NDI UMURUNDI: GUKUNDA UBURUNDI N'IKI? TAHURA URURIRIMBO RUHAYAGIZA IGIHUGU CACU
Вставка
- Опубліковано 27 лис 2024
- Don't forget to SUBSCRIBE and NOTIFICATION on our youtube channel
#BDUSA MEDIA
UA-cam: BDUSA MEDIA
Facebook: BDUSA MAIN PAGE
Instagram: BDUSA OFFICIAL
X: BDUSA-VS
This is the official UA-cam channel of BDUSA MEDIA. Subscribe for the latest News videos, performances, and more.
For Bookings & More
Email: bdusavisionarysolutions1@gmail.com
Phone Number: +257 79 19 89 41/62 46 33 99
Courage prince 🤴 your man from canada 🇨🇦
BUDSA hejuru cane
Nd'umurundi niryo zina ryiza twahawe twishimiye kuba twitwa abarundi bavukiye mu gihugu gitemba amata n'ubuki cuzuye amahoro n'amahonda ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kabisa ndakunze uno mukenyezi. Courage
Courage ma petite sœur ndakuryoherewe🎉❤
Merci muvandi🙏
Prince courage
Courage!?
Uwukoze neza nashimirwe
NDI UMURUNDI ikiganiro ciza cane ndumva ibivugirwamwo vyose ari ivyakamaro kadasanzwe iki kiganiro ndagikunze cane
BDUSA hejuru
Hejuru zaidi
Iki kiganiro n ciza cane ahubwo n'ugukorana umwete mukwerekana ishusho nziza mugihugu catwibarutse
Big up sis ❤❤❤❤ may God help you in your job
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Courage madame nd'Umurundi
Aho izina ryamufashe ni MAMA NDUMURUNDI
Mercii
Good
Urakoz kunyibu icondi ❤❤
Ntuzaje wibagira Sha ko uri umurundi cnk umurundikazi
Ndumurundikazi kuk nokumurund ndahafise hhhh
Maman nd'umurundi raba ingen mwokora kugira igihugu cacu giterimber gusumba
nibagerageze kabixa
🎉
Ikiganiro ciza cane.dukund Uburundi bwatwibarutse
Kino kiganiro nico kabisa
Kije twari tugishashay
Turashimishwa cn nibiganiro vyamyu biradufasha
Ikiganiro ciza cane ndumvako tuzomenya vyishii muri iki kiganiro nd'Umurundi
Aka nta vyinshiii niyaleyake
❤❤❤❤❤
Uwu Josias ajejwe iki muri BDUSA? Ko aguma ahanagura insasanuro zacu
Ubu na Jew commentaire nagize yayifuse yavuga ko
Apres 3heures iyi video ikijako yari ifise plus de 559views ariko ubu ikaba iriko iri kuri 383views vyagenze gute?
Ubu hoho ndabonye 2views ziyongereyeko sinzi uko bigenze.
Uburundi nigihugu ciza cane ivyo muvuga nimwabishira mungiro bizoba Vyiza cn
Iki kiganiro niciza vrt ariko nuko benshi batubesha
Asha aho ntubeshe, barabivuga bigaherera mumajambo gusa
Haaaaa bazoba batugiriye nabi kabisa
Wumva ngo bagiye gukora ibi na biriya bigaherera mumvugo
Ikikiganiro niciza cane nne uvugako batubesha gute
ariko rero harakantu kamwe ntatahura ko amakuru atwankisha igihugu ava mubari mugihugu bigatuma iyoturi mumahanga tutishimira impetso yduhetse burundi buhire nibazako mwogwiza ibiganiro vyugukundisha igihugu kiko kwitwa umurundi biraryoshe
Nikiganiro ciza cane kitumesha ko Abarundi turabagaciro kanini
None koturabarundi
Kwitwa umurundi nyezina bidusaba iki?
Hahahah, bidusaba gukora ibizana isura nziza yigihugu nko kugikorera kigatera imbere
Kugira akaranga kabarundi
Ni vyiza can nciy numva nkumbuy igihugu canj camavuko uburundi n'igihugu ciza cn
Ndumurundi jew numva ari ikiganiro kizima
gikozwe neza cyane nukuri
Ahubwo l'objectif yaco niyo numvise irenze.
Ariko na Kate n'umuhinga
Bivanye nuko ndavyumvise gushinga icumu mumashinga bisigura gushikana ibikorwa vyiza vy'igihugu cacu mubindi bihugu uwabitahuye gusumvya amfashe jew navyumvise uko
Ariko ndababaze! Iyo muriko mu critika gusa ibikorwa vy'abandi nivyo biryoshe? Jew de ma part ndi muri Arizona. Ndamaze kubona ko iyo ufashe akanya ko gu commenta wama uriko ugaya gusa. Mbe ko twumva wahoze aho abandi bariko baterera imbere, wamaze iki mugihe wayobora ibikorwa vya BDUSA? Twaridukwiye gushira kuruhandi ishari ahubwo tugashigikirana. Kuko ishari ntaho rizobashikana. Hinduka mugabe, nayo uyo mu Directeur General wiyo BDUSA-VS n'umukozi uvyemere uvyanka. Nuwanka agakwavu ntiyanka ko kiruka.
Reka dutere intege indogozi zose za bdusa_vs canke BDUSA muri rusangi. Nukuri mwararonsè abakozi babaishoboye, uyo mu Prince turamuzi n'icitegererezo kuri benshi. Ahubwo uwuriko amwitambika imbere azohure n'Imana yiwe. Courage Teacher
Mama ndi UMURUNDI Niko kazina k'Ubuhizi Umutumire yaguhaye wumva KAKUBEREYE?🤔
Hahah janvier✌
Kabisa urabikwiye
iki kiganiro gitumye nunva nkumbuye igihugu canje camavukiro nibazako abakurikirana runo ribuga mwoza muraturonsa ibiganiro nkibi
Raba ugaruke rero unagire igikorwa c'iterambere utuzanira
None se kwitwa umurundi bimaze iki
Ww uzi iki? K mbona wandik ikirundi toka Kule rek kwigir vip uremvye shiiiii
Ww uzi iki? K mbona wandik ikirundi toka Kule rek kwigir vip uremvye shiiiii
Woho ntuje bwo wotuma abazicobimaze bokwitangaza nkumwuvugishwaraho nagiye numva ngo kubadida nahazwe guca nsohoka nuko narumutumira banteretse imbere mburukomva hasi none nawe navyuzi? UMUTI NKINYISHU UZUBANDANYE WUMVIRIZA KINOKIGANIRO UZITORA PE KANDI POLE KABISA
Rekana nuw atazi ibintu mukwishira hejuru vyonyenee
Ahubwo nawe nkubaze ko uvuga igifaransa uri muburundi ukaba unacandika none se uri umufaransa?
Turashimishwa cn nibiganiro vyamyu biradufasha
None koturabarundi
Kwitwa umurundi nyezina bidusaba iki?