Visite sur terrain : ''Hospitalité légendaire au pays de mille et une colline, le

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 3 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 22

  • @ELOGERUHIMBASA
    @ELOGERUHIMBASA 2 місяці тому +2

    Ndiko dabona ishari rya banya Rwanda rizabaniga 😂😂😂

  • @obofranck1457
    @obofranck1457 3 місяці тому +1

    Vive Le Burundi, Vive le Kirundi, Vive le Tchad...

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 3 місяці тому +3

    Ishari niribi cane nukuri kw'Imana,none nubukene ubugirira ishari bikungure iki,reka umukene yidagadure mubukene bwiwe.naw idagadure mubutunzi bwaw urabe ko harico bigutwara canke bidutwara.😮😢

    • @abdallahjuma7997
      @abdallahjuma7997 3 місяці тому

      Abanyagwanda bensh Nikwo babaye

    • @jeanettenibarore4618
      @jeanettenibarore4618 3 місяці тому

      Usanga u avuga uko na
      President wigihuguce atanamuzi ugasanga n'umukene ruharwa , izo zibika zose zar'amagi. Ehegihugu cokwitonda , kigatunga ibirimo Imana , ko vyose vyozoza bihezagiye kununsi wavyo Kandi bikaboneka mubwumvikane .

  • @calebnshuti1935
    @calebnshuti1935 3 місяці тому +3

    most funniest thing barafata President wigihugu cya Chad bakamujyana munyanya kweri🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣uburundi bukwiriye amasengesho kweri

    • @KC-wj7yh
      @KC-wj7yh 3 місяці тому

      Washaka bamujane imahama

    • @KC-wj7yh
      @KC-wj7yh 3 місяці тому

      Canke washaka abahisha inyuma ya kigali nka president wawe ckagonyori, vyose akora amatekenika gusa . None namwe red tababara yabigishije amatekenika.sha muribesha iyo empire hima yabijeje muzoyibamwo munzozi.

    • @jeanettenibarore4618
      @jeanettenibarore4618 3 місяці тому

      Uwo mutwaro ukuruhiriziki ko atari wewe uwikoreye , ese umaze kurungika Imfashanyo ingana iki yogutunga abarundi? Iryoshari ryawe , namukushi ....

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 3 місяці тому

      washaka amutwara kumwereka inzibutso za jonocide😅😅😅

    • @NiyoIsaac-i1k
      @NiyoIsaac-i1k 3 місяці тому

      @@bizomenyimanaelias5455shima Imana kuko uri iburundi 😊 ukaba urinumukene

  • @jisilenechurweryimana5340
    @jisilenechurweryimana5340 2 місяці тому

    Ndasuhuje ibiguguvya kagame cha😂😂😂

  • @julesrwantabagu6312
    @julesrwantabagu6312 2 місяці тому

    Vive le président deby de Tchad et de ndayishimiye

  • @NiyoIsaac-i1k
    @NiyoIsaac-i1k 3 місяці тому

    Burundi oye

  • @moshwayne2565
    @moshwayne2565 3 місяці тому

    Byiza cyane

  • @habumugishaterry6543
    @habumugishaterry6543 3 місяці тому

    Vyiza cane

  • @Israepapamelissa
    @Israepapamelissa 3 місяці тому +1

    Uburundi burakennye kweli!! Ntan'umubano mugirana n'ayandi makungu. Nigute mubirori vyabyu,haza igihugu kimwe rudende!!!!

    • @jeanettenibarore4618
      @jeanettenibarore4618 3 місяці тому

      Izibika zose zar'amagi bose bateyimbere babanje gukena , gutunga ibintu nokugira ibihugu bikugendera sicogisigurako igihugu gihezagiye , niyo abantubose boguherako Imana ntishobora kuguheba.

    • @TurabumukizaTheogene
      @TurabumukizaTheogene 3 місяці тому

      Ariko abashitsi nu mugisha

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 3 місяці тому

      none wew kutaje kuwumva vyakubabaje