UBU BUHANUZI BWANTEYE UBWOBA I BURUNDI HAGIYE GUCURA IMIBOROGO|2025 UMWAKA MUBI BANYARWANDA MUSENGE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 жов 2024
  • Niba wifuza kuvugana na BARAKA TV, kuduha ubuhamya bw'ubuzima bwawe cyangwa inkuru idasanzwe, duhamagare kuri +250787982212
    #Barakatv_0787982212

КОМЕНТАРІ • 62

  • @BaranyeretseJeanpaul
    @BaranyeretseJeanpaul 4 місяці тому +3

    Arko Ibintu muvuha kkoni Imana
    Iba yabibayumye esemuburundi
    Bo dinasenga kombonamwese
    Muza mutubwiruburindi

  • @evodeiradukunda75k
    @evodeiradukunda75k Місяць тому

    Barundi bagenzi banje. Nyimba aje gutanga message (ubuvugishwa) ivuye kuMana bitaravye ko ivyo yavuze bitari vyiza ahubwo dusuzume ubwo buvugishwa kugira tumenye ico Imana iriko icuga ku Burundi.
    Jewe ico nobabwira: umuntu aguha ubuvugishwa hama akakurungika gusenga Imana, jewe numva ataco bitwaye erega ubuvugishwa bwose bubi buza kugira tubusengere ntibuzobe.
    Reka dusengere inzego z'igihugu impande zose kugira Uburundi Imana itugirire ubuntu ntitwongere guca mu bihe vy'amaganya nk'ivyo twaciyemwo.
    Uhoraho Imana reka ubuntu bwawe bukomeze amahoro, umutekano n'iterambere mu bumwe n'ibikorwa n'amajambere.
    Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Imana yakuduhaye ikudutungire.

  • @blessedgirl1252
    @blessedgirl1252 4 місяці тому +1

    Ibyo yaba byoos biri hos satani yatatse impande 4 z isi yose ahubwo twe abazi Imana bite turasenga cyangwa natwe twagezweho n umwanzi, nimureke dusenge cyane Imana irumva

  • @winifrideuwimana9583
    @winifrideuwimana9583 4 місяці тому +4

    Uravuga u Burundi iwanyu i Rwanda muri kwishyirahe

  • @ndagijimanainnocent8554
    @ndagijimanainnocent8554 4 місяці тому +1

    Abanyarwanda mwigize abavugizi b'Imana kuburyo arimwe muhanurira ibihugu vyose.

  • @EzechielIrumva
    @EzechielIrumva 15 днів тому

    Imana dusengaa muburundi nukur irakomey kand iradukunda ntantambara muburundi

  • @kevinuwimana5898
    @kevinuwimana5898 Місяць тому

    Ubundi ko S.E Paul kagame aherutse gufunga amasengero yabahanuzi babatubuzi nkamwe, bigenze bite ngo muhindukirire iBurundi naho? Imana siyitez ivyago, nimana yamahoro kandi uburundi ntavyaha bihabera birenz ibibera ikigali...

  • @umulisachantal7215
    @umulisachantal7215 4 місяці тому +1

    Umurengwe wica nkinzara IMANA itibagirwa itibagirwa aho yadukuye ayiiiiiii habwa umugisha

  • @josephinendayishimiye226
    @josephinendayishimiye226 4 місяці тому

    Ndabaramukije
    Nagire ndabwire ko uwo muntu atatumwe n'Imana. Akoresha amaraga mutima yiwe. Imana imitabare. Nabure kurima ngo Imana izomuha yicaye. Utarima ntakarye.

  • @Gbb512
    @Gbb512 4 місяці тому +2

    Sha wahanuye ibyiwanyu ukaba mubyuburundi ga mwa

  • @MarlinMar-n8v
    @MarlinMar-n8v 4 місяці тому

    Imana ibashoboze mumirimo murigucamwo mukongera mukadushikiriza ubutumwa imana iba yabatumye murakoze cane Ndabakunda❤️🇧🇮

  • @NtibankundiyeAthanase-dp8sq
    @NtibankundiyeAthanase-dp8sq 4 місяці тому

    Jewe ndasenga IMANA ngo Impe agakiza gakwiye Hanyuma ibisigaye IMANA ishimwe cane Kuko isi yose n'ibirimwo vyose ibipfumbase mugipfunsi

  • @BoboHassanBonith-wv9wy
    @BoboHassanBonith-wv9wy 4 місяці тому

    Icakoz mwigize abavugizi b'Imana kl Imana yabanya Rwanda sikiyabandi kl

  • @kenge123goma
    @kenge123goma 4 місяці тому

    Ibyomuhanuza amarangamutima muzabibazwa harubwo Imana izababwirako itabatumye mwatumwe nindazanyu

  • @MUSABYIMANANoel-n2v
    @MUSABYIMANANoel-n2v 3 місяці тому

    IMANA ibyo muyivugaho hari ahandi yabikoze ?

  • @ZacharieNkurikiye
    @ZacharieNkurikiye 3 місяці тому

    Ariko kuki abigira abavugishwa bose batiruka murwanda? Ok sindabahinyuj nimba Imana ariyo yabatumy nimubivug ariko nimba atariyo nimunume.

  • @NtibankundiyeAthanase-dp8sq
    @NtibankundiyeAthanase-dp8sq 4 місяці тому

    Abarundi dukwiye gusenga cane Kuko n'Abatware ubwabo bafitaniye ingorane kd Ivyo bagiye kubona birenze Ibindi bihe bibi vyose baciyemwo

  • @adamoman4966
    @adamoman4966 4 місяці тому

    Imana yarabitubwiyepeee izaturinda abayo ya bamenye keracyane

  • @philbertnsanzamahoro4709
    @philbertnsanzamahoro4709 4 місяці тому +1

    Ico ni ikinyoma ca shetani. Iyo migambi ya sekibi mu Burundi no mu bihugu vy'ibiyaga binini turayisambuye mw'izina rya Yezu Kristu.

    • @VictoireNyirabintu
      @VictoireNyirabintu 4 місяці тому

      Senga

    • @suavisndihokubwayo-cc3id
      @suavisndihokubwayo-cc3id 4 місяці тому

      😂😂😃lmana nya mana yaremye ijuru n,isi itandukanye n,imana zibibumbano n,ibiti zamusenga mumenye ukuri nayo ivyomwivugisha bitandukanye cane n,imigambi y,lmana kubantu nokubihugu

  • @EricNdihokubwayo-j7q
    @EricNdihokubwayo-j7q 2 місяці тому

    Urwanda nirwo musenga neza?

  • @hakizimanaathanase6902
    @hakizimanaathanase6902 4 місяці тому

    Ariko murantwenza iyo Mana ikwerekà ivyo mu Burundi ntikwereke ivyo mu Rwanda siyon
    Ese mwavuye rwose nyuma y'igihugu iburundi

  • @niragirajanvier6775
    @niragirajanvier6775 4 місяці тому

    Arko Banyarwanda mwabaye abahanuzi kuburundi est ce que muburundi ntabantu basenga bariho ? Ivyo bintu numva nabihaze

  • @umulisachantal7215
    @umulisachantal7215 4 місяці тому +2

    IMANA iguhe umugisha Mukozi wIMana ibyuvuze nukuri IMANA idutabare pe

  • @CelleStinaDlakadla
    @CelleStinaDlakadla 4 місяці тому +1

    Ibyo urwanda rutegura kuburundi rubanza kubinyuza mubahanuzi kuko abahanuzi birwanda ni dmi

  • @ZacharieNkurikiye
    @ZacharieNkurikiye 3 місяці тому

    Gusa icoba cose ntamaraso azomeneka wapi.

  • @CandideNadyumvire
    @CandideNadyumvire 4 місяці тому

    Urarushe IMANA ituzi gusumba ukwo muducira icobo ngurucira umukate rugahitana ivoka

  • @ZacharieNkurikiye
    @ZacharieNkurikiye 3 місяці тому

    None uvugako atabasenga bahari?

  • @JoselyneAkimana-p9r
    @JoselyneAkimana-p9r 4 місяці тому

    Mwabanyarwandamw koko mwakiceceker mukarets kub murota muhagaz karashiz ingan mudukindage

  • @GeromeNiyirora
    @GeromeNiyirora 4 місяці тому +1

    Murantwenza mwerekwa ivyuburundi gusa?twarabahinyuye muzoze bazobakira

  • @KithChikoka
    @KithChikoka 4 місяці тому

    Nibahore Imanikunda burundi

  • @Esperane-ny1ql
    @Esperane-ny1ql 4 місяці тому

    Twarabahinyuye iyo ni diri mwahawe ninyanka burundi ariko nimwaza tuzobakira turi tayari kubamesa

  • @GracienNkurunziza
    @GracienNkurunziza 3 місяці тому

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 shalome amosi 3:7

  • @ChristineInamuco
    @ChristineInamuco 4 місяці тому

    None k mumurenganya kandi yavuz kubihugu vyacu vyose ntabwo yacaguye ikindi ubuhanuzi bwemerwa bushitse mwaretse gusa imanza kare

  • @MUSABYIMANANoel-n2v
    @MUSABYIMANANoel-n2v 3 місяці тому

    Kuki mutihangira imirimo y' amaboko

  • @CycyCynthia-f1k
    @CycyCynthia-f1k 4 місяці тому

    Mbega ko mugwanda mutahavuga muvuga burundu gusa mwuzina rya yesu bizoba mugwanda iwanyu

  • @sajidali2995
    @sajidali2995 3 місяці тому

    Ko uRwanda mutaruhanurigwa iwanyu nihoharamahoro

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana 4 місяці тому

    Uburundi bwabaye indirimbo yabanyarwanda umuntu wese avyuka avuga uburundi abigize abavugishwa bose bavuga uburundi n'uburundi bukunzwe nabenshi 😂😂😂

  • @umulisachantal7215
    @umulisachantal7215 4 місяці тому

    Adrien ndakubashye pe

  • @nestormutankana7265
    @nestormutankana7265 4 місяці тому

    Nciye nibuka damascène gakwaya

  • @odettekabaya4739
    @odettekabaya4739 4 місяці тому

    Mwese babajyane mageragere

  • @horanimanaleonard1028
    @horanimanaleonard1028 4 місяці тому

    Mwaramutse banyagwanda,ndabasavye mvuge ivyiwanyu Mu gwanda kagome yabamaze abica abandi abangaza ariko ntimubivuga ,ariko ubundi nta muhanuzi w'ukuri atinya gupfa. Ubusambanyi mubukorera kuri réseaux sociaux,kagome akwije 30 ans kubutegetsi ntimumuhanurira,ariko mugahanura kuri mandat zibiri z'abarundi.Ceceka.

  • @ackleokwenda5959
    @ackleokwenda5959 4 місяці тому +1

    Reka dusenge rero

  • @NtawitaziMaurice
    @NtawitaziMaurice 4 місяці тому

    Genda nta MANA ivugana nawe. Ihanurire ureke Uburundi.

  • @NtakirutimanaDeborah
    @NtakirutimanaDeborah 4 місяці тому

    Arobert usigaye ikoraneza wahisemo neza biga imana rata I've mu busutwa bwa bacraude na bazekiyeri

  • @enfantdedieu4347
    @enfantdedieu4347 4 місяці тому

    Adrien , ba batubuzi barakureba nabi ,!! Abanyarda ngo twe Imana itubikiye ibyiza gusa ; ITERAMBERE , KUMENYEKANA UBUHANGA , INDWANYI CYANE ,ABANYABWENGE NI TWE GUSA , Ngo abanyamahanga bazajya bifuza kuba abanyarwanda .
    K andi ngo turi intungane twese ee uhereye hejuru!!😢

  • @JohnNzabamwita-jm9sb
    @JohnNzabamwita-jm9sb 4 місяці тому

    Abahanuzi b'ibinyoma bahanurira abandi batihanurira !

  • @kenge123goma
    @kenge123goma 4 місяці тому

    Urucira mukaso rugatwaranyoko😅😅

  • @joelnzeyimana7791
    @joelnzeyimana7791 4 місяці тому +1

    urarwaye mumutwe ivyuburundi ubureke ninde yagutumye guhanurira uburundi

    • @MuremyiGonzalve-gd8pu
      @MuremyiGonzalve-gd8pu 4 місяці тому +1

      Ujye witonda kuvuga

    • @enfantdedieu4347
      @enfantdedieu4347 4 місяці тому

      Wasenze ko gusenga nta gihombo kirimo!! Kandi amasengesho arabikika ,Imana yazayakoresha ikindi gihe!! Witukana rero ahubwo senga uburizamo iyo migambi mibi!!

    • @NiyikamenaIyakabumbye-xw4dd
      @NiyikamenaIyakabumbye-xw4dd 4 місяці тому +1

      Iririre Uburundi buhe amahoro. Wagesa ubw'inaha ukareka abandi! Ntibafite abahanuzi!

    • @sylvientakarutimana8980
      @sylvientakarutimana8980 4 місяці тому

      None gusenga no kwihana ivyaha,ubikoze uhomba iki?gusa twishwe no kugamika izosi ntitwumve

    • @joelnzeyimana7791
      @joelnzeyimana7791 4 місяці тому

      @@sylvientakarutimana8980 gusega nokwihana bihuriyehe noguhanura ibinyoma ivyogusenga turabizi sukugumura abantu gwi Imana yatumye,...

  • @DamasceneJean-yi6hs
    @DamasceneJean-yi6hs 4 місяці тому

    Babatubuzi ngonabahanuzi bishakira. Ibiryo babesha ububarihe

  • @jeremiehageringwe3069
    @jeremiehageringwe3069 4 місяці тому

    Abanyagwanda ivyo mwipfuriza Abarundi nivyo bizabashikira. Mwica inzoya abana,abatama n' abatamakazi bangana naba nyoko naba nyokuru banyu, apartheid yaheze muri Afrika yepfo ubu yaritse iwanyu igwanda none amahano ngo n'Iburundi. Urumusazi wewe.Indoto zawe zizoshikira ugwanda.Murabantu ki vraiment?

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 4 місяці тому +1

    Uragapfa canke upfishe ari wewe
    Ni mureke Uburundi bwacu mwa mburakimazi mwe za Bahanuzi ba ibinyoma 👎👎👎👎

    • @queenAbimana
      @queenAbimana 4 місяці тому

      Ze muvuga make basha!!!aha ntiwosenga nawe ukareka kwirigwa uratura ibijambo nkivyo kumuntu!!ubuvyohindukirira wewe naho uvyumwaturako?

    • @alinenyandwi8566
      @alinenyandwi8566 4 місяці тому

      N ukuri Imana ikubabarire kwiyo message wanditse. Ariko ntawuvuma uw Imana itavumye n ukuri umututse nabi nuko nyene ataco bimaze.