uravuga kukibazo cabanyamurenge ndabeko uzosubira kubaho rekasha abokwakagame turabazi
Ariko namwe.ninde yababwiyeko abarundi bonezerererwa igihugu gicumbitse abahungabanya umutekano wabo?erega ivyo sibibazo vyigihugu nibibazo vyabenegihugu kuko nibo bahapfira?hubwo twebwe dufitiyurwanko urwanda gusumba urwigihugu cacu gifitiyurwanda🇧🇮🇧🇮
😂😂😂😂😂reka urwango nkubaze utsubize redtabara Ibamurwanda cg IBA congo itera iturukahe? Ubundi iyomitima yanyu mwagiye muyogesha ineza
Kukibabarebera mukavugubusa nihubisanze bavuga amahoro ninezantabyo
Twasanze urwanda arumuturanyi mubi.
Kuki abanyarwanda mutibaza canbwa ngo mubaze abayobozi banyu impamvu ituma urwanda rudacana uwaka n'ibihugu bihana imbibe?
Kagame is US and the Westpurpet
None.nimba..pezinda..wu.burundi.yivugiye.ati.umbu.nagurane.yandi.cyenke.amandeni..yambadi.dumfite..atirero.mwisi.irimbere.zutuga.cyanke.tuzomba.turabatuzi
Iyo muvuga uburundi muba mwumva muri muri democracy, ariko uze mwibeshe muvuge amafuti ya Kagame murabe ko mutazorara musezeye iyi si
Sebimyira Neva yumije abantu gusa avuga ibintu utamenya uko wabifata.
Ariko jyewe mbona arintakibazo kwarimwe mwifungiye imipaka ,ahubwo ntimuzongere kuyifungura mazeeee tuzarebe
Abarundi buzuye Ishyari, urwango n'umutima mubi 😢
Urababeshyeye basabe imbabazi
😳🤦🏽♂️
🤠🤠🤠🤠
Russa uzaduhe nimero yawe ya watsap tujye tukwibariza ibibazo igihe wabinye akanya kubintu bimwe tufasobanukiwe?
Uzohore uvuga n'ivyo murwanda kuko ntibibuze
Abakomyamashi baba bahawe akantu ibibazo twifitiy sibizokemurwa na varisto
Haaha ngo abanya ikraine barpfa, nkaho abarusiya badapfa?!
Wewe bwabundi nsanze urumusazi nguri docteur reka sindanavyunve ahubwo uburundi nimukorumbone
KO BAMAZE kubatera kabiri mwakoze iki?umunwa gusa.
Nyakubahwa DOCTEUR wariwumva harumuntu warasiwe kumupaka wuburundi nurwanda ashaka kwambuka iyo gère civiles ushima niyihe ?
Ariko disi ubuyobizi bubu nibubi koko nshishijemo ijisho muri comenter ariko birababaje abarundi benshi disi bamaze kwangirika abenshi never amaze kubashyiramo uburozi bwe bwinzangano nubujiji afite barayobotse disi burya koko ntawunanira umushuka😢
Ntamakuru ufise.ahubwo iyuvugako abarundi Bari baratubujije kwandika dusakuza nkabanyagwanda ariko Aho baduhekuriye benewacu bakongera bakatwamamazako tuba mumicafu ariho twahagurukiye kuvugira igihugu cacu kuko twabonye umwasi yarementanije akarenza.erega ivyurwanda rutugira siko tutabibona.iyo mutwita abavandimwe muduhekura turabaraba ntimumenye ivyo tubategekaniriza.harya uwihoreye ahonga bike.kandi imvuzi yacane ivugira kuyamara ikavuga yivugira
Mujye mukora comments kugihugu cyanyu naho kwirirwa avuga uburundi nonese murwanda byarakemutse?
ujye upfuka amatwi ntubyumve.
Ariko ibibitabo muturatira bifite gaciroki sinkuwasoma igitabo wanditse cg Mutabazi cg Mukankiko wamugore udusebereza igihugu
Nibyo koko, nadje ndakyo nabonye peee
Icakora icazanye Hutu and Tutsi muri Mubiyaga bigari N,lmana yonyene Yo kudutabara,,😭😭😭😭😭😭😭
Ikibazo si abatwara ikibazo ni abaturage nigute umuntu yumva ko afite ubwoko Kandi ntacyo bukumarira mugihe ufite ibibazo ,ubucyene,indwara nibindi
Wahora umushimagiza tukumirwa, ngira waramenye ko ari Interahamwe
Neva ntabwo ari mubi gusa ibyo gutegeka ntabyo ashoboye. Naho nakomeza biriya bizatuma Kagame arushaho kumugiraho imbaraga
Erega ntawe utatinya hit man abaturanyi Bose bimaze kuabacanga pe
Gewe mbona uyu mutegetsi ntaho yabeshye. Ntimwirengagize 2015
Bizakemuka aruko Burundi habonetse President usobanutse full stop.
Birakeneqe byihuse
End.
Kagame aravuga ko azokwica abantu mugakoma amashi
Niyo Avuze nabi muratwenga ubusa
Ahhh
Urabeshya President w'u Rwanda yavuze ko atawe azosaba uruhushya rwo kurinda umutekano w'abanyarwanda Neva (Sendagara) niwe tuzi wohereje abasoda n'imbonerakure muri Congo kujya gufasha Kisekedi kwica abakongomani bavuga ikinyarwanda Ibyo binyoma by'iwawe bibarire imbonerakure benewanyu n'interahamwe mufatanije kwemera no gukora ishyano
None abakongomani bavugikinyarwanda bapfuye umunyarwanda bimubabaza gute nambatarabanyarwanda bapfa?Congo niyabakongomani bareke bakorakazi kabo.namba bibarya canke muriyo muzohona ntakabuza
Twese ntiruri ba doctor ariko tuzi ubwenge reba abantu barimo kwicwa muri Congo kubera u Rwanda kuki muceceka
Muga umuzungu namwica pe akavaho n'inyamaswa ziryana !
Nimurabe iwacu i Burundi.agathon ubona haruwumukorako, ariko mu Rwanda ingabire yama muri prison.
Dogita bimweuvuga .kwisinivyo .arikokuburundi urabesha kuki uvugaivyo tutabona?
Ese mwagiye muvuga kubibazo byu Rwanda. Nabanyarwanda, mbere yo kujya mubibazo byahandi. Mu Rwanda, inzara nubwicanyi, kuburira irengero mubivuge bikemuke si non muriguteshwaguza
Ese nkawe Koko inzara gutera mugihugu,harabatagira inzara,kubura irengero ,haribihugu bitagira abicanyi bamabandi? Kuba umuntu abirirwa irengero harahobitaba,Koko ,ex,sinoza nkakwica dufite ibyodupfa byitirirwa igihugu muri Rusange?
Kombona nawe urumunyarwanda ,kubera iki wikuramo?
Yoba wari umuhanuzi warikubuza kagame akareka kurya amafaranga akuye mumaraso yabanyekomani ndabiyamirije mwamishenzimwe inzigo zanyu ntaho zizoshira uburundi vive neva vive chilombo❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
None se Kagame ni president wa congo wa njiji we,iyo udasakaye inzu yawe wabura kunyagirwa ?,
Abantu mugitekereza gutyo biteye ikibazo kabisa.
Neva niwe yarungitse abasoda biwe muri Congo kumena amaraso y'abakongomani bo muri M23 bariko baraharanira agateka kabo mugabo ntibyamuhiriye kuko imbonerakure yarungitseyo ziramaze gupfira muri Congo ari nyinshi ayo maraso y'abarundi n'abakongomani ari ku mutwe wa Neva Naho Kagame yarabivuze kenshi ko atari muri Congo ngira urafise amatwi y'umurimbo gusa, u Rwanda rugiye muri Congo intambara ntiyosubira kubera muri Kivu yabera i Kinshasa
Koko Zola yiyubira uruhu ntiyubura ubumara, uyu mutama yari yaratwihishemwo
Quels droits ils luttent pour ces criminels ?
Yego baramubwira gwose yanke urwanda ni abafaransa n'abazungu babikora
Za uravuga no kumajambo avugwa n'a so wanyu nayo
Erega Dr, abarundi ntitukiri kurwego rwabanyarwanda.mwebwe abanyarwanda ntimwubahuka kuvuga ibitagendaneza mu Rwanda. None haruwutazi Yuko mu Rwanda umuhutu atajambo afise? Ariko ninde yubahuka kubivuga. Ariko muburundi uwariwe wese ntushobora kumuniganijambo.dushaka Yuko tugira kurugero rumwe mukwishira no kwizana kwabanyagihugu mu Burundi no mu Rwanda.
Gutyo naba président bacu bazovugana neza.
Urumuhanga peee ndakunda ukuntu utekereza
Nidehundi.muprezinda..mukarere...atumvikanabandi.wiride.abicyanyi.batwicya.bariwanyu..urababajye.abarundi.goniyarakwiye.kubivuga.ikibiya.mvuze.nikihe..urwanda.nabakene.bariho.narara.izara.bahumurwanda.nambagira.icyobara.ahomurwanwa..bwengebukewe.
Dr rusa yabaye nkabandi ntakivuga ukuri asigaye arumuvugizi winkoramaraso inyenzi inkotanyi birababaje kumva umuhanga nka dr rusa yifatira mugahanga umukuru wigihugu cuburundi dukunda niyifatire kagome ariko aramarira kwicumu abasoda bigihugu cugwanda murikongo
Biriya Neva yavuze ntabwo bikwiye
Nuburozi kabisa Dr
Ariko murasetsa nonese abagabo babiri barwana ntacyo baba bapfa? Wowe rusa uri umufana wamafuti.
Witwanje..kuvugira.kagame..
Perezida ndayishimiye atanze kuji EXCITA , c'est un mauvais signe. Ndayishimiye GASOPO
Warugiye..kuprereza.usaka..mwicye.abarundi..mwicye.naba.congomani..baheze.bambashimire..acongomani..muiho.mubicya.mwitwajye.m3.