Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ni hatari kweli. Uburundi igihugu c'icungu. Urakoze muzehe kuduha umuco mukeya ku kahise gakunze guhishwa no kudasohorwa.
Ramba musaza
Happy Sunday! ⭐😃👍
Happy day
Mutama aratuyagiye kahise kiwe narwagasore
Ryaririrenze ntatwenze😂😂😂😂 muta birase konihangana ngonakubiswe ikimoko icakoze arasetsa😂😂😂😂
Komera Mutama wacu
Wowe Aho harihe vyabereye ibi birore
Abazungu baratugiriye nabi cneeee ils nous ont fait du mal vraiment
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪
Uyumutama aratwengeje cane naraye ndaseka
Ndaryohew nukur mukwiy kumukoresh ikiganiro kuramvuye twumv akahise
Atiyaronse ijwi rimwe 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Mutama ngobamukubise😂😂😂😂😂ikimoko ngocari kimwishe kk(kkkkk) aranyeguye nogutwenga(😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂)
🤣🤣🤣😂😂😂 Uyu tumwiseLe Vieux Sawa😅
🎉
Yoooo bsha
Mutama ikimoko cari kimwishe
mpole mutama baraguhakije
♥
Uwu mutama wacu niyubahwe yitangiye abarundi
Mutama.wacu.muze.mumubungabunge.yabonye.vyishi.kumuganwa.wacu.atarumugani.Rwagasore
Komera mutama
Nidanje
Ooooooh my God.... 😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂
Uyo mutAma afise imyaka ingahe none uko ni ukuri twebwe twakuze imbere yiwe tuzi vyinshi ntakuri ariko avuga
None waruziyuko iyugumije ukuri abandi batakuvuga ntikakurye nawe uzovugivyuzi
Ntawarariho kiriya gihe yokwiyumvira ivyo kwandika Ama commentaires barashaje 😂
Ugize icuvuga nagira mvuge kl umuntu wakirya gihe ntaja nokuri youtub gusamara iyinjiji nayo ngo yarihari ikaba nubu igihari nokuri youtub iba yibereyeho yewe basha😂😂😂😂😂😂😂
Ugize icuvuga nagira mvuge kl umuntu wakirya gihe ntaja nokuri youtub gusamara iyinjiji nayo ngo yarihari ikaba nubu igihari nokuri youtub iba yibereyeho yewe basha😂😂😂😂😂😂😂 nta muntu yatanze uyumuzehe kubaho akiza kwandika comantere ngaha vrt😢
Mofu

🤣🤣🤣
😂😂😂 Uyu tumwise
Le Vieux Sawa😅