Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Thank you 🙏 muradufasha cyane
Ivyo uvuze nijewe kweri kuko natawe igihe kinini past ivyo uvuze nukuri lmana iguhe umugisha
Amen 🙏, Imana iguhe umugisha kuko inyigisho zawe ziradufasha
Imana iguhe umugisha cyane nshuti yange 😢
Nanje ivyo vyambayeho
Uwiteka aduhe kubona ububyutse.bitari idini
Nukuri ndakunda ukomutwigisha kubwanje nkumu Kristo muto birambabaza uko mwita genocide yakorewe abatutsi burya mubivuze nkabakristo abahutu biyumva gute? Plz ivyo mubisigire abatazi Imana kuko n'abahutu barapfuye murakoze😮😢