Ngo ngwikiiiiii????!!!!! k nzirikana Isimbi TV inkuru ziriko 99.8% z'inkuru zihaca zi concernant abanyarwanda Kandi la plupart des temps Bose nabahohotew yaba n'abagabo n'abavyeyi babo n'abavukanyi cnk ba mukase ushats kuvuga k nabo bahohotew n'abarundiiiiii!!!!!!! Imbere yo kwandika ba mubanza muhindukize ubwenge mwo gato.. Iryo zina " Umurundi" uze urisubiremo Kandi wunve, NT soni🙄... Wicungeeee goseee weeee👉😏!!!!!
None mutanze ikiganiro kuma TV y'IBurundi nti muba mwumva mwunyuzwe,? Kontaramona amanyarwanda batanze ibiganiro kwa Sabin , bataca baza no mu Burundi.
Abakunda Sabin nkanj muri Bujumbura twizamukire 😍😍🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌
Pole sana Jose wahuye nivyago vyinshi.abarundi bakunda isimbi TV nkanje tumenyane.sabin nawe karibu mu Burundi.
Abakunda Sabin nabatumirwa biwe bose tubenyane Abarundi🇧🇮🇧🇮 na Banyarwanda 🇷🇼🇷🇼tumenyane muribwabumwe
Umwami yesu agutabare izompwemumbi ziguma zigukurikirana turagusengera imana icinzira aho bigoye vyose bigashoboka kuko yitwa ndiho
Abarundi twikundira Sabin vrma mazina yanje intahe yawe ninziza yihe abanyarwanda bavandimwe bacu .Sabin urumunyamugisha umu chouuuu wacu vrma .iyo rero intahe yiwe ni ndende caaane part 5 zose narayikurikiranye lmana igiraneza .abazintahe yiwe. Kwa hosy tumenyane from 🇧🇮♥️ rwanda
Josée wacu Sha turagukunda caane I burundi 🇧🇮🇧🇮! Sabin waje Burundi kuturamutsa please 🙏🙏
Joselyne pole mwene data l.m Burundian Sabin komera cane ugatutse Nairobi uzodusure
Jojo rafiki yangu twiganye turanakorana nuko wiyamiye wama witwengera minsi yose di.Pole sana ubuzima nuko🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana rero ujirenganura abarenganywa
Bazira abantu babagomeee urumugore
Mwiza kandi Imana izokurinda izokunezereza ubuzima bwose usigaje
Kubaho urumugorevwintwariiii Imana ikomeze ikwagurire murivyose kandi
Imana izoguhe inshutiii nziza ❤❤❤❤❤❤🙏
Love you Sabin Imana ibandanye igutereke ukomeze kwumviriza abafise ibikomere vy'umutima babashe kubohoka🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Sabin ndakunda introduction yawe 🇧🇮🇧🇮
Sabin agasama mukinyarwanda ni iseru
Warakoze guhemukira nyoko, nawe umwana wawe uzogusubirize mu nkoko
Yahemukiye nyina gute??
Kuvukira muri douche cg WC si ikibazo
Indwara y'agasama mu kinyarwanda ni Agakwega
Ndakuramukije mwana w'iwacu Kamenge muri Songa
Yoooo pole disi, umuntu ukwangiriza reputation no kukwica yakwica😥😥 abantu rwose banduje izina ryawe Imana ibababarire.
Sabin yubahwe abarundi bamwitayeho .
Ariko Sabin wagenda i Burundi abantu barushe nibikomere ukabakira ndabona ari benshii
Isimbi mukomer burundi turabakunda cane
Sabin ndabona abarundikazi waduhaye ijambo hanyuma ni jewe Maman Aristide ndagukunze kurusha
Jose wangu❤️🇧🇮 kw'isimbi sasa
Ni jalousie, ma Chérie. Imana igufashe,kandi iguteteshe, kw'izina rya Yesu Christu umwami wacu,yadupfire.Abo bose bavuge ivyo bashaka,ufise ijambo ryanyuma n'Imana yakuremye,niyo igufitiye umugambi.Amen
Hejuru caane Sabin abarundi tukuri hafi agasama= rougeole
Imana ikwishure imitwaro yawe
Shaa Jojo, ndaguhanuye uzorondere émission Kanguka aho Bujumbura uyisengere mwo, urakeneye kugirirwa délivrance !
Sabin Buja watugendeye
Sabin nanje ndumurindikazi José wacu karibu kwisimbi tv
Akogasama Murwanda tukitiseru
Iyo ndwara ni iseru abana bagira umuriro bagasesa ibiheri
Nanjye nibyo natekereje 😊
Yooo 😔 agasama=measles=iseru nkurikije uko ubisobanuye. Pole dear. The past can be scary, may God heal you 100%.
Iyo ndwara bayita iseru
Pole sana
Ewewe uzokorere iyo Mana yagukijije
Yewe ga Jose pole kweri warakomeretse kabisa!
Yooo pole mama warababaye pee lmana igutabare kdi izaguhoza amarira
Warahagorewe mukobwa w'Uburundi !!!!Pole sana kubon'ugitwengatwenga basi !!
Komera lmana nivyose
Nukwihagana ❤😢
Rougeole
Magara mwizina rya yesu.
Iyo ndwara bakingira amezi9 bayita iseru
Iyo rwara mu kinyarwanda yitwa iseru
Ndakeka agasama ari iseru
Sabin turagukurikirana caaaaaane i Burundi
Iyo ndwara niseru
Iyo ndwara ni iseru
Yambiiiiiii José imyaka myiinshi nari umugenzi wa dada nyakabiga. Abarundi twahageze 🇧🇮
Kandi Sabin komera caaane nkuko nawe uhora udukomeze🙏
Jojo pôle sana twarakoranye kuri CDS buhiga sinarinzi KO waciye murizo ngorane.bigup m'y sister.
Nanje ndamuzi wana sinzi ngo ni kuri GSPM ou ITEM Hama agasama ni Rougeole mu gifaransa
Agasama ni iseru mu kinyarwanda
1:04:42 1:04:42 1:04:42
Centrede santé zirigenga uvuyaho waja no gukora ahandi. Ariko Birashoboka ko izo centre de santé ziri connecté kuburyo bagufatira ambargo
😢pole chrie♥️🇧🇮
Arko sabe wagiye ureka umuntu Akavuga Inkuru ye uko abyumva Utamwihutishije😓
Wagize neza kukavamwo ACVyari kugufata
Warakomeretse kweli
Ni iseru iyo ndwara.
Pole sana jojo w,iwacu!!
José Yesu aragukunda,azokugirira neza
Abarund komwananiranye no guhohotera abantu 😢😢😢
Ngo ngwikiiiiii????!!!!! k nzirikana Isimbi TV inkuru ziriko 99.8% z'inkuru zihaca zi concernant abanyarwanda Kandi la plupart des temps Bose nabahohotew yaba n'abagabo n'abavyeyi babo n'abavukanyi cnk ba mukase ushats kuvuga k nabo bahohotew n'abarundiiiiii!!!!!!! Imbere yo kwandika ba mubanza muhindukize ubwenge mwo gato.. Iryo zina " Umurundi" uze urisubiremo Kandi wunve, NT soni🙄... Wicungeeee goseee weeee👉😏!!!!!
Agasama ni Iseru
Sabin, uwo mudame hari igihe twaba duturanye mu Kamenge
Ariko se iyo toilette yashatse kwitamo ngwapfe bishire, iyo toilelle yarikoze ite? Ngo atetse ibyatetse ntabwo yabiryaho ngo yarya ibyaraye bigashe. Ese indya iyo ziraye zihita zigasha? Ukuri kurafasha
Sha Sabin ujye wihangana woye kubaza ibibazo bibabaza.
Agasama =Lougeale
Agasama mu kinyarwanda bakita iseru mu gifaransa naho ni rougeoles
Pole sana jojo
Uko numvisw iyo ndwara ishobora kuba ari iseru niyo ba vaccinant kuri 9 mois
Agasama bivuze mu kinyarwanda ni irwara yi iseru
Agasama n’iseru
Umuyangayanga n’ibariya bagurisha inyama z’inka
Iseru
Uno mudamu ni mwiza ateye imbabazi n'ubwo ashavuye.aseka neza,asa neza,arabereye vmt
AGASAMA = ISERU
From burundi
Mpore nukuri
Sabin wayita iseru
Courage Sabin ndagukwirikira ivyukora nibibtu vyakamaro caane
Sabin kutatanze numero yiwe ntaco wamufashije
Agasama ni iseru
Agasama ni iseru = rugeole
Jose ugira urukundo rwishi ukiyibagira pole wahuye ningorane uwomugabo wumunyakirundo aracariho mukirundo niwacu 🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺
Turaha Rumonge!
Ubundi ko bari bagusavye nyogokuru wawe, kuki bagukorera ivyo vyose ntusubire kwa nyogokuru wawe, ni kuberiki
Pore uyo mu chef waw ntajambo yari afise yari ni ryo
Mbega agahinda but sorry my dear
Agasama=rougeole
Niseru
sabe ubawakiriye umuntu ujye umuhaumwanya avugentagihunga ntukamwihutishe
Aho gada mu kamenge wahageze
Iyumusekura agatebe komumutwe
Nikuberiki abarundikazi bakoze ikiganiro abomurwanda batagira comlentaire
Uruseru or miseales
Yitwa variole
Reka reka ni rougeole 😂
José KO ndaguheruka ibuhiga wagez mu Rwanda ryari?Gusa Ayo makuru yaw ntayo wigez utubwira.
None yari bukubarire wewe ukamufashiki Ra
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮
Salam
Agasama ubanza ari mugiga mukinyarwanda
👍🇧🇮🇴🇲
🇧🇮🇦🇪😍😍😍😍😍😍😍😍😍
Ko numéro yiwe atayo tubona ?
Bayita iseru
Pôle sana mukobwa w'iburundi iwacu
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
None mutanze ikiganiro kuma TV y'IBurundi nti muba mwumva mwunyuzwe,? Kontaramona amanyarwanda batanze ibiganiro kwa Sabin , bataca baza no mu Burundi.
Nuko ubwo abarundi mudahita mubafasha bakiyizira kwa Sabin aho baribubashe gufashwa vyihuse
Bikurya hé none?abarundi murashingwa nubusa
Dusabe,ntabwo ari ikibazo cyuko abanyarwanda tutabasha gutanga ibiganiro kuri TV ziburundi.abanyarwanda benshi dukunda abaturanyi bacu bose,ahubwo nkuko mubizi muminsi ishize hari ibihuha byinshi nibihugu bitagenderana ariko ubundi rwose turi bamwe.abantu dushobora kuvugana kandi ntanumwe uzi ururimi rw'undi?💞💞💞💞Sabin big up ,,,,👋
Iyo ndwara bayita iseru