Ivumbi ni ryinshi ku mabarabara na cane kuri za trotoirs, ni ngombwa gutunganya amabarabara y`i gisagara neza. Hanyuma , ni ngombwa kuvugurura inyubakwa zishaje ziboneka cane !!! Ntiwibagirwe eclairage publique ku mabarabara !!! Capital politique y`igihugu igomba kugira agashusho keza !!!
Hongera sana kwa kuitangaza Gitega mji mazuri sana
Murakoze naho mwari mwatatwibagiye
Waaouuw. Komeza kugira umwete cane uzoterimbere kuko ni bake bafise iciyumviro ciza co kwerekana ibisagara bavamwo. Ivyo rero bizotuma ukurikiranwa cane niwakomeza kwerekana ibiriko birarangurwa muri Gitega City, hamwe no mubindi bisagara vyose uzoza urajamwo bigize Uburundi
Komera Burundi bwanje. Imana ikuje imbere
VERY NICE VIDEO. MORE PLEASE. ALSO IN FRENCH OR ENGLISH 🙂
Murakoze kutwereka ubwiza bw'Intara ya Gitega ariko mwayivuze muri rusangi. Ibibanza bikurubikuru mwobivuga. Kuburyo ingenzi iravye video itozimira ishitse igitega
Utwerets Agace gato cane uzogire video nini,ariko Urakoze cne
Uratwereka kandi gitega part 3
Ntagisagara mbona
Inkezi ikera ubwo bireha
Ivumbi ni ryinshi ku mabarabara na cane kuri za trotoirs, ni ngombwa gutunganya amabarabara y`i gisagara neza. Hanyuma , ni ngombwa kuvugurura inyubakwa zishaje ziboneka cane !!! Ntiwibagirwe eclairage publique ku mabarabara !!! Capital politique y`igihugu igomba kugira agashusho keza !!!
Ahubwo ivumbi ryaragabanutse gose uravye imyaka one ihez uko ryangana ukaraba nubu biraboneka ko igisagara ca gitega kiri kumuvuduko udasanzwe kbsa
Harya hose haramakaburimbi mashasha harivumbi muri 2019 ubu namakaburimbi namazu arikubakwa hubwo babandanye kuruwo muvuduko
Gitega yanje ikomeje kwamanara mugusa neza nuguterimbere mwijukire isuku namatara mumihanda
Arik mwibuk nakomine gishubi muyihe agakaburimbo kuko ibuze agakaburimbo nkizindi
❤❤❤❤❤tx
Agatotsi karahari kokudashira amata kumabarabara
Jew kuva mvuka sindarenga kur gard du nord😂😂😂gusa gitega mbona ariheza
Komera
GITEGA NI NZIZA ARIKO ABATEGETSI BARAKWIYE GUFATA INGINGO ZIBEREYE ZO KUTANYWERA IBABI MW,ISOKO KU MABARABARA NO MUGISAGARA
Reka kwibeshera
Niheza cyzne zriko lvumbu murituze ryahumaganye
🥰🥰🇧🇮👍
Nibazako coba kigira nkakane mubisagara dufis muburundi icambere nibujumbura cakabiri ninkangozi cagatatu rumonge cakane gitega
Ariko umuco ntawo mwi joro? Ko nta matara tubona?
oya uko siko ba promotinga
Gtg