Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abantu bafise umugenzi nka #Clarisse like zingweko pLove From #Aisuper💓
Iyaba abarundi n abarundikazi bose hamwe bakurikirana film ndundi,nta muntu yokwongera guhohoterwa.courage bantu b Imana
Hari umuntu agomba yicwe ninzigo nishari. Mabukweeeee❤😂😂😂😂
Bamabukwe bikigihe Nuko kabisa
Vy'ukuri ina courage mukobwa w'igihugu iyi filme yigisha abari mungo nabimirije kuzijamwo pe kandi bamabukwe nkabo babaho pe
Abantu muzinduka barakwiy kubaha amashurwe yangu mwubahwe,UMUKENYEZI hejuru cane
UMUKENYEZI mubicu🔥🔥🔥 Muco courage film irimwo inyigisho zikomeye cane🌹🌹🌹🌹🌹🌹🥰🥰🥰🙏🙏
ndimurukundo namwe mubimenye ndikumwe namwe gushika kukanyuma
Mbaye wi9abakund umukenyezi kubwimpanur zirimw uwuzawes ansigire like ndabasavy murirwarukundo dukund ina ligera❤❤❤❤❤
Uyu mama mukwe nishida kba mucho pole sna ❤❤❤
❤❤❤❤❤ ndabakunda canee💐💐💐💐
Muco nsanzenarize muruwomyny fico avue mugashooo❤❤❤
Iyi film iranyigishije Inamuco Imana igukomeze kk nimb hoba hariho abubatse bayikwirikirana bahatorere indero❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mbg mabukwe😢😢😢😢
Muhezagigwe cane Ku mpanuro mucisha muriyi film kuko mukina ibiriho cane goseeee
Imana ibahezagire ishishikare kubafasha iza iturinda abakecuru nkabo ize ibamaramaza
Kweli iyi film Umukenyezi n'Umupfakazi abantu bazanditse Ina muco na Fanny lavine 🎩🎩🎩🎩 murafise ubwenge n'ubushishozi zirimwo inyigisho kweli ndayikunze nkuko nakunda Umupfakazi Ina hejuru ❤❤❤
Ina nukuri wihangan
Abakinyi beza Inamuco wubahwe
Linda courage maz iyizob imbut ntibungwa
Muco ngeze iwawe ndicara nkiga mabukwe nkuwo ndamufise nosanga nasaze neza mukirundi ciza😢 Imana iguhe umutima ukomeye mwiza wanje😢Nguma ndira umengo ni jewe😢
Naracerewe ariko ntimubimpore muri rwarukundo mumpe akantu mbega mabukwewe je noguhonda😂😂😂😂😂😂 gusa uyo maman fiko ndamwikundira arakina neza
Intambwe kuyindi my sister, imbere ni heza caaane tu es courageuse
Thx Muco courage
Ababonimpanuro zirimwo mwiyi reresi muzehano lna wacu wubahwe
Arik mabukw arajah uwumwany k mbn bitagiy kumworoher😂😂😂
Ndabakunda bakiny beza ina rr mazina urarenz kl urihangan disiii
Clarisse wubahwe urumwana mwiza cane gose kuko ababtu bameze nkawe barahantuhake 💯💯💯✅✅✅🙏🙏🙏
Ariko nga mana mama Amédée aranyicape ngo ngwiki ntiyari muganga 🤣🤣🤣🤣🤣 wubahwe 👌👌👌👌🙏🙏🙏🙏
Thanks you Ina terujimbere mukenyezi mwiza urikuvyitwaramwo neza Nimuze dushigikire Ina
Uuuu mbuzaho mpera naho mpereza gusa courage
Yesu weeee mbega film ibabaje vyukuri rimwo mpanuro zikomeye cane gose umwanditsi yubahwe
Nari ndayirindiriy pee❤❤
Courage caaane muriko murabizana bien impanuro zirakwiye🎉🎉🎉🎉❤ina courage maze❤
Ntamuntk arihafi afat kumutima mabukwe 😂😂😂inzigo igira imukureh
eee inzigo yoc imar umuntu aho nyn 😂😂😂
Kumunot w 15min nkab ndahashitse
Tunyarukirize Ina❤❤❤❤❤❤
Courage Di Muco imbere ni heza ❤❤❤
Asha nka Jew mabukw amez uko nob kwiyanka
Mubikora nez cn gs❤❤❤❤❤
❤❤❤🌹🌹🌹🇧🇮🇧🇮✌️✌️
❤❤❤❤kubo dusangiye urugamba twagiye
Ndabakunda cn❤❤
Courage sha Ina 🎉🎉ariko wongere iminota wobukoz
Muco couragee💞we lov uuu
Ina rijer ndakubon urikuraz ing turonder ubuzim nanj ndagushigiiy bamabukwe nukunyen kwer mega warabibony❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
😂😂😂ngo chéri ntunyegere ndanuka
Mucyo komera
Ina hejuru cane urashoboye na team yaw ibint vya Fiko navy vyokwivugiramwo ari umuntu azi gukina film non
Courage❤❤❤❤❤❤❤
Uwo mukecuru aragayana kandi ninkoziyikibi kbx abantu baneze nkuko nibahinduke
Uwambere kumukenyezi ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Ikibazo gihari nuko mutunyoteza
Wow fico fiko abikoze neza🎉🎉🎉🎉🎉🎉murebe muduhe iyikurikira ina courage
Mrecii❤❤🎉🎉
Yooooooh mukhamaa111 murantunga gucererwa sije nabizanye
Nanj nkabandahigerey hing ntor agateb nirabir ivya ina na nyirabukw kl rek mbendabah ayanyu🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤ ndaz mwahatwits kbx
❤🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Muzorabe musubiremwo amajwi ntituvyumva neza
Man mabukwe nkuyo wotum umubur gus inyigish irimw kuk vyarambayek kwel mabukwe yafat nkukwo kabis gus muzoze munyaruts❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nibutsukonarimbayehomunyibukijevyiship❤❤❤❤
Courge
Ina wac kur can bib gutevy rer😮
Courage mukobwa mwiza
Mabukw reo ku nzigo yiwe😂😂😂
Ina icukoze urandijije pe
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ubikora neuza diii Muco
Kbx arashoboye
Kumbe nacerewe ukukose😢❤❤
Ina courage 😘😘😘😘 vrt knd ushishikar udutamwoo
Iyifirime irareze p irimwenyigisho
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤🎉🎉🎉🎉❤❤🎉🎉🎉🎉❤❤🎉🎉❤❤🎉🎉❤🎉❤🎉❤🎉🎉❤🎉❤🎉❤🎉🎉❤hareruya
Urwanko disi mukama
Boom boom 🥳
❤❤❤ mukomez mubiryosh
Clarisse nd❤❤❤❤ vrt kuk urakundan san urabonangenubabae???
mwubahwe
Abantu mucerwa rr mwihabe Yvette na Claudine murih
🙈🙈 gucererwa ngira nije nabizanye chch🤣🤣🤣🤣🤣
Courrag
Clarisse napunguze amafyeri arica Nigi français ni place ni prace anyway ndabakunda
Nukur ndabakunda sibanga
Turahetswe hukwiza 5k😮😮❤❤❤
Courage mais microfone muyegere ntivyumvikana
Umukenyezi hejuru
Tera uje imbere Ina
Courage Ina kuduha épisode burimunsi nivyiza ndabikunze
Hhhhh🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤🎉
Mbay mubambre ub ntakudutevy
Ino films irigisha cane mwubahwe mwese
Courage muco ubirimwo neza
Mbaye uwambere kweli ndazindutse😂
Inabukwe wa Ina nawe kweli😂 ngira nokuroga yobishobora😂 iyo rôle yiwe ayirimwo neza pe!
Clara uhebura ningoga 😢😢😢
Ubuh muranyarukij courage❤❤❤❤
Courage ina ndagukunda❤🎉🎉🎉🎉nayawe
Ndabakunda knd caaane ❤❤❤❤
Abantu mufise banyokobukwe bameze nka mama Amédée nukuri mwubahwe kuko murubatse yemwe ndabahe pore kbx 💔💔💔💔
Mabukweeeeeee😂😂😂mukhma ngwariko ntimusa
Mubikora neza.ariko amajwi murabe mukosore.
Mucho wacu disiiii
Ina wihangane bamabukwe bumuntu niko bameze ariko nariguca ndabiheba
Nimukiduhemunyarutse
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Abantu bafise umugenzi nka #Clarisse like zingweko p
Love From #Aisuper💓