Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abakunzi ba #BigFizzo nkanje mumpizo like reo ❤️🙌🤝
Ntakintu kibi Fizzo yigeze avuga rwose yaramukebuye.Much love from Rwanda 🇷🇼 Fizzo ni legend wa EAC
You are the King bro,Big Fizzo Uwutakwubaha Ukiriho azokwubaha Utakiriho.Really Nationalist, Really Patriot,Luminary Artist in Burundi🇧🇮We Love you ,We are proud of you.
We ndo star ambay burundi 🇧🇮tunajivuniy nukur nzokwam nd fans waw respect the king🙏🙏🙏
Nkunze ingene General yishuye iyo umuntu avuze uburofa ubicisha mugutwi kumwe bigaca mukundi kandi sivyiza gupromota uburofa n'inzigo canke urwanko.big up our General👨✈️ legend
The living legend king fizzo
Ugali kwenda mbele from Bwiza Paradise 🇺🇸🇺🇸🇺🇸 got u here 🇺🇸
Genero big Fizzo nuwambere muburundi kugeza apfuye kuk akoramatka yaduteyiteka iburundi no mumahanga
Capitaine urakoz cn kutuzanir umutama wacu 🇧🇮🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Merci la Famille Nuyuhe Wundi Mwifuza Ko Nobazanira Ubu Vuba Kuri Tys Tv..?
Zana king sat b rer
@@movit_Smart_og Merci reka twumvy Ivyiyumviro vyabandi maz ndabazanir Uwomwifuz Vraiment
Chimamanda cnk Bel Chris
Ndakumbuye kubona beri Chriss nkumbuye kubona arikwariyemera kumpuzu mutuzanire
D one
Ntabwo uri i lengalenga Ur the legend wa music y'uburundi kuko hariho ab Star bensh babaye inspiré kubera wewe donc respect our legend 🥰
Niyubahw mutama wamateka ndamufana kbs❤❤
You are the King man urafis uruhara runini mur industry y music kabisa abatavyemera nuburenganzira bwabo
Fizzo arasazeee 🙏🏽
Big emission ✊🏼 Ntitwisondeka
This Man is a Legend nakubali sana
Aisha yakuzanye iburayi usigaye wivugisha ibifaransa biboze usirimutse utuka abantu kanga obo banyaruguru mutoto wamujini hawezi kuku shitukiya big unabijuwa buraya siyo kwamungu ju urisha fika arikoye afu yigize ko atamuzi Dumba 😂😂😂nuko Dumba yavuze ukuri
Biraryoshe Kubaha Abadukuri
Rofa nyokoso
Dumba akoriki mbe , yaririmvye iyihe?cnk nihabara ryaw
Toka ufise ishari
None nawe uciye ushaka wivugishe ayo majambo yose kugira twumve kumuzi cane kurusha abandi naho womuponda gute fizzo abamukund bazoguma bamukunda ntibomwanka ngo nikuber utwo duhuha twuburofa wtfk !!
Mutama wacu wamateka Big fizzo ndagukunda
Capitaine nakubalii
Merci beaucoup Koreshumwanya 😊
Ww yarakwimye ikiganiro Koreshitabi 🥱
fizzo ndamukunda kukubera ijambo ryiwe ashiriramwo Aka vurgule babaryatuyaga
Big fizzo ni king kabis twatanguy kumufan tukir bato rer ub king arabukwiy big fizzo numuririvy w mbere w kera agum kur top
Nanjye ngiye gusaza ngikunda fizzo pe
Ntabiganiro nahora ndaba me iki ndakiravye juu ya monument musical a k ndugwe
Big 🙌
Ikiganiro ciza Can gifise vibe
Merci beaucoup bandanya munyizera Sinzobamaramaza
Mr gikundiro
Courage bro
King💯
❤️❤️
Nice interviews
Thanks so much 🙏
Turakweera. Mutama
legend
Izi underground zabanyamakuru batazi kubaza ibibazo murakwiy gusubira school mukiga ukuntu bahoji abantu
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤dr fizzo
Bro nikugabanya intro ntawugira Intro ya 5:30 muta interview yose uba wayumvise nukugira 0:59 sec at least
Seriously bigeze ahantu 🤮🤮🤮
kingi
Big fizzo unaongea fact
Kizima wemey kuba utabimubwiy inbox kari ikosa
😂ewana wubahwe capitn tukuri nyuma
Ngangari yani ni kujiamini
Bg fizzoo avuzukur
Capitaine urazi ivyukora sinkabamwe barondera ama views 😢
Merci Cane Toussaint Richman Imana Ibandanye ikumpezagirira kaka🙏
Big fizzo ni gisimba niyubahwe
Big, fizo, Ndagujkundi
Wakoze kutuzanira big fizzo
Fizzo we love you
Gusa ivyo bishatsi washizeho ntibikubereye
Muhatwik 🔥🔥🔥
Burundiano
Umutama twemera
Urabeshe fizzo ntanumw atemera kwarumukozi knd akora neza ark kumwita king nevaaaa twavyanse
Niwivuge wenyene mwavyanse nande j nanje ndikumw na capitaine king fizzo
Mwavyanse nande gasha
Urukundo yamukunze twararubonye icoyashatse gushikako twarakibonye naryohegwe ariko ntiyibagireko Imana irikukivi
Merci beaucoup 😊
Jewe ndi Fan. Ariko burya mumenye ko umuntu adakundwa n'a bose. Ayo ma commentaires kuri BIG FIZZO mbona ari jalousie. Muhe amahoro😮
Abakunzi ba #BigFizzo nkanje mumpizo like reo ❤️🙌🤝
Ntakintu kibi Fizzo yigeze avuga rwose yaramukebuye.
Much love from Rwanda 🇷🇼
Fizzo ni legend wa EAC
You are the King bro,Big Fizzo Uwutakwubaha Ukiriho azokwubaha Utakiriho.Really Nationalist, Really Patriot,Luminary Artist in Burundi🇧🇮We Love you ,We are proud of you.
We ndo star ambay burundi 🇧🇮tunajivuniy nukur nzokwam nd fans waw respect the king🙏🙏🙏
Nkunze ingene General yishuye iyo umuntu avuze uburofa ubicisha mugutwi kumwe bigaca mukundi kandi sivyiza gupromota uburofa n'inzigo canke urwanko.big up our General👨✈️ legend
The living legend king fizzo
Ugali kwenda mbele from Bwiza Paradise 🇺🇸🇺🇸🇺🇸 got u here 🇺🇸
Genero big Fizzo nuwambere muburundi kugeza apfuye kuk akoramatka yaduteyiteka iburundi no mumahanga
Capitaine urakoz cn kutuzanir umutama wacu 🇧🇮🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Merci la Famille
Nuyuhe Wundi Mwifuza Ko Nobazanira Ubu Vuba Kuri Tys Tv..?
Zana king sat b rer
@@movit_Smart_og Merci reka twumvy Ivyiyumviro vyabandi maz ndabazanir Uwomwifuz Vraiment
Chimamanda cnk Bel Chris
Ndakumbuye kubona beri Chriss nkumbuye kubona arikwariyemera kumpuzu mutuzanire
D one
Ntabwo uri i lengalenga Ur the legend wa music y'uburundi kuko hariho ab Star bensh babaye inspiré kubera wewe donc respect our legend 🥰
Niyubahw mutama wamateka ndamufana kbs❤❤
You are the King man urafis uruhara runini mur industry y music kabisa abatavyemera nuburenganzira bwabo
Fizzo arasazeee 🙏🏽
Big emission ✊🏼 Ntitwisondeka
This Man is a Legend nakubali sana
Aisha yakuzanye iburayi usigaye wivugisha ibifaransa biboze usirimutse utuka abantu kanga obo banyaruguru mutoto wamujini hawezi kuku shitukiya big unabijuwa buraya siyo kwamungu ju urisha fika arikoye afu yigize ko atamuzi Dumba 😂😂😂nuko Dumba yavuze ukuri
Biraryoshe Kubaha Abadukuri
Rofa nyokoso
Dumba akoriki mbe , yaririmvye iyihe?cnk nihabara ryaw
Toka ufise ishari
None nawe uciye ushaka wivugishe ayo majambo yose kugira twumve kumuzi cane kurusha abandi naho womuponda gute fizzo abamukund bazoguma bamukunda ntibomwanka ngo nikuber utwo duhuha twuburofa wtfk !!
Mutama wacu wamateka Big fizzo ndagukunda
Capitaine nakubalii
Merci beaucoup Koreshumwanya 😊
Ww yarakwimye ikiganiro Koreshitabi 🥱
fizzo ndamukunda kukubera ijambo ryiwe ashiriramwo Aka vurgule babaryatuyaga
Big fizzo ni king kabis twatanguy kumufan tukir bato rer ub king arabukwiy big fizzo numuririvy w mbere w kera agum kur top
Nanjye ngiye gusaza ngikunda fizzo pe
Ntabiganiro nahora ndaba me iki ndakiravye juu ya monument musical a k ndugwe
Big 🙌
Ikiganiro ciza Can gifise vibe
Merci beaucoup bandanya munyizera Sinzobamaramaza
Mr gikundiro
Courage bro
King💯
❤️❤️
Nice interviews
Thanks so much 🙏
Turakweera. Mutama
legend
Izi underground zabanyamakuru batazi kubaza ibibazo murakwiy gusubira school mukiga ukuntu bahoji abantu
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤dr fizzo
Bro nikugabanya intro ntawugira Intro ya 5:30 muta interview yose uba wayumvise nukugira 0:59 sec at least
Seriously bigeze ahantu 🤮🤮🤮
kingi
Big fizzo unaongea fact
Kizima wemey kuba utabimubwiy inbox kari ikosa
😂ewana wubahwe capitn tukuri nyuma
Ngangari yani ni kujiamini
Bg fizzoo avuzukur
Capitaine urazi ivyukora sinkabamwe barondera ama views 😢
Merci Cane Toussaint Richman Imana Ibandanye ikumpezagirira kaka🙏
Big fizzo ni gisimba niyubahwe
Big, fizo, Ndagujkundi
Wakoze kutuzanira big fizzo
Fizzo we love you
Gusa ivyo bishatsi washizeho ntibikubereye
Muhatwik 🔥🔥🔥
Burundiano
Umutama twemera
Urabeshe fizzo ntanumw atemera kwarumukozi knd akora neza ark kumwita king nevaaaa twavyanse
Niwivuge wenyene mwavyanse nande j nanje ndikumw na capitaine king fizzo
Mwavyanse nande gasha
Urukundo yamukunze twararubonye icoyashatse gushikako twarakibonye naryohegwe ariko ntiyibagireko Imana irikukivi
Capitaine urakoz cn kutuzanir umutama wacu 🇧🇮🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Merci beaucoup 😊
Jewe ndi Fan. Ariko burya mumenye ko umuntu adakundwa n'a bose.
Ayo ma commentaires kuri BIG FIZZO mbona ari jalousie. Muhe amahoro😮
Big emission ✊🏼 Ntitwisondeka